Amahoro ya Kristu Clarisse.Ndagukeje ku butwari n'ingingo ukorana umuziki utanga ubutumwa. Je ndi mu gihe co kwandika indirimbo ndazibika kuko ntararonka uburyo bwo kuzishira,ariko uko washitse neza mu mwuga bitume mbona KO umusi umwe nanje nzoshika ku nzozi zanje! Imana nigukomezanye nanje🙋(Burundaise)
@Servat-hw5ud Жыл бұрын
Ndakunda cane ijwi ryawe Imana igukomeze ! from Nairobi
@anatholekaringanire76494 жыл бұрын
so beautiful and kind girl (KARASIRA) courage.
@denisemukashyaka88224 жыл бұрын
Nanjye Clarisse Karasira ndamukunda n indirimbo ze n Ijwi rye, Kandi mbifurije mwese nanjye ntasigaye Urukundo rw Imana n Ubugingo buhoraho
@Umuganwarose37204 жыл бұрын
Mbega ukuntu avuga neza Manawee! Respect and compliments 💪 for your achievements!