Hosy akigera China 🇨🇳 yashitse aronka umu chri😂/ukuntu bavugana😩😩/Vlog yivyamutwayeyo

  Рет қаралды 47,352

Siren Vibes TV

3 ай бұрын

#china #burundi #hosyirakoze

Пікірлер: 298
@kessyniyonzima850
@kessyniyonzima850 3 ай бұрын
Oyaa ahubwo Hosy reka kuvugako utamenyereye ibintu vy, Indege ahubwo tangura ubimenyere kuko ubu ugiye gufata flight nyinshi, you will travel the world.Mr6 pour le Vlog vrmt tu nous inspire bcp.Keep shinning Burundian Girl
@GenevièveNijimbere-l3y
@GenevièveNijimbere-l3y 3 ай бұрын
Waaaaoooo hosy ndakunezererewe cane terimbere mwana w'Igihugu. Hama na jewe ndatinya indege cane ubuherutse yarahungabany twagez kururuk indimi ziriko zirereta ariko kubw'umugambi w'Imana turazurira to kandi tuzitiny😂
@Jnh4512
@Jnh4512 3 ай бұрын
The boss lady ,your channel is very amazing ,conglatulations !
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 3 ай бұрын
Thank youuuu
@ininahdoc3123
@ininahdoc3123 3 ай бұрын
Welcome to china Hosy😂😂imis mike uzob wamenyerey
@mikebrandndayirukiye6673
@mikebrandndayirukiye6673 3 ай бұрын
Niryambere ndavy vídeo igahera ntarambiw kandi igahera ntabishaka,ndasavy nimba haribindi uze ubiduhe,gusa iryambere urishij burya buti wantwengej ukuntu bafatisha amaboko yose😂je ngira numunwa nofatish😂😂😂
@jeaninehan
@jeaninehan 3 ай бұрын
Hewe ndabona vyaragenze neza muri Chine 👌 Ahubwo rero uzodutembereza n' ahandi henshi 😊 Sasa tangura usenge Imana igukuremo ubwoba bw' indege 😅 Kandi uraberewe vrmt niyo coiffure ❤️
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 3 ай бұрын
Hosy wangu Félicitation cane Imigisha myishi ikugereho gusumba aho uzunguruke isi yose kuko urabikwiriye ingene witaho abantu ufasha abatishoboye urakundana ntiwobura kugirigwa neza na NDIHO ndaryohewe mwiza ningene udutembereza twiyicariye muhira bzu
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi 3 ай бұрын
Keep putting Burundi on the map our sista. We love you
@irakozeshakiru1131
@irakozeshakiru1131 3 ай бұрын
Waooo Imana ikomeze ikwagurira imbibibe chr ❤❤❤🎉🎉🎉
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 3 ай бұрын
Komera @Hosy Irakoze 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🫶🏾🫶🏾🫶🏾,vlog nziza vraiment kandi uhimiriza abanyamahanga kuza gutemberera igihugu cacu ciza 🇧🇮,Love from Sweden 🇸🇪
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 3 ай бұрын
Merci cane wa Cadeau
@MDivineNizigiyimana
@MDivineNizigiyimana 3 ай бұрын
Anari Sweden tumenyane basha😂
@lameck.2024
@lameck.2024 2 ай бұрын
Keep reaching for the stars Our Sister Hosy,Ariko ukuntu warishije 筷子🥢😂😂😃😃😃
@Nidivin
@Nidivin 3 ай бұрын
Ndakunze iyi vlog shn 😂❤
@niwemugeni
@niwemugeni 3 ай бұрын
Good mindset 👌🏾 wagiye muri business ...bon succès.
