SIKO NABISANZE by SPOKS MAN ft MKOMBOZI (Official video)

  Рет қаралды 379,768

Spoks Man Burundi

Spoks Man Burundi

Күн бұрын

Пікірлер: 237
@nadineciza2777
@nadineciza2777 Жыл бұрын
Abantu bakicumviriza iyindirimbo bampe like👍 siko nabisanze uko nari ndavyiteze igihe papa wanje yapfa
@cleophascoutinhomizero3811
@cleophascoutinhomizero3811 4 жыл бұрын
Umuntu wese akumbuy mukombozi ampe like
@NsabahabonaManasse
@NsabahabonaManasse 5 ай бұрын
Uko nabiziga siko nabisanze iyi ndirimbo ni somo niyamacungu .BN idées .ni hatali
@foxbwoy4540
@foxbwoy4540 4 жыл бұрын
Nibangah bakiraba Indirimbo zidata #sujet?? Indirimbo zakoze kumitima yabensh
@aishanizeyimana8763
@aishanizeyimana8763 2 жыл бұрын
Le 17-7-2022 ndacayiraba kuk ndayikunda cane
@mwandishimussa6319
@mwandishimussa6319 3 ай бұрын
Ninde Aringaha muruno mwka wa 2024 ?
@kerry-gladysntirampeba
@kerry-gladysntirampeba 4 жыл бұрын
Ingene nkunda iyi ndirimbo 😭😭😭💯❤
@PatrickKwizera-r7q
@PatrickKwizera-r7q 7 ай бұрын
I still watching 2024
@kellykizzytheboss3891
@kellykizzytheboss3891 5 ай бұрын
I'm here 😅
@jacqueshabumuremyi-si9oz
@jacqueshabumuremyi-si9oz 5 ай бұрын
You are not alone
@muhiziflorent8035
@muhiziflorent8035 Ай бұрын
Rrb
@PacificIrakoze-wh9et
@PacificIrakoze-wh9et 5 ай бұрын
I still watching this song till now 2024 you've done well ❤
@EddyakbarRurinda-dy5gw
@EddyakbarRurinda-dy5gw 3 ай бұрын
Nnj ndakaravy kweri
@MagnetoNtizizakumwe
@MagnetoNtizizakumwe 5 ай бұрын
Uwiphuz kubona mukombozi nkanje nampe like
@lilianenduwayezu4104
@lilianenduwayezu4104 4 жыл бұрын
Murashoboye iyindirimbo iranyigisha cane. Imana ibandanye kubazigama Spoks na Mukombozi aho muri hose👏
@BikorimanaRichard-fe7qr
@BikorimanaRichard-fe7qr 2 ай бұрын
Asha nanje ndagushigikiye kbx
@FranckBizindavyi
@FranckBizindavyi 22 күн бұрын
Mkombozi ndashk kukubon ndagusavye umpe ayomahirwe nkubon gus kk indirimbo zw nziraryoher
@mtnumberone
@mtnumberone 7 жыл бұрын
Iyi ndirimbo inyibukije kahise Big up brother👏🏽
@Gildasrumata
@Gildasrumata Жыл бұрын
Ndayikuna nanj
@mariamoman5057
@mariamoman5057 Жыл бұрын
Nihatari nukuri Mukombozi courage nje ubuzima nakuriyemwo vraiment imana ikura kure umuntu peee Allahu Akbar Imana niyo nkuruu 💖 love from 🇴🇲 🇧🇮 💖 💖
@eddymcqueen980
@eddymcqueen980 2 жыл бұрын
Iyi song niyamateka itwigisha ivyo abantu biyemeza kuzofasha mubiriyo arik nibabishitse spok's&mkombozi more respect, 🙏🙏🙏🙏👌👌👌🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@Shineboy797
@Shineboy797 3 ай бұрын
2024 is there anyone😢😮
@ashanduwimana9391
@ashanduwimana9391 4 жыл бұрын
😭😭😭😭😭abavyiyi nibaribakwiye gupfa abana batari sunurura
@manirakizacelestin9218
@manirakizacelestin9218 2 жыл бұрын
Numugambi wimana sha kubwacu nyene tubadushaka tugumane ark ntibikunda😭😭
@EricBizumuremyi-i2w
@EricBizumuremyi-i2w 7 ай бұрын
Hano mu Rwanda iyi ndirimbo ntizatuva mumatwi.
