IMPUNDU IMPUNDU IMPUNDU muri FUN&FACTS😍/NIKITA WACU YIBARUTSE UMUHUNGU MWIZA😍/surprise mu Bitaro🥰

  Рет қаралды 26,108

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

#funandfacts #pregnancy #burundi

Пікірлер: 216
@ArianeNikuze
@ArianeNikuze 3 ай бұрын
Umutima wanje uranezerewe cane Mana. Urakoze gose guhanagura amarira nikita. Najewe ndazi kuzompoza très bientôt.
@akimanaalain9315
@akimanaalain9315 3 ай бұрын
Na wewe nimba ubabaye sache que vuba mwizina ry uwuhoroha izoguhoza yitwa nteturuyeeee👏👏
@BeatriceNdayikunda
@BeatriceNdayikunda 3 ай бұрын
Nimugiraneza arashoboye
@nsavyekwizerasonia8417
@nsavyekwizerasonia8417 3 ай бұрын
Ni muhoza marira ncuti ntutinye vuba azoguha
@dinadispinanininahazwe8153
@dinadispinanininahazwe8153 3 ай бұрын
Ndarize Ku bw'umunezero, Ku bw'iteka Imana yateye umuryango wa Bagigi. Irakaninahazwa Imyaka yose kuko yitwa Nteturuye. Impundu impundu iwanyu no Ku bakunzi banyu
@Capy-xo1
@Capy-xo1 3 ай бұрын
Wakabyarawe ndakwinginze najye uyu musi ntumiteho utamaye kanda kw foto Kandi lmana ihezagire ubikoze wese 🤲🏾😰❤️❤️🫂🙏🏾
@Capy-xo1
@Capy-xo1 3 ай бұрын
Uribarukaaaaa🎉🎉🎉🎉
@NIKIZAGloria-l2k
@NIKIZAGloria-l2k 2 ай бұрын
Felicitation Imana yakwishuye yaguhojeje amarira
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 3 ай бұрын
Nikita vrm turagukunda Uribaruuuuuka cane ❤❤❤Urakavyara mwiza uragakwirikiza urakavyara hungu na kobwa❤❤❤
@irakozeines8143
@irakozeines8143 3 ай бұрын
Congratulations Nikita 🎊 🎉Imana yishura kumwanya wayo 👏👏👏👏
@NijimbereGREGOIRE-u4u
@NijimbereGREGOIRE-u4u 3 ай бұрын
Subirayo ngonti hababa niwonkwe munyeyi wibarutse ikibondo murundi bwejo ❤
@ArianeNikuze
@ArianeNikuze 3 ай бұрын
Oyaha niki ndagusavye uruhuke. Jewe nagwaye après 2 semaines mpakwa gupfa. Naje nari meze nkuko nyene. 2eme jr naciye nitahira nukwitwara nari kwitwara.
@kwizeraaime4779
@kwizeraaime4779 3 ай бұрын
Ico kintu Nico peee agabany n kuvug cn can can nk kur téléphone gutweng cn kuk biratera umutw pe
@FifiChou-l4f
@FifiChou-l4f 3 ай бұрын
Félicitation vrt Niki turagukeje Mwiza wacu
@loicshi1403
@loicshi1403 3 ай бұрын
Muribaruka madame Nikita , IMANA ibakurize ikibondo ibahezagije
@NizigiyimanaeloiEloi
@NizigiyimanaeloiEloi 3 ай бұрын
Yoooooo yambiiii nickita félicitation mwiza wacu narindagukumbuy
@Hunterdonyhn
@Hunterdonyhn 3 ай бұрын
By the way Hosy uraberewe mumutwe you look so nice and younger
@Umuganuro-l4i
@Umuganuro-l4i 3 ай бұрын
Imbomo ya hosy sasa 😅😅😅 Nickita 🎉🎉🎉congratulations
@user.6793
@user.6793 3 ай бұрын
Yoooo turaryohewe kubwawe na famille yose🎉🎉🎉congrats Nikita
@Kajimange
@Kajimange 3 ай бұрын
Félicitations Nikita wacuuu Imana igukurize
@uwimanaestere9347
@uwimanaestere9347 3 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤Imana ishimw can kub wibaruts umu bebe wacu
@MomoMUGISHA
@MomoMUGISHA 3 ай бұрын
Hosy urapendeje mumutwe pe❤
@Alicia-i6z9h
@Alicia-i6z9h 3 ай бұрын
Simb imanga sha Nikita. Imana Ishimwe cane
@_-wt8ns
@_-wt8ns 3 ай бұрын
