Intahe ibabaje cane😭/umugabo yankubita mfise inda kandi ikuze😔/yarasigaye anankubitira mu bantu😭

  Рет қаралды 64,261

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Жыл бұрын

#sirenvibestv #intahe

Пікірлер: 377
@godsgrace6820
@godsgrace6820 Жыл бұрын
Courage à toutes les femmes battues il faut surtout oser demander de l'aide et briser le tabou. N'ayez pas peur de dénoncer vos bourreaux c'est vous les victimes la honte doit changer de camp. Ma maman fut femme battue elle a été libérée par ses enfants quand nous sommes devenus grands. J'ai horreur de ces hommes sans cœur
@eustachesitaki3698
@eustachesitaki3698 Жыл бұрын
Waraciye mu nzira y' umusalaba kweri. Imana igukomeze yo ngere ifashe ihinduka abandi bantu bafise ububegito butandukanye
@ck8137
@ck8137 Жыл бұрын
Hariho abantu bakora ikibi kurino si kweli. Uyo mugabo ahari Imana imugirire neza ahinduke
@nsc4102
@nsc4102 Жыл бұрын
Numva umenga nokubona nkakuyambira vyonyen nkakunyingisha kugatima kawe😢😢😢
@AnnociatteNyishuyimana-bz2uj
@AnnociatteNyishuyimana-bz2uj Жыл бұрын
Yoooo mpore mwiza inkuru yawe irababaje ariko ukomere urere umwana wawe umukunde umuhe urukundo rwose kugira ntabe affecté namateka yawe nacanecane ko yatanguye kubabazwa akiri munda utamubaye hafi cane vyohungabanya amarangamutima yiwe
@dorianenibasumba7917
@dorianenibasumba7917 Жыл бұрын
Imana izoguhoza ww n,umwana wawe 🙏🏻❤️❤️❤️. Intahe yawe irankozeko
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 Жыл бұрын
Mana yanje😭😭mbg ubuzima bubi😥😥wagowe uri muto kibondo🙈ihorere burya Imana yaramaze kumwerek KO yabivye ikibi azosarur ikibi nyene
@belyseaime6187
@belyseaime6187 Жыл бұрын
Imana ibahezagire kiki wiwacu Yezu wakurikiye abandanye agukomeze kandi umwizere kuko ninteturuye.
@sandrineinamahoro7378
@sandrineinamahoro7378 11 ай бұрын
Uuuh, ni nk'uko ari film. I'm speechless. Uyu mugabo ntari normal vraiment, siwe, ni uwo gusengera pe. Kandi akwiye guconsulta umupsychologue. Ni ukuraba ukwo yabayeho n'ukwo yakuze. Ariko arimwo dayimoni kweli, c'est sûr.
@ntigere7617
@ntigere7617 Жыл бұрын
Imana iguhezagire wakoze ukushoboye Izobiguhembera mwizz
@grettamukezamfura408
@grettamukezamfura408 Жыл бұрын
Wamugabo we wakoze ibi bintu ikubit kumutima uvuge uti ndimbwa nibisa nayo vyose.
@lindakaka1754
@lindakaka1754 Жыл бұрын
Hahahahha Nice message.
@kattofahion4209
@kattofahion4209 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂 abo nibo bagabo b imbwa
@user-uq8fh4fr6i
@user-uq8fh4fr6i Жыл бұрын
Nukuri niyikubitep ereg siw wenyen nibesh bamez nkaw sinarinzik muburundi dufis aho twuruhukir burets nze nanj gutangubuhamy marany imyak 13 ndebeko noruhuk mumutim nukuri mama uze wibuk aba mama nukuri besh turarush
@lindakaka1754
@lindakaka1754 Жыл бұрын
@@user-uq8fh4fr6i Nta mugabo wambwira nabi kabiri, Finalement birangira urwaye za cancer....
