No video

Sat B yavuze aho beef yiwe na Fizzo yavuye/ anyita akayabu/nari kumwereka ko nkaze kumurusha

  Рет қаралды 24,672

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

4 жыл бұрын

Who's the best ni concert yari yateguye na Lacost beach akaba ari naco kibanza yari kuberamwo. Ikaba yari yateguwe kugira ihuze abaririmvyi babiri Big Fizzo na Sat B.
Ariko ikibazo cabaye nuko inyuma ya affiche gato habaye ibibazo kugeza aho Fizzo ahakana guhangana na Sat B ngo bahindure izina rya Concert, barayihindura bayita #Facetofaceconcert... ariko kugeza ubu Fizzo yahakanye ko atazoboneka muriyo concert
Ntiwibagire gusiga Commentaire yawe aha musi. Turabakunda
Kora subscribe, like na share mudufashe kugeza Kure ibiganiro tubakorera
Follow us On:
FACEBOOK : Siren-vibes-...
INSTAGRAM : siren_vibes...
TWEETER: Siren Vibes TV
#SatB #SirenVibesTV

Пікірлер: 165
@nibagwireesther4579
@nibagwireesther4579 4 жыл бұрын
Watching this from Kigali Rwand🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@celeusmutabazi4130
@celeusmutabazi4130 4 жыл бұрын
SAT B,uciyubwenge🤝
@lilpaff-noma8573
@lilpaff-noma8573 4 жыл бұрын
Incabwenge sat-b by lil paff-noma from Mozambique
@jimmyndayizeye6489
@jimmyndayizeye6489 4 жыл бұрын
Par ubwenge ww utahura iki ???
@berryahishakiye3378
@berryahishakiye3378 4 жыл бұрын
Murakoze kuturonderera umuco. Siren TV
@oluwaburundi698
@oluwaburundi698 4 жыл бұрын
Siren Tv🔥🔥🔥
@patriqueniyibizi7310
@patriqueniyibizi7310 4 жыл бұрын
Korakazi mutama urekane nubwobujambo wewe kora turakwemera😗😗
@wab5141
@wab5141 4 жыл бұрын
Sat-B sindamufana, mé avug ukuri Amajambo yiwe ari précis💯
@Yvette314
@Yvette314 Жыл бұрын
Wamufana ngumuhe iki
@ndayihimbazevianny6467
@ndayihimbazevianny6467 4 жыл бұрын
Yagaaaaaaaa sat -b urakomeye kand rekan Na fiz agomba kugusubiz inyuma
@emmanuelbanda96
@emmanuelbanda96 4 жыл бұрын
Uyo mupeti yarashishwe n'umuntu yomugandagura kugira aje mukibanza cambere.
@kanezadoreen3214
@kanezadoreen3214 4 жыл бұрын
Emmanuel Banda oya sat b aripfuza ko bobana mumahoro na Fizzo sat b ntagara sha😥
@jacksonnzabamwita9963
@jacksonnzabamwita9963 4 жыл бұрын
Kirazira kwikora muzuru imbere ya camera abantu bose bakuraba ni bibi ubwo nubuja
@nshifanuelnshime3336
@nshifanuelnshime3336 4 жыл бұрын
Sat be please ntuzusubire kwitwaza lolilo
@nzobakengaesperanza6266
@nzobakengaesperanza6266 4 жыл бұрын
Sat B niwe akaze fizzo naje hariya yiyemera ataricari
@chrysons9863
@chrysons9863 4 жыл бұрын
Mmm sat wibuke kwagukuriy ureke kuguma wibuka ivyakera kuko icogihe yagutuma niwari mbwmenyekan nn mugezaho ama bif mwubahane 😊😊
@alesnema9596
@alesnema9596 4 жыл бұрын
Oya ukuri kuravurwa fizo nimbwa muvyemere satura yaje nka simba yaciyeko kiba kiba ubu nimbwa nawe nka fizo abana bubu turakora Kandi twifuza kubaka iterambere dufashe igihugu fizo wanyu niyerekane ico yamariye ubundi 🇯🇴
@nsengiyumvabienvenu8491
@nsengiyumvabienvenu8491 4 жыл бұрын
Chryso Bwoy cyaneeee
@ndayisengaprosper9625
@ndayisengaprosper9625 4 жыл бұрын
@@alesnema9596 heba urumogi imbwa nisowawe atazi Bujumbura
@adriang.
