First episode was really amazing and interesting , that episode brought back a lot childhood memory and i had a lot questions, and input to that topic.. Hope that one that i will be your guest. Keep it up the good work and always remember , there is nothing impossible to a willing heart.
@KimanaSanta11 сағат бұрын
Merci mutanze inyigisho nziza cane❤
@BimenyimanaChadrack-ml7bl4 сағат бұрын
Wubahwe ubikora neza muntu wacu dukunda
@confitbienius690313 сағат бұрын
Nimba nawe wumiwe , kanda Like ❤😂
@madoudounijimbere825913 сағат бұрын
Haratesaa kbs❤
@kg728513 сағат бұрын
Sinibaza ko😂ari probleme kubivuga ushobara kubivuga mugipfasoni kuko harukuntu abantu bavugana amajambo très implies
@DonDavyNdayisaba13 сағат бұрын
Ikiganiro ciza cane nahora nkunda Siren vibe ngiy kwongereza ibijanye n sexologie bikwiye kuvugwa à l'aise mu Burundi
@kg728513 сағат бұрын
Hama abana bubu baraciye ubwenge kandi mumenye ko abubu bafise social media barabibona bakavyumva.ino mubihugu vyohanze nibisanzwe mwishure barbibigisha