@Anny-p62
@Anny-p62 Жыл бұрын
​@@user-uq8fh4fr6iyoooooh maman mpore urakeney uwubwir agahinda kawe hm ukaruhuka
@emelynendikumwenayo9579
@emelynendikumwenayo9579 Жыл бұрын
My sister komera wongere ukomere ubuzima bubi ninkinyigisho , uzobaho pe Imana niyo nkuru
@user-sw2eo2rl2j
@user-sw2eo2rl2j Жыл бұрын
Yoo mpore nanje yarankubita fisinda yamezindwi 😢😢😢
@user-ny1fj5hd7d
@user-ny1fj5hd7d Жыл бұрын
I know her for sure in primary she was Amazing Girl thank you kuri témoignage udusangije
@belladushime170
@belladushime170 Жыл бұрын
Ikitakwishe kiragukomeza. Strong woman Kiki💪
@Christellaakijuru
@Christellaakijuru Жыл бұрын
Thank U Sis
@nadegeirambona7829
@nadegeirambona7829 Жыл бұрын
Ukomere sha😔 hama muze murabwira abatumire banyu kwiyegereza micro kuko iy barikuyijuragiza ntiduheza twumve neza histoire yiw 🤔ibisigay komera kand sha
@omarelhabibi4071
@omarelhabibi4071 Жыл бұрын
Imana niyo nkuru kandi ukomeze gukomera ,uyo nawe yararenze kubu gayidi😢😢
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 Жыл бұрын
Mana nzima nukuri mpore😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢ariko ikitakwishe kiragukomeza niwirere umwana Imana iri kumwe nawe....gusa bantu muturubika abagore banyu surtout afis inda yawe cnk yarakuvyariye sha Imana iguharire peeee 😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@sandraoselin
@sandraoselin Жыл бұрын
This is sad ,,, but what doesn't kill u Make u stronger 😚✨t es adorable et aimable cet homme est cruel ,,,take Time yo kwibabarira c est pas de ta faute t as eu la malchance de tomber sur un malade mental
@christianehagerimana8304
@christianehagerimana8304 Жыл бұрын
Soit forte ma chérie la vie continue, ce pas toi seul
@tuyisabegloria8580
@tuyisabegloria8580 7 ай бұрын
Mporeee imana izoguhoza uwonawe azobona ukwo imana izogutabara icogisibacumugabo azomaramara😭🙏🙏🙏
@felicitentakirutimana8424
@felicitentakirutimana8424 11 ай бұрын
Nukuri ndababay narize!! Ark ndakubwire wew wasambujwe n marraine wawe!! Ark wihangan cn!! AB mam twaragowe cn Iman ize iduh ijuru pe
@NtakarutimanaEliane-qz9nu
@NtakarutimanaEliane-qz9nu Жыл бұрын
Numvise umubabaro urenze, ndinze ubigira akandi kuko ivyo uvuz Nanje vyambayeko nkakubirwa nfis inda, oooo God uzoduhoze iyomibabaro, nguhaye pole kandi vyos bizogenda neza komera wongere ukomere
@Christellaakijuru
@Christellaakijuru Жыл бұрын
Mpore nawe mwiza
@kenniaivuganeza650
@kenniaivuganeza650 Жыл бұрын
Pol chch Imana izoguhoza amarira urimwiza ❤❤
@thieryvenshimirimana-ir5di
@thieryvenshimirimana-ir5di Жыл бұрын
Pole sana kiki Imana ibandanye kugukomeza Kimwe gusa ❤❤❤
@niyitangamignone6843
@niyitangamignone6843 Жыл бұрын
Mpore cane sha Kiki,waciye mubikomeye cane lmana ishimwe yo yagukuyeyo amahoro n'ikibondo cawe,kumwe n'lmana naho woca mumuriro ntaco uzoba,courage mama warwanye neza
@KimanaSanta
@KimanaSanta 4 ай бұрын
Mpore Imana izoguhanagura amarira ❤❤❤❤uracari muto
@user-eq6qp2jn2v
@user-eq6qp2jn2v Жыл бұрын
Oooh,nukuri kiki turafashijwe.gusa ndabbye vrt nimb vyagenzuku.ark kwisi tugum twigaaaa.merciii
@BenigneNduwarugira-tc4yj
@BenigneNduwarugira-tc4yj Жыл бұрын
Pole sana vrt intahe yawe irababaje ariko kandi irimwinyigisho kuk wigishije beshi gukomera
@Fitbdi
@Fitbdi Жыл бұрын
Ukuntu Uri na keza disi, uganira na neza, ukomere bizogenda neza