Mamawanj yubawe nabadada twubawe Nikita niwonkwe❤🎉🎉
@jeaninehan
@jeaninehan 3 ай бұрын
Ni wonkwe Nikita 👏🏽🌹
@yasmenbronde5030
@yasmenbronde5030 3 ай бұрын
Nimwonkwe NIKITA ❤️❤️❤️
@isabellekwizera278
@isabellekwizera278 3 ай бұрын
Simba Imana Nikita.wonkwe nibikura
@rwemavedaste-dh8vj
@rwemavedaste-dh8vj 3 ай бұрын
Congratulation kuri nikita hamwe na fun & fact ni mwonkwe❤🎉
@armelemera8398
@armelemera8398 3 ай бұрын
Congratulation Nikita, Goood is guudddoooo🎉
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 3 ай бұрын
Uribaruka Nikita. Usubire yo nta mahwa ariyo🎉🎉🎉
@MariamKhaila-vz1lk
@MariamKhaila-vz1lk 3 ай бұрын
Ariko Hosy vrm uranryohera walahi hhhh
@RoseAleose
@RoseAleose 3 ай бұрын
Simbimanga muvyeyi
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 3 ай бұрын
😍😍😍😍congrats nikita
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 3 ай бұрын
Turaryohew disi usubireyo ntamahwa.
@confiancenzoyisaba
@confiancenzoyisaba 3 ай бұрын
kzbin.info/www/bejne/nGqbc613gK6XjKssi=83xdKvdlRnarsMVx Impundu Impundu💃💃
@uwizeyeestella9445
@uwizeyeestella9445 3 ай бұрын
Yemweee
@ThamarNdacayisaba
@ThamarNdacayisaba 3 ай бұрын
Mumpe nimero yuyumumama
@Claudia-j7k
@Claudia-j7k 3 ай бұрын
Muduhe aka number none
@mugishadorine5780
@mugishadorine5780 3 ай бұрын
Congratulations to you Nicki I'm so happy for you,hama IL fo penser à l'allaitement exclusive Sha ntama France lait ngaho,mwonse utamuvangiy Les 6mois nivyiza pour le bebe acakura neza Kandi birakunda ça demande seulement self-confidence,nokumvako biringombwa pour ton bebe! Merci et courage
@LauriechaniceGahungu
@LauriechaniceGahungu 3 ай бұрын
Waooooo Simba imanga nickita IMANA ishimw yagushumbushij ndaryohew goseeee team siren ❤❤❤❤
@NduwimanaAmina-io2cf
@NduwimanaAmina-io2cf 3 ай бұрын
Ngwafise. Urubanza. Yesuwe. Aratwengeje
@bugegenezaujia7325
@bugegenezaujia7325 3 ай бұрын
Basi muramutumira Dada atuganirize turamukumbuy
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 3 ай бұрын
Yoooh,Mana yanje Uwo Kristo ahora arumwizigigwa Nikita Félicitation,ni wonkwe wasimvye imanga Imana yacanye,hama Hosy wangu urapendeje shahu mumutwe ba kumoye neza waciye uba umu bébé mumaso.ucusa na Peshy knd
@DanellaNdayizeye-cx1ry
@DanellaNdayizeye-cx1ry 3 ай бұрын
😂😂😂Ncie Nibuka Césarienne Yanje sha Nagwae 2 mois 😂😢
@krc0607
@krc0607 3 ай бұрын
Hosy, emera ukarabe intoke imbere yo guterura umwana😂😂 ngo ‘’jewe nsa neza’’ n’ukwimyoza yoooh🫣🤣🤣 Usa neza gute utakaravye?😅😅😅😅
@dinadispinanininahazwe8153
@dinadispinanininahazwe8153 3 ай бұрын
Ndarize Ku bw'umunezero, Ku bw'iteka Imana yateye umuryango wa Bagigi. Irakaninahazwa Imyaka yose kuko yitwa Nteturuye. Impundu impundu iwanyu no Ku bakunzi banyu
@sandragacuti7710
@sandragacuti7710 3 ай бұрын
Sinahora nandika mur commentaires ariko uno musi ndanditse😂Nikita sindakuzi😂ndakuzi uko nyn ndaba ibiganiro ariko ndaryohewe cane kubwawe🥺 Imana yakoze cane ihabwe icubahiro
@giramahorocynthia1358
@giramahorocynthia1358 3 ай бұрын
Kumengo Gretta yakumiriwe!?