@adriang. 4 жыл бұрын
@@ndayisengaprosper9625 😂😂😂
@mr_yassinofficial
@mr_yassinofficial 4 жыл бұрын
😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀
@omegalpha2729
@omegalpha2729 4 жыл бұрын
Mwisubirekoo!!!
@juvenalmiburo241
@juvenalmiburo241 4 жыл бұрын
Safi ww ndagufana
@patrickkwizera5002
@patrickkwizera5002 4 жыл бұрын
Sat b aracari umwana mumutwe nkivyo vyokumwitiria umuntu sibintu vyokuvuga kuri media kuko muricogihe satb yasa nabi cane ntawutamuzi atatubu yiyambije kd arek kwiyemer aracr mut can kur fizzo
@nandygatore66
@nandygatore66 4 жыл бұрын
Osi courage ubikora neza cane, bandanya uteza imbere abo bantu bose ukoresha! Gusa akantu kamwe nobakebura muzoze murakoresha trépied kuri camera kuko image ira bougea cane ibisigaye ni bn courage sana👏
@kalubandikafiston828
@kalubandikafiston828 4 жыл бұрын
Acamaneno fanyakazi umuwoni mwenzako iko anatowa bitu bikali
@nsengiyumvajules2637
@nsengiyumvajules2637 4 жыл бұрын
Sat b reka kugara ataco umaze kwimarira cankwe wa bonyeko uzimvye kubera wageze Tanzania abamaze kugira aller retour nibivyimvya nkawe tuliya upate muelekewo
@irakozealice4438
@irakozealice4438 2 жыл бұрын
Nkunda sat-b Kandi ukuntu yishura nkuwaciye kunteb yishure Kandi uyumuhungu afise indero munyishu atanga azikuban nabantu
@clementrugamba9538
@clementrugamba9538 4 жыл бұрын
Camera man ko ayizunguza cyane
@alesnema9596
@alesnema9596 4 жыл бұрын
Yarahahamutde kwitwa king
@nishimwekevin43
@nishimwekevin43 4 жыл бұрын
Nc
@jamesnsabimana5786
@jamesnsabimana5786 4 жыл бұрын
Nakaja ndabaragiye🤣🤣
@azizasudi
@azizasudi 4 жыл бұрын
The location is completely out of order 🥺🥺
@mukamanaentoinette8997
@mukamanaentoinette8997 3 жыл бұрын
Numutama kweri.
@habicigombacabdikarim6543
@habicigombacabdikarim6543 4 жыл бұрын
Kandi ntimuzosubire kugereranya fizzo na sat b
@janviermanager4887
@janviermanager4887 4 жыл бұрын
Uyu type aravuta ndake
@evrardfireiranzitunga1160
@evrardfireiranzitunga1160 3 жыл бұрын
Oh nana oh nana!
@jamescassien7429
@jamescassien7429 4 жыл бұрын
Wew satira achamaneno fanya muziki maneno hayadaidiyii mbarituniku jichafuwatu
@daviirakoze
@daviirakoze 4 жыл бұрын
Ibintu vyokwikora muzuru kuri caméra sivyo Sat B😂😂😂😂
@sizii5276
@sizii5276 4 жыл бұрын
Davi Irakoze 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@daviirakoze
@daviirakoze 4 жыл бұрын
@@sizii5276 Nkeseriiiiiiiiii
@ledytharcilla2705
@ledytharcilla2705 4 жыл бұрын
Ibaze kweli😂😂😂
@gafdg6413
@gafdg6413 4 жыл бұрын
🤣🤣
@habicigombacabdikarim6543
@habicigombacabdikarim6543 4 жыл бұрын
Hhhhhhhh iyahenye ntiyambara.