@IshemezweNoëlla
@IshemezweNoëlla 3 ай бұрын
Ninde acuruza ahaa😂😂😂😂😂😂. Turagabany izina ry'Uburundi mu gishinwa
@lerendezvousdusavoirtv
@lerendezvousdusavoirtv 3 ай бұрын
Que Dieu te bénisse abondamment Hosy❤❤
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 3 ай бұрын
Amen amen
@berryahishakiye4561
@berryahishakiye4561 3 ай бұрын
#VistBurundi #Entrepreneuriat Very important vlog🔥🔥🔥 Congratulations Hosy
@garythebeast3056
@garythebeast3056 3 ай бұрын
Ewe Sha hosy ubaye nka wa mugani wumutwa yahereye kunkono yambere ahonja impeke none nawe uriko uhera isorori yambere winukiriza vmt😂😂😂
@EyelinEvlin
@EyelinEvlin 2 ай бұрын
Mana nduwiwe kefa kumbe iyo niyo wibereye kweri imana ikomeze kubagurira imbibe gusa uranyishi ngo aha ninde ahadandariza nyene mukirundi😂😂😂❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@AladinChrisNiganze
@AladinChrisNiganze 3 ай бұрын
😂😂😂😂manaaa mama peshy😳😂😂😂uranryohey iy vlog😋
@NgendaOnesphor
@NgendaOnesphor 3 ай бұрын
Iyi video yanryoheye cane God bless you
@Sandraarkz-jj8jh
@Sandraarkz-jj8jh 2 ай бұрын
Chrie je nitwajana uzonyibutse nzogenda nitwaje ikiyiko .shwiiiiii ntavyo nivamwo
@maniranyibutsekazeolivier4945
@maniranyibutsekazeolivier4945 3 ай бұрын
Cobikoze co Hosy uratwenza giramahoro!!😂😂😂ngo chuchinca😂😂😂😂
@DusengeCynthia
@DusengeCynthia 3 ай бұрын
Ubu tukaba tugeze mubushinwa twese muri vlog ya hosy😂😂😂
@chanykeys6832
@chanykeys6832 3 ай бұрын
😂
@NehemieNdayisenga-cn2pb
@NehemieNdayisenga-cn2pb 2 ай бұрын
Hosy tu me fais plaire vraiment, tu m'inspire de voyager
@olivierniyorembo7425
@olivierniyorembo7425 3 ай бұрын
19:55 min ninde wumvishe Tenge Tenge muri background 😂😂😂😂😂
@Burundi2025
@Burundi2025 3 ай бұрын
Vyumvikan no muri chine baramuzi😂of course namwimvise
@liberemugenzi9803
@liberemugenzi9803 2 ай бұрын
Sha nuko utahatemberey dar es salaam neza deja amabarabara bararenz bridge nyerere kigamboni kur ocean indien hararenz...
@Nanalovdav
@Nanalovdav 3 ай бұрын
Nukuri Indege nanje ndayanka🤗iyo ikase rero🙄agatiro simpfa ntoye nakimbwa
@godsgrace6820
@godsgrace6820 3 ай бұрын
Hosy je suis contente pour toi tu donnes envie de travailler dur aussi
@lysebelyseofficial636
@lysebelyseofficial636 2 ай бұрын
Intwengo iranyishe 😂terimbere sha Hosy ntaninzigo wifitiye
@Musindi736
@Musindi736 3 ай бұрын
Sha wateye imbere vrt imana nihezagirwe nukuru biranezeye
@akimanamonia957
@akimanamonia957 2 ай бұрын
Nkaba ndishikiye mu bushinwa ntarishe 😅
@galaxytechnologycenterelec268
@galaxytechnologycenterelec268 3 ай бұрын
wagiye mugihe cubushuhe kuko gwangzhou en janvier gushika Mars haba hakanye cane.ndetse na avril haba hameze neza.kandi chine une grande partie igira na hiver ikaze caane.
