MAMA DRAMA T avuye MUGACERERE ikibazo B FACE..||CAPITAINE vyose abishize KUMUGARAGARO ntaco abasigar

  Рет қаралды 2,130

TYS TV

11 ай бұрын

talkyoshxt.com 👕
talkyoshxtapparel
talkyoshxtapparel

Пікірлер: 32
@Profesakiriku1
@Profesakiriku1 11 ай бұрын
Captain nukuri uvuze ukuri peuh we love you from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 11 ай бұрын
Nibarekane nabana bi muyinga imana imbere niyotwizeye
@257eddyofficial6
@257eddyofficial6 11 ай бұрын
uriko uvuga #superman imwe yabuvutura bwose gushika kuri boomplay?
@niyozimaGodefroid
@niyozimaGodefroid 11 ай бұрын
Ivyo Bintu tuvyitondere nimba arumuhambi wapanzwe Sawa ( ariko tugasanga ari B face tuzoca tumuheba )
@JustinNiyongabo-z9n
@JustinNiyongabo-z9n 11 ай бұрын
captain kura Ubufana ngaho wew urumu journalist wahehe ubiba ukwank mubaririmvyiii genda winyegeze
@ButoyiAAline
@ButoyiAAline 11 ай бұрын
Wamwanka Wareka ndamukunda B feci❤❤❤❤
@dismasirankunda1169
@dismasirankunda1169 11 ай бұрын
Ahubwo w urumusazi yihekereza Mona na dramat?mwabonind yamutanze kujamumuziki?bamuvugisha ukuri
@vyukusengetumusifernestine7711
@vyukusengetumusifernestine7711 8 ай бұрын
Toooook ker kub muremer abantu wana,,,,kary ntikaz ivyo karimwo,,,iy ni industrie ya music 😉😉😉😉kuganguk kumubir ntibizan kwubahuk man👊👊👊numusaz arubah nyin🤷🤷🤷Drama-T natuz wana arek guhendw na VIBE izo ndyarya nkamw muvug ivy mutazi🧎‍♂️🧎‍♂️🧎‍♂️🧎‍♂️🧎‍♂️🧎‍♂️
@ErenestNTEZUKWIGIRA-lz6pf
@ErenestNTEZUKWIGIRA-lz6pf 11 ай бұрын
Mbekuvuga veus yubube! Nibashire bomplaye turebe izo hiti uvuga?
@niekarenzo
@niekarenzo 11 ай бұрын
Ikigugu nkinda yawe
@talent9024
@talent9024 11 ай бұрын
Nivyo vrm iryandirimbo ntabwo ujanye kumajwi
@ErenestNTEZUKWIGIRA-lz6pf
@ErenestNTEZUKWIGIRA-lz6pf 11 ай бұрын
Ikirofa nkawew umaziki mur industrie? Wewe maman dramat murazinanye? Ingeso yogushera muburundi ntikibaho yaraciwe! Arik mbabazwa naya ma t v online yemeraguhakazi ipanchi nkawe! Ego dramat arashoboy ntawukakanye! Ariko iyowubahutse mugushera maman dramat ugacishamwo amazina nka Big fizzo! Mugani désire ! Général yaj muri game dramat atarameny n'a capital du Burundi ahihererey! Wibagiy amatek yiwe za Belgique ntavuze nahand Rwanda ! Bigi fizzo yicara agasNgira n'a legend kidumu , nziza desire ! Wew nyakwigera joblove , soso Kay ywa fata nka 2 PAC bose bashengeye atawukinishije big fizzo! Bface wew urazicarico! Ugurura compte uterereze ushak umutahe ujegucuruza amakara. Journalisme sibintu vyawe bro
@KelvinGameiro
@KelvinGameiro 11 ай бұрын
Urikigugu man ndakugire désabonner kuk we nturumumenyeshamakuru urumufana nkabandi
@JohnZigimana-ef5hk
@JohnZigimana-ef5hk 11 ай бұрын