@ndayishimiyejonathan5488
@ndayishimiyejonathan5488 Жыл бұрын
Nibaze kontarumwe nkiraba iyindirimbo
@ruseremagu7823
@ruseremagu7823 Жыл бұрын
Duuu nyimbo hiyii nayikabi sna mkomboz 🌹♥️♥️♥️♥️♥️💯💯 inanikumbusha mambo menjgi💪
@BikorimanaRichard-fe7qr
@BikorimanaRichard-fe7qr 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤always I love you my sweet song teach me for everything
@irankundarebecca2230
@irankundarebecca2230 2 жыл бұрын
uwushak ko basubiragukorana nibampe like
@protaisnijimbere2840
@protaisnijimbere2840 5 жыл бұрын
Isi niko yubatse mon frère, nigusenga uwiteka ni we se wimfuvyi akaba numugabo wabapfakazi
@enockniyubahwe3279
@enockniyubahwe3279 Жыл бұрын
Ibihangano nkibi tuzosubira kubibona kweliiiii.... Thx Dear @spok's @Rusiferi
@nehemieniyomwungere7851
@nehemieniyomwungere7851 2 жыл бұрын
Ukuri kwuzuy benshi niko bamez! Ariko biba vyiza iyo wizey Imana
@Allykey-cp7gj
@Allykey-cp7gj 5 ай бұрын
❤❤❤mbega Spoks uyu.muhungu yagiyehe koyarashoboyeee big up bro
@patricknishemezwe9628
@patricknishemezwe9628 4 жыл бұрын
Imyaka 7 iraheze uduhaye indirimbo yakanovera kadahera , keep shinning boss
@lahailoyofficial7724
@lahailoyofficial7724 Жыл бұрын
Is not easy to hold my tears every time that am listening to this song. It touches in every sector of our daily life
@ClassicBella
@ClassicBella Жыл бұрын
bitayeho gusa ababo kbx true story
@jameszuma7043
@jameszuma7043 6 жыл бұрын
Imewagusa wengi man !!!!
@comediansydzm
@comediansydzm 3 жыл бұрын
umwana nkunda cane kbs komera can bro wanje spoks
@kakakuonamprubenikakakuona1387
@kakakuonamprubenikakakuona1387 2 жыл бұрын
Wimbo unaujumbe mzuri ila ningewashauri mjitahidi kuimba kwa kutumia lugha ya kiswahili ili isikike Afrika mashariki nzima na dunia kwa ujumla
@jajakajaniri5813
@jajakajaniri5813 2 жыл бұрын
Ingen nkunda iyondirimb mana yanj nihatar Kbx 😭😭😭😭😭😭😭😭🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮✔️✔️✔️🙏🙏🙏🙏🙏
@chanelnini4382
@chanelnini4382 7 жыл бұрын
Terimbere Spoks. Ndakunda caane ukuntu witondera amajambo, umudiho, clips vyawe kugira twinovore akanovera kumuziki ndundi. Terimbere Spoks
@aminhalaminh5610
@aminhalaminh5610 5 жыл бұрын
Nanje ndamukunda Canée.
@blaiseirakoze.k7419
@blaiseirakoze.k7419 2 жыл бұрын
Iyindirimbo inteye akabonge. Akakera
@umuhumure
@umuhumure Жыл бұрын
This guy is amazing, keep it up spoks man
@elsakaneza9162
@elsakaneza9162 4 жыл бұрын
A chaque fois numvirije iyindirimbo amosozi antanga hasi..spoks uvuga ukuri..
