MyJourney:Inyuma yo guhereza amashure USA agarutse yashits agwara CANCER/nabwiye Imana ati ntibibaho

  Рет қаралды 26,706

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Жыл бұрын

#sirenvibestv #myjourney

Пікірлер: 146
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Bonjour, bonne après midi ku bakunzi bacu aho muri hose😍 Uyu musi mu kiganiro “My Journey “ turigira ku nkuru ya Doriane KAZE (Dodi). Mu gihe hari hageze ko atangura ubuzima professionnellement, agafasha umuryango avuye kwiga muri Leta zunze ubumwe za America Yafashwe n’ingwara ya Cancer. Ariko iyo ngwara aho yomwishe yayikize mu buryo butangaje cane. Mukurikirane kino kiganiro mwumve ubukuru bw’’Imana🙌🏽🙏🏽
@drmariuspower
@drmariuspower Жыл бұрын
Yesuuu arakora!
@Ida35715
@Ida35715 Жыл бұрын
Whaaaaaaaaat???? Gukira cancer ego basi twovyumva mais na ovaire bari bakuyeyo,,, muri contrôle basanze ovaires ari 2??? Uyu Yesu jameni 😮I'm so speechless 😮 Glory be to God Amen 🙌🙌
@kanezaariellechouetta7311
@kanezaariellechouetta7311 Жыл бұрын
You are very strong❤ Ibi bintu mu Burundi birakwiye guhinduka gushika uyu munsi aba Docteur bize ni gute badatuma ama examen umuntu ama scanner arahari, n'amaraso utisabiye ko bagufata bakwandikira imiti sans examens. IMANA Irakwiye kubakoresha kuko bobo wapi
@user-hq9qt5yl4r
@user-hq9qt5yl4r Жыл бұрын
Imana N’Imana Ibihebyose Gukiza indwara zimezityo ni INGESO ZAYO RERO nawe utarabyizera izere Imana yacu Yitwantihemuka.❤❤❤
@armelemera8398
@armelemera8398 Жыл бұрын
U're a warrior, and ur faith saved u, hama tn temoignage me touche énormement, kko j' ai vécu la mme chose, and only faith niyo ifasha gu tena bien, and nico gifasha cane❤
@NdayizeyeEsperance-zf8vx
@NdayizeyeEsperance-zf8vx Жыл бұрын
Imana ni nziza
@garythebeast3056
@garythebeast3056 Жыл бұрын
IMANA ihabwe icubahiro Ni miracle basha ukwizera kurarema IMANA igendere n,abandi bafise ibibazo bitandukanye mwizina rya YESU
@igirukwishaka-gl9wx
@igirukwishaka-gl9wx Жыл бұрын
Amen amen
@jennyjoyeusekajamahoro4931
@jennyjoyeusekajamahoro4931 Жыл бұрын
Merci Hosy pour cette émission na Mme Doriane ku ntahe yiwe ikomeye cane, kuriyisi on a besoin de s’encourager mutuellement🙏🏿 Umukama abahezagire vraiment🙏🏿❤️
@gashurweevelyne2433
@gashurweevelyne2433 Жыл бұрын
Iyi ntahe numva noguma ndayumviriza Imana ikumpere umugisha Dody. Numva nanje norema kuvyanje
@chelha
@chelha Жыл бұрын
Que Dieu garde et bénisse ta petite soeur 🙏 Que le Tout Puissant soit loué à jamais
@alecbryan4509
@alecbryan4509 Жыл бұрын
am speechless people of GOD, The lord is still working beleive in Him thanks for the testmony may the almight bless you 🙏🙏
@graceiradukunda4620
@graceiradukunda4620 Жыл бұрын
Waoouh ,Imana ihabwe icubahiro ,ni mutananirwa ,lmana n'umuganga mukuru ,intahe yawe inyigishije gusubira kwizera Imana
@NkunzimanaFlorence-kd4xm
@NkunzimanaFlorence-kd4xm 9 ай бұрын
Ooooh Dieu est grand, merci Dodie biradugij ukwizera kwanj... vyukuri lmana irakiza abatavyizera bavyumv Merci seigneur kurico gitangaza kivuga wakorey notre soeur
@irakozeblaise1067
@irakozeblaise1067 Жыл бұрын
wamupfasoni ndaryoherewe intahe yawe vyukuri.Imana ishimwe kugikorwa ciza yagukoreye co kugukiza canser.