@marieirenembonihankuye851
@marieirenembonihankuye851 Жыл бұрын
Yooo mpore mwa. Imbere ni heza, Imana yakurinze izogutwenza. Humura
@salehjassim2857
@salehjassim2857 Жыл бұрын
Be strong dear kiki! Imana irakuzi kndi izoguhoza mwiza ndafashiijwe❤
@theogeneirakoze4906
@theogeneirakoze4906 7 ай бұрын
Kiki uzohanagugwa amosoz shasha gikur ugum kwibanga❤❤❤
@edmustofficial4914
@edmustofficial4914 Жыл бұрын
Very sorry Young woman Imana ibandanye kugukomeza
@NDAYISABAClaudine-ff9vu
@NDAYISABAClaudine-ff9vu Жыл бұрын
Soit forte ma kiki la vie est continue❤
@innocentnduwayo9721
@innocentnduwayo9721 Жыл бұрын
Yooooooo mpole Di kiki narihuse narayiravye kwl nuguhera kway ntikwanezereye
@Dusenge-TV
@Dusenge-TV Жыл бұрын
I can’t believe what I am listening right now😢😢😢
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 Жыл бұрын
Sh Mpore mpore kbx kumbe ya Film yari inkuru yawe vrm
@jajakajaniri5813
@jajakajaniri5813 Жыл бұрын
Yoooo Pole Sana Mukobwa Mwiza 🌹🌹🌹😘😘😘 Ivyo Binkozeho Disi ❤️❤️🤔🤔🤔😭😭😭🙏🙏 Kumbe Ivyo Wakiny Ni Mpamo 🌹🌹🌹 Iman Izoguhoza Amarira Warize
@Christellaakijuru
@Christellaakijuru Жыл бұрын
Amen ego n'impamo
@user-kf6gc4tp5e
@user-kf6gc4tp5e Жыл бұрын
Nkumugabo yase,umukobwa nkawe,akunda abameze gt????😢Kiki ntugirubwoba IMANA izokugirira neza Bose,batangare,umu Marraine nkuwo,aragowe😢
@nduwimanaperles6452
@nduwimanaperles6452 10 ай бұрын
Merciii bcp ma kiki turafashijwe cnee ,lavie est continue
@nsengiyumvaaline1773
@nsengiyumvaaline1773 Жыл бұрын
Narinz KO ari irya film yarko akina me birya yakinye yar vraie histoire ? Mpore ma chérie Imana izogushumbusha iguhe uwundi mugabo
@gratianzabana6769
@gratianzabana6769 Жыл бұрын
Mpore canee Mwiza🌹❤❤
@fafairambona7773
@fafairambona7773 Жыл бұрын
Ooooh lalaaaaa😥😥😭😭ma kiki lmana ni nziza cane kko niyoyatumye ivyovyose ubicamo yongera iranabihusimbutsa🙏🙏intahe ibabaje cane
@AngeDarlene-sb3kx
@AngeDarlene-sb3kx Жыл бұрын
Avuga buke kweri gusa numvisemwo bike Imana nimugira neza azogukurize ikibondo nawe yongere akurinde kandi yarakurinze iyitahab warikugira ibibazo nyuma yoguhura nivyo
@ngabirelynda4160
@ngabirelynda4160 Жыл бұрын
Gusa warukiri muto disi,Imana izogutoranirize uwuzovura ibikomere ufise.
@amanyasmary5348
@amanyasmary5348 Жыл бұрын
Amahigwe yokuronka uwundi uracayafita we manza utuze ❤️utekane
@ange-marie4559
@ange-marie4559 Жыл бұрын
Ingene uraka innocente rero😢😢😢Be strong ❤
@niyomwungerepatrick5551
@niyomwungerepatrick5551 Жыл бұрын
Abeza bahura ningorane kweri, Umukama abandanye aguhezagira muvyeyi wagize ingorane ukiri muto.
@nenegiriteka1668
@nenegiriteka1668 Жыл бұрын
Best video so far on siren vibes,Mpore mpore
@angemuco3591
@angemuco3591 Жыл бұрын
mpore mwiza abagabo badakijijw n danger
@bibikiki8437
@bibikiki8437 Жыл бұрын
Stay strong ma belle ❤️🇧🇮🇨🇦 Imana izoguhoza Bravo pour ton témoignage Ufashije benshi nubwo utabizi Nzoraba film yawe yose Kandi wagize neza gushira ton histoire muri film. Hama next time uzovuge amazina yiwe bamumenye Ntugahishire igikoko nkico Pole sana ma chérie ❤️❤️
@NkurunzizaoRegis-gi3lx
@NkurunzizaoRegis-gi3lx 8 ай бұрын
Kabisa abigeme mutarubaka Imana Ibarinde kwubakana ni abo bajakuzimu bakorera satani kumugaragaro.numva mbabaye Ku buzima nk,ubwo uyo mukobwa mwiza yabayemwo ni ubuto bwiwe afise vrmnt.
