America ntikatubeshye, iteza intambara igatanga n'intwaro zica abantu yarangiza ngo ibafitiye impuhwe, ngo ibazaniye ibiribwa! Ni akumiro, USA niyo ifite guhagarika intambara zo mu Burasirazuba, nireke Palestine yigenge nk'uko Israel yigenga. Ni gute Israel yomowe kuri Palestine hanyuma Palestine ntibe ari igihugu?
@sostheneNtamizero-c8t4 сағат бұрын
Udusobanurire ko liboni nigisodacayo canke hezibora itandukaniro ryayo nigisoda ca libani canke mutubwireko hezibora ko aricogisoda ca libani kandi utubwire ko hamasi na peresitina nagaza nibisodavyaho
@kwizerarodrique29843 сағат бұрын
🤔🤔🤔🤔
@JonasNtibagiri4 сағат бұрын
Iyo mihari iran irayishuka ngo nitere mbe iran ko itoza ngo yirohe Israel izobatsinda cane irakomeye