SIMBIZI vyose hanze ku BUGAMBANYI bwa NELLY NAT na AMIPRO/Sat-B na Kilikou Akili n'amayeri yabo

  Рет қаралды 4,403

BUJA TOWN TV

BUJA TOWN TV

Күн бұрын

Пікірлер: 24
@mijickwamaana8342
@mijickwamaana8342 Жыл бұрын
❤Ibiganiro vya Simbizi na Nice Sky uwutahor abikurikiran arahomb pe ubu Serieux buba burimw baratwika ndake Buja TownTv hejr cn ❤
@kanyamunezaestella4508
@kanyamunezaestella4508 11 ай бұрын
Nice sky afise utunwa twiza....gusa Nice get a sponsor aze ara gu sponsoringa ugomba kuba usa neza kuri camera...I see u try yo best arko raba ukuntu uza urasuka wikoreho kbsa...nahubundi uri keza❤ umufana wae from Uganda
@Radja257
@Radja257 Жыл бұрын
Ni hatari😢😢😢
@JohnwarkerBonjour-lj3iw
@JohnwarkerBonjour-lj3iw Жыл бұрын
Nkunda simbizi😊😊barambonera barambonera 😁😁😁😁
@ericjohnson315
@ericjohnson315 Жыл бұрын
#imihimbiri
@ifkarangaofficial644
@ifkarangaofficial644 Жыл бұрын
Mumuzane amipro asigur neza
@sindayikengeracelestin5444
@sindayikengeracelestin5444 Жыл бұрын
Ni mwige kubaza neza. Kinyamwuga. Atari gucafujanya.
@kadino_jc
@kadino_jc Жыл бұрын
Amipro ntagitanganje ntabugabo agira no mwi patalon ntaco afiseyo yariyamamaje wenyene😂
@mondrine992
@mondrine992 Жыл бұрын
😂😂😂 Matiere ziiii, ubutuku😅😅 map kur google🤣🤣
@levisnininahazwe473
@levisnininahazwe473 Жыл бұрын
Nice watagase sana.uriko urera raburongorwe!😂
@niragirajanvier6775
@niragirajanvier6775 Жыл бұрын
Arko simbizi akora ibiganiro bingahe kumusi? Sha akora ivyinguka kabisa
@nadinenathan8257
@nadinenathan8257 Жыл бұрын
Madame la journaliste ndakumbuye ufise udushatsi tugufi twa blanc. Iyo coiffure ntiyakubeteye pardon
@kadino_jc
@kadino_jc Жыл бұрын
Live ntayo bazi kabisa ariko abarundi baravuza😅
@titieloge
@titieloge Жыл бұрын
Ako kantu avuze ko umuziki twowufata nka bus ,ipine itobotse mwese muravayo mukayisunika naho muba mudakundana .Ndakunze iyo ngereranyo. NIYO kabisa.
@niragirajanvier6775
@niragirajanvier6775 Жыл бұрын
Gusa akakademu ndashaka inumber yiwe
@liberemugenzi9803
@liberemugenzi9803 Жыл бұрын
Inda yagiye mur estomac😅 yesu ari mukugaruka vyabitangaza biratanguye kuboneka
@ngkidzdancers
@ngkidzdancers Жыл бұрын
Ikiganiro ntigihera
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 Жыл бұрын
Namwe aba journaliste mukomez mukoresha simbiz wase mavumba wenyen twamuhaz bisab amar nkamez3 ntakiganir akor tubanz tumwibagir ibiganir vyiw vyaturambiy kand mumubaza ibibaz bis nkivyab yakorey kuyand matv oy kbx twamurambiw
@able904ceiling
@able904ceiling Жыл бұрын
Niww wamurambiye sitwes
@kanyamunezaestella4508
@kanyamunezaestella4508 11 ай бұрын
Najew namurabiwe 😂😂😂😂
@titieloge
@titieloge Жыл бұрын
Abantu ntiboroshe iyo bumvise ko ufise akanoti utahagabiye boguhomvya .
@ndayishimiyeelyse4125
@ndayishimiyeelyse4125 Жыл бұрын
Reka.gucafuza.aband.wan.nn.ivyinda.birakurab.kwabarund.mushigwa.nubus.
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@صالحالصوافي-غ5و
@صالحالصوافي-غ5و Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Бенчик, пора купаться! 🛁 #бенчик #арти #симбочка
00:34
Симбочка Пимпочка
Рет қаралды 4 МЛН
Бенчик, пора купаться! 🛁 #бенчик #арти #симбочка
00:34
Симбочка Пимпочка
Рет қаралды 4 МЛН