@lolondikumwenayo-ei2py
@lolondikumwenayo-ei2py 2 ай бұрын
Je nariguca ndisha intoki hosy 😂 Courage shn
@CongeraClaudine
@CongeraClaudine 3 ай бұрын
Hosy ,Imana n.igitangaza no m umukungugu yakuyemwo ibiremwa nkatwe,rero bola uzima ,hama indege zimenyere kuko ntawamenya
@LagrangeTuyishime-cv9bg
@LagrangeTuyishime-cv9bg 3 ай бұрын
Nta Jambo ryavuze Imana ngo rihere❤❤❤
@FulgenceNduwayo
@FulgenceNduwayo 2 ай бұрын
Hosy, vyiza caane gose bandanya uvyitwaramwo neza ukure caane nokurusha ngah, ok kazi njema
@sidrathyishimwe8874
@sidrathyishimwe8874 2 ай бұрын
I love the way u love ur country ❤
@julesspencer517
@julesspencer517 3 ай бұрын
Parcours yawe itanga inspiration kur benshi keep up
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 3 ай бұрын
🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🥰🥰
@boashamah3642
@boashamah3642 3 ай бұрын
Osy uranyishe ndakesera Mbe ibiryo vyohiyo wabishoboye ??
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 3 ай бұрын
uranyishe ngo ninde akora ngaha😂😂😂 Burya muburundi ubuzima burazimbutse
@felixniyokwizigirwa2044
@felixniyokwizigirwa2044 3 ай бұрын
Hosy rondera wabuja numu KZbinr Aba mu Chinwa kand arahamemyeye can gose
@CongeraClaudine
@CongeraClaudine 3 ай бұрын
Hosy uranyishe😂😂,nanje shaa sinoshobora kurisha utwo tuntu ,hama ushira focus kuvyakujanye en plus ugenda wabanje kubaza ama prix kugira umenye budget witwaza!!
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 3 ай бұрын
@Congera. Ivyo uvuze nivyo. Nanje natwenze uko yagerageza gukoresha izo chops. Vyanejereje kubona Hosy yashitse yakirwa n'abarundi bahazi. Muri America abantu benshi baja kugura ibintu bisanzwe muri Walmart. Nka vyinshi usanga ari Made in China (mugabo qualite yavyo iba isumba ivyo nabonye bagurisha mumasoko ya Muyinga canke Ngozi kuko nyene abadandaza b'abarundi bategerezwa kuzana mugihugu ivyo abarundi bato bato boshobora kugura).
@christophensengiyumva6600
@christophensengiyumva6600 3 ай бұрын
Félicitation tu es très intelligente,vlog zigisha caane
@eveblack2520
@eveblack2520 3 ай бұрын
Mama siren 🥰🥰 keep shining mukobwa wacu❤️🇧🇮
@giramahorocynthia1358
@giramahorocynthia1358 3 ай бұрын
Hosy ubeh utababae ncuti !!Imana igukomeze
@girukwishakadivine9836
@girukwishakadivine9836 3 ай бұрын
Neza iy vlog ndayihejej agatwengo kanyish😂
@claudinebayubahe-jx8yq
@claudinebayubahe-jx8yq 3 ай бұрын
Never give up kure cne hosy urantesa cne❤❤
@ReineFlorentineBizindavyi
@ReineFlorentineBizindavyi 3 ай бұрын
Niryambere nkunze vidéo yae😂😂😂nako ntiwonshikan mubu chinois ng ndek kugukund❤❤😂😂😂 ukuntu wabay sérieuse reo ❤❤❤ courage ma chérie
@LouiseKanyana-h9o
@LouiseKanyana-h9o 3 ай бұрын
hosy urumu cherie ukuntu wayagishe uyo mudamu mwavuganye igifaransa😂😂😂😂
@ndayizeyeJustin-p6l
@ndayizeyeJustin-p6l 3 ай бұрын
Hosy wadutembereje isi kumaso kbxx wubahwe wafash video nzizaa niwoe mbonye wenyene ushobora kwerekan ah ugiye aband bakabibonerahoo
@josianendayizeye2707
@josianendayizeye2707 3 ай бұрын
Kure heza hashoboka hosy❤❤
@MichelineNiyonzima-ko2km
@MichelineNiyonzima-ko2km 2 ай бұрын
Respect Rosy y're number one❤❤❤
@Anna9230-x9y
@Anna9230-x9y 2 ай бұрын