@Bby_rasta
@Bby_rasta 11 ай бұрын
Nukuri uyo mugabo yarishetani vrt😭😭😭😭Imana ihe umutima abagabo nkabo guhinduka nukuri L'histoire est vrt touchante😭😓t'es très forte bbn🫂iyab abakobw twes twoba forte nkawe
@user-om5cd2bx5q
@user-om5cd2bx5q 3 ай бұрын
Jewe amasozi arandenze😢😢 vyukuri warababaye ariko ikinezera nuko uri no stress
@DivineMunezero-kt9ms
@DivineMunezero-kt9ms Жыл бұрын
Yooooo Mana kiki mpore mwiza burya nakuraba mulifim nkangukunda imana izoguhe uwuguhoza amarira meshi warize❤❤❤❤
@KwizerimanaChance
@KwizerimanaChance 3 ай бұрын
Nukur yaryoheye mugabokandiyarambabaza hamwenamarira antemba
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 7 ай бұрын
Iyi témoignage irambabaje vrt😥😭😭ni htr ihangane shn kiki
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 Жыл бұрын
Gus sinkubesh uriy mugabo azogaruk agusege azogaruka atakibash kugukubita niy womuha ubw bubasha atavy yobasha Kiki uzokore uzobe inyangamugayo umwana wawe uzomurer umuh urukundo se ataguhaye so kand naw uzoronk uwuzoguhoza ay marira kand abagabo bose sic kimw harih abagifise ubuntu uherey kuruwo mwicaranye naw numu Papa mwiza
@suzannenahabandi6872
@suzannenahabandi6872 Жыл бұрын
Sha komera disi nkubwire ico shika cose umwana ni ingabirano ikomeye !!!’
@user-tl3qk3nm3d
@user-tl3qk3nm3d 11 ай бұрын
Imana iguhezagire warakoze ivyuterezw yaranaguhaye kwihangana
@lettynikundana8418
@lettynikundana8418 7 ай бұрын
Pole sana madame ,wewe warakize courage yo kuvana n'uwutari rwawe imana ibandanya iguhezagire yongere igukurize umwana,inakurinde no mubuzima buzokurikira
@agnesirambona-yf6mo
@agnesirambona-yf6mo Жыл бұрын
Mpore sha ndumv wagize ibibazo gusa komera IMANA izoguhoza
@magnifiquenshimirimana7199
@magnifiquenshimirimana7199 Жыл бұрын
Ukomere kiki wanje wabibayemwo umwanya muto jeho vyabay nkab10 ans ariko uyumusi nshima Imana narakomeye kdi narateye Imber gusumba, urer umwana wawe umubere umunezero ,ukore kko ntaguheranwa namateka,nda❤
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 Жыл бұрын
Nimuhumure turi benshi jew 12 ans knd Ubu namahor mumutima kbx
@IgiranezaFaximille-iw7gu
@IgiranezaFaximille-iw7gu Жыл бұрын
Aha turarushe😢😢 Ingo zikigih ziragoye
@williamboniface5851
@williamboniface5851 Жыл бұрын
ASha nikibazo kwel ivyubu birangoye kwel
@user-uq8fh4fr6i
@user-uq8fh4fr6i Жыл бұрын
Mbeg ubuzim burimung zikigih iman ize iratuba hafi nukuri ndabon ndimubandi harabondush nabandusha arik dufisiman bury aba mama bubakiy kuri vyishi
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx Жыл бұрын
Et finalement twebw tutararugwamw turashobor kubiheb kk Numv ar imiruh gusa
@dorinekayezu8536
@dorinekayezu8536 Жыл бұрын
Mpore vrt kand Imana ishimwe kuba warakomeye
@berlineakimana9444
@berlineakimana9444 Жыл бұрын
Ndibuk umbwira ngo waremey ko mugira mariage ndakubajije nti wavyemey gut ngo sinzi😅😅😅 nurumiw gusa Imana Iriho knd Irakora ko bisigaye ari amateka ubu turatwenga disiii😅😅😅 loloooooo urakunzwe Kiki wnj❤️
@uwishimiyimanadelicia
@uwishimiyimanadelicia Жыл бұрын
Yoooh! Kiki ukomez kwihangan knd polsaan
@Freshstudio257
@Freshstudio257 Жыл бұрын
Top kiki pole disi , témoignage yawe turayizi. Imana yama itanga ayandi mahirwe
@user-ou1wv1ng3b
@user-ou1wv1ng3b Жыл бұрын
Mpore Kiki gusa ndagukunze Caan Imana yaragukomej
@Christellaakijuru
@Christellaakijuru Жыл бұрын
Mercii boku
@user-bn2ee9fq3f
@user-bn2ee9fq3f Жыл бұрын
Pole sana wabaye nkanj nukuri sha dukomere abantu twaciye mkubwa buzima
@FB-df6bp
@FB-df6bp 11 ай бұрын
😢why? Imana itabare ababaye murizi situations, biratey agahinda kwicwa nuwogukijijre😑 umu journaliste agira ecoute aratanga umwanya 👏👏courage Christelle🫶
@wilsonwallas-vp4xt
@wilsonwallas-vp4xt Жыл бұрын
Ukomere cane Imana irakubona kandi igikuru nikuba ukiri muzima Kiki
@AnnociatteNyishuyimana-bz2uj
@AnnociatteNyishuyimana-bz2uj Жыл бұрын
Ibisigaye ukomere inyuma yibibazo hari ukwirurwa Imana izokunezereza numwana wawe mwibagire kahise
@aburundiangirl151
@aburundiangirl151 Жыл бұрын
What a strong lady❤️Imana imuhezagire kuri témoignage atanze.
