SOLUTION COUPLE 💝:Norasque na Fanny PRANK bagiriye Clarisse ahatswe kuja mubitaro kubera umutima🥱😱😭🤣

  Рет қаралды 44,844

Solution Couple

Solution Couple

Күн бұрын

Solution couple :
Norasque Ntare VI:+257 72 096 080
Fanny Lavine:+257 79 210 295
WE ARE FEARLESS GENERATION!!!!

Пікірлер: 757
@GodelièveManiratanga-z7u
@GodelièveManiratanga-z7u 5 ай бұрын
Abantu barize babonye Clarisse n'ijwi rigiye tumenyane😂😂 Gus munyuma ndatwenze 😂😂
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 5 ай бұрын
Number one abakunda solution couple nkanje gonga like mbisabire munkandirekur foto yanje❤
@kladahmad3333
@kladahmad3333 5 ай бұрын
❤❤😂😂😂
@OrnellaNgendakumana
@OrnellaNgendakumana 5 ай бұрын
​@@kladahmad3333😊àå
@InaLigera
@InaLigera 5 ай бұрын
Umugabo wabandi nanje naramuhanuy aranka🥰🥰🥰shaaa jew sinofatwa🫣🫣
@BenigneNiyoyankunze-p5m
@BenigneNiyoyankunze-p5m 5 ай бұрын
Abunva kuyumu sister Clarisse avuga nez muzehano turabe
@MariamuBahati-l4c
@MariamuBahati-l4c 5 ай бұрын
Izinyigisho mwama mudukorera zirigisha nubwo zindijije mubakinyi beshi biraba ibintu nkivyo vyogucanamwo inyuma ya camera 😂😂😂 mpore mukobwa baraguhabuye mukanya gato ndabikundir abantu mwama mubona kwababantu ivyobakor arinkimanuro munsigire Like
@emilevenantndihokubwayo3267
@emilevenantndihokubwayo3267 5 ай бұрын
Uwundi muntu yumvise ko Rita/Mma Prince bamutinya ampe like Kuri 3min 15sec Norasque avuz atu Rita yodukuramwo iyo kwotsa reka ntamenagure ibintu urya yogenda adukubise😂😂
@chantalnijimbere-mr9xe
@chantalnijimbere-mr9xe 5 ай бұрын
Icambere mbonye Coco numu chérie WA Fico apana muri film. Icakabiri Fico iyo Prank yarayizi
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 5 ай бұрын
Ninde yabonye nkanj amaso ya Ritha Fanny avuze ngo hariho ikitagenze neza😂😂😂😂
@charitemanirakiza1200
@charitemanirakiza1200 5 ай бұрын
Fanny vrt urashoboye cane❤🎉🎉 abamukunda nkanje tumenyana na like❤❤
@niyonkuruanastasie9277
@niyonkuruanastasie9277 5 ай бұрын
Amarira araje nukuri uyu mubyeyi muramubabajepee Imana ibababarire love from 🇷🇼🇷🇼
@EricNkurunziza-sf2dy
@EricNkurunziza-sf2dy 5 ай бұрын
Le premier, munkwirize like nka 200❤❤❤🎉🎉
@LoveElianeIrankunda
@LoveElianeIrankunda 5 ай бұрын
Mama shahu 🙄🙄
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v 5 ай бұрын
Wakoze iki ra🤷‍♂️🤮🤣🤣🤣
@DonDorelishimwe
@DonDorelishimwe 5 ай бұрын
Ooooh 😭 vrt je kl Clarisse je l'aime ukuntu elle belle ses émotions je les admirés 😭🥰🥹mais aga prank kamufashe ndake 😂 mais ses émotions c'est belle 😍 jolie
@joselynejose2951
@joselynejose2951 5 ай бұрын
Nkaba ndahageze MWAKIRE AMASHURWE YANYU team nono💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐bakunzi ba film ndundi mumpe izo 👍
@AliceNiyibizi
@AliceNiyibizi 5 ай бұрын
Clarisse muri film vyahora bimugora kurira none aravyize ntibizosubira kumugora😂😂😂