Reka Hosy reka jewe hagezeko mva iyondi ngaruka iburundi ndaganya cne kuko nanje ndatinya indege cne pe
@inesirankunda3815
@inesirankunda3815 3 ай бұрын
Ninde acuruza ngaha😂😂😂😂kugukunda ww sinaguye swata❤❤iyi vlog niyo kbc❤❤nakunze nukuntu wagumy wivugir ikirundi utari babandi bac bigira vyinsh mu ndimi 😂
@EmmaIrambona-z1p
@EmmaIrambona-z1p 2 ай бұрын
Ivyobintu wobirarana ubusa😢so we love you❤
@irakoze3762
@irakoze3762 3 ай бұрын
Ico gihug cakiriy hosy narakund comedy ziwe 😂
@AngegaellaAkeza
@AngegaellaAkeza 3 ай бұрын
Nn g Hosy iyugend utway ikiyiko naho wabiki😂😂😂😂😂😂
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi 3 ай бұрын
😂😂😂😂
@AngeRubeneIrakiza
@AngeRubeneIrakiza 3 ай бұрын
Sha nukuli uranyemeje kure caaaaane niho nkwipfurije gushika kandi Thx❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@SangoRutungaboro
@SangoRutungaboro 3 ай бұрын
Courage muko bwa mwiza❤❤❤🎉🎉🎉imigisha bcp
@EdisEdis-q3f
@EdisEdis-q3f 3 ай бұрын
Hosy uranryoheye cane❤❤
@abimanabenigne6893
@abimanabenigne6893 3 ай бұрын
Ngo ninde acuruzaha😂😂😂😂uranyish hosy
@dianeirakoze778
@dianeirakoze778 3 ай бұрын
kure cane hosy Yesu akomeze ahezagira
@IradukundaLiesse
@IradukundaLiesse 3 ай бұрын
Hahahahahahahaha uranryoheye Hosy❤
@anetaaneta2767
@anetaaneta2767 3 ай бұрын
😂😂😂 rubiyane niko citwa😂 umega nigifyera
@NiyonkuruAboubakar-bb2cp
@NiyonkuruAboubakar-bb2cp 2 ай бұрын
Usigaye ukina comedien ugez mubu chinois😂😂 iyo kepi rero😂😂
@BigiBeex
@BigiBeex 3 ай бұрын
Hosy can speak English wow 👌
@inagwen8086
@inagwen8086 3 ай бұрын
Hosy la marieuse🤣🤣🤣 tera imbere sha Hosy🙏
@Vision2300
@Vision2300 3 ай бұрын
Hosy je t'aime tellement fort, nkunda tout ce que tu fais
@InnocentGahungu
@InnocentGahungu 3 ай бұрын
I m thankfull Lord CZ of u.young girl
@AliceNiyonsaba-lg1nw
@AliceNiyonsaba-lg1nw 2 ай бұрын
Vyiza CN Hosy gusa iyo tenture ntikubereye
@benibricebizimana8547
@benibricebizimana8547 3 ай бұрын
aho wosanga waje uriye inzoka abashinwa urabafyinatako 😂😂😂
@anetaaneta2767
@anetaaneta2767 3 ай бұрын
Nib9kere😂😂
@BIGIRIMANAMelance-ge9nn
@BIGIRIMANAMelance-ge9nn 3 ай бұрын
Hosy uranezereye cane kuba umenyekanishije igihugu cawe neza ikindi kintwengeje nukuntu ukoresha ubuseriye ngo ninde akorangaha ? Neza mukirundi 😂😂😂 ndakwemeye terimbere ncuti yanje
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs 3 ай бұрын
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅.uwonumuntu wabantu numuntu wacuu😅😅😅❤❤❤
@kellykizzytheboss3891
@kellykizzytheboss3891 3 ай бұрын
Kutambwiy Hosy ngutume aga canon 😅
@audreyirakoze8315
@audreyirakoze8315 3 ай бұрын
Hosy jewe shaka umbarize abo bantu murikumwe kugira bamenye igi chinois bakoresheje formule iyihe ?umengo muriko muvuga ibifyorogoto😅😅 Ivyo ugura vyose wibuka gusigaza aya OBR
@setaseeta9779
@setaseeta9779 3 ай бұрын
Ngo ngiye muri ndagaswe😂😂😂😂😂😂
@dianeirakoze778
@dianeirakoze778 3 ай бұрын
Ubushuh niki saison summer sinon iyo hakanye harakanya hakarenza
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 3 ай бұрын
Congratulations my sister
@uwamariyanoella6183
@uwamariyanoella6183 3 ай бұрын
Terimbere mwana w' Imana, gira umenyere indege uze na Canada urenge nizindi mbibe nyinshi nivyo ndakwipfurije.
