Muraryosh basha, jew ndakunda girlfriend even if ndi umugabo, because i have two *girls" that i lov so much. My wife and my daugter. Abahungu nibatinyuk, hari umukobwa yirondera, kandi w'umutima, murongore, , umugore afise akantu arubaka.
Jew ndi umugabo,hanyuma ivyomuga nivyo ariko ubwanyu mugeze murugo ntavyomwokwibona gushira mungiro.urugo ni ama vol menshi.urugo ni urukundo,si ifaranga.hanyuma sachez que une femme est un être fragile,la confiance compte,l'entente et le respect mutuel.
@irakozechimene656Ай бұрын
Ndabakunda Disi Shaka Un Jour Tuzokwicaràne
@JosephSibomana-wo2qtАй бұрын
Shalom namahoro ivyo muriko muravuga nivyo muga mwageneralije ivyo ntibiri kuri bose hama nkebure hosy iyuvuze ngo baramwononye gisa nabi caaane gose gerageza urondere amajambo atababaza
iyi sujet yari ikenewe gosee hama Hosy mugarukane ca kiganiro c'abantu bagira imanza bakavuga twikotere imvutano nukuri vyagarutse kdi vyasaze
@kirasenyakurambaАй бұрын
Hello Siren Vibes team n'umu invitée.Iki kiganiro kiri very interesting.Pour moi,femme indépendante ntakwiye kuba single mother canke single lady kuko vyoba biba ubuhungiro kuko batubatse ariko yoba une Fille ou Dame en general yiyumvira kubaho no kuronka ivyo yakoreye.Pour les mariées nibo bakwiye kuba modèles kuko for example umugabo ni Prof d'université ariko yitavye Imana azojana na Diplôme yiwe.Ariko umugore akwiye guca arondera un business akora kugira azosigare aratunga umuryango.But vyose bikaba mu mwumvikano.
Ikibazo si abahungu babatinya ,ikibazo ni Abo bakobwa beshi bamaze kubona uduhera baca bagomba kuba abagabo ,s non umugore sivyafise umugore ni respect peut importe ivyo yoba afise ,Hama umuhungu yoba abatinya ni just ukutiyemera no self-confidence kbs ! Si non nagukunze ñaho woba ufise indege nkaronka uko duhura , lazma ndabikubwire
@irapretty659Ай бұрын
Bavyita MISOGYNIE interiorisée😢
@PacifiqueIrambona-gh1ddАй бұрын
Turabatinya kubera buzuye ubwibone bwishii baba bashaka Kuga indépendante aragoye guhabw amategeko n, umugabo
@BimenyimanaChadrack-ml7blАй бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@haringanjibethel4555Ай бұрын
Imbere yavyose ijambo ry lmana nturihinduka mugabo kunda umugore wawe mugore ubaha umugabo waw.na bibilia ivugati udakora ntakarye vye ariko mwibuke Eva ba adamu ibintu vyose vyapfiriye mukiyagaaaa nukutaj inama 1 murugo kandi mwese mukubah lmana
@BakunzeCynthiaАй бұрын
Santiana aratahura education muri Africa iracari kure kandi niho twugaraniye
@bernicemidonzi8752Ай бұрын
Pour moi, nibaza ko ari juste mentalité zikwiye gihundika coe n'abahungu canke abasore bakumva ko ari ivy'agaciro gutwara umukobwa afise inoti canke wanashima agusumvya n'amafaranga kuko n'ababatwara nya bahungu baca bagenda babavuga nabi ngo soi-disant n'umukobwa yamurongoye... Jewe nibaza ko abahungu akenshi bibagora gutahura ko hariho abakobwa bakunda kwironderera wanashima batunze
@godsgrace6820Ай бұрын
Ni vyiza ko umugore arondera amahera ariko akagumana Ubuntu ntace abona ko ari kibirengey kizima atakaze humilité,respect bibwirizwa kuba hagati y'abubakanye peu importe uwuzana menshi. Ntitwiyobagize ko hari abagore barondeye bakaronka baca bata Ubuntu ntihagire n'ico baba bacubaha. N'abagabo n'uko ni bareke guca babona ko umugore wese aronse amahera acaba insimbarubebe. So, pour changer la donne il faut que les hommes et les femmes bahindura mentalité. Je suis une femme yagiriwe Ubuntu ararondera birakunda ndetse k'urugero rusumba caaaaane urw'umushingantahe ariko nagira ndabamenyeshe ko bimeze uko ntube uratahura ko ivyo umugabo canke umugore arondeye ari ivy'urugo atari ivy'umuntu umwe kandi bitegerezwa kubungira ubumwe atari Ibiza kubasambura ntakabuza murasambuzwa n'umugisha mwaronse kuko mwawitwayemwo nabi