@nzobakengaesperanza6266
@nzobakengaesperanza6266 4 жыл бұрын
Komera wangu Kaka yangu Satura ma radio
@jeandahabona3723
@jeandahabona3723 4 жыл бұрын
rek kuituaza lolilo ng agufashe gutukana arisoneye si nka wewe ntawutazi yuko misi yose ariw wama usotora fizzo gus uriyorobeka
@kamaujohn7099
@kamaujohn7099 4 жыл бұрын
Huna adabu ww lolo agarutse mumuzikii? Ntavumye tens kuri guitar hhhh mutakufa na plesha
@fligencendayisaba985
@fligencendayisaba985 3 жыл бұрын
Sat B umwami wumuziki usuzugugwa akavyemera big up bro songambere
@jimmysabu4382
@jimmysabu4382 4 жыл бұрын
Nimureke gucafuza izina rya Fizzo kugira mwubake rwanyu
@geofreyniyonkuru5724
@geofreyniyonkuru5724 4 жыл бұрын
😹😹😹😁😁😲 Satura mi kiukweli bifu zenu huwa ni vituko sana
@yactivistatv4296
@yactivistatv4296 4 жыл бұрын
😅😅😅Reka kwihayagiza
@charlesmateso6571
@charlesmateso6571 4 жыл бұрын
SAT b urikijuju peeee
@marlosmugisha2686
@marlosmugisha2686 4 жыл бұрын
Sat turamwemera knd yishurana ubwenge caaane
@nsr5135
@nsr5135 4 жыл бұрын
Mbe wew utogusuzugura ni nde ? Wubahuka Kidumu wo nanigwa Fozo ? Meny uwuri gsa
@cubahiroaboubakar9675
@cubahiroaboubakar9675 4 жыл бұрын
Sat b urashoboy muga Ntuvug kowomuzimya Mmmmm aho urihenz
@freddyndikumana8693
@freddyndikumana8693 4 жыл бұрын
Turabizi kwaruwomubono nyene atabwenge agira
@kizaadredieudo2604
@kizaadredieudo2604 2 жыл бұрын
sat b ichonomuhanura yomenya kuvuga arachiga kuvuga numwana mumutwe fizzo yokugilira bifu gute muchiga mushike ahageze kulilimba rekumunwa umusani windero navuga uko mpuye alitabi gusa likuvugisha
@nshimirimanageorgine9157
@nshimirimanageorgine9157 4 жыл бұрын
Sat b nukore ivyiwawe siko bisayangana gose wakwishimira nukore urekana na big fizz reka ndagucire umugani ntukihange igufa inyama yakunaniye hariho beshi wokwihanga reka kwita kuri big fizzo uracari muto😒😒😒
@nshimirimanageorgine9157
@nshimirimanageorgine9157 4 жыл бұрын
James mugisha 💪💪
@kamaujohn7099
@kamaujohn7099 4 жыл бұрын
Musiopenda stb mutakufa na presha walahii
@mugwanashakamadiba8726
@mugwanashakamadiba8726 4 жыл бұрын
@@kamaujohn7099 presha yiki nuwo muhirimbiri
@patricknkunzimana4740
@patricknkunzimana4740 4 жыл бұрын
Mdum bant bwoy mugab fizzo yahemy kk satb Ubu arakaz vrm ntawutabizi
@strongsoso5070
@strongsoso5070 4 жыл бұрын
wew urirofa
@meddymedarditangishaka9412
@meddymedarditangishaka9412 4 жыл бұрын
Sivyiza ayo ma beef Muzohava muba nka PFla na AmaG
@cestlaviecestlavie4073
@cestlaviecestlavie4073 4 жыл бұрын
Meddy Médard Itangishaka, kabisa ivyo uvuze nivyo...