@donbellystarndanga5589
@donbellystarndanga5589 Жыл бұрын
wowww... Imana ni Nziza ibihe vyose, merci pour le temoignage! Hezagirwa!
@laurentniyonsaba1228
@laurentniyonsaba1228 Жыл бұрын
Merci pour le témoignage, merci de nous avoir donné ce témoignage, démontré ce à quoi notre Seigneur est capable.
@NijimbereViolaViola-jz6si
@NijimbereViolaViola-jz6si Жыл бұрын
Allelua, Imana ishimwe cane yagukijije ma belle soeur, Imana iracakiza na bugingo n,ubu.turashima Imana kungabire y,ibibondo Imana yaduhaye mumuryango wacu.
@yvonnemukasine4360
@yvonnemukasine4360 Жыл бұрын
Yesu arakora nukuri arakora nubwo utarasubizwa ntugakuke umutima Yesu arakora 🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽
@lydiairakoze7868
@lydiairakoze7868 Жыл бұрын
Abantu batazi Imana barahovye. Ndarizi gose kubera nanje narayibonye igira neza from 🇧🇻
@malkiahouse6036
@malkiahouse6036 Жыл бұрын
Dodi❤. Gloire à Dieu, Imana iracakiza.
@christabellabizimana3554
@christabellabizimana3554 Жыл бұрын
Glory be to God🙏Hosy mrci sana uy mu maman watuzaniy aradufashij can Iman ibahezagire🙌
@JoelNgabo-jf3pn
@JoelNgabo-jf3pn Жыл бұрын
We thank God for the healing dear sister Doriane kaze ❤❤❤❤❤
@nanananette031
@nanananette031 Жыл бұрын
Amazing testimony God is good all the time Ooohhhhh so happy for this...
@ariellandayishimiye8278
@ariellandayishimiye8278 Жыл бұрын
Imana igura neza merci madame🇧🇮♥️
@user-yx2ug6cz2t
@user-yx2ug6cz2t Жыл бұрын
Hosy mrciii pr l'émission Imana Igiraneza cneee Imana Yuzuye Ubwiza Butangaje Idushoboze knd Itwongerereze ukwama Tuyizeye
@ireneiteriteka444
@ireneiteriteka444 Жыл бұрын
Imana igiraneza🙏🙏 Mana nuhabwe icubahiro🙌🙌🙌💃💃💃💃💃💃
@CardinaleNdikumagenge-ui3ox
@CardinaleNdikumagenge-ui3ox 10 ай бұрын
Ndumiwe:mbeg'Imana.Ivyo bimenyetso vyose nabimaranye igihe kirekire cane,baravuye birananirana,ntacahinduka.Kumbe Yesu yari yamaze kubikora neza.Tubayeho kubuntu bw'Imana gusa.Ubu ndaryama nkasinzira,Yesu shimwa.N'abana nararonse,Yesu shimwaa.Ubu nd'amahoro,Yesu shimwa,amen.
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
Yoooo pol sana mère ntibyoroshe❤🇧🇮❤🥰🥰🥰💞💞💞💯✅👌
@iteritekabella6532
@iteritekabella6532 Жыл бұрын
N'ukuri Imana yo mw'ijuru irakomeye cane.
