Taille yiwe iramutera ikibazo🥹/sinubahuka guca mu bantu kera/ndamubwira ko ari mwiza ntavyemera🥹

  Рет қаралды 24,688

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

Пікірлер: 90
@TELEHAND
@TELEHAND 8 ай бұрын
Elsie n'uwo mugenzi wiwe..Urukundo rwabo rurahimbaye, ndabemereye Voyage mu Burundi aho bashaka hose : Gitega, Rumonge, Nyanza Lac , Parc de Ruvubu, aho bimfuza hose. I Burundi ndayiberemereye bari 2 uko nyene❤
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v 8 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@sirenvibestv
@sirenvibestv 8 ай бұрын
Twandikire kurizo numéro Zacu tubahuze
@Love-kd6ws
@Love-kd6ws 8 ай бұрын
24:51 Ivyo bintu birambabaza umuntu ateye neza ngo uri umu rwandaise, nanje abantu nobo bambwira ko nteye neza ariko sinigera ndavyemera, ukaza wumva duhuye numuntu ngo uri umu rwandaise, nanj ati non ndi umurundikazi
@angeleillairadukunda2599
@angeleillairadukunda2599 8 ай бұрын
Ntcooo ubshemwoooo vrtttt brrenzeeee
@AmandineKazeneza-jd6nh
@AmandineKazeneza-jd6nh 8 ай бұрын
ABA Jo twins bo muburundi muriho Kwa hosy?? 🇧🇮♥️🇧🇮♥️🇧🇮
@Musindi736
@Musindi736 8 ай бұрын
Nivyiza cane muga muze mugerageza muraba ama place meza meza nikunvo yokwerekana ubwiza bwigihugu cacu
@FernandNiyibitanga
@FernandNiyibitanga 8 ай бұрын
Elsie ur mwizaa de plus ufis beauté très naturel
@nirenganira8433
@nirenganira8433 8 ай бұрын
Sha ndimwiza bidasubirwamwo ntamuntu ashobora kunyumvisha ko ndimubi
@DjB-d1y
@DjB-d1y 8 ай бұрын
Yooo Elsy nakana keza vrt kamuhanur nez shaa gsa uw mu Delicia ndumv aharara me sivyiz kugir umutim wagukiy abantu bse shaa kk abantu sibeza ah usang arabant batanezerererw urukund rwanyu shaa
@Allaboutmusiclyrics
@Allaboutmusiclyrics 8 ай бұрын
Uyo musto (Sisi) nareke kwi rabessa ni mwiza hama yige kwikuramwo izo complexe mamushizemwo kuva akiri muto yiyakire pour sa (bonne) santé mentale.
@Allaboutmusiclyrics
@Allaboutmusiclyrics 8 ай бұрын
Uyo musto Dede*
@mwatumbachirahishakiye1397
@mwatumbachirahishakiye1397 3 ай бұрын
Taille hejuru caneee diii ibindi mafu
@Irak19958
@Irak19958 8 ай бұрын
Gretta ur keza uko nyn❤
@elysetuyisenge9574
@elysetuyisenge9574 8 ай бұрын
Umu rasta tuzinanyi 🤝 Elsie aratwenga cane ndamuzi😅
@nduwayojando4170
@nduwayojando4170 8 ай бұрын
JEwe noe kontazi kwandika nigute nzaja ntuma voice ndababwira ko ndabikundira😢😢
@Burundianproud
@Burundianproud 8 ай бұрын
Nukuri iyo histoire ya delicia, nico kimwe niyiwanje.🥹😭
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 8 ай бұрын
Greta va muri Téléphone Ikiganiro kica kibiha❤
@HassanInaka-bm3xu
@HassanInaka-bm3xu 8 ай бұрын
Ingene Uwomu sto avuga kwatar mwiza birantangaje 😂😂 nciy mbona abandi bakobw uburyo biyemera ng nibez knd aramasabuni😂😂😂
@BelyseGahindikazi
@BelyseGahindikazi 8 ай бұрын
Dede n umwana mwiza sana jewe ndamuzi neza ❤
@KellyHakizimana-g5i
@KellyHakizimana-g5i 8 ай бұрын
Yari munini caane kuburyo twamwita mama #temeke
@georgespascalnteziryayo22
@georgespascalnteziryayo22 Ай бұрын
nizere ko iyo voyage yoba yaramaze kuba!!!
