Ta place est en haut By Hortense Mazimpaka

  Рет қаралды 2,354

Believers Worship Center

Believers Worship Center

Күн бұрын

Пікірлер: 11
@aliciaketty5032
@aliciaketty5032 6 жыл бұрын
Imana ibahe umugisha mwinshi cyane , inyigisho zanyu ziramfansha
@irenecazorla7677
@irenecazorla7677 6 жыл бұрын
rata Mama Hortance ndakugunda niyo ndaye ntakumvise mba numva haricyo mbura uramfasha nuko ndi kure ahubwo nanjya mbana nawe buri munsi.
@clovisingabire5360
@clovisingabire5360 6 жыл бұрын
kandi ntuhangayike niwihezagirigwe kuko handitseko iryo tegeko riraba amakoraniro y'abera gusa namba wasomye neza urabibona
@niyindorerajosue7871
@niyindorerajosue7871 5 жыл бұрын
Nanjye nuko !
@niyindorerajosue7871
@niyindorerajosue7871 5 жыл бұрын
Hahhhhh ukeneye gusobanukirwa kbsa
@clovisingabire5360
@clovisingabire5360 6 жыл бұрын
1 Ab'i Korinto 14: 33 kukw’ Imana atari iy’ umuvurungano, ariko n’ iy’ amahoro. Nk’uko bimeze mu mashengero yose y’abera, 34 abagore bacereze mw’ishengero, kuko batemererwa kuvuga. Ariko baganzwe, nk’uko ivyagezwe na vyo bivuga. 35 Kandi ni hagira ico bagomba kwiga, babarize abagabo babo i muhira, kuko biteye isoni k’umugore avuga mw’ishengero.
@irenecazorla7677
@irenecazorla7677 6 жыл бұрын
Hhhhh ufite ikibazo mubyukuri ibyo arimo kuvuga urumva aribibi maze nimpinja ziravuka zikavuga ijambo ry'lmana none ngo aba mama usabe Imana iguhishurire icyo ukwiye gukora warebye wumise ariko reba ibyo urimo uvuga ehhhh
@clovisingabire5360
@clovisingabire5360 6 жыл бұрын
@@irenecazorla7677 Erega sikibazo cokuvuga vyiza canke bibi, nitegeko ryajambo ry'Imana kandi aho samajambo yanje jewe nasomye icanditswe ahubwo mukunyishura nawe wari kuvuga ngo "HANDITSE NGO" noyo kuzana ivyama sentiment vyovyo ntaho bihuriye nitegeko ry'Imana. Imana siyumuvurungano niyurutonde
@beneleop4272
@beneleop4272 6 жыл бұрын
Uge ubyihorera kubyumva @Clovis ,twe twiyumvire kuko ibi uvuga ntibizatuma ahagarara kd benshi bazahinduka
@clovisingabire5360
@clovisingabire5360 6 жыл бұрын
@@beneleop4272 ntuhangayike kabisa kuko Ijambo ry'Imana riravugako ata ntama nimwe ya Kristo izozimira ko zunva ijwi ryiwe zikamukurikira kandi kwatawushobora kuzikura mukiganza ciwe. nta muntu azimira umwe wese abari mukibanza ciwe kandi buri kibanza gifise amategeko yaco kandi amategeko yikibanza kitaricawe ntaba akuraba uyarenga utayarenga ntaco biba bitwaye
@clovisingabire5360
@clovisingabire5360 6 жыл бұрын
1 Timoteyo 2: 12 Ariko sinkundira umugore ko yigisha canke kw’ aganza umugabo, arikw’ atekereze.
Ibihe byawe by'Imbaraga. @Hortense Mazimpaka
1:27:46
Believers Worship Center
Рет қаралды 2,1 М.
It’s all not real
00:15
V.A. show / Магика
Рет қаралды 20 МЛН
How to treat Acne💉
00:31
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 108 МЛН
PASTOR  Hortense MAZIMPAKA  2024  TUBOHOZE IBYACU DUSENGA
33:15
The Light of Hope DK TV
Рет қаралды 12 М.
Le problème c’est la solution
2:02:07
Yehia Benchetrit
Рет қаралды 10 М.
Wakura gute mugakiza?
7:02
The Light of Hope DK TV
Рет қаралды 1,7 М.
Quiet Time with God: 1 Hour Instrumental Worship | Prayer Music
1:01:34
Serene Sessions
Рет қаралды 1,8 МЛН
Nitwisuzume Ubwacu ! @Hortense Mazimpaka
39:25
Believers Worship Center
Рет қаралды 7 М.
2025 : DÉVOILEMENT DE LA CONNAISSANCE ET DE LA GLOIRE
2:47:18
Aymerick Sroka - La Voix Prophétique
Рет қаралды 9 М.
Urukundo rw' Imana @Athanase Nkurikiye
1:22:50
Believers Worship Center
Рет қаралды 499
Kugumana Ububyutse.@hortensemazimpaka
1:04:26
Believers Worship Center
Рет қаралды 2 М.