TWITEGURIRE KWINJIRA MU BIHE VY'IHAMWA - Pasteur Oscar NKUNZIMANA

  Рет қаралды 17,050

MEIRRA Tv

MEIRRA Tv

Күн бұрын

Пікірлер: 120
@bigirimanapapy5253
@bigirimanapapy5253 5 ай бұрын
Amen Amen Amen !!! Merci beaucoup mon Pasteur. Mwami wa Bami YESU KRISTO urashoboza !!!
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💓
@hatungimanavianney
@hatungimanavianney 5 ай бұрын
Murakoze cane Imana iguhezagire mukozi w'Imana
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💓
@EmmanuelNdacayisaba-pp4bc
@EmmanuelNdacayisaba-pp4bc 4 ай бұрын
Imana Data Ibahezagire cane muvyeyi wacu Imana yakoze kugukoresha kugira Imitima yacu Ihembuke Aho mwakuye Imana Ihasubirize Vyinshi muze mwame muronka Icomugaburira Ishengero Rya christo🙏🙏Ibisigaye Yesu adutabare cane aduhe kwezwa neza murikigihe ciherezo kugira Izamba niyavuga tuze dusangwe twiteguye🙇🙇🙇
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💓
@NISHIMWESamu-Kdo
@NISHIMWESamu-Kdo 4 ай бұрын
Asante xan mchungaji wa Mungu
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💓
@EmeryNdikuriyo-o8q
@EmeryNdikuriyo-o8q 2 ай бұрын
Pasteur Oscar ndamukunda avuga Yesu Kristo neza vy'ukuri ataburyarya. Yesu Kristo amuhezagire caaane vy'ukuri.
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Amen 🙏💓
@FirminNiyonkuru
@FirminNiyonkuru 7 күн бұрын
Imana itabare umugeni, uzobigisha ibinyuranye nivyo twizeye arakavumwa naho boba abamalayika
@meirratv
@meirratv 7 күн бұрын
🙏❤️
@CleverNkurunziza
@CleverNkurunziza 2 ай бұрын
Abakozi nkaba turabakeneye Mana none kobakenye barwize Mana amen
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Imana ntiyataye abantu bayo yamenye kera. Canke ntimuzi ukw ivyanditswe bivuga kuri Eliya? Ko yareze Abisirayeli ku Mana, ati Mwami, bishe abavugishwa nawe, basambuye ibicaniro vyawe, nanje nsigaye jenyene, kandi barangenza ngo banyice. Arikw Imana yamwishuye ngw iki? Iti Nishigarije abantu ibihumbi ndwi batapfukamiye Bayali. Nuko ni ko biri no mur' iki gihe, harih' amasigarira nk'uko yatoranijwe n'ubuntu bg'Imana. Abaroma 11:2-5
@EmeryNdikuriyo-o8q
@EmeryNdikuriyo-o8q 2 ай бұрын
Yesu Kristo adufashe caaane.
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Amen 🙏💓
@AmosPhiri-g2m
@AmosPhiri-g2m 2 ай бұрын
Mukomez bakoz b,Iman ew Mana uramfanshaa
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Amen 🙏💓
@TuyisengeAnatholi
@TuyisengeAnatholi 13 күн бұрын
Imana iguhezagir pasta
@meirratv
@meirratv 13 күн бұрын
Amen 🙏💓
@OscarHatungimana-j9s
@OscarHatungimana-j9s 2 ай бұрын
Imana ishishikare kubah amavuta!
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Amen 🙏💓
@NiyogushimaGilbert-t9s
@NiyogushimaGilbert-t9s 2 ай бұрын
Hallelujah
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Amen 🙏🙏
@alinehamenyimana
@alinehamenyimana 5 ай бұрын
Uyu mukozi w’Imana ndamukunda!
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Imana iguhezagire!🙏💓
@GedeonAnt
@GedeonAnt 5 ай бұрын
Amen, Mpwemu Yera aradusengera
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💓
@NadineNIREMA-j4b
@NadineNIREMA-j4b 4 ай бұрын
Yesu Kristo atabare Ishengero ryiwe.
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💓
@PascalNduwayezu-k2l
@PascalNduwayezu-k2l 4 ай бұрын
Yesu aguhezagir cn ko wemerey yesu kwakudutumako ukemer Kandi ukadushikiriz ivyo yaguhay vyosudacishije kuruhand hezagigwa
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💓
@didienne8051
@didienne8051 3 ай бұрын
Ooooooh Mana udufashee
@meirratv
@meirratv 3 ай бұрын
Amen 🙏💓
@hatungimanavianney
@hatungimanavianney 3 ай бұрын
Imana iguhezagire mukozi w'Imana turigufashwa cane
@meirratv
@meirratv 3 ай бұрын
Amen 🙏💓
@BlaiseIranezereza-go2vf
@BlaiseIranezereza-go2vf 5 ай бұрын
Twama dukeneye kwumva ibi bidukomeza muri iki gihe Pasteur mushishikare kwiyubura munkomezi nsha🙏
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💓
@CherissaNdayipfukamiye
@CherissaNdayipfukamiye 3 ай бұрын