@jilu1095
@jilu1095 3 ай бұрын
Hosy twobonana gt
@Akanovero
@Akanovero 3 ай бұрын
Ahubwo nasubire aduhe numéro yiwe
@ماجدهمحمدأحمدمحمد
@ماجدهمحمدأحمدمحمد 3 ай бұрын
Simbimanga.ncutinkundacane.nikita.
@crescencemuterampuhwe9274
@crescencemuterampuhwe9274 3 ай бұрын
Félicitations nickita, ingen wikundira Ama cadeaux nukuyakumwanga mwena bébé kabisa
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 3 ай бұрын
Congraturation my Nicki❤❤❤ turagukunda cane imana ikongere abandi benshii hama uko wiyumva ntako wobisigura nyenee gusaa ndikubifilinga canee kndii🎉🎉🎉🥀🥀🥀💐💐💐💐💐💐
@nduwumukamainesornella925
@nduwumukamainesornella925 2 ай бұрын
félicitation kndi Nikita uragkira Umukma nimwiza agabnez
@AliFaxi-Mille
@AliFaxi-Mille 3 ай бұрын
Nukur nigushim I'mana 😢😢
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂murantwengej ngo ngra simbire town
@vansarah480
@vansarah480 3 ай бұрын
Uribaruka sangwa umugisha wikibondo Nikita Ijuru rigize neza Imana ibishimirwe cane 🎉
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 3 ай бұрын
Nikitaa wacuu umusesanguzi turagukumbuye Muri hit connexion🎉🎉❤
@justinendayisenga7180
@justinendayisenga7180 3 ай бұрын
Felicitation nicki wacuu❤❤❤🎉🎉🎉
@GenevieveNdagijimana-i8k
@GenevieveNdagijimana-i8k 3 ай бұрын
Imana yakoze kugushumbusha muvyeyi usimbe imanga
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 3 ай бұрын
Nikita Nikita niyonkwe Imana imukuze
@georgettenkengurutse1312
@georgettenkengurutse1312 2 ай бұрын
Congratulations 🎊 👏 💐 🥳
@GiftBella-de5hz
@GiftBella-de5hz 3 ай бұрын
Niyonkwe❤❤❤❤
@UAE-l2j
@UAE-l2j 2 ай бұрын
Niyokwe❤❤❤❤
@irakozemarierose
@irakozemarierose 2 ай бұрын
Felicitation 🎉🎉❤❤
@esperancenijimbere7227
@esperancenijimbere7227 3 ай бұрын
Amen 🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙌🏿
@TantineZuzu
@TantineZuzu 2 ай бұрын
Congratulations 🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@yolo._96
@yolo._96 2 ай бұрын
Ooo congz nikita,simba imanga imana icane
@BaderGalaxy
@BaderGalaxy 3 ай бұрын
Yooo congratulations 🎊🎈 Chuchuuuuuuuuuuuuuuuu Imana ibazigame🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@Larose1988
@Larose1988 2 ай бұрын
🥰🥰🥰🥰❤️❤️🥰🥰
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 3 ай бұрын
Hezagirwa
@darlenekanyamuneza6266
@darlenekanyamuneza6266 3 ай бұрын
Felicitation di nickita wanj❤
@fatmasandra8789
@fatmasandra8789 3 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 uragakira.muvyeyi subirayo ntihababa ntamahwa ariyo
@ndori-f1u
@ndori-f1u 3 ай бұрын
Congratulations 🎉🎉🎉🎉
@Hi5392
@Hi5392 3 ай бұрын
😍😍😍mbega aka bébé kagachouchou... congratulations Nikita!