@joemac7463
@joemac7463 3 жыл бұрын
Nibutse Papa ukuntu yagiye ntaravuka , i wana cry
@sindayigayasylvestre9762
@sindayigayasylvestre9762 4 жыл бұрын
Incuti yambere n'Imana True story for. Me
@claude6789
@claude6789 7 ай бұрын
Nivyo kbs kuk Iman niyo ikura umuntu Aho atri ytez
@idesndayisenga4359
@idesndayisenga4359 Жыл бұрын
I 'm facing this life , only sorrow is ruling but we hop one day yes
@ObedeSindayigaya
@ObedeSindayigaya 26 күн бұрын
Iyindirimbo izokwamana akanovera❤
@JordyOfficial-sl5bb
@JordyOfficial-sl5bb 2 жыл бұрын
Nanje ibi bintu vyaranshikiye. Naho nari umwana atari muto naribaza ko mama azogaruka.😭
@NtizoyimanaRegis
@NtizoyimanaRegis 9 ай бұрын
Mukomere iyi ndirimbo irigish xan mwirambire❤🎉
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 4 жыл бұрын
Spok mane nkukunda kubi kundirimbo zawe uwukiraba izindirimbo muri2020 mumpe like
@aishanizeyimana8763
@aishanizeyimana8763 2 жыл бұрын
Nubu le 17-7-2022 ndacayiraba
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 2 жыл бұрын
@@aishanizeyimana8763 waoooo
@TonnyNdikuriyo
@TonnyNdikuriyo Ай бұрын
You are the best ♥️♥️ yoya
@boscotraitement5282
@boscotraitement5282 Жыл бұрын
''Beshi imibiri yabo imota farfait ark imitim yabo ntimota parfait'' ''umutima ntugira vidéo ntuhendwe namaso". amwe mumajambo yinkoramutima. Mkombozi yubahwe.
@stitore2388
@stitore2388 Жыл бұрын
Vyukuri abarundi felicitations mwubahwe
@emmanuelbigirimana1566
@emmanuelbigirimana1566 2 жыл бұрын
God bless you for that song
@elishalameck4829
@elishalameck4829 5 жыл бұрын
Gonga coment Kama tuko pamoja
@user2379
@user2379 5 жыл бұрын
Spok really amazing man ,,,,, keep it bro
@NinaNina-xr8jj
@NinaNina-xr8jj 2 жыл бұрын
Nukuri ndabakunda kubwindirimbo zanyu nziza nubundacari kumwe namwe
@japhetntirandekura5690
@japhetntirandekura5690 Жыл бұрын
Amasozi gusa iyindirimbo niyakera mugabo kesh ndayikunda cn kukubira ikoze neza cn
@svivorsoundeuro8347
@svivorsoundeuro8347 5 жыл бұрын
Perfect story n amazing song! I will always+257 love my ctry
@girukwishakaetienne4485
@girukwishakaetienne4485 2 жыл бұрын
Nihatari kabisa isi niko umeze ndabizi naravyiboneyeko kabisa
@Osso-bv2qt
@Osso-bv2qt 9 ай бұрын
❤❤❤❤❤mkombozi hejuru caneeeee
@khaledoman8266
@khaledoman8266 2 жыл бұрын
Alafu nimefika nakumbuka sikuyiii niliteseka san kbx 😭😭😭😭😭😭
@DushimimanaPierre
@DushimimanaPierre Жыл бұрын
😭😭😭😭😭😭😭🙇
@ismaeltumaini8171
@ismaeltumaini8171 2 ай бұрын
I still wacth 2024 hit song spoks nawapenda sana
@wichouiratubona9458
@wichouiratubona9458 5 жыл бұрын
Tjrs inyigisho,ni sawa
@irankundaolivier
@irankundaolivier 2 жыл бұрын
I like this song because it is a true story for me🙏🙏
@isaacnkurunziza992
@isaacnkurunziza992 2 жыл бұрын
Incuti yambere ni Imana gusa pe keep it up
@christophenzeyimana8271
@christophenzeyimana8271 Жыл бұрын
everyday ndabiyi video nibuka vyishi nkarabuyumusi bigatuma nsubizwa icizere nkizerimana kurusha abantu
@aimableassumani2340
@aimableassumani2340 2 жыл бұрын
Ça c'est ma situation je pleure encore
@mutama1202
@mutama1202 Жыл бұрын
Isi niko abantu twimereye kweli
