Témoignage de Nadine Bigirimana.

  Рет қаралды 20,774

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Пікірлер: 23
@alinekwizera9819
@alinekwizera9819 Жыл бұрын
Impole Chrie ,Imana izoguhorera mama.
@peacejusticeforall8318
@peacejusticeforall8318 4 жыл бұрын
Pole sana!Abagukoreye ikibi ntamaherezo meza bafise.
@Ntwri
@Ntwri Жыл бұрын
Mpore nyina wanje ntugipfuye uzobaho... kandi amahoro tuzoyaronka.
@sylvielulwa3659
@sylvielulwa3659 2 жыл бұрын
Pole sana ma soeur
@GakiraGonzague
@GakiraGonzague 5 ай бұрын
Mushikanje pole imana niyo itanga ubuzima kandi niyibwaka umuntu
@yauyaudavid9485
@yauyaudavid9485 4 жыл бұрын
Pole sana mwaragowe abarundi
@yauyaudavid9485
@yauyaudavid9485 4 жыл бұрын
Imana izobahana
@butoyialexis2316
@butoyialexis2316 4 жыл бұрын
Kuki ivyabo 1972 mutagira mugifaransa? Muri amahinyu
@isokoidakama4622
@isokoidakama4622 4 жыл бұрын
Abantu batazi ibiriko biraba mu Burundi, babaze neza ibyabaye mu Rwanda 1992 nezaneza foto copy gusa nuko interehamwe i wabo zitwa imbonerakure ikibabaje nuko ari interahamwe zizigisha. Imbonerakure zirirwa zica zifata abantu ku ngufu, ubu zikora ibyo zishaka ariko ejo, zizitera isoni, kuko ababakingira uyu munsi nibo ejo bazabihakana mu mutabera.....ni babaze uko bwagendeye interahamwe.....zimaze kuzura za prison...nuko zagize Kagame akanga kwihorera ariko imbonera kure ntizigirengo ayo mahirwe abona bose....kandi (Kayini amaze kwica Abel ntamahoro yigeze abona = ntamahoro y´umwicanyi., babikora binezereza uyu munsi ariko ejo bizabagaruka nabi kandi.
@havyarimanajclaude1095
@havyarimanajclaude1095 4 жыл бұрын
Iyi channel irantangaza komutavuga ivyabaye kuva 1972? Nukuri mutazohinyuka murondera abashikiriza ivyiyumviro mwipfuza
@NinaZouzou-v9m
@NinaZouzou-v9m 4 ай бұрын
Bivuge none.
@tigizigigim1527
@tigizigigim1527 4 жыл бұрын
Ubwo nububeshi twarabahinyuye
@GakiraGonzague
@GakiraGonzague 5 ай бұрын
Akarikuwundi nicakatsi umunsi bizogushikira uzobona kwivyobavuga arukuri
@jeandedieuhakizimana7811
@jeandedieuhakizimana7811 4 жыл бұрын
Birababaje kabisa!!!
@kubwayoobedy3179
@kubwayoobedy3179 4 жыл бұрын
Ahubwo ww ntukomeye neza aho rero uriko wirega baguhaye amafaranga ngo bimarik ww kurumuhutu wamenja nkamacoco urakwiye kwisubirako uwuriko urabwira numututsi azogutsisha umugano ahatavugwa zobibona batwaye.panura amazuru nkikamyo yagonze umusozi gose.noneho ivyuvuga nibinyoma vyanbaye ubusa.
