SINEMA z'IBURUNDI ziratewe bidasanzwe II Isaac azanye uwugiye gufata igisagara batitonze II irabire

  Рет қаралды 2,070

Isaac Tv

Isaac Tv

Күн бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 42
@christainc.5217
@christainc.5217 7 ай бұрын
Oya imeze neza vraiment ❤❤
@JumaNinziza-fx8lg
@JumaNinziza-fx8lg 7 ай бұрын
Akira mshurwe yaw bro 🎉🎉 , ubikora nez witekerereje ndakwubaha ndakwubaha ufise ubwenge courage ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@MutoniHusna-xe1lz
@MutoniHusna-xe1lz 7 ай бұрын
Joël wubahwe turakwemera ukora film zoryoshe zirimwo impanuro ,
@AGASOBANUYEROCKYY
@AGASOBANUYEROCKYY 7 ай бұрын
❤❤❤
@DestineGakiza-fb2so
@DestineGakiza-fb2so 7 ай бұрын
Umusaza Sky joël wa NGOZI Nakubali xan
@christainc.5217
@christainc.5217 7 ай бұрын
Jendiko ndiyumvira aho nzoja gukinira😂😂ninashika mugihugu nzoraba aho nzoja hari serieus❤
@AGASOBANUYEROCKYY
@AGASOBANUYEROCKYY 7 ай бұрын
Kalibuni
@AGASOBANUYEROCKYY
@AGASOBANUYEROCKYY 7 ай бұрын
Kalibuni
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 7 ай бұрын
Wooooa 😂😂😂😂😂😂😂😂
@RandriMahoro
@RandriMahoro 7 ай бұрын
Ndasubiriye kukubona , ndaguheruka miri film Icabuze ( Missed point ) baguta miri Piscine , na Film INGARUKA kuri Burwood tv , n' izindi nyinshi mimpe numéro yiwe nzomuhe akantu
@JeanRuk-sp4si
@JeanRuk-sp4si 7 ай бұрын
Nndagushigikiye nimba mutazoca mumera nkabandi batwereka ibikorwa dutanguy kubikunda mugaca mugenda nditumenye iyomugez gs crg bwana Jojo
@ruandarwada-yo7hy
@ruandarwada-yo7hy 7 ай бұрын
Ikoz nez can kbx iraryosh pe
@KaliniaUmwasintabakure
@KaliniaUmwasintabakure 7 ай бұрын
Nukuri abobajama barakwiye gushigikigw barabikwiye ❤😢 nimubafate mumugongo nukuri mwumve ivyobabasaba
@BellaRukundo-en4zr
@BellaRukundo-en4zr 7 ай бұрын
Icondagukundira uzi kubana nez n' abantu
@rehemakwigize6220
@rehemakwigize6220 7 ай бұрын
Isac naw urashiramw nagasukari kwl rek nsimbirey ndabe ako gahinda ndagaruk mbandany ICO kiganiro caw
@MutoniHusna-xe1lz
@MutoniHusna-xe1lz 7 ай бұрын
Jew nayiravye yose rekanamwe ndayibature iraryoshe
@Joachim-Smith
@Joachim-Smith 7 ай бұрын
Ngozi Hejuru Cane 🎉🎉🎉
@kekedor257
@kekedor257 7 ай бұрын
Cane kabisa Ngozi har impano yabakinyi ba films peee🎉🎉🎉🎉🎉
@ROCKYKIRABIRANYA-gi7bo
@ROCKYKIRABIRANYA-gi7bo 7 ай бұрын
Aha ni Buja ville ntibagukange Kora ntubahe agahengwe
@kekedor257
@kekedor257 7 ай бұрын
Sha Joël arandika films neza peeee kd courage
@AGASOBANUYEROCKYY
@AGASOBANUYEROCKYY 7 ай бұрын
Asante sana my sister
@gloriaminani3067
@gloriaminani3067 7 ай бұрын
😂😂😂Uraza, bukebuke, banzonguvutura😢abontibavyfyina😜😎
@IrankundaSibomana
@IrankundaSibomana 7 ай бұрын
Courage
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@AfricaAnimalsv9
@AfricaAnimalsv9 7 ай бұрын
❤❤❤
@AminaNeza-i1z
@AminaNeza-i1z 7 ай бұрын
Muduhe linkedin tumukurikirane
@VIBLAISE680
@VIBLAISE680 7 ай бұрын
Hhhh kbs
@khanwkk
@khanwkk 7 ай бұрын
Gabanya ubwishime havuge ibikogwa uwufise ivyakora ntarindakwiyamamaza.wewe koragus ibikogwavyivugire turakurindiriy kbx.
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 7 ай бұрын
❤❤❤😅
@UR.ChristianoRonardo-ci3gg
@UR.ChristianoRonardo-ci3gg 7 ай бұрын
Abanyabujumbura n' abana babi bazoguhindura , ariko turakunda ibikorwa vyaw
@HavyarimanaMethode-iq6nf
@HavyarimanaMethode-iq6nf 7 ай бұрын
Noe link irih naw vyaragucanz
@numero326
@numero326 7 ай бұрын
😂😂😂 banza umenye cinema hama umenye uko bikogwa harimwo abantu nabinye babikina za 2007 babarusha muri 2024 plz
@MutoniHusna-xe1lz
@MutoniHusna-xe1lz 7 ай бұрын
Wewe ushaka gupinga joel zana iyowakinye Uwo yarakoze nuko abantu mutemera , uwo turamwemera ahubwo wew wasaze wacomye canke uvugivyutazi
@BellaOfficial6130
@BellaOfficial6130 7 ай бұрын
❤❤❤🎉❤😂🎉😂🎉😂🎉😅
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 7 ай бұрын
Vuba ndaje nzobihera location rata
@AGASOBANUYEROCKYY
@AGASOBANUYEROCKYY 7 ай бұрын
Mbaye ndashima Sara❤
@ADtopcaste
@ADtopcaste 7 ай бұрын
give him the floor
@AGASOBANUYEROCKYY
@AGASOBANUYEROCKYY 7 ай бұрын
❤❤❤
@BellaRukundo-en4zr
@BellaRukundo-en4zr 7 ай бұрын
Icondagukundira uzi kubana nez n' abantu
@BellaRukundo-en4zr
@BellaRukundo-en4zr 7 ай бұрын
Icondagukundira uzi kubana nez n' abantu
@MariyamuBirimana
@MariyamuBirimana 7 ай бұрын
@AGASOBANUYEROCKYY
@AGASOBANUYEROCKYY 7 ай бұрын
Merci
Please Help This Poor Boy 🙏
00:40
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 9 МЛН
Worst flight ever
00:55
Adam W
Рет қаралды 24 МЛН
Les câlins, on en parle ?
17:50
Yaga Burundi
Рет қаралды 3 М.