Ariko Mam Charlene nakome pe' kubera ivyo yivugiye ubu abagabo nka ba Claude naba Ndimbati bariko bakugirako commentaire!! Naho utagira umugabo urafise abana batanguye gukura badakeneye kumva ko Mam wabo bariko baramuvuga ngo ni icyuki ivyo bigabo vyibitandero nakamuna pe'