Рет қаралды 1,497
🤩 Tuje muri "week-end" twihweza ibintu abo bakandida batandukaniyeko. Ni mu gihe bariko bahiganirwa ikibanza c'umukuru w'igihugu, mu matora azoba itariki 5 Munyonyo 2024, muri Reta zunze ubumwe za Amerika.
🎒 Hari agakuru keza mu gisata c'indero : ngo amasomero 1 800 agiye kubakwa mu gihugu cose.
Ntuhombe amakuru y'uno musi 👇🏾
#KuMusi
#poritike