@AnnociatteNyishuyimana-bz2uj
@AnnociatteNyishuyimana-bz2uj Жыл бұрын
Hama shn umuntu nimugari niyo mukundana 10ans ivyo atashatse kumenya ntiwari kubimenya rero ikibazo wagize sukwihuta ahubwo namahitamwo mabi niyo akureka mukabana muriyo 8ans ivyo utamenye ntiwari kubimenya
@ninishalom7271
@ninishalom7271 Жыл бұрын
uwomusitsta twariganye nani kuri Ngozi 1 pore sana sister yeeeeih shaaaaa pole sanaa, uziko wamugani ariwo !!! ? ndawuretse mugabo abagabo une fois nibabi gsa bihanure cne!!!
@ntirantibagirahawa9134
@ntirantibagirahawa9134 Жыл бұрын
Mpore irere Akana kawe ,kazokura kazogufasha ❤❤
@KellyMbazu-sw6ml
@KellyMbazu-sw6ml Жыл бұрын
Hey Christella mbabajwe n'inkuru yubuzima bwawe chrie b strong Isi nikwimera mamy mumuntu nikure😢😢😢
@schadrackniyonkuru
@schadrackniyonkuru 2 ай бұрын
Pole sana mukobwa hariho vuga na ziba appetit yokuja kurongogwa iciyihera pe
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 Жыл бұрын
Christella pole sana
@habonimanamumanitha5030
@habonimanamumanitha5030 Жыл бұрын
Uyomugabo..yarumuhimbiri
@mbanenimanasaf7308
@mbanenimanasaf7308 Жыл бұрын
Pole sana IMANA izoguha uwundi
@user-nq3nl5mm3d
@user-nq3nl5mm3d 4 күн бұрын
Sha ninkuribabajye Kristela mpore mwizawanjye
@user-vr8es4we6q
@user-vr8es4we6q Жыл бұрын
Numva nshaka nimero yawe kuko iyonkuru yawe inyibukije vyinshi😢😢
@lindankurikiye9881
@lindankurikiye9881 Жыл бұрын
bavyita KUVUMBUKURA ! COURAGE MADAME !