Hezagigwa nuhoraho mukozi W'Imana
@meirratv
@meirratv 3 ай бұрын
Amen 🙏💓
@LeonidasNkurunziza-j9s
@LeonidasNkurunziza-j9s 4 ай бұрын
Ameeen.harabavye nukuri inyigisho ziriko zitangwa zirerekana ibihe vyanyuma
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Yesu Kristo atabare Ishengero ryiwe.
@JeanBoscoBukeyeneza
@JeanBoscoBukeyeneza 2 ай бұрын
Bagira ngo nivyo wigira ❤
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
🙏❤️
@CedroMuhasha
@CedroMuhasha 5 ай бұрын
Amen ❤❤
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💓
@BriceIrangabiye
@BriceIrangabiye 2 ай бұрын
Ndanezewe kubona umukozi W'IMANA ashinga intahe
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
🙏❤️
@ChanellaNgabire-hy6xl
@ChanellaNgabire-hy6xl 4 ай бұрын
Uhezagirwe cane mukozi w'Imana
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💓
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💓
@dianemunezero6703
@dianemunezero6703 5 ай бұрын
Ryaratanguye muvyeyi wacu Yesu a twongere inkomezi kbs mwikigihe ❤❤❤
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💓
@QueleneNdayikunda-qe7kc
@QueleneNdayikunda-qe7kc 5 ай бұрын
Imaniguhezagire Mukozi w'Imana
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💓
@NshimirimanaFidèle
@NshimirimanaFidèle 5 ай бұрын
Amen
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💓
@jeanettensengiyumva8130
@jeanettensengiyumva8130 5 ай бұрын
Amen turakeneye amajambo nkaya
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💓
@ClovisNdayikeza-o6h
@ClovisNdayikeza-o6h 5 ай бұрын
Imana Ishimwe
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💓
@FrancineJollyofficial
@FrancineJollyofficial 5 ай бұрын
Inyigisho zinyuranye zaratanguyepe Joho vyarancanze hombaza ikibazocivyo mbona bakavugako ukwisukisha canke amaherena nibindi ngobitazakubuza Ijuru 😭 ninzoga ngwikibi nukubikora bikagukoresha icaha 😢😢
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Yesu Kristo atabare Ishengero.
@NduwayoAlede
@NduwayoAlede 4 ай бұрын
Asante PT
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
🙏💓
@OdileNiyonkuru
@OdileNiyonkuru 5 ай бұрын
Ibih bib vyaramaz kwinjir mwishenger ahubw hakwiriy abant babahiz bazohangan nivy bih
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Yesu aduhe inkomezi zo guhangana n'ivyo bihe🙏💓
@EricItangishaka-s7j
@EricItangishaka-s7j 5 ай бұрын
Kristo Umwami aguhezagire cane cane kandi agukomeze mukozi wa Kristo udacisha kuruhande turikumwe Uhoraho azodushikira naho bizoba bigoye
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💓
@prudencensaguye3374
@prudencensaguye3374 5 ай бұрын
Ariko Ishengero rya Kristo rirarenza imyaka 89 canke 90. Riri mu mahanga yose mu bwoko bwose. Kandi iryo shengero riri mw'ibanga rya Kristo kandi ritandukanye n'idini. Abenshi bakunze kwitiranya amashengero basengamwo n'Ishengero rya Kristo.
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Ivyo muvuze ni ukuri mwene Data. Ariko kandi Ishengero rya Kristo riri mur'aya masengero nyene turimwo, Umugeni wiwe ntazova hanze y'aya mashengero tubona. Hama umukozi w'Imana yariko aravuga Ishengero rya Pentecôte mu Burundi kuko ryatanguye mu 1935, rero avuga yuko ukwizera canke ivyizerwa ryatanguranye bagiye kubihindura.
@prudencensaguye3374
@prudencensaguye3374 5 ай бұрын
@@meirratv ego cane Umugeni wa Kristo ari mw'aya mashengero yacu. Rimwe rimwe hari igihe habaho kwitiranya amategeko y'ama dénomination religieuses dusengeramwo n'ivyizerwa vya Bibiliya. Nka ex même les églises de Pentecôte zo mu Burundi, Rwanda, Congo, Kenya, Suède urasanga hariho utuntu batasangiye nka discipline. Mais ivyizerwa vya Bibiliya ni bimwe ivyo igihe vyohinduka coba ikibazo kuko boba bahushije inzira. Igihe naho hoba ihamwa ryavuzwe muri Bibiliya ryoba ryerekeye Umugeni wa Kristo apana ishengero rimwe. Ishengero rero Yesu yavuze ryubatse ku rutare ni rya Shengero ryiwe yatanguje rimwe yabwira Petero naryo urumva ryitwa uko nyene rirarenza ya myaka wavuga. Naho toutes les dénominations religieuses zovaho ryoryo riba rihari...Yesu aribereye maso.