@Nduwayezuclaudine
@Nduwayezuclaudine 5 ай бұрын
Yoooo coco mpore sha urarize naje ndarira nukuri Noravine murabaye abana babi FikoFiko ati nuwuzogenda muri toillette nukuraba kohari camera gusa narize kubwa coco
@ChantalMarieKwizera
@ChantalMarieKwizera 5 ай бұрын
Yoooo nje naba uwambere abaza nyuma nukuri munyereke KO muri murukundo n'a solution couple namwe bajama 🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
@AlineNsabimana-jx8sq
@AlineNsabimana-jx8sq 5 ай бұрын
Yooooh murarijij coco basha nukur ningend tumwikundir🤣🤣🤣 fiko naw yaratanguy ngo non wew umwandikir gt🙆😂😂
@LadouceVyizigiro
@LadouceVyizigiro 5 ай бұрын
Yoooooooo basha🤣 clari mpore disiiii...wihangane bagukoreyeko
@SolangeNiyonkuru-wf5wl
@SolangeNiyonkuru-wf5wl 5 ай бұрын
Nukuri mwebwe muranyica. Gusa ndabikundira Kandi mukomere.❤❤❤❤❤. Kure Cane Kristo ahabashitse.
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 5 ай бұрын
Prank zirab abazizi😂 utazitahura ntutora ivyo turimwo😂 courage bakunzi banje muzotegure iya fiko fiko nayo twitagatire😃🥳🥳🥳🥳 nobafasha kuyitegura😢
@DadaBayisenge-xn3bd
@DadaBayisenge-xn3bd 5 ай бұрын
Coco ugende bukebuke sha gufyina bivamwo kurira uyumusi ni plank ejo bizob biri seriously raba uko witwara sha nubwo muri abagenziii eeeh
@NduwamahoroFlora
@NduwamahoroFlora 5 ай бұрын
😂😂😂😂ewe fany shaa uciyubwenge abantu mukinana nafany murabe mwumva namb muhora mumwiyegereza ntimwibaze ng nama prank
@EvangelineManirakiza
@EvangelineManirakiza 5 ай бұрын
Coco iyo no nkina nkebura aho fanny yakugabishije pe, Muradutwenza kdi turabakunda ariko amaso afunguke👍
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 5 ай бұрын
Turakeney prank ya fiko nawe pol sha clarisse baragukomye🎉❤❤❤
@estachou6896
@estachou6896 5 ай бұрын
😂😂😂😂mutumy numwana wanj avyuk nukur ndatwenz😂😂 ndarir😢😢clarisse baragukomy😂😂
@JaliaNiyonkuru
@JaliaNiyonkuru 5 ай бұрын
Yoooo clarisse wanje diiii mpole mpole ndibaza Fiko niwe ashikiriwe Mama Lao murabe mukore umuti kwa fiko
@AntoinetteBaraka
@AntoinetteBaraka 5 ай бұрын
Ewe fiko sha urankuyeho,sha aba boss banyu ni bo ariko barabakunda pe❤❤❤
@DivineTvshow-n1y
@DivineTvshow-n1y 5 ай бұрын
Abakunda iyikuple nkanjye nankandire kwifoto ubund tuhatwike😂😂❤❤❤
@AngemarieIgiraneza
@AngemarieIgiraneza 5 ай бұрын
Murabantu babi basha😢😢😢Clarisse wacuuu vyukuri Fanny ukuntu mumurijij😂😂😂gusa ndabakunda sibanga❤❤❤komez mutwiher imins yokubaho👏👏
@alinenininahazwe3223
@alinenininahazwe3223 5 ай бұрын
Yooo!nukuri ndarize. Clarisse ni umu innocente kweli.😂😂😂😂ararize shaa. Gusa Fico yagize ubwoba hamwe aciye aja kunywa amazi😂😂😂😂gusezererwa mu kazi birababaza kweli
@YvonneNkunzimana
@YvonneNkunzimana 5 ай бұрын
Nukuri ndarize,Coco mpore sha,ariko ndatwenze munyuma ico ceyi kikuvuyeko,Norasque Na Fanny Prank zanyu ziramara,courage!
@lydi791
@lydi791 5 ай бұрын
😂😂😂😂asigaye Fiko nawe mumugirire prank sha Clarisse baragukomye kbs pole sna
@mediatricenahishakiye6585
@mediatricenahishakiye6585 10 күн бұрын
Ndagushigikiye ma chérie Fanny,umugabo ntasangingw n'isumu kabisa
@shadyhalnomani412
@shadyhalnomani412 5 ай бұрын
Yooo kandi yarizee cane birengeje😂😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@DUSABEDestine
@DUSABEDestine 5 ай бұрын
Gusa imana yabaremye kwr😂😂😂 niyubahwe na Bose kko ndabakunda cane❤❤
@NiceArletteNzeyimana
@NiceArletteNzeyimana 5 ай бұрын
Fiko fiko atii umuntu agiy nomur toilette azosangh caméra😂😂😂😂😂😂vrt murabanje😍😍😍😍😍
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 5 ай бұрын
Basha abakunzi ba prank muradukoreye umusi 💐💐mugire Aho muba mwubahwe 3Fa bangu je vous aime bcp ❤❤❤
@marymgort1160
@marymgort1160 5 ай бұрын
Muramukoreyeko kbs uwomudemu basha ntogonopfa ntemberey murugo rwabakinyi va prank😂😂😂
@MaiakoviskyAkimana
@MaiakoviskyAkimana 5 ай бұрын
Fanny amantuze yabandi aryoha ihotora ww uraziko uhakw gupfa Mugabo urabona kubandiko biryoshe ntac
@Chrismo-b2h
@Chrismo-b2h 5 ай бұрын
Ahwiiiiiiiiiiii,ndazigije kubera prank, ndabbaye clarisse wnje
@buyenziTV
@buyenziTV 5 ай бұрын
Mwese ndabakunda ❤❤❤ maman prince wubahwe ndagukunda
@RukundoEvelyne-c6l
@RukundoEvelyne-c6l 5 ай бұрын
Jewe rero bwaramaze gutuma naho yobari prank ahonyene direct noba mpejeje kugutamwo amakofe nimigere 😂😂😂😂nfise ishavu riri hafi
@WdsgdRewdhh
@WdsgdRewdhh 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 wew reo ntagufyina kweli 🤣🤣🤣
@AmandineKazeneza-jd6nh
@AmandineKazeneza-jd6nh 5 ай бұрын
Uuuuuuu Aho reo tuvuge ko batayibonye caméra IRI imbere yanyu???? Nico nankira prank zabarundi ni film zibereye ngaho ko atanumwe yicay kuriyo ntebe IRI iruhande ya camera?????
@ChantalNduwayezu-hz2yu
@ChantalNduwayezu-hz2yu 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@ClairiaNiyomashimwe
@ClairiaNiyomashimwe Ай бұрын
Urakora rwawe tekana sha
@ArianeNikuze
@ArianeNikuze 5 ай бұрын
Ahubwo fiko ngira yari agize umucece azi kwariwe aca abanza kuja kunwa amazi. 😂😂😂😂😂😂😂
@lylyjessicaabera3060
@lylyjessicaabera3060 5 ай бұрын
Mana ndarize nanj ntama ndizwaa nubusaa 😭😭😭🙆🏻‍♂️🙆🏻‍♂️
@EjennUwimana
@EjennUwimana 2 ай бұрын
Mugabobasha nukuri nkayomarira arize Fani wapi kweli 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@NiragiraOscar-nv4ud
@NiragiraOscar-nv4ud 5 ай бұрын
Ubushak wumv konaray ndamuriye?? 😀😀 Ubushak arare arakurota?? Fanny ndagukunda cane
@bibikiki8437
@bibikiki8437 5 ай бұрын
Team yanyu muraryoshe ❤️ Coco ihorere sha Uri très sympathique ❤️ Solution couple hejuru cane ❤️❤️
@kigemenadia4561
@kigemenadia4561 5 ай бұрын
iryohahamura mumuteye clarisse nimumwezeeee,,,,uuuuh ngene nijwi ryagiyee jew...
@NkunzimanaSunkelly-vg5bf
@NkunzimanaSunkelly-vg5bf 5 ай бұрын
Basha yooo nahatsw kurira kuber coco arik ndumufan wa prank ndaba kunda solution couple 🤣🤣🤣
@appolineiradukunda9549
@appolineiradukunda9549 5 ай бұрын
IRADUKUNDA disi my mazinaaaa. Je ibi bintu vya prank sindabikunda pe,ndumva ko naho mwombwira kwariyo mwanteguriye kabisa sinzi ko vyomvamwo😂😂😂
@OmarEspoirNdayishimiye
@OmarEspoirNdayishimiye 5 ай бұрын
Lavine ndabakunda cane mais prank nkizo muzigabanye kwl kk iyaba ari jewe kugira dusubire nokunavugana vyoca kure
@jeandedieunizerimana6795
@jeandedieunizerimana6795 5 ай бұрын
Nukurii Coco muramukomesheje😢😢,natwe tugiye kubategurira prank nkabafana🙈🙈🙈
@AXELLAassia
@AXELLAassia 5 ай бұрын
Gusa crara amez bn jw sinarikucantwenga inyuma yivyo yooooh rwifitiye umutima mwiza❤None nkubu fiko ntimwokundana n crarisse kwer namwe urugo rwanyu rworyoha❤ ndabadavye muraberanye
@rebeccakagoyire6280
@rebeccakagoyire6280 5 ай бұрын
Team Fanny ntabwo twamanika amaboko ahubwo Tuzatwika
@NiyongerePascaline
@NiyongerePascaline 5 ай бұрын
😂😂😂😂 oyarek manzenkor kanyamwem ndabon mwahatwits Kur prank ark ndi forever na solution couple ❤❤❤❤
@justinendayisenga7180
@justinendayisenga7180 5 ай бұрын
Nukuriii fanny urakundaaa umutwareee waweee kandiii nivyo ndagushigikiy peee❤❤❤🎉🎉🎉 ayo nayaweeee
@necelatenitunga
@necelatenitunga 5 ай бұрын
Yoo Clarisse namasozi arakorotse ndababajwe niyo pranck nukuri. Mpore sha Clarisse
@emilevenantndihokubwayo3267
@emilevenantndihokubwayo3267 5 ай бұрын
Yooo Mana nije nkoroye amosozi kweri kuriyi prank yuyu Iradukunda mubesheye kweli Funny vs Norasque Imana irababona Yooooo Murakorikibi nukuri kwose😢😢😢 Mon Dieueee😢😢😢
@ManirakizaObebe
@ManirakizaObebe 5 ай бұрын
Clarisse vrt pol san wanj abo niko bamez basigay baturyoherez umusiiii nama prank atavanako ndabakund caneeeeeeee
@BillyCrintony
@BillyCrintony 5 ай бұрын
Fanny nanje ndarize kubwa coco nukuri muri abana nabi murandijije kabisa,coco araduze nanje ndarira sivyiza ivyo nukuri,fiko nawe yumiwe
@uwurukundobella-uv4xx
@uwurukundobella-uv4xx 5 ай бұрын
Mbega fanny kera ko wavuze ngo Norasque ntazi gukina,vyagenze gt ngo umwemerer akine mur film 😂😂😂,gusab ndabakunda cane muvyumve❤❤❤
@EvelyneNdayiragije-xv2rw
@EvelyneNdayiragije-xv2rw 2 ай бұрын
mwebwe muzotuma banyirukana kukaz nukur😂😂😂😂kuber PRANk zany ndabakund mpora ntwenga nimbavu zikuma nakaz nkibagir ivyondimwo
@DusengimanaSeilla-nw4uh
@DusengimanaSeilla-nw4uh 5 ай бұрын
Nukuri muramukuyemwo umutima yoooo mbeg ikibaju coco pole mwiza
@lyonog257
@lyonog257 5 ай бұрын
Shar murandijije kbsa ikindi murantwengeje niriwe nshavuye hamwe n'a estomac itangura kunrya Fanny ,coco mwubahwe
@LEONCEMUKESHIMANA
@LEONCEMUKESHIMANA 5 ай бұрын
Uwomwana wacu murijije IMANA izobibabaza.so turabakunda
@ShugweryimanaKevine-op1xx
@ShugweryimanaKevine-op1xx 5 ай бұрын
Mug Nora yagira asarishe ng n'a apel yamfona yari kwumirwa tu fico nawe gamana😅😅🤣
@dorinemuhimpundu2807
@dorinemuhimpundu2807 5 ай бұрын
😂😂😂😂fany uratanze gasopo kumugabo wawe kweli umurose umushaka nukuri😂😂😂😂😂😂utanguye gu proteja❤
@ellaalida324
@ellaalida324 5 ай бұрын
Nukuri uy'umunsi muratwempeje ndupfuye gutwenga 😂😂😂😂
@UniquePlan88
@UniquePlan88 5 ай бұрын
Yooo Gusa najewe ndababayekubera clarisse ndakwikundiye disi ❤
@CkristineNiyonkuru
@CkristineNiyonkuru 5 ай бұрын
Fanny vubandaguhabwe kuko ngombagukorana nawe uranyuzuza can ndagomba nimeyawe ❤❤❤
@ikorinezaarmella2286
@ikorinezaarmella2286 5 ай бұрын
Fanny mumugurir agafanta Clariss mwar mumubabaj yooo Arik muratesa ukuntu 😂😂😂
@emilevenantndihokubwayo3267
@emilevenantndihokubwayo3267 5 ай бұрын
How I love this couple please❤ Norasque helooooo Funny Helooo
@AnnyMbite
@AnnyMbite 5 ай бұрын
😂😂ngo amarira yingona😂😂gusa ndarize nanj yooooo clarisse mpore shahu baragukoreyeko
@EvelyneIrakoze-w2d
@EvelyneIrakoze-w2d 5 ай бұрын
Ariko noneho coco murakamukoze fafa sivyiza arariza mbona birase lav ga mpita nunva nseshe urumezaaa
@BlandaIranzi
@BlandaIranzi 5 ай бұрын
Love❤.😢😢 Nono na Fafa kuri coco wacu😢 sivyizà.arik turabakunda❤❤❤
@Kwizera-b8x
@Kwizera-b8x 5 ай бұрын
Yoo ka coco birabonek basha ko kikundir fanny katitay kubant emotion yerekany nice uzuguman urukundo rwawe n fanny.maman prince ndamukunda caane naw avyumve k ❤❤❤❤
@hezagirajoyeuse1204
@hezagirajoyeuse1204 5 ай бұрын
Vyiza cane gusa rero naho mutwigisha muraturiza😢 ikindi uwundi musi muzogirira prank umuntakara acaguhamakofe sha Fanny kurayo matama uvyibushe nka bébé 🎉
@sfkl8257
@sfkl8257 5 ай бұрын
Niya Fiko ndayirindiriye😂😂😂😂❤❤
@lylyjessicaabera3060
@lylyjessicaabera3060 5 ай бұрын
Solution couple izonatwicaa nukur 😂😂😂😂💫
@jeannettecimpaye8233
@jeannettecimpaye8233 5 ай бұрын
Ahubwo ndumiwe!none norasque umugore amubwiye ngo Clarisse aguma akwandikira ngo nazifuse yaca yemera KO arivyo?ahubwo Clarisse ngira ntiyaribwarabe narimwe prank ziyi couple.norasque yagumye yemera gusa KO Clarisse ahora amutereta mais ntiyigeze avuga inyishu yaha Clarisse .Clarisse mpore urahatswe kuhagwarira hypertension
@JakyYayary
@JakyYayary 5 ай бұрын
Nukuri naje ndarize cane gose fany lmana itababona izo prank Mungu weeeee
@BelyseNikuze-tr7zp
@BelyseNikuze-tr7zp 5 ай бұрын
😢😢😢olalala ndariz nukur ribay iryamber ndijijw na prank😢
@adidjaniyonkuru6954
@adidjaniyonkuru6954 5 ай бұрын
Jesus😢😢😢umwan w abandi murijije disiiii😢😢😢gusa ndabakunda cane
@ChantalChacha-u8h
@ChantalChacha-u8h 5 ай бұрын
😂😂😂😂jew kwl muransekej cn ,Fanny kuriy ncur ndagukunz deplus
@voixdusalut23
@voixdusalut23 5 ай бұрын
Nukuri muraryoshe kuraba fanny na norasque muragahezagirwa mugere kure eee canee❤❤🎉🎉🎉🎉
@SarahMugisha-bh8yu
@SarahMugisha-bh8yu 5 ай бұрын
Coco attention wiyubare bitangura ari prank bikarangira ukundi
@audreillenintoye161
@audreillenintoye161 5 ай бұрын
Iyi prank niyambere vrt Clarisse weeeee ndagukunda
@akimanapurcelle5505
@akimanapurcelle5505 5 ай бұрын
Basha naje narize pe mbony Clarisse arize😂😂😂😂
@elyseingabire2937
@elyseingabire2937 5 ай бұрын
Ati ubu no mu kuja muri toilette umuntu azohora abanza kuraba ko ata caméra iriyo😂😂😂😂. Fiko😂😂😂
@MUNEZERODiane-ez8ku
@MUNEZERODiane-ez8ku 5 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 solution couplé ndabakunda cane coco Basha,😥😥mpol mazeu ndabakunda cane
@ViollettaNijimbere-se9em
@ViollettaNijimbere-se9em 5 ай бұрын
Courage nyishi muratwengeje nukuntu nari nishavuriye sha mwubahwe kwl 💕💕💕💕
@grettairakoze-qr3bn
@grettairakoze-qr3bn 5 ай бұрын
Nukur muratesa😂😂😂😂😂😂❤️❤️❤️❤️❤️❤️abakiny film Urugo je v aime😂😂😂❤️❤️❤️Mariiii😂😂😂
@JunnyJunny-sj3gt
@JunnyJunny-sj3gt 5 ай бұрын
Nanje ndarize 😭😭nukuri sinaribwabone coco ariko ararira nukuri wogira kwari sereux
@charleneiradukunda5153
@charleneiradukunda5153 5 ай бұрын
Clarisse abatutse ngo namavyiii😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂nabibonye naho mwakase amajwi
@igiranezaeliane
@igiranezaeliane 5 ай бұрын
😂😂😂nukuri hariho umuntu azohav arwara umutima kubera izo pranks zirarenze 😂😂😂😂😂
@bugegenezaujia7325
@bugegenezaujia7325 5 ай бұрын
Prank zigiy kutwica ndabarahiy,gusa GEZAHO mwarayihevy knd nayo yaratwigisha cane
@pascalinensengiyumva3821
@pascalinensengiyumva3821 5 ай бұрын
😂😂😂Fiko yarabizi peee😂😂.mpore none coco.
@AllyBgrmn
@AllyBgrmn 5 ай бұрын
Yooo murarijij 😢coco 😊asha azobihore vremaaaaa😂nzomufasha
@appolineiradukunda9549
@appolineiradukunda9549 5 ай бұрын
IRADUKUNDA wanje disi,fmlle Noravine ivyo bintu wapi sivyo😂😂😂
Зу-зу Күлпаш 2. Интернет мошенник
40:13
ASTANATV Movie
Рет қаралды 654 М.
Flipping Robot vs Heavier And Heavier Objects
00:34
Mark Rober
Рет қаралды 54 МЛН
哈哈大家为了进去也是想尽办法!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:33
火影忍者一家
Рет қаралды 126 МЛН
小天使和小丑太会演了!#小丑#天使#家庭#搞笑
00:25
家庭搞笑日记
Рет қаралды 58 МЛН
Зу-зу Күлпаш 2. Интернет мошенник
40:13
ASTANATV Movie
Рет қаралды 654 М.