@lydi791
@lydi791 Жыл бұрын
😢😢😢iyi ni ntahe ya3 numva pole sna Kandi bikora na ba marraine,
@ChachaChany
@ChachaChany Жыл бұрын
Christella mpore kabisa twarabibony muri "narihuse"
@munezeroaurore6791
@munezeroaurore6791 Жыл бұрын
😭😭😭😭😭😭 ndabuze ico mvuga gusa uyo mugabo atarozwe afise umudayimoni umurimwo nuwo gusengera nukuri 😭😭😭😭😭 ariko Kiki nukuri uzova mwikintu gukomey kandi aba maman dufise ikintu dukora kubera ineza yabana😢😭😭😭😭😭😭
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e Жыл бұрын
Havuga uwo bubezwe nhtr
@muna8654
@muna8654 Жыл бұрын
Pole sana chr
@nicolenininahazwe8748
@nicolenininahazwe8748 Жыл бұрын
Uyu mutumir iyo mumwambika micro cravate
@macjoy4897
@macjoy4897 Жыл бұрын
Mpore ncuti abagabo nkabo baragwaye en fait, nukubegera kure
@izerimananana5327
@izerimananana5327 Жыл бұрын
Tu étais vraiment un enfant i forget it😢😢😢
@florenceflorence8084
@florenceflorence8084 Жыл бұрын
Kiki Imn izoguhoz ayowariz mwiz 😍
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 Жыл бұрын
Sha Mumuntu ni hanini koko kuko vrm sintahura umugab n'umwana yavyaye atamukunda pe😢😢Bas yokwank nyina arik n'umwana wiwe yavyaye vrm anamwemera???Sh Kiki mpore vrm kuko nunv waciy mubuzima bugooooye kand vrm bubabaje pe mpore mpore
@user-uq8fh4fr6i
@user-uq8fh4fr6i Жыл бұрын
Arik naw uracavug jew navyay nig 6ème urumvako narumwan mumutw sha ndakubitik uwotwavyarany arink igisirikar shahu nzing agiy kuronkubury amfash hew yarambon akiruk nukuri ndahangayik ndakubitik uravyumv naw nomuhir bib ibibaz ub nkubwir amez kuj somalia3 ntanumus umwndabon na 10mill urets uturat yazaniyumwan ntahari ubumwan akwij 13ans nanj ub ndihanze iman yaramfashij ndik nit kumwan wanj ubu niho arikazanutujamb ngi ndamumuh utets babanj kunyic nih Nomumuh bury muntu umwan araryoh nukuri naband bafisikibaz nkik bakomer dufisiman
@clementinebutore7282
@clementinebutore7282 Жыл бұрын
Mpore sha wubatse ukiri muto utazi neza ivyugiyemwo uca urongorwa n 'igikoko komeza wiyubake ukomere cane nizere ko ataho muzongera guhurira
@solangenininahazwe2542
@solangenininahazwe2542 Жыл бұрын
Pole saaana, muga iyo baboha uko kuboko micro ikaguma hamwe
@yvettedusabe547
@yvettedusabe547 Жыл бұрын
ukuntu uri keza shaa
@user-qu4js2nf5m
@user-qu4js2nf5m Жыл бұрын
Nukuri imana ibandanye igukomeza urankomeje cane gose
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza Жыл бұрын
Mwa bantu mwe,ivyo bintu vyarabaye canke ni film.Mbega umudamu yagize ibibazo,pole,pole,mukobwa mwiza,waciye muri vyinshi
@batamurizashimeyesu8367
@batamurizashimeyesu8367 Жыл бұрын
Ihagane ❤🇷🇼
@evelyneirakoze7479
@evelyneirakoze7479 11 ай бұрын
Courage mu Damu mwiza,harahuye ninyamaswa 😭
@HubertNisubire-vu9pt
@HubertNisubire-vu9pt 11 ай бұрын
Iyi témoignage irandijije gusa naho woba uru munyamakosa gute ntushobora gukubita Umuvyeyi encore amaraso yawe ngo nate hasi vrmt uyo mugabo ninyamaswa ahubwo nimutoyi wasatani gusa uyomugabo ni ndaya vrmt kuko ivyo yabikora kubera iyongeso mbega yibaza kumwana arugupfa kuronka emwe ndumiwe nabagabo nkabo babaho kw'isi ngo bamare iki vrmt
@pacifiquebukuru457
@pacifiquebukuru457 Жыл бұрын
Olala birababaje kweli. Soit forte kiki imbere ni heza mwizina rya Yezu
What it feels like cleaning up after a toddler.
00:40
Daniel LaBelle
Рет қаралды 76 МЛН
КОМПОТ В СОЛО
00:16
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 28 МЛН
КАК ДУМАЕТЕ КТО ВЫЙГРАЕТ😂
00:29
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 9 МЛН
Как бесплатно замутить iphone 15 pro max
00:59
ЖЕЛЕЗНЫЙ КОРОЛЬ
Рет қаралды 4,9 МЛН
NARIHUSE/S01/EP_01/URUGO RUBAMWO IBI TUBONA BIBAHO
23:18
Joachim Smith•
Рет қаралды 48 М.
Rumonge City: A Casual Tourist's Delight (23 Summer Vlog 5)
9:36
GATEKA Documents
Рет қаралды 7 М.
What it feels like cleaning up after a toddler.
00:40
Daniel LaBelle
Рет қаралды 76 МЛН