@NsengiyumvaHussein
@NsengiyumvaHussein 8 ай бұрын
Abanyarwanda dukunda abarundi na barundikazi dukunda ingene muvuga bitera emotions
@Nestor800
@Nestor800 8 ай бұрын
Natwe turabakunda ❤❤🎉
@inagwen8086
@inagwen8086 8 ай бұрын
😂😂😂
@bestofafandayisaba3690
@bestofafandayisaba3690 8 ай бұрын
Natwe turabakundaa
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 8 ай бұрын
Greta abayiki ga yemwee😢 oolalaaaaa Na hosy morale iciyigenda😢
@SoleilNshmw-rn9sj
@SoleilNshmw-rn9sj 8 ай бұрын
Elsie ur keuza knd ur serious mumajambo uvuga en tout cas uraryosh kwumviriza
@KellyHakizimana-g5i
@KellyHakizimana-g5i 8 ай бұрын
Ahubwo délicia ubu mbona yaronz caane ndamwibuka twigana 6ème kw jabe (Jabe1)
@ngendakumanajeanmarrie7490
@ngendakumanajeanmarrie7490 8 ай бұрын
Asante nimefuatilia kipindi kiraraheri
@georgespascalnteziryayo22
@georgespascalnteziryayo22 Ай бұрын
ntimwatweretse ico gitaye ca Dede!!
@LouiseKanyana-h9o
@LouiseKanyana-h9o 7 ай бұрын
Yooo hosy ibiganiro vyawe vyose ndabikundaaa
@nadegendayizeye-kv7oh
@nadegendayizeye-kv7oh 8 ай бұрын
Muri beza cane mwese.mwikunde kwanza 😂😂😂
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 8 ай бұрын
Wooooa number one I'm here ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅🔥🔥🔥💪💪💪
@jxbd7009
@jxbd7009 8 ай бұрын
Dede vrmt ntabshe gus afs umiti mwiza
@kevincheveriteriteka3065
@kevincheveriteriteka3065 8 ай бұрын
Jw kwanza ndabafana ubugenzi bwabo ❤
@Akimanadelicia24
@Akimanadelicia24 8 ай бұрын
🙏🫂🥰
@kevincheveriteriteka3065
@kevincheveriteriteka3065 8 ай бұрын
@@Akimanadelicia24 💕🙏
@sylvaneirigizimana1062
@sylvaneirigizimana1062 8 ай бұрын
Be muja ahantu heza vrt.mwi cite nyene?
@KubwimanaJoseph-k7k
@KubwimanaJoseph-k7k 8 ай бұрын
Gsa iyompuz wambay hosy waaaap 😮
@nzoyihayaariella-we1mf
@nzoyihayaariella-we1mf 8 ай бұрын
Nikibaju niyikunde arateusaaa
@irakoze3762
@irakoze3762 8 ай бұрын
Hosy turafunze bana iyo mpuz wambaye mwezi Ramadhan no uramucumuz Nuru bana😢
@Mireillelrakoze-lk2kf
@Mireillelrakoze-lk2kf 8 ай бұрын
Jewe histoire Yabo nayikunze vrt biratesa ukuntu bakundana trop knd n'a distance itatumye bibagirana
@niwemugeni
@niwemugeni 8 ай бұрын
Kubwira umuntu ko ari munini sivyo kibazo . Ikibi nimvugo ikoreshwa. Hariho différence commentaire constructif niyiri destructif ... abarundi bavuga nabi muri critique.
@RareRobertha
@RareRobertha 8 ай бұрын
Aba poupées sha ndabakunze gose❤
@NshimiyimanaPhenias-y4j
@NshimiyimanaPhenias-y4j 8 ай бұрын
Abanyarwanda dukurikira ibiganiro byawe
@EneefleurNiyuhire
@EneefleurNiyuhire 8 ай бұрын
Ariko vraiment gretta uratesa nukuri abantu bafise taille nkiyo yawe muratesa muraberwa reka reka
@divinsindayigaya
@divinsindayigaya 8 ай бұрын
Abana bomwi City ndatahije abaniga biwacu kuri 13 nokuri 6 😂😂😂😂 na Kinama
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 8 ай бұрын
Ndabakunda ❤❤
@Nina-q5o7p
@Nina-q5o7p 2 ай бұрын
Jew shaka numero yaho udandariza ibirato
@chancardbright9831
@chancardbright9831 8 ай бұрын
Delicia ararenz kuma taille yiwe
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 8 ай бұрын
Gretta usa neza cane wisize neza kumunwa sha karakubereye cane
@Arly-le6qz
@Arly-le6qz 8 ай бұрын
Ahantu mwakorey uyumus kwel wpii hasa nabi
@arlenemugisha5926
@arlenemugisha5926 8 ай бұрын
Ikiganiro ciza cane ❤❤
@GrettaIrankunda-zs8lv
@GrettaIrankunda-zs8lv 8 ай бұрын
My classmate Elsie
@enockndayishimiye-ru5nq
@enockndayishimiye-ru5nq 8 ай бұрын
Ibisusu,araryoshe😂
@NgabiranoGodelievebella
@NgabiranoGodelievebella 8 ай бұрын
Osy reka kuduhenera areeeee
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 8 ай бұрын
Émission yariryoshe
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v 8 ай бұрын
Hosy ivyobintu yambaye kumaguru🤣🤣🤣🤣🤣
@Nestor800
@Nestor800 8 ай бұрын
Muratesaa ❤❤
@furahamugisha
@furahamugisha 8 ай бұрын
Maman Dédé harya nguratinya guca mu bantu ? Uyu musi ndaza kugucokoza buba wanje😂😂😂😂😂
@Akimanadelicia24
@Akimanadelicia24 8 ай бұрын
Buba😂😂ndabitinya canee
@NshimiyimanaPhenias-y4j
@NshimiyimanaPhenias-y4j 8 ай бұрын
Murasaneza peeeee
@VYIZIGIROFiston
@VYIZIGIROFiston 8 ай бұрын
Abarundikazi
@Sarah-hi4pb
@Sarah-hi4pb 8 ай бұрын
Nn kur TikTok kwaricuki 😂😂😂 cank mvuz ibitandaba Gus afis taille nziza arik visage Astaghafilullah 🙄
@LarissaUwimana
@LarissaUwimana 8 ай бұрын
Zimya Ivy birofa😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@Sarah-hi4pb
@Sarah-hi4pb 8 ай бұрын
@@LarissaUwimana Oya vugishukur naw ukumubona mumaso kur TikTok niko umubony kur siren kwel j ndumiwe ahubw
@Akimanadelicia24
@Akimanadelicia24 8 ай бұрын
Oyh vyose birakuraba Knd ni bn 😂😂😂
@Sarah-hi4pb
@Sarah-hi4pb 8 ай бұрын
@@Akimanadelicia24 😆😆 j sind umunafki kur TikTok ntusa naho mbona kbx arik nyene ntanumwe adakoresh filtre Nibisanzwe
@Akimanadelicia24
@Akimanadelicia24 8 ай бұрын
@@Sarah-hi4pbego canee ni bisanzwe vrmnt Nicogituma navuze ko bikuraba vyose 😅😅😅😅
@NgabiranoGodelievebella
@NgabiranoGodelievebella 8 ай бұрын
Osy wambaye nabi
@delacycy
@delacycy 8 ай бұрын
Elsie sh amosozi avuyehe k ivyobintu ntabikuziko g bajubju😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana 8 ай бұрын
Always here to learn❤
@Mushagalusa-l1c
@Mushagalusa-l1c 8 ай бұрын
Abobana bararenze kwel ark hosi watwishe kwl😂😮
@HavyarimanaMethode-iq6nf
@HavyarimanaMethode-iq6nf 8 ай бұрын
Hosy ijipo ryagusarishij wabuze nuko wicara gusa natey zoom vyas
@sirenvibestv
@sirenvibestv 8 ай бұрын
😂😂😂😂
@hakizimanaerick-w6q
@hakizimanaerick-w6q 8 ай бұрын
Egoo
@IrakozeElyssa-qp6or
@IrakozeElyssa-qp6or 8 ай бұрын
Naho yoba afise taille nkiya cardi b afise Ayo menyo c'est foutu😆😆
@Akimanadelicia24
@Akimanadelicia24 8 ай бұрын
😂😂😂😂Eg vrmnt
@ChristabellaIteriteka-y6o
@ChristabellaIteriteka-y6o 8 ай бұрын
Bjr ça va ?Hosy mwoshobora kumpa numéro za Delicia muzoba mukoze nukuri afashe kugabanuka
@Akimanadelicia24
@Akimanadelicia24 8 ай бұрын
Ntakintu nakoze kugira ngabanuke uretse kurya indimu gusa 😢
@NizigiyimanaeloiEloi
@NizigiyimanaeloiEloi 8 ай бұрын
Waaaooo
@kersy-Ik
@kersy-Ik 8 ай бұрын
@Delicia ❤❤❤
@IratwibutseFidelite
@IratwibutseFidelite 8 ай бұрын
❤❤❤
@elishahezekiah7049
@elishahezekiah7049 8 ай бұрын
Y ar u gays😅😅😅
@hommejuste
@hommejuste 8 ай бұрын
SCAM
@wilsonvyiringiro9619
@wilsonvyiringiro9619 8 ай бұрын
😂😂
So Cute 🥰 who is better?
00:15
dednahype
Рет қаралды 17 МЛН
Do you love Blackpink?🖤🩷
00:23
Karina
Рет қаралды 25 МЛН
黑天使被操控了#short #angel #clown
00:40
Super Beauty team
Рет қаралды 53 МЛН
So Cute 🥰 who is better?
00:15
dednahype
Рет қаралды 17 МЛН