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 3 ай бұрын
😂😂😂😂hosy uri ouverte ku nkuru
@jchuma5417
@jchuma5417 2 ай бұрын
😂 Burundi China❤
@KuwakuMalumba6895
@KuwakuMalumba6895 3 ай бұрын
Sikiya dogo Hosy, akuna mutu apendi kwao 😊 shida ni wa political wa Burundi 🇧🇮 ao wa Africa yote awako seriously 😑 wa political wa Burundi 🇧🇮 ao wa Africa wataka hishi vizuri mupese zawa Burundi 🇧🇮 ao wa Africa 😊 wa Burundi 🇧🇮 tuna penda sana kwetu😊 shida tu ni political wetu kila kitu wana kifaya kigumu sana😊 political nini😊 political niku faya maisha iwe rahisi kwa kila mutu yoyote kwa iyo ishi😊 kwaza😊 watu masikini 😊 weye dogo Hosy una kwenda kutafuta maisha ya watoto zako😊 na political ni ivo ivo😊 wa President's wote wa Africa awako seriously 😢 awajali watu wa Africa 😊 leo tuko sisi wote hishe shida kwetu Africa 😊 una zani Muzungu ana penda Africa 😢 ao mu China 🇨🇳 ao mu Arabia, ao mu Indian😢 wageni wote wapenda kuja Africa kuhiba tu! Mutu ana penda Africa 😢 nimu Africa tu😢 leo Burundi Bujumbura 🇧🇮 kila kitu ni shida 😢 ukisema wasema unashukiya kwetu Burundi Bujumbura 🇧🇮 petrol ⛽️ leo ni big deal 😢 petrol ⛽️ kila fasi mudunia lazima petrol iwe bei shini sana! Maisha yote duniani zuma yana kwenda na bei ya petrol! 😢 President wa Burundi 🇧🇮 unazani anajali shida za wa rundi😢 ajali! President wa Burundi Bujumbura 🇧🇮 ana jali family yake tu!😅 watu wana teseka Burundi 😢 kila kitu Burundi Bujumbura 🇧🇮 nishida tu😢 wa political wa Africa awajali watu wa Africa 😅 dogo Hosy Africa President's they don't care about people's of Africa 😅 people's are very poor😅 all that is because of Africa's President's we have in all Africa 😅 Africa President's are very rich but people's of Africa's are very poor 😢 poverty is made in Africa all that is because of President's we have! Every way in all Africa is problem 😢 GOD bless Black's people's ❤ GOD bless Burundi 🇧🇮 and all Africa🇧🇮🇨🇩🇹🇿🫵🏿👊🏿
@JeanboscoNzoyihaya
@JeanboscoNzoyihaya 3 ай бұрын
Huyu Jamaa amevuta Nini wewe kama hutaki kutumikia nchi Yako Kaa kimya kuna wengin WaPo tena wanafanya vyema kama huna la kufanya tulia acha kusingizia siasa
@KuwakuMalumba6895
@KuwakuMalumba6895 3 ай бұрын
@JeanboscoNzoyihaya kutumikiya kama nini! Weye una tumikiya nini kwetu! Usi tukane sema ukweli! Mimi zivuti kitu! Swali lina kuja! Burundi 🇧🇮 akuna jaa? Burundi kuna petrol ⛽️ Burundi 🇧🇮 kila fasi awa ombi kitutire? Burundi 🇧🇮 kuna maji? Burundi 🇧🇮 kuna mata? Juu weye uko China 🇨🇳 usi semi shida ziko Burundi 🇧🇮 tangu President iko mukiti ivi sasa ni mwaka 4. Nambiye alisha faya nini! Internet Burundi 🇧🇮 nishida waters 💧 Burundi 🇧🇮 nishida, electricity Burundi 🇧🇮 nishida, food 😋 shakula Burundi 🇧🇮 nishida, kazi jobs Burundi 🇧🇮 akuna, maisha Burundi 🇧🇮 nishida! Kusema siyo atu pendi kwetu! No No No. We love Burundi Bujumbura ❤️ so much! All we need is changed. Now in Burundi Bujumbura 🇧🇮 live is so hard to live😫 nothing is working in Burundi Bujumbura 🇧🇮 everything is difficult 😢 poverty is very high in Burundi Bujumbura 😢
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 3 ай бұрын
@@JeanboscoNzoyihaya Niwapi aliposema kwamba hataki kutumikia inchi yake. Angalia kinacho tokea Kenya utaelewa anachotaka kusema. None nk'iBurundi perezida wenyene ntiyiyemerera ko hari indongozi zibi?