@iranzifanny9008
@iranzifanny9008 Жыл бұрын
Acawe kurivyaho wow ceceka
@7gbbaudouin849
@7gbbaudouin849 4 жыл бұрын
Nimegunduwa kama mziki wa burundi niwa ulofa kweli mnashindwa kuelewa kuwa ndowano na mrowaji nani kavuwa samaki dogo utaishia ulofa kweli
@nzobakengaesperanza6266
@nzobakengaesperanza6266 4 жыл бұрын
Rekana na fizzo we komera Satura
@zaackoficial2269
@zaackoficial2269 4 жыл бұрын
Koyambay nkabakobwa mukondo Awuti
@keilobauer9035
@keilobauer9035 4 жыл бұрын
Hosy uri mwiza umbabarir kubikubwr
@donnar3790
@donnar3790 4 жыл бұрын
🤣🤣🤣 kwihangana vyanse , Hosy beauté yawe iri too much ohh Urimwiza Hosy
@pidasmausa2585
@pidasmausa2585 4 жыл бұрын
Bifu zaurofa tu
@johnjohnteamhatangimana9394
@johnjohnteamhatangimana9394 4 жыл бұрын
Sat b nubu ntara tekana vrt
@alesnema9596
@alesnema9596 4 жыл бұрын
Bro achana na huyo mujinga hafai mufsnyi kazi dupe kitu kipya🇯🇴
@kamanzicrouch3881
@kamanzicrouch3881 4 жыл бұрын
Mjinga ni baba yako kajifunze kwanza kiswahili uyo sat b ni mnafki
@omegalpha2729
@omegalpha2729 4 жыл бұрын
Audio nivuga sister nugukosora kbs
@mutabaziceleus3201
@mutabaziceleus3201 4 жыл бұрын
Fizzo mwihoze usatire cash gusa ntakindi,Sat b turakwemera.
@ndikumanathan1979
@ndikumanathan1979 4 жыл бұрын
Ko mutarigera muha Fizzo interview?
@baataa3143
@baataa3143 4 жыл бұрын
Urikijuju sat b fizzo ntimungana naho uzokwiruka nibirenge bishe fizzo ntozomushikira
@patricknkunzimana4740
@patricknkunzimana4740 4 жыл бұрын
King satb yagaa
@jamescassien7429
@jamescassien7429 4 жыл бұрын
Wemuachetu ufanyezako kazi uwachemaneno sas akikuzarahu harafu mamboyako yapoanasonga tatizohamuna
@nsengiyumvabienvenu8491
@nsengiyumvabienvenu8491 4 жыл бұрын
Hahahhahhaahhha Fizzo ni Mutama Basha arakurenze wewe kure cyanee.. Kand Icyo undi akurusha ntukahakane
@marieangebenigne2874
@marieangebenigne2874 4 жыл бұрын
Urwanko ntah rushikana abantu!vyiza mworaba mugakora umwe wese ibimuraba knd mu burundi harabagabo murarondera ababahuza musubize hamw mwese murabavukanyi
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 4 жыл бұрын
Nokwandika gute ozi narakurondeye kuri Instagram ndakubura jewe ndimuri 🇸🇪 Sweden nshaka kuja en contact nawe mfansha unyandikire izina ukoresha kuri Instagram
@sirenvibestv
@sirenvibestv 4 жыл бұрын
Hosy Irakoze
@remyndikumana4722
@remyndikumana4722 4 жыл бұрын
Nihaze haba kubahana kabisa Fizo yarakuboneye izuba. Umunwa ntaco umaze. Fo garder le silence
@gervaismpawenimana306
@gervaismpawenimana306 4 жыл бұрын
Umu star ata papier mouchoir akoresha niyikebuke
@williamndayikeza427
@williamndayikeza427 4 жыл бұрын
Kora akazi keza bavukanyi mureke gushwana
@jeaninewalda493
@jeaninewalda493 4 жыл бұрын
Ni vyo satub ararenze arasumba fiza
@iddinuwimana803
@iddinuwimana803 4 жыл бұрын
Reka agusuzugure kuko aragusumba muri vyose niyo ugwaye niwe akuvuza ibisigaye ukure amajambo yabapeti
@habicigombacabdikarim6543
@habicigombacabdikarim6543 4 жыл бұрын
Mwigra abanyabujumbura kandi
@gafdg6413
@gafdg6413 4 жыл бұрын
Vyose usize kumugaragaro 🤣
@blaiseniyomwungere924
@blaiseniyomwungere924 4 жыл бұрын
mugez ngaho ibintu vyamaja ataco amarira aba fans
@lewisniyonkuru3089
@lewisniyonkuru3089 4 жыл бұрын
Fizzo arakuze nivyo ariko nawe nta 18ans ubu kimwe gusa muriko mwica imico yikirundi man ww urinryarya birumvikana no mumvugo ukoresha nimugabanye amajambo murabahungu
@dativanzeyimana8339
@dativanzeyimana8339 4 жыл бұрын
Uvuzukuri satb agasuzuguro nikabi ntawakemera ubwo yagusuzugura kumpamvuki?