@manirafashajeandedieu2135
@manirafashajeandedieu2135 2 жыл бұрын
Yewe Sha mukombozi hano kigari nukunda indirimbo
@jolamb8469
@jolamb8469 Жыл бұрын
Iyondirmbo ndayikunda cane😢😢😢
@nsavyimanarogin4808
@nsavyimanarogin4808 2 жыл бұрын
vraiment ndumwe mubafana baw ndakwemera kubikorwavyaw
@deleankane9930
@deleankane9930 3 жыл бұрын
Spoks wagiyeh bro 😭😭😭 Tunakumbuk mican yak n Mkombozi
@christainc.5217
@christainc.5217 Жыл бұрын
Ariko mukombozi yakumbuwe burundi😘😘🇧🇮
@girukwishakaetienne4485
@girukwishakaetienne4485 2 жыл бұрын
Kabisa ntiwiheze nikobiri narabibonye🙏🙏🙏🙏🙏
@christiandiortuyizerelhomm7372
@christiandiortuyizerelhomm7372 Жыл бұрын
Iyi ndirimbo iguma ari nshasha!abipfuza kwiduga views mump j'aime
@NIJIMBEREWilson-xi7dy
@NIJIMBEREWilson-xi7dy Жыл бұрын
Nuk nyen Sha kub impfuvyi nikintu kigoye muga nyagasani yoyo nimubyeyi wa bose
@bebetoalberica646
@bebetoalberica646 4 жыл бұрын
Iyi ndiriimbo niyibihe vyose umuvugizi
@adelardnkurunziza7190
@adelardnkurunziza7190 5 жыл бұрын
Ubuzima ni nk'icirore mwana wa mama
@onesimosimon8022
@onesimosimon8022 Жыл бұрын
Yaa
@jackmashinge3697
@jackmashinge3697 Жыл бұрын
Beautiful bro.I can relate
@elsiekaneza7540
@elsiekaneza7540 5 жыл бұрын
indirimbo tre emotionnel irimwo inyigisho nyishi yubuzima
@eve6713
@eve6713 5 жыл бұрын
iyi ndirimbo nkiyibona nararize numutwe urameneka
@YamuremyeJoseph-xq1hi
@YamuremyeJoseph-xq1hi Жыл бұрын
Iman igukomez cn ubitegur nez ❤❤❤❤
@MmMm-qn1qe
@MmMm-qn1qe 6 жыл бұрын
Courage my brother
@kanezalysebella2029
@kanezalysebella2029 2 жыл бұрын
This song made me crying 😭😭 till now I can't hold my tears
@thierry3318
@thierry3318 2 жыл бұрын
Sorry
@JulesHavugiyaremye-uj7wn
@JulesHavugiyaremye-uj7wn 8 ай бұрын
❤❤❤
@JulesHavugiyaremye-uj7wn
@JulesHavugiyaremye-uj7wn 8 ай бұрын
❤❤❤
@ClaudineNahimana-n2o
@ClaudineNahimana-n2o 7 ай бұрын
Inteyamasozi ndarizekwl
@BisetsaRuhumuriza
@BisetsaRuhumuriza 7 ай бұрын
Sorry
@sumyafrance6893
@sumyafrance6893 Жыл бұрын
Nanje nuko narinziko azogaruka none nubu amaso yaheze munzira
@mpozenzichristian1658
@mpozenzichristian1658 2 жыл бұрын
Yes Cousin Big Up....
@MarieroseKezakimana
@MarieroseKezakimana 5 ай бұрын
Inyibukije Mama wanje apfuye ndanamukumbuye
@jacqueshabumuremyi-si9oz
@jacqueshabumuremyi-si9oz 5 ай бұрын
Pole sana
@ismaeltumaini8171
@ismaeltumaini8171 2 ай бұрын
Pole sana condoléances sn
@f.124ttrqe7
@f.124ttrqe7 4 жыл бұрын
Ndabakumbuye trop
@onesimosimon8022
@onesimosimon8022 Жыл бұрын
Ndaya mama nikobili kwinsi
@spoksmanburundi7269
@spoksmanburundi7269 7 жыл бұрын
Merci
@bimenyimanamadrena52
@bimenyimanamadrena52 6 жыл бұрын
Spoks Man Official abisi nikobameze
@abubakarbahanza880
@abubakarbahanza880 2 жыл бұрын
Ndakwemera Cane
@mikelovegstaking257
@mikelovegstaking257 Жыл бұрын
Nice song hasta siemple
@thisisrumongetv4404
@thisisrumongetv4404 2 жыл бұрын
Kumengo urazi kuririmba ariko ntubibandanye
@ntungwanayoodette752
@ntungwanayoodette752 10 ай бұрын
Courge❤🔥🇧🇮🇸🇦
@jeandedieuhakizimana7811
@jeandedieuhakizimana7811 4 жыл бұрын
Imana ikuje imbere Mukombozi...
