Let me say Maa shaa ALLAH we love you so much papa cava from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️👌👌👌
@desirebahatikambale162711 ай бұрын
hhhh bibibibi ni ibiki?
@burundiigniteit2092 Жыл бұрын
Chita MAGiC..HEJURU cyan. Papa SAVA Kuraje cyan. Nivyiza CYAN from 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦...CHITA. ndagushimira cyan cyan. Ubyumve vyumwihariko iman. irye iguhaza ivyiza gusa
@joselynegashirahamwe8258 Жыл бұрын
Papa Sava benshi na jewe ntasigaye inyuma turabakunda twifuza ko muzoza kuturamutsa i Burundi muhezagigwe caane ♥️
@muhozasolange713 Жыл бұрын
Papa sava na chita ndabakunda♥️♥️
@uwimanaclementine8462 Жыл бұрын
Keep it up papa Sava team production.Thnx Chita Magic
@pascasientandikiye9911 Жыл бұрын
Papa Sava ntituzokuva inyuma komera mugenzi.
@najatn1781 Жыл бұрын
Papa sava reka nkubwireko papa wanje kwagukunda yanahevye nawe yiyita papa sava ubunizina ryanj bamuhamagara ryaribagiranwe😂😂❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@MurekateteMarierose-ey2cf Жыл бұрын
😅😅😅😅
@genestekwizerimana7816 Жыл бұрын
Eee numva wewe atavyorosha da 😂😂😂😂😂😂😂
@hilairengayaberura17 Жыл бұрын
Seburikoko yaranshimishaga cyane, Courage.
@ericemerusabe788 Жыл бұрын
Ufite uruhara🤣🤣🤣.Ariko chita urumugabo cyaane much Love.
@ugirashebujajbaptiste2368 Жыл бұрын
Papa Sava ni umuhanga cyaneee!. Hari Episode imwe yansekeje ubwo Ndimbati yavugaga ko ari umwana w'Imana noneho Papa Sava agahita amubwira ngo Imana yabyara nabi ira kaaaaaaa Jyewe sinabivuga daaaaa!.