@YvanPromoter
@YvanPromoter 3 ай бұрын
biranejeje cane kbx usigaye urara muhoter 100 mille
@cecilendayishimiye8548
@cecilendayishimiye8548 2 ай бұрын
Hhhhh ngo ninde acuruzaha?
@soniankunzimana919
@soniankunzimana919 3 ай бұрын
😂😂😂Ninde acuruza ngaha
@desireniyogusenga3637
@desireniyogusenga3637 3 ай бұрын
Hosy I like this vlog seriously bring part 2
@niyonkuruconcolatteconsola4792
@niyonkuruconcolatteconsola4792 2 ай бұрын
courage muvyeyi mwiza ❤❤❤❤❤
@RwembeFulgence-vr9cy
@RwembeFulgence-vr9cy 3 ай бұрын
congratulations hosy
@AyinkamiyeLadoucepamela
@AyinkamiyeLadoucepamela 3 ай бұрын
Shu shi sha😢😂😂😂hosy rek kuntweza
@nsavyekwizerasonia8417
@nsavyekwizerasonia8417 3 ай бұрын
Hosy urakoresha ubu carte buriko ama contact,iyo ugiye ahantu birakenewe
@alaineIngabire-gq2li
@alaineIngabire-gq2li 3 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 akira amashurwe yawe Osi
@kezalarose-ga5ck
@kezalarose-ga5ck 3 ай бұрын
Oya reka kunyicira imbavu Nukuri 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@CynthiaTUYISHIMIRE
@CynthiaTUYISHIMIRE 3 ай бұрын
Urugendo rwiza Hosy❤
@naomienyawenda1887
@naomienyawenda1887 3 ай бұрын
Hama Merci shn kur vlog nziza
@EuniceIrakoze-xj1pb
@EuniceIrakoze-xj1pb 3 ай бұрын
Mazina we usanze wariye ibi fyera nibikere 😅😅😅😅
@Your_coach_is_here
@Your_coach_is_here 3 ай бұрын
Niyo ujiri hosy ndakwitumire?
@ZakiaCadette
@ZakiaCadette 3 ай бұрын
Urumusazi 😂😂😂gusa sorry ngo ninde acuruza ngaha😂😂😂
@habimanaaloys9647
@habimanaaloys9647 3 ай бұрын
Rwanda & Burundi Restorent yaba Ari sawa
@MukezamfuraJeandAubert-oj2ul
@MukezamfuraJeandAubert-oj2ul 3 ай бұрын
Bandanya uterimber hosy ❤
@JeanVyisi-sn2wh
@JeanVyisi-sn2wh 17 күн бұрын
Waaah terimbere ozi
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi 3 ай бұрын
Hosy ntazi kwikausha kuri la bouffe...bahahaha
@BenigneNibitanga
@BenigneNibitanga 3 ай бұрын
Mbega vlog nzizaa