@irakozenasra3924
@irakozenasra3924 3 ай бұрын
congats Maman Zain(ZEYN, ZAYN) kimwe murivyo😅😅😅 IMANA igukurize... uribaruka🌹🌹💐💐💐💐
@niyonkuruconcolatteconsola4792
@niyonkuruconcolatteconsola4792 3 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@ClaudineNiyongere-pi2nw
@ClaudineNiyongere-pi2nw 3 ай бұрын
Simbimanga❤
@hatungimanaalida3621
@hatungimanaalida3621 3 ай бұрын
❤❤❤
@rhrudjffududjtj1700
@rhrudjffududjtj1700 3 ай бұрын
❤❤❤
@Nidivin
@Nidivin 3 ай бұрын
@alidairuhiriyensanze3133
@alidairuhiriyensanze3133 3 ай бұрын
Dieu est bon ❤🎉 Félicitations Nikita
@kimana8818
@kimana8818 3 ай бұрын
Nikita mwiza wacu niwonkwe nibikura Imana igukirize. J mbon Ur tannée nukur😂😂 césarienne bukeye ukab wicara uko🫢 aband mwarahiriwe😅😅 n kur Siren ndabon ntituzokunyotegw gose
@ginezruzunga915
@ginezruzunga915 3 ай бұрын
Yioo Yesu nabishimirwe vmt🎉😊
@nkengurutsechristian473
@nkengurutsechristian473 3 ай бұрын
congratulations NIKITA. WELCOME TO OUR BABY BOY
@mariammarry-f9h
@mariammarry-f9h 2 ай бұрын
Ndabakunda kbsa
@RwembeFulgence-vr9cy
@RwembeFulgence-vr9cy 3 ай бұрын
badya birabura baravyara umunzugu😂😂😂😂😂
@inesnduwimana684
@inesnduwimana684 3 ай бұрын
Congratulations nikita wacuu🎉🎉🎉 we love uuuuu🤗🥰🥰
@kimana8818
@kimana8818 3 ай бұрын
Nikita mwiza wacu niwonkwe nibikura Imana igukirize. J mbon Ur tannée nukur😂😂 césarienne bukeye ukab wicara uko🫢 aband mwarahiriwe😅😅 n kur Siren ndabon ntituzokunyotegw gose
@lareinegaga
@lareinegaga 3 ай бұрын
🌺❤️💐 congratulations to her❤
@christella5092
@christella5092 3 ай бұрын
Ayiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiio
@jacquelinendayi6858
@jacquelinendayi6858 3 ай бұрын
Félicitations Nikita subirayo ntihababa.
@angeakimana6570
@angeakimana6570 3 ай бұрын
Congratulations Nikita❤❤❤
@Twese.01
@Twese.01 3 ай бұрын
Uribaruka, simba imanga Nikita! Félicitations 🎉🎉🎉
@نيوتانيوتا
@نيوتانيوتا 3 ай бұрын
Ndishimy cn
@katiadusabe2814
@katiadusabe2814 3 ай бұрын
Yoo biraryoshe. Congratulations
@sozvin1869
@sozvin1869 3 ай бұрын
.muragakira
@AngeRubeneIrakiza
@AngeRubeneIrakiza 3 ай бұрын
Nikita niwonkweeeee🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@akimanarachelalice3009
@akimanarachelalice3009 3 ай бұрын
Congratulations my love
@laurasandraishaka4882
@laurasandraishaka4882 3 ай бұрын
Félicitations à madame Nikita🥳🥳🥰
@girukwishakadivine9836
@girukwishakadivine9836 3 ай бұрын
Niwonkwe n'ibikura muvyeyi
@kikikiki579
@kikikiki579 3 ай бұрын
Dieu est amour🥹🥹 congratulations Nikkita wacu Imana ibihererwe icubahiro🫂🙏🏽
@MakurazaJos-mi7my
@MakurazaJos-mi7my 3 ай бұрын
Félicitations Nikita kukazungu keza waronse.
@happyhappy3493
@happyhappy3493 3 ай бұрын
Hosy uraberew cane kumb usa na pech❤❤❤
@EstelleIrakoze
@EstelleIrakoze 3 ай бұрын
Waouuuh impundu kwa Nikita no kuri sirenvibes
@eveblack2520
@eveblack2520 3 ай бұрын
Yuuuuuh impundu kbsaa 🥳🥳🥳 🎉🎉🎉 Imana ninziza Félicitations shaa Nicki wanje🥰🥰 Kalibuuu baby boy💋💋
А ВЫ ЛЮБИТЕ ШКОЛУ?? #shorts
00:20
Паша Осадчий
Рет қаралды 9 МЛН
Officer Rabbit is so bad. He made Luffy deaf. #funny #supersiblings #comedy
00:18
Funny superhero siblings
Рет қаралды 10 МЛН
when you have plan B 😂
00:11
Andrey Grechka
Рет қаралды 67 МЛН
А ВЫ ЛЮБИТЕ ШКОЛУ?? #shorts
00:20
Паша Осадчий
Рет қаралды 9 МЛН