@Topson7
@Topson7 7 жыл бұрын
Brother ukomere,tukurinyuma
@nicemedia8029
@nicemedia8029 2 жыл бұрын
Iyindirimbo irandijije disi 😭😭😭😭😭😭😭😭
@caresdivid9486
@caresdivid9486 2 жыл бұрын
Big mkombozi upo
@shallduhv4486
@shallduhv4486 4 жыл бұрын
Yooooo nahorandayi.va sinari bwayibone abikigihe nuko
@MelodyNkurunziza
@MelodyNkurunziza 4 ай бұрын
Pole sana
@haragirimanapotien989
@haragirimanapotien989 Жыл бұрын
I like this song bravo mkombozi
@krestenrannkona3273
@krestenrannkona3273 Жыл бұрын
Iyindirimbo ivung ubuzima bwanj iyi ndayunvirij ndarir
@perpetuebwitonzi7321
@perpetuebwitonzi7321 Жыл бұрын
Indirimb uririmba n izi nkora mutima gusa
@orestehavyarimana5806
@orestehavyarimana5806 5 жыл бұрын
Akana rero nukugafasha nakiwacu nakiwanyu kari mumuryango hhhhhhjhhhhhhhh wanadamu ban
@wowwow9457
@wowwow9457 3 жыл бұрын
Marakoz ibibaho 🇧🇮🇧🇮
@thierry3318
@thierry3318 2 жыл бұрын
They like to say that legends never die🚶🏻‍♂️🚶🏻‍♂️ I still have all Parents but I like this song and I never get tired to listen to this one😟😟😟 sikwo nabisanze🚶🏻‍♂️🚶🏻‍♂️
@haragirimanapotien989
@haragirimanapotien989 Жыл бұрын
Me too
@NKURUNZIZAERNEST-td8rl
@NKURUNZIZAERNEST-td8rl Жыл бұрын
❤ and me
@t.boscojr.5718
@t.boscojr.5718 5 жыл бұрын
Yo man, you deserve more support. Anyways, Spokesman keep it up. I'm going to support you man
@iradukundaonesphore4926
@iradukundaonesphore4926 Жыл бұрын
Inyibukij vyishi😭😭😭
B Face - Nosara (Official Music Video)
3:36
B-Face Official
Рет қаралды 2,3 МЛН
NDATEMUTSE by SPOKS MAN ft  19th ( OFFICIAL VIDEO 2013 )
4:08
Spoks Man Burundi
Рет қаралды 82 М.
兔子姐姐最终逃走了吗?#小丑#兔子警官#家庭
00:58
小蚂蚁和小宇宙
Рет қаралды 12 МЛН
А что бы ты сделал? @LimbLossBoss
00:17
История одного вокалиста
Рет қаралды 11 МЛН
B Face x Mkombozi - KIMWE KU KINDI (Official Music Video)
5:15
B-Face Official
Рет қаралды 598 М.
Mkombozi Lucifer - Afrika (Official Visualizer)
5:01
Mkombozi Lucifer
Рет қаралды 186 М.
Ukwikukira by Rukinzo Music (Official Video)
6:17
TrendHit-Tv
Рет қаралды 8 М.
Naguhaye Imbaraga
8:17
Release - Topic
Рет қаралды 7 М.
Double Jay - NZODUGA (Official Music Video)
4:26
Double Jay OnceAgain
Рет қаралды 1,6 МЛН
Mt number one - yasa n'irirenga
4:56
Mt number one
Рет қаралды 2,1 МЛН
Big Fizzo - Leave me Alone (OFFICIAL VIDEO)
5:43
Big Fizzo Official
Рет қаралды 814 М.
兔子姐姐最终逃走了吗?#小丑#兔子警官#家庭
00:58
小蚂蚁和小宇宙
Рет қаралды 12 МЛН