@jeanclaudenkurunziza216
@jeanclaudenkurunziza216 5 ай бұрын
@@prudencensaguye3374 Numvirije icuyumviro cawe numvako nuwavuze kohoba idini rimwe twoca tumushigikira.kuko nabone bavugako araba kristo
@prudencensaguye3374
@prudencensaguye3374 5 ай бұрын
@@jeanclaudenkurunziza216 nibaza ko wantahuye nabi kuko kuja mw'ijuru bidashingiye kwitwa umukristo gusa canke kuja mw'idini kanaka. Aho niho benshi bakunda kwihendera, bakaba abafana b'amadini basengamwo gusumba gukora ivy'Imana igomba n'ico bibiliya ibigisha.
@alfredniyongere6489
@alfredniyongere6489 4 ай бұрын
Urumukozi wimana
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💓
@JeromeNdabaniwe
@JeromeNdabaniwe 4 ай бұрын
Komeza gusemerera uwunva yunve.
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💓
@KimanaJeannette
@KimanaJeannette 2 ай бұрын
Muhezagirw cane mukozi wimana turinyuma yanyu vuga ukuri hashake hatike
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
🙏
@ndayishimiyendayishimiye-g5h
@ndayishimiyendayishimiye-g5h 5 ай бұрын
Nivyukuri uwuzi kwahagaze yiyubare ntagwe
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen🙏💓
@ClaudineNsabimana-i8e
@ClaudineNsabimana-i8e 2 ай бұрын
Abakozi nkaba nibake dusabe nyne umurima(Ishengero)arungike abakozi beshi mumurima (Ishengero)wiwe,kuko ivyimburwa nivyishi.Uhoraho akutuzigamire
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
🙏
@kclikebuke5584
@kclikebuke5584 5 ай бұрын
Komereza aho
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
🙏💓
@FrancineJollyofficial
@FrancineJollyofficial 5 ай бұрын
Murakozecane nukuri ndafashijwe
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen🙏❤️
@SimonNiragira
@SimonNiragira 5 ай бұрын
Ameen
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💓
@Irakoze-m5n
@Irakoze-m5n 5 ай бұрын
Ameeen
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💓
@athanasebatungwanimana8247
@athanasebatungwanimana8247 4 ай бұрын
Aaamen
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💓
@IrakozeBonheur-t1c
@IrakozeBonheur-t1c 4 ай бұрын
Ubutumwa nkubwo nibwo tuba dukeneye bwomuriki gihe cacu kibi
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💓
@SyrvestreNzohabonayo
@SyrvestreNzohabonayo 5 ай бұрын
Nivyo kweri mukozi wimana yambaye nkintam amwishengero
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
🙏❤️
@thursonniyongabo1389
@thursonniyongabo1389 3 ай бұрын
Igihugu citw' 45:17 ubuntu
@meirratv
@meirratv 3 ай бұрын
Amen 🙏💓
@EmmanuelBintunimana
@EmmanuelBintunimana 5 ай бұрын
Pp
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
🙏
@rukundojeanclaude6825
@rukundojeanclaude6825 4 ай бұрын
Urabeshe cane nta pantecoti yubaka hoteri zubusambanyi izohamwa abazohamwa turabazi nabagorozi basenga kwisabato ntabandi
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Hahaaa! Reka turindire akari imbere karahinda!!! Ico womenya co n'Umwami wacu Yesu Kristo bamubamvye bamuhora ngo ntiyubahiriza Isabato.
@IrakozeBonheur-t1c
@IrakozeBonheur-t1c 4 ай бұрын
Ivyisabato urabaza ababitahure ureke ubutumwa bukore
@DigneIriho
@DigneIriho 3 ай бұрын
Uraraba nyabuna ntube umunyedini arikoo ube uwutinya icaha akacihana
@thursonniyongabo1389
@thursonniyongabo1389 3 ай бұрын
Amen 42:42
@meirratv
@meirratv 3 ай бұрын
Amen 🙏💓
@NiyogushimaGilbert-t9s
@NiyogushimaGilbert-t9s 2 ай бұрын
Hallelujah
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Amen 🙏❤️
@NduwayoAlede
@NduwayoAlede 4 ай бұрын
Asante PT
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
🙏💓
@solangenininahazwe1796
@solangenininahazwe1796 4 ай бұрын
Amen
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💓
@IrakozeBonheur-t1c
@IrakozeBonheur-t1c 4 ай бұрын
Ubutumwa nkubwo nibwo tuba dukeneye bwomuriki gihe cacu kibi
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💓
@thursonniyongabo1389
@thursