SOLUTION COUPLE 💝: 💍✍️✍️Wedding Day PART 1 HALLELUAAA🗣️🗣️🗣️🗣️🎶🎼💎💏

  Рет қаралды 75,172

Solution Couple

Solution Couple

4 ай бұрын

HALLELUAAA IMANA ISHIMWE CANE UBUKWE BWA SOLUTION COUPLE YABANYE NATWE TURASHIMIYE MWESE MWADUSENGEYE IMANA IBAHEZAGIRE CANE 🙌🙌
+257 65030870 (KEZIMANA NORASQUE)
+257 69645308(UWIMANA FAXINE)

Пікірлер: 353
@pacypn8255
@pacypn8255 4 ай бұрын
Yoooooooo basha emotions ziranyishe.nibutse urugo gwambere ingene rwamuruhije.Nolask ndagusavye ,ndagutakambiye uzumuhoze amarira yose yarize. Ntuze wemerere satani kwakuzanira ivyiwe .Mana weee ndabuze icomvuga .twahuye navyinshi bidukomeretsa ariko Imana irimuruhande gwacu .Imana izibane namwe ibihe vyose.ww love you guys❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@Eva-rz9gf
@Eva-rz9gf 3 ай бұрын
Nisawa.muherereyehehe?
@NDIKUMWAMIAchel-mw4eh
@NDIKUMWAMIAchel-mw4eh 2 ай бұрын
Muryoherwe
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 4 ай бұрын
Mbaye uwakabiri merci kur solution couple yacu, ❤❤abakunzi ba solution couple nkanj umusi mwiza❤❤❤❤
@ClaudetteNkengurutse-ht6ue
@ClaudetteNkengurutse-ht6ue 4 ай бұрын
Nivyishimo vyukuri vyari vyiza pe ! Yesu vyukuri aracari kugikorwa
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 4 ай бұрын
Muzahore mukundana mumahirwe nomumarushwa ibigeragezo nivyabazako muzasenge IMANA ibashoboze kubinesha proud of you solution couple ❤❤❤
@user-ns8dt5qy4q
@user-ns8dt5qy4q 4 ай бұрын
N'ukuri ataburyarya burimwo muraberewe caneee gose, Eh ingen bibereye bitey igomwe, Imana nyen'amahoro ibubakire
@ChantalUwamahoro-xs7wd
@ChantalUwamahoro-xs7wd 4 ай бұрын
Imana ibubakire urugo rukomere Fanny mwiza 😘🙏🙏🙏 ndagukunda cyane ❤❤❤,🇷🇼🇷🇼Imana ishimwe yo iguhaye andi mahirwe yakabiri ntimuzayamfashe ubusa mbifurije kuzarambana kdi Imana ikomeze ibarinde🙏🙏🙏♥️♥️♥️
@uwamahorodelfine7
@uwamahorodelfine7 4 ай бұрын
Imvura y,umugisha yarabangagiye ijuru rwabahaye umugisha
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 4 ай бұрын
Ehe ingen biberey kurab eh ingen biryosh, ❤❤❤ Imana Ize Ibubakir solution couple yacu🙌🙌
@DarleneNiyukuri-ut4zq
@DarleneNiyukuri-ut4zq 4 ай бұрын
🥺😭😭😭♥️♥️❤️‍🩹❤️‍🩹🤍ndize ndayirangiza ndiko ndarira ndabakunda gushika kwiherezo nukur🎉🎉🎉
@Eva-rz9gf
@Eva-rz9gf 3 ай бұрын
Mwaramutse.natweturabakundacn
@NeelaBukeyeneza-ov1yf
@NeelaBukeyeneza-ov1yf 4 ай бұрын
Sezerano ryiwe ntirivaho ic yavuz iragisohora congratulation 🎉❤❤
@user-lq5iq8hs5y
@user-lq5iq8hs5y 4 ай бұрын
Imana nyenamahoro n'urukundo gwinshi ibubakire beza bacu Nono and Fafa ic'Imana yafatanije ntihakagire uwuzogitandukanya mw'izina rya Yezu turabakunda cane kandi turanabasengera 🎉❤🎉❤🎉❤
@GraciaArakaza-rz6md
@GraciaArakaza-rz6md 4 ай бұрын
😭😭😭😭😭😭 I'm crying Imana izobubakire cne Fanny uri akarorero keza ku runganwe rwiki gihee Hari IMANA ihozaa
@user-ur3zu1nh5e
@user-ur3zu1nh5e 4 ай бұрын
Ntavyo fise novuga atarivyishimo vyish ndabakunda ❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@sumsum9493
@sumsum9493 4 ай бұрын
Imana ize ibubakire muze mubane mumahoro nomumutekano mugishanya inama kwa buri kintu coose
@user-ug4ef8ew6t
@user-ug4ef8ew6t 4 ай бұрын
Urugo ruhire beza banjeuu ❤
@GiftBella-de5hz
@GiftBella-de5hz 4 ай бұрын
Uwiteka aze yame abanezereza❤❤❤
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 4 ай бұрын
Ntawayiringiy ngimukozisoni😭😭😭😭😭😭😭birabereyijisho binovyiz sinumv amajamb nobivugamw arik imana yomwijuru izibubakir muzemutandukwanye nurupfu nkuko mwabivuze ndabakund nabigiyeko vyinshi imana ibahumugish murug rwany muzemuvyar murondok murugo rwanyu hazeham umunezer 🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤🌷🌷🌷🌷🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌿🌿🌿🌿🌿🌿🌿🌹🌹🌹🌹🌹🌹
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 4 ай бұрын
😭😭😭😭🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🙏🙏🙏🙏🙏🙏🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@MugishaLiesse-be9kz
@MugishaLiesse-be9kz 4 ай бұрын
🥰🥰🥰❤❤❤❤❤❤❤Imana isezeranye irashitsa urugo ruhire bakunzi bacuuu❤❤
@user-bo3gw6ud9f
@user-bo3gw6ud9f 4 ай бұрын
Iman izobubakire kuk muvuze amajamb akomey imbere y'imana ibah kubigendra munamusengre kugira satani atazogira ah ahaca🎉🎉🎉🎉🎉
@UwiringiyimanaImmaculee
@UwiringiyimanaImmaculee 4 ай бұрын
Wow ✨, hano murwanda twishimye kd we love you lavine♥️💞
@user-yt9en4mt7k
@user-yt9en4mt7k 4 ай бұрын
Iman izobubakire ndabakunda vrt❤❤❤❤❤❤❤
@Fafanshimi
@Fafanshimi 4 ай бұрын
❤❤❤❤ congratulations solution couple 💞💞💞 imana ikomeze kubaha urugo rwimigishaaa nimihezagiro wayooo
@donavinenduwimana611
@donavinenduwimana611 4 ай бұрын
Ndashaka kuzobona fani wacu aryohewe mukwe wacu uzodufashe fani Imana izogufashe kumwibagiza imibabaro❤❤
@user-hk2qn4bo1l
@user-hk2qn4bo1l 4 ай бұрын
Felicitations solution couple vyar bitesa nukuri imana izokwamane namw mur vyose na hose❤
@user-jv8pr5yv2s
@user-jv8pr5yv2s 4 ай бұрын
Mbega ivyiza !!!Ndabakunda caaane.Mwizokwirinde ababaca intege.Muzorinde musaza mukundana
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o 4 ай бұрын
Raba norasque kwigirisha bariko bamubwira gusoma umugore wiwe😂😂 ababibonye nkanje mundemere twatuntu❤❤❤❤
@SaraphinaMichael-ff2df
@SaraphinaMichael-ff2df 4 ай бұрын
Imana izibubakire beza banje Ibi birori ntibize bibe ivyimpfagusa
@qqss5875
@qqss5875 4 ай бұрын
Vyari bihimbaye cane❤❤Imana ibubakire uzogire hungu kobwa
@niyonzimafrancine1629
@niyonzimafrancine1629 4 ай бұрын
Imana ntihemuka💪!irashitsa iyo yasezeranye,👏👏murabe amakara ntimube urubeya🎉🎉🎉
@user-pu4qh2wk9i
@user-pu4qh2wk9i 10 күн бұрын
Nivyiz nivyigikundir🎉❤
@irambonaquelia1924
@irambonaquelia1924 4 ай бұрын
Mpore shaa Lavine ayo marira urize wibutse vyinshi gusa Imana izakubakire
@user-et2wv1vb9r
@user-et2wv1vb9r 4 ай бұрын
❤❤❤❤Urugo rwinza
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 4 ай бұрын
Ikiganiro ndakibamaze rero😂😂 namarira menshi😭😭😭Fanny nukuri urintahe yanje nzama nkuzirikana mubizima bwanje bwose niwewe watumye ngira umutima mfise urintwarikazi ikomeye kur jewe🙏🙏🙏🙏amajambo yam ambana make hagezeko nkuvuga ndabura uko ndakuvuga ndabura aho mpera naho mpereza ariko wumveko ndagukunda ataburyarya bugiyemwo warankomereje umutima mubuzima bwamisi yose 😭😭😭😭Imana ibaje imbere na norasque muze mwiragize Imana mur vyose uze umwubahe nawe azogukunda ndazi yaramenye Imana muriwe Fanny congratulations uraronse umugabo yamenye Imana🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳Fanny uri intahe yanje ❤❤❤❤🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 4 ай бұрын
Umenga noguma nsubiramwo kurab😂😂😂 ingen Fanny atamvye rero sasa😂😂😂 ndabakunda tu❤❤❤
@KezakimanaBeoline-wx3cs
@KezakimanaBeoline-wx3cs 4 ай бұрын
Félicitation bantu beza,Yesu acunge impande zose❤
@DorianneYankunze-xw8wr
@DorianneYankunze-xw8wr 4 ай бұрын
Fanintajamboryayoyavuze rihinduka yarabikoze uzakomezuyishime kukoyakozibikomeye iyomanayitwantihemuka norandakwinginze uzogumumukunda ndagusavye🙏🙏mwakiramashurwe💐💐💐
@fannynshimirimana7972
@fannynshimirimana7972 4 ай бұрын
Félicitation bantu bacu !Turashimiy'Imana yo yabikoze!Imana niyo yubaka urugo ikarukomeza!nimwayisunga bizogenda neza!
@sosomh5430
@sosomh5430 4 ай бұрын
Solution woman, famille yawe yakire amashugwe yabo barayakwiye pe 🌺🥀🌹💐💐💐🌹🌹🌹
@niyonkuruconcolatteconsola4792
@niyonkuruconcolatteconsola4792 4 ай бұрын
Urugo rwiza lmana ikomez ibarinde satani kuk ntanezerwa nabakundanye ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@emelynemaisha1150
@emelynemaisha1150 4 ай бұрын
Eh'ingene bibereye kuraba,eh'ingen'ari vyizaaaa🎉❤
@didiermaselafi5527
@didiermaselafi5527 4 ай бұрын
Imana yarakoze kugirira neza Fanny nanje nezeranwe nawe Yesu naguhoze amarira kd nawe ntuze wibagire ingene Imana igukorey vyiza ndagukunda naho utanzi nezeranwe nawe❤❤❤
@KamwemweArlene-re4ec
@KamwemweArlene-re4ec 4 ай бұрын
Hallelluuaaaahhhhh yezu aninahazwe cane,jeho natanguye kurira nkiyugurura,ico yavuze aragisohora,muze mwubake rugume beza ❤️🔥🥀🥀🥀🥀🥀🥀
@iradukundamariechantal6404
@iradukundamariechantal6404 4 ай бұрын
Mariage itesa y'uzuyemwo émotions,bien organisé nk'iyabazungu😢😢❤❤
@user-ro4du4ld8g
@user-ro4du4ld8g 4 ай бұрын
Fani urugo rwanyu imana izurubemwo ❤
@IrakozejeanBosco-rb4vi
@IrakozejeanBosco-rb4vi 4 ай бұрын
Muz mwubake rugume ababanka bamaramare
@flowermoniqueniyonyishu2875
@flowermoniqueniyonyishu2875 4 ай бұрын
Mbaye uwambereeeee😂😂😂na solution couple.claudine yvette mwese inyuma yanje😂😂❤❤❤❤❤❤
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 4 ай бұрын
😜😜 sinduwanyuma mwiyimisi ntukiryama wubahwe kbs urandeze 🙏🙏🙏
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 4 ай бұрын
Iconzi amarira arakurenze ngo wazinduye😂😂😂 mwin misi ngira uraran ibirato Momo ingo turabe nezako camera kwitadusimvye😂😂😂😂
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 4 ай бұрын
​@@AssiaClaudineMukaremera-3066emwe kuzindura nivyanyu mbisa ninumire 😂😂😂
@user-yt9en4mt7k
@user-yt9en4mt7k 4 ай бұрын
Solution couple ndabaknda CNE kubikora neza❤❤❤❤❤❤❤
@donavinenduwimana611
@donavinenduwimana611 4 ай бұрын
Turahaye icubahiro Imana abayoboke bawe tugufashije gushima❤
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe 4 ай бұрын
Burya tuvugishe ukuri, iyi mariage yaribereye ijishoooo🥳🥳🥳🥳, imana ibarinde ba nsesa nkuyoze, muzubake rugume🎉🎉🎉🥰🥰🥰🥰🙏🙏
@GhyslaineNishimwe-cs9on
@GhyslaineNishimwe-cs9on 4 ай бұрын
Yooooo ingene mwasa neza nkr nzoguma nsubiramo kubiraba nkr❤❤❤
@ElyseeNiyibogora-uo2kx
@ElyseeNiyibogora-uo2kx 4 ай бұрын
Quel mariage emotionnel!!!!Solutions couple muze mwubake rugume. Ndaba❤❤❤
@user-zy8yq7di8x
@user-zy8yq7di8x 4 ай бұрын
Haleluyaaa imani habwicubahiro can urugogwiza bavandimwe biraryoheye can vyukuri muzemwubake rugume uwiteka azabahumugisha can kandazabubakire urugo rwiza ndabakunda can ❤❤❤❤
@user-ft1ms4ti5m
@user-ft1ms4ti5m 4 ай бұрын
Félicitations mingi ndabakunda cane lmana izibubakire
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 4 ай бұрын
Ahwiiiiii nkabandahejeje kubiraba vyaribirori kbs👌👌 congratulations again🥳🥳🥳🥳🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹 Imana izobubakire beza❤️❤️❤️ ndabuze Nico mvuga kubwumunezero💃💃💃 Imana ibahe umugisha murugo rwanyu muzovyare hungu na kobwa🙏🙏🙏
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 4 ай бұрын
Nayo namajambo kwel ahubwo wubahwe😂😂 je nza ndarab 30min ca ngenda 😂ndaza kuvuga mpejeje😂🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹nayawe wewe ubahezagiye😂😂
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 4 ай бұрын
@@kubwimanayvette6203 ndayakiriye mwiza wnj 🥰🥰🥰 nukr amajambo yambanye make courage ukirabe ukimare😅😅😅
@user-sw2eo2rl2j
@user-sw2eo2rl2j 4 ай бұрын
Muzobane amahoro nka Isaka na lebeka turabakunda turabasengera imana yomwijuru ikomez kubitaho ibitwararike ❤❤❤❤❤❤
@hawababy120
@hawababy120 2 ай бұрын
Nice couple disi🥰
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 4 ай бұрын
Imana ize ibubakire urugo rwanyu ruzorangwemwo urukundo rwinshi n'amahoro menshi❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@agahahhashshsh2923
@agahahhashshsh2923 4 ай бұрын
Imana izibane namwe ibihe vyose Amen 🎉🎉🎉❤❤❤🎉🎉ndanezerewe can beza banj ❤❤
@NduwimanaSandra-cc6bh
@NduwimanaSandra-cc6bh 4 ай бұрын
Waoooooo imana yarahabaye beza bacu muzemwubake rugume❤❤❤🎉🎉🎉
@user-bg9hz5hd4z
@user-bg9hz5hd4z 4 ай бұрын
Ndarize kbx ndishimyeeeeee caaan ewe Yesu Urimwizaaaq
@AdidjaNiyokwizera-bq7ns
@AdidjaNiyokwizera-bq7ns 4 ай бұрын
Vyari good norasque yagira avugishwe
@dianenkurunziza3799
@dianenkurunziza3799 4 ай бұрын
Ndarengewe 😭😭😭😭 Mana icobikoze urumwizigigwa Nkr urintahemuka urazi gusubiza umuntu ivyishimo aba yaratakaje 😭😭😭❤❤❤❤
@ellieyusuf7324
@ellieyusuf7324 4 ай бұрын
Congratulations 🎉 my favorite yes yarakoze turabimushimiyer
@pacypn8255
@pacypn8255 4 ай бұрын
Imana yitwa nteturuye, ihabwe icubahiro yo ishumbusha abana bayo. Imana izibubakire izobarinde batobiya nabasenibarati. Lavine ndagukunda uvyumve. Be bless my dear ❤
@marymgort1160
@marymgort1160 4 ай бұрын
Manawee ndize amarira yivyishimo.ndiho.azobubaki if challenges.come.pls.nono.stay with fafa mpaka yesu agarutse❤❤❤❤
@nyleneuwimana6184
@nyleneuwimana6184 4 ай бұрын
Waaaaaaaoooo congratulation again❤️❤️❤️❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
@user-uq8nc7qo2f
@user-uq8nc7qo2f 4 ай бұрын
Wao vyizacane muvandimwe urugorwiza❤❤❤
@user-xf8sc5vg2v
@user-xf8sc5vg2v 4 ай бұрын
Imana yabanye namwe icubahiro nicayo komwayubashe nayo izorushiriza kububahisha bimwe bitangaje cane .
@claudinehatungimana5083
@claudinehatungimana5083 4 ай бұрын
Urugo ruhire Imana Izobubakire Izokurinde agahinda nimibabaro Imana ize Yiheshe Icubahiro mubagutega iminsi!juna uti yambu twariganye
@user-jv8pr5yv2s
@user-jv8pr5yv2s 4 ай бұрын
Norasque ndagusavye uzokwibagize Fanny imibabaro yaciyemwo ,umuhoze amarira yarize ,yavyaye akiri muto caane,yitwa umumama kare,abadebagura nabo ngo arakuze.Je naremeye ko mungana.Uzokwime amatwi abo bantu bakoreshwa na satani kuko mariage ni umugambi w Imana
@HusEhe
@HusEhe 4 ай бұрын
Amashimwe ahore aray'IMANA ibihe vyose❤❤❤❤❤
@user-eh7eu9zm5j
@user-eh7eu9zm5j 4 ай бұрын
Imana ibakomereze Urukundo n'urugo rushasha mugiyemwo❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🙏
@alidaniyuhire6244
@alidaniyuhire6244 4 ай бұрын
Waoooo félicitation nyingi vrt🎉🎉iyo kanzu irarenze vrt
@user-zw7gt1jr5c
@user-zw7gt1jr5c 4 ай бұрын
Imana ishimwe canee💃💃💃💃💃
@mariagoretti8096
@mariagoretti8096 4 ай бұрын
Congratulations for your wedding 💍💒 guys 🎈🎈🎈🎈💃💃💃💃💃💃💃✌️👏👏👏💞💞💞💞
@user-km9kr3dj2o
@user-km9kr3dj2o 4 ай бұрын
Uwutobashirirako ❤❤❤ yoba abanka pe Imana izababere umwubatsi wurugo rwanyu,ibizobagora muze miture❤❤❤❤
@mariagoretti8096
@mariagoretti8096 4 ай бұрын
You looks very beautiful and amazing 😍🤩😍🎉🎉🎉🎉💖💖💖💖i wish you all the best 🌹💖 guys 💝💝
@user-ci9cd2oq7l
@user-ci9cd2oq7l 4 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉wow ndabanezererewe❤❤❤❤
@user-wt1nb9jh8y
@user-wt1nb9jh8y 4 ай бұрын
Babiri bahujwe n'imana yesu aze abubakire knd ahezagire urugo rwanyu❤❤❤
@bugegenezaujia7325
@bugegenezaujia7325 4 ай бұрын
Solution couple mubirimwo bien,Imana yimvange muvyanyu
@dufisimanalahairoynaomie
@dufisimanalahairoynaomie 4 ай бұрын
Imana ihabwe icubahiro nindirimbo nkunda Uhoraho aze ababere umushinge wurugo rwanyu ❤
@user-lp2ll5dl9t
@user-lp2ll5dl9t 4 ай бұрын
Amen amen mana urakoze ca ne 👏👏👏❤❤❤❤❤❤❤❤❤🌹🌹🌹🌹
@OrnellaIrankunda-eg5qs
@OrnellaIrankunda-eg5qs 4 ай бұрын
😭😭 nunva amarira. Imana irakoraa nukurii pee 🎉🎉🎉.Imana ibe muruhande rwanyu
@user-jq6yt3uj9z
@user-jq6yt3uj9z 4 ай бұрын
Biberey ijish nukur mukomez kugira urug rwiza bkunzi bcu dkund🌺🌺🌺🌺
@evelyneirankunda2407
@evelyneirankunda2407 4 ай бұрын
Yuuuuu ndarize.ndagukunda Sha Fanny
@lydiankurunziza3289
@lydiankurunziza3289 4 ай бұрын
Imana ize ibubakire Nono et Fafa ibintu vyarari vyiza cne
@ClaudetteNIMPAGARITSE-jd2wo
@ClaudetteNIMPAGARITSE-jd2wo 4 ай бұрын
Félicitations Fanny et Norasque Imana Izé yivange mû vyanyu
@niyintunzealexis8765
@niyintunzealexis8765 4 ай бұрын
Uyoyataye akogakorasi niwe yakurijijeeeeeee❤❤❤❤❤yooooooo
@user-jm5he2gj6o
@user-jm5he2gj6o 4 ай бұрын
Imana mushobora vyose iz ibubakire
@user-ct7kx9qm3p
@user-ct7kx9qm3p 4 ай бұрын
Urukundo rw'Imana ruganze🌹🌹🌹🌹
@yvettekazaneza8632
@yvettekazaneza8632 4 ай бұрын
Imana izabubakire buntu bacuuu turabakund caaan urukund ruganze mur vyose🙏🙏
@ahishakiyearlene585
@ahishakiyearlene585 4 ай бұрын
Congratulations solution couple🎉🎉🎉Imana iz ibubakir nukuriii❤❤sha ndariz nanj kubwumunezero wanyu😢😢
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 4 ай бұрын
Imana yaraye yihesheje icubahiro pee mbegibirori vyiza Ndabasabiye gusazira murukundo muraba amakara ntimube urubeya
@trinitensengiyumva8090
@trinitensengiyumva8090 4 ай бұрын
Jewe nukur ndabakunda cane nono dufana umugwi umwe shahuuu.❤
@user-mx2ny7fd2i
@user-mx2ny7fd2i 4 ай бұрын
Imana yabany namwe vyar biryoshe❤❤❤
@marieviannemaniragaba7883
@marieviannemaniragaba7883 4 ай бұрын
Murakoze kutwereka twebwe bitakunze ko tujana,muzagire urugo ruhire
@user-pm8iy9qc3v
@user-pm8iy9qc3v 4 ай бұрын
Uhoraho we mushobiravy azame mururw rwany ❤❤❤🌹🌹🌹🌹
@user-zj2rk7jl9c
@user-zj2rk7jl9c 4 ай бұрын
Imana yarakoze kuhaba beza banje.Imana izobubakire ndabakunda cane❤❤❤❤❤❤
@belyseiradukunda2354
@belyseiradukunda2354 4 ай бұрын
Imana Ize Ibubakire caaaane bakunzi
@edissakaneza
@edissakaneza 4 ай бұрын
Imana izobane namwe murugo rwanyu 🎉🎉🎉🎉
Самый Молодой Актёр Без Оскара 😂
00:13
Глеб Рандалайнен
Рет қаралды 9 МЛН
Stay on your way 🛤️✨
00:34
A4
Рет қаралды 4,7 МЛН
SP ONESMUS Weds ELIZABETH at Kyamate COU Ntungamo
11:39
Mulapix Lawrence Photography
Рет қаралды 12 М.
URUGO SERIES S1EP1: Coco guca inyuma UMUGABO wiwe biramukwegeye Arafashwe🤭🤭
20:21
Самый Молодой Актёр Без Оскара 😂
00:13
Глеб Рандалайнен
Рет қаралды 9 МЛН