@barutwanayooliviertony228
@barutwanayooliviertony228 4 жыл бұрын
Ngo ngwiki??? ngo nkamwereka ko ndi the best than him??? hhhhhh ndagusetseeee vuga ikirundi uzi nezaaa hhhhhh
@Rashford_Casmil
@Rashford_Casmil 4 жыл бұрын
The best than him ntakosa ririmwo nubundi
@violettenshimirimana8255
@violettenshimirimana8255 4 жыл бұрын
Uwo akosora sat b nawe nasubire kwishure kuko ururimi ruracamuroka
@nsengiyumvajered65
@nsengiyumvajered65 4 жыл бұрын
Ikosa ririhe ngaho mshenzi?
@richardnkurunziza3796
@richardnkurunziza3796 4 жыл бұрын
Ikosa ririhe???
@marceaundayizeye1000
@marceaundayizeye1000 4 жыл бұрын
Bavuga better than him
@sinzoyihebabonuer9554
@sinzoyihebabonuer9554 2 жыл бұрын
Vuganeza ureke kuvugira kumenyo
@mpawenayonesta5417
@mpawenayonesta5417 4 жыл бұрын
Fizo kuterimbere cank gushika ahabandi bageze bizomugora umunyenzigo ntatera imbere uravye abanyarwanda batunguye inyuma yiwe indirimbo ntagihugu nakimwe ntazisangamwo ariko we nareke vyaramunaniye
@bryansmith24
@bryansmith24 11 ай бұрын
Beef iyo yagumaho niho umuziki wariguterimbere
@nimbonaalexandre1159
@nimbonaalexandre1159 2 жыл бұрын
Iyombobo mukorogo tjr BG fizzo
@richardngendakumana2871
@richardngendakumana2871 4 жыл бұрын
Ikigikorane ukundu nugitangaje susi ko muzikwunguka kweli.mugitangaza gusumba ibikorwa vyanyu
@baataa3143
@baataa3143 4 жыл бұрын
Usikanyege mwoto Dogo utakuunguza petit acana na Fizzo ni babalaooooo
@twamp911
@twamp911 4 жыл бұрын
Sha uyo muhungu ashobora kuba afise ingorane zitazwi....kuko jewe Simbona ingene yumvira inzigo Big Fizzo......!kuba amaze imyaka myinshi muri music y'uBurundi kandi akaba akibandanya akora neza cane ugwaruka tukabandanya kumukurikirana kandi akaba abandanya gukundwa na bose vyari bikwiye kumuha icigwa gikomeye....akumva ko nawe akwiye gukora kandi cane kugira aze ashike aho abandi nashitse mbere anaharenge kuko nawe nyene imyaka amaze aririmba ni myinshi kandi yatanguye music arimuntu akuze.....
@stor4059
@stor4059 4 жыл бұрын
Fizzo agira umutima mubucyane narabe ingen yokunda batoya biwe ntiyiyubaha ntabona kwariwe Mukuru vraiment narabe agabanye agasuzuguro
@laurenthatungimana723
@laurenthatungimana723 4 жыл бұрын
Sat b we uvugish ukur kuber beef ntakamaro imaze kimwe mwumvikan niho umuzik wany uzoter imber
@twizere5694
@twizere5694 4 жыл бұрын
Sat b vrt urashoboy turakwemer!! Ariko ufis imvugo iri hypocrite can kand nico mupfa na fizzo ntakind
@kaygon7923
@kaygon7923 4 жыл бұрын
SAT KING buja frever👑👑👑
@felixnkurunziza4240
@felixnkurunziza4240 4 жыл бұрын
YOU HAVE TO RESPECT YOUR ELDER BROTHER!!!