ntajambo ugira non mona arasumvya hit b face?
@BlaiseNahayo
@BlaiseNahayo 9 ай бұрын
Vuga make uzubazw bik kuko ako nagacamaranga B face numwami
@ndtmagic8987
@ndtmagic8987 11 ай бұрын
Womenya ari Épreuve zo muri 9e cnk 3e post fondamental?za mivuga ivyo muzi
@AdeodatteKaburente-tm4gp
@AdeodatteKaburente-tm4gp 11 ай бұрын
Mbe warasaze drama t ntari no muri 5 bambere bakurikigwa kuri IG bubanza utohoze Sha petit yangu
@karoreroabdoul5235
@karoreroabdoul5235 11 ай бұрын
épreuve 😂cnk preuve 😢??
@Bazuka-ma-life
@Bazuka-ma-life 11 ай бұрын
Uy mujama arakasura bikabije😅ubw bufyeri bwo nibishit
@RotiMwale
@RotiMwale 11 ай бұрын
Eg kbx uravuga nez
@mbonyumugenzijules9345
@mbonyumugenzijules9345 11 ай бұрын
Nn ivyovyo bizogarukira h
@Profesakiriku1
@Profesakiriku1 11 ай бұрын
B face ntabwenge agira ibintu vyose akora arahubagurika
@jeandedieunkurunziza9430
@jeandedieunkurunziza9430 11 ай бұрын
wewe uru mupromoter w indyadya urakwiy guhagarika ako kazi ntaho uzopfa ushitse ndakurahiye hama dramt ntawuz ko atishima mumisi mike azoba arihasi kuk ijwi ryiwe ryaturambiye
@vyukusengetumusifernestine7711
@vyukusengetumusifernestine7711 8 ай бұрын
🖕🖕🖕🖕🖕wa murezi weeew,,,,bury bary bose ntibinjy bamusanga!?? W urumurof urisarishij😅😅😅😅😅😅😅kbx,,,,ngo ashak abadugirek!?? W wodugir kubant bataradug!??🤨🤨🤨🤨🤨
@NiyorugiraGeorge-w6y
@NiyorugiraGeorge-w6y 11 ай бұрын
Kuruburofa bana
@AdeodatteKaburente-tm4gp
@AdeodatteKaburente-tm4gp 11 ай бұрын
La casa de la papere niki? 😂😂
@prf5776
@prf5776 11 ай бұрын
Usheeer naaaabi😮😢
@AristideSABUSHIMIKE
@AristideSABUSHIMIKE 11 ай бұрын
Kaboss kaboss nononono ikintu cokuvugak B face agomb kudugir kr drama t sh ah uribesh knd can
@lograpper6569
@lograpper6569 11 ай бұрын
Inzara nimbi nibindi muzobivuga😏😏
@zilfazizou6107
@zilfazizou6107 11 ай бұрын
noe nimba drama t undirimbo ari rwiwe nibamiveko yirenganir nakare arabarenz
@Profesakiriku1
@Profesakiriku1 11 ай бұрын
Captain nukuri uvuze ukuri peuh we love you from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@mbonyumugenzijules9345
@mbonyumugenzijules9345 11 ай бұрын
Nn ivyovyo bizogarukira h
Life hack 😂 Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:17
Leisi Crazy
Рет қаралды 80 МЛН
Стойкость Фёдора поразила всех!
00:58
МИНУС БАЛЛ
Рет қаралды 7 МЛН
Synyptas 4 | Арамызда бір сатқын бар ! | 4 Bolim
17:24
Help Me Celebrate! 😍🙏
00:35
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 85 МЛН
С кем Вика пойдёт на свидание?
0:19
ЛогикЛаб
Рет қаралды 1,2 МЛН
САМЫЙ БЫСТРЫЙ ЧЕЛОВЕК В ТИКТОКЕ..⚡
0:14
Хранилище Легенд
Рет қаралды 2,9 МЛН
小丑跟哈莉奎因联手大战#joker
0:45
佐助与鸣人
Рет қаралды 8 МЛН
Цыганка помогла мужику #shorts
0:38
FRANCH
Рет қаралды 2,3 МЛН