@ericanzeyimana8156
@ericanzeyimana8156 Жыл бұрын
❤❤❤❤intahe yawe irimwo ubutumwa bwinshi bw'Imana,UHORAHO ABANDANYE KUGUKORESHA,
@pamellansengiyumva
@pamellansengiyumva Жыл бұрын
Hallelujah Imana Ishimw can
@dondeliciagateka7962
@dondeliciagateka7962 Жыл бұрын
Imana yacu iratuzi pe🙌thank you jesus🙏🙇‍♀️🙇‍♀️
@carmellasabimbona4754
@carmellasabimbona4754 Жыл бұрын
Basha intahe iryosheee...Imana ikor ibitangaza: numv novug nti abadafise Yesu ntibamenya ukwo urukundo rw Imana rungana ...hama Hosy Urusera ni Hibiscus mu gifaransa
@dianeemerusabe1005
@dianeemerusabe1005 Жыл бұрын
Merciiiii pr l'émission .Gloire à Dieu vraiment 🙌
@delacycy
@delacycy Жыл бұрын
Ndayiravy yose ntanasimbishij😢😢😢 Hallelujah 🙌 Imana yacu irakora❤
@elianeirankunda3431
@elianeirankunda3431 Жыл бұрын
Ameeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeen notre Dieu reste fidèle merciiii bcp pr les témoignages Dody
@fleurymugisha5066
@fleurymugisha5066 Жыл бұрын
Imana ni nziza ibihe vyoseee,,ooo Halleluyaaa
@justinb3355
@justinb3355 Жыл бұрын
Doriane ndamuzi twarakoranye. Intahe yiwe irankozeko cane. Imana ibandanye ininahazwa kandi urakoze cane gushingirintahe Indavyi yacu.
@cedrickniyomwungere8927
@cedrickniyomwungere8927 Жыл бұрын
Urakoze cane kuntahe utanze ndemeza yuko harho uwugwaye aravye iyi emition akize kubwi Imana yagutumye kudushingira iyintahe
@esperanceniyongere8510
@esperanceniyongere8510 Жыл бұрын
Imana ininahazwe cane muvukanyi ukuntu yakurokoye Imana ishimwe Can ndaryohewe niyo ntahe yawe🙏🙏🙏
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 Жыл бұрын
Émission très inspirante kandi itwigisha vyinshiii
@Ninamarie151
@Ninamarie151 Жыл бұрын
Imana imbere ya vyoooose🥳🥳🥳🥳 Intahe iryosh cane
@jeannedarcizere7757
@jeannedarcizere7757 Жыл бұрын
Yesu numuremyi 😭❤️🙌 What a testimony
@annicknick2727
@annicknick2727 Жыл бұрын
Amen ooooh Yesu urahambaye🙌
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Intahe iteye ikigongwe 😔😔😔kandi itangaje cane ,n’inyuma ya zero Imana irakora 🙌🙌🙌🙌Cadeau from Sweden 🇸🇪
@CharbelleIteka-ni6fm
@CharbelleIteka-ni6fm Жыл бұрын
Amen Imana ishoboye vyose Amashimwe yose ayigarukeko
@ck8137
@ck8137 Жыл бұрын
Glory be to God 🙏🏾🙏🏾🙏🏾 merci pour le temoignage
@user-dd3jo1mx4b
@user-dd3jo1mx4b Жыл бұрын
😭😭Notre Dieu est merveilleux❤❤❤merci kuriyi ntahe
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 Жыл бұрын
Vrmnt siren vibes yubahwe
@igirukwishaka-gl9wx
@igirukwishaka-gl9wx Жыл бұрын
Imana Ishimwe yo yagukijije
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 Жыл бұрын
mrci pr c témoignag 👏👏
@BMGp24
@BMGp24 Жыл бұрын
Gloire à Dieu🙌🙌🙌 Imana irakiza🙏🙏🙏🙏
@AlineNduwayezu-wu9zd
@AlineNduwayezu-wu9zd Жыл бұрын
Imana ishimwe cane intahe yawe iranyubatse
@christainc.5217
@christainc.5217 Жыл бұрын
Imana ishimwe cane
@cappucinella9120
@cappucinella9120 Жыл бұрын
Dodi intahe yawe imberey nshasha kandi, nivyo abana baraturusha kwizera kuko nta calcul bashiramwo kandi Imana ikunda abafise imitima yera
@clairenakure337
@clairenakure337 Жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏 Imana yacu irakiza ndi umuhamya wabyo.
@alicefaraja7712
@alicefaraja7712 Жыл бұрын
God bless you mama Doriane
@yolo._96
@yolo._96 Жыл бұрын
Waoih IMANA ihabwe icubahiro kuri yi ntahe yindi yugutabara kwayo
@genevievendagijimana
@genevievendagijimana Жыл бұрын
Imana ishimwe cane uranyigishije muvyeyi
@ladouceigirubuntu1638
@ladouceigirubuntu1638 Жыл бұрын
Imana ninziza ibihe vyose
@yvonnemukasine4360
@yvonnemukasine4360 Жыл бұрын
Imana ishimwe ku bwawe 🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽ya Mana yavugaga ikavugana na basogokuruza nuyu munsi iracyakora kandi iracyavuga 🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽
@benithaitangiteka2106
@benithaitangiteka2106 Жыл бұрын
Gloire à Dieu tout puissant 🙏🙌
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 Жыл бұрын
Oooh Mpore Mpore knd Yesuuu ashimw we avura agakiza
@germainenahimana3465
@germainenahimana3465 8 ай бұрын
Imana yacu igira neza ❤
@ngendasarah
@ngendasarah Жыл бұрын
Ivyo bintu nivyo gose abatabayeho Ijambo ry,Imana usanga bacinyizwa na vyinshiiiii
@eddy-michelirakoze8518
@eddy-michelirakoze8518 Жыл бұрын
Hallelujah hallelujah ❤
@NellyKanyamuneza-yk6yf
@NellyKanyamuneza-yk6yf Жыл бұрын
Icubahiro kibe Ic,Imana Ibihe vyose,Amen
@naomitatiana7659
@naomitatiana7659 Жыл бұрын
Imana ihabwe icubahiro cose
@ameliaofficialnkes3247
@ameliaofficialnkes3247 Жыл бұрын
Waouh!Imanishimwe caane kuvyiza n'ibitangaza idasiba kwama idukorera.Hama Urusera nibazako ari fraise🍓
@rashchrisirakoze469
@rashchrisirakoze469 Жыл бұрын
Fraise ni inkere
@aliceuwimana1789
@aliceuwimana1789 Жыл бұрын
Gratitude 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@JoelNgabo-jf3pn
@JoelNgabo-jf3pn Жыл бұрын
Hallelujah Hallelujah
@hortenseiradukunda6226
@hortenseiradukunda6226 Жыл бұрын
🎶Our God is an awesome God🎶🥳😍🔥🤌
@girukwishakadivine9836
@girukwishakadivine9836 Жыл бұрын
Imana yacu n'Imana
@parfaiteuwimpaye
@parfaiteuwimpaye Жыл бұрын
Dieu est puissant, n'uwihebuye areme , Dieu ne change pas
@niyonshutirachel1229
@niyonshutirachel1229 Жыл бұрын
Imana ni nziza
@Kakakakmmmmbbbbb
@Kakakakmmmmbbbbb Жыл бұрын
God is amazing ❤
@dannykaziviya8723
@dannykaziviya8723 Жыл бұрын
Imana Ishobora byose
@Hi5392
@Hi5392 Жыл бұрын
1:00:08 😭😭😭iyi ntahe mana weee😭
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 Жыл бұрын
Nukur Imana ni nziiiiiza pe inkuru za Cancer nazunva mur Kanguka none nama Diabète ama témoignages yuko bakize pe nukur .nunva ansubijemwo ukwizera pe
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Yesu arakora🙌🏽
@Chrian670
@Chrian670 Жыл бұрын
Glory be to God🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@nijimbereathanase9995
@nijimbereathanase9995 11 ай бұрын
Imana ni nziza caane basha
@nyirambonekababungachantal8148
@nyirambonekababungachantal8148 Жыл бұрын
Umu maman mwiza
@nyamugishagoreth8556
@nyamugishagoreth8556 Жыл бұрын
Imana yacu iragahezagirwaaaaaa. Irakoraaaa..n inyamaboko Nanje yarankijije cancer ya colon . Vyari bikomeye bicanze mwo na diabète.. Cancer yari Kiri stage 4 Imana yacu n umukiza..ikiza ubugingo...igakiza n umubiri
@gashurweevelyne2433
@gashurweevelyne2433 Жыл бұрын
Imana ihimbazwe nobasaba kuza murasengera n'abandi bagakira
@fofoirishura8027
@fofoirishura8027 Жыл бұрын
Icubahiro nic'Imana ibihe vyose 😭🙌
@NaomieMPUNDU
@NaomieMPUNDU Жыл бұрын
DIEU est grand,très grand même😇😊
@butoyialexis2316
@butoyialexis2316 Жыл бұрын
Intahe nziza cane Vyukuri benshi ntibashima Babona umenga c était prévu ainsi, ariko bakorewe ibintu énorme mfise benshi cane bakorewe vyiza bakavuzwa I buraya kuri somme Nini ariko aucun jour babona ko bahezagiwe cane
@kathiadorelleiteriteka5661
@kathiadorelleiteriteka5661 Жыл бұрын
Ooh thank u jesus ❤
@user-bf2yz5pn8w
@user-bf2yz5pn8w Жыл бұрын
Que Dieu soit glorifié
@happydeliciairadukunda2711
@happydeliciairadukunda2711 Жыл бұрын
Gloire à Dieu 🙌🙌
@twinsmom-td7gb
@twinsmom-td7gb Жыл бұрын
Très touchant. Merci infinement❤❤❤❤❤
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Merci à vous
@rosemarie7426
@rosemarie7426 Жыл бұрын
Notre Dieu est tout puissant. Rien n est impossible pour lui
@jordymakchris8396
@jordymakchris8396 Жыл бұрын
Gloire à Dieu 🖤🙌🏾
@pascalinenkurunziza3271
@pascalinenkurunziza3271 Жыл бұрын
Ndafashijwe
@juliennenikuze8025
@juliennenikuze8025 Жыл бұрын
Louer L'Eternel car Il est bon,car sa miséricorde dur à toujour🎉🎉🎉🎉🎉🙌🙌🙌🙌
@user-io2ly2gc6p
@user-io2ly2gc6p Жыл бұрын
🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌 Gloire à Dieu🙌🙌🙌🙏
@ukl9802
@ukl9802 Жыл бұрын
Ni mort imminente. Uzarebe izo emission disi. La lumiere rayonnante bose barayibona nziza cyane. Imana ni nziza
@brendacorineingabire3134
@brendacorineingabire3134 Жыл бұрын
Hashimw Imana data yo igira neza intahe nukuri numv nogum ndayiraba nukur yatwigishij harimw ibintu vyinshii amajambo y Imana y kwizera menshii nta rwara nimw idakira ufise ukwizera
@bijoux20
@bijoux20 Жыл бұрын
Waooh imana ni mana
@jeaninetv
@jeaninetv Жыл бұрын
Amen
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 Жыл бұрын
Merci Hama muzotumir n'aba katolika nabo.
Heartwarming Unity at School Event #shorts
00:19
Fabiosa Stories
Рет қаралды 18 МЛН
ЧУТЬ НЕ УТОНУЛ #shorts
00:27
Паша Осадчий
Рет қаралды 8 МЛН
Double Stacked Pizza @Lionfield @ChefRush
00:33
albert_cancook
Рет қаралды 75 МЛН
Дарю Самокат Скейтеру !
00:42
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 8 МЛН
Imboneza TalkShow Avec Ange Muyubira ( Directrice  de Kazozah Art )
35:02
Dieudonné Nahimana
Рет қаралды 18 М.
URUGENDO ICEGERA C'UMUKURU W'IGIHUGU YAGIZE  KU KIVUKO CA BUJUMBURA
2:41
Heartwarming Unity at School Event #shorts
00:19
Fabiosa Stories
Рет қаралды 18 МЛН