@gasanajacques2247
@gasanajacques2247 4 жыл бұрын
Felix nkurunziza but the elder should also respect the young bro
@azizasudi
@azizasudi 4 жыл бұрын
Fuck the elder brother, he should respect the other to get the respect he deserves
@ernestndacayisaba6394
@ernestndacayisaba6394 4 жыл бұрын
Felix nkurunziza ivyowavuze wobisigura
@akbardasilva2028
@akbardasilva2028 4 жыл бұрын
🤣🤣ashaj nab
@andrerajabu8078
@andrerajabu8078 4 жыл бұрын
Reki nduru dogo
@achimdidierirankunda1814
@achimdidierirankunda1814 4 жыл бұрын
Noe ga say b warabonye umuntu yibatiza?? Ubwo bu king wabuhawe nande hari uwuvuka rimwe ngo yuzure ingovyi?? Nokugira indero rereo birakenewe
@cbanews4730
@cbanews4730 4 жыл бұрын
nta politic ya music ufise,urumwana mumuziki,mureke fizzo aragukuriye ,ww uje mumuziki ubunyene ntantambwe uratera,na DRC nturayishikamwo kubwumuziki.tekana ntantambwe urashikako.
@fabricecigumije3803
@fabricecigumije3803 4 жыл бұрын
#ngoashajenabibivanyen'ingene avuga
@larissagakiza8163
@larissagakiza8163 4 жыл бұрын
Hoxy mubwire Sat-B akore umuziki wiwe arekane n'umusaza urya ntibangana !
@amolam97
@amolam97 4 жыл бұрын
Hhhhh urantwengeje mutama
@mrsugarmwanavina3731
@mrsugarmwanavina3731 4 жыл бұрын
icl kirofa satibi
@thomasndayisaba9959
@thomasndayisaba9959 4 жыл бұрын
Magogwa ngugez kumutanga wimuka urarush!!? KimW mbona yahez Ndak😂😂
@kennyalecnimubona
@kennyalecnimubona 4 жыл бұрын
Oe avuz ko utar king ko king ari Yesu aba abeshe
@tuyimuhimbakazililyrahmatu5956
@tuyimuhimbakazililyrahmatu5956 4 жыл бұрын
None mupfiki? Ivyanyu nibirebire
@abdoulhitimana126
@abdoulhitimana126 4 жыл бұрын
Saturà ww kora urekana na Big fizo kuko wwe yarakoze birashimwa ;:***kandi ngo inyenzi yisema yurira umurundi wisake
@fa-oustybryant8244
@fa-oustybryant8244 4 жыл бұрын
Ayo majambo niyo twanse cane yibinyoma Fizzo ngiyo nyifato itamuranga mu buzima bwiwe ngomba umwambike ibira wewe aguma aterimbere
@ernesteissa703
@ernesteissa703 4 жыл бұрын
Umubwire kumajambo avuga sinibaza yuko akomey mumutwa ako kagabo kurunwa hazogera igihe abantu dushavura kwili urumva ako kageye kari mwako kagabo umengo ninuma
@shebenimbona1511
@shebenimbona1511 4 жыл бұрын
Non wiyemera kumajambo gusa sohor indirimbo yo kumutuka urab ko wiyemer akwereke nimba utiyemera reka kuguma widoga hubwo mbon ariw wadoga nkumukecuru woho uzo dusazira nabi
Женская драка в Кызылорде
00:53
AIRAN
Рет қаралды 493 М.
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:40
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 10 МЛН
НРАВИТСЯ ЭТОТ ФОРМАТ??
00:37
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 7 МЛН
Ni ryari umukenyezi yibungenze yopimisha imbanyi yiwe?
53:29
Magazine Santé Burundi TV
Рет қаралды 666
BIG FIZZO Nta BEEF mfitaniye na SAT-B
14:20
Nicko Media
Рет қаралды 37 М.
Женская драка в Кызылорде
00:53
AIRAN
Рет қаралды 493 М.