@kubwayoobedy3179
@kubwayoobedy3179 4 жыл бұрын
Urabesha
@jeandedieuhakizimana7811
@jeandedieuhakizimana7811 4 жыл бұрын
@@kubwayoobedy3179 amacakubiri mwarayonse kabisa!!! Mugabo nukuraba mugahinduka kuko amacakubiri ntaho azobashikana
@jeandedieuhakizimana7811
@jeandedieuhakizimana7811 4 жыл бұрын
@@kubwayoobedy3179 Tubwire ukuri kuriyo nkuru uzoba ufashije abavyumviriza
@kabejaemery2377
@kabejaemery2377 4 жыл бұрын
@@kubwayoobedy3179 Umva wamuhirimbiri obedy amaro azobakurikirana kandi umenye ko namwe muva amraso
@nelsonzebedayo8281
@nelsonzebedayo8281 4 жыл бұрын
Haya ndo matatizo waliyo kuanayo warundi ambayo tunataka yaishe.Hatutaki kiongozi ambaye anasimama mbele ya warundi nakuanza kusema eti:anataka warundi wale vizr!!kwani warundi hawali?Nakama hawali miaka 15wako madarakani warikua wanafanya nn?kitu kingine eti anataka warundi walale vizr !!kwani warundi hawana nyumba?Nakama hawana nikitu gani kinacho sababisha warundi walale vibaya wakati inchi inaongozwa na wao? matatizo ya warundi siyo hayo ambayo evariste anakua anaongea kila sku.Warundi wanataka kiongozi ambaye anaweza kuwapatanisha wote bila kuuwana kwasababu ya political, warundi wanataka kuona inchi ikiwa na uchumi mzuri.Hatutaki kuona warundi kwa warundi wanauwana wenyewe Kwa wenyewe eti kwasababu huyu yuko chama hiki na yule yuko chama kile, Tunataka kuona warundi wote wakikaa waongelee mafanikio mazuri kwa inchi yao pia nakureta mawazo mbadala yenye manufaa kwa inchi yao.kwahiyo Cdnd fdd waachie inchi .Tunataka honor Agathon rwasa aongoze inchi kwahiyo warundi msifanye makosa katika uchaguzi huu.Pia nawashauri ceni wasimuangalie mtu usoni watende haki kwasababu ndivyo hivyo warundi watakuwa wameamua.
@kubwayoobedy3179
@kubwayoobedy3179 4 жыл бұрын
Hilo nitatizo kwako kwasababu ww hujapenda warundi wawe naamani unategemea hela zawazungu ao zawakoroni raki ww ukifanyazi utaendelea rakin ukijihushisha namanbo yasiyasa utakufa rubaya.ubu igihugu nicabarundi bose bakunda igihugu cabo niwaba ukibayeho wibaza yuko ata mu cndd ahari uvyo subiza inyuma .ariho harabantu biyinjiza muripolitiq batazi ivyarivyo.ww uriko witegereza uyomugore wunva avugavyo?haribintu kanaka yakoz atagonba kuvuga abo rero nibamwe presindent kagame abangamiye can.kuko umuntu wese ahungabanya umutekano wigihugu atigera agira amahoro.mbere urwanda ngo rubarasa izuba riva
Témoignage de Jean Claude Havyarimana.
12:45
Tele Renaissance
Рет қаралды 10 М.
Témoignage d’Omer Nzoyisaba / Orphelin de père (1993)
33:26
Tele Renaissance
Рет қаралды 18 М.
Motorbike Smashes Into Porsche! 😱
00:15
Caters Clips
Рет қаралды 21 МЛН
СОБАКА ВЕРНУЛА ТАБАЛАПКИ😱#shorts
00:25
INNA SERG
Рет қаралды 2,1 МЛН
🕊️Valera🕊️
00:34
DO$HIK
Рет қаралды 20 МЛН
Génocide hutu au Burundi  Rose NDAYAHOZE   Montreal le 03 mai 2014
27:25
Canal ja (Jastudio360 Plus)
Рет қаралды 42 М.
Part 3: Enyumba y'omugaga Kawooya tugilambude. Elinga Hotel ya 5 Star
43:18
Enterrement du Feu Col NTAMAHUNGIRO  BALTHAZAR
18:41
sanchez live streaming
Рет қаралды 3,1 М.
Témoignage sur la mort du Général de Brigade Athanase Kararuza
30:50
Tele Renaissance
Рет қаралды 488 М.
Témoignage de Serge Ndayishimiye / Rescapé de 1993
43:15
Tele Renaissance
Рет қаралды 16 М.
Motorbike Smashes Into Porsche! 😱
00:15
Caters Clips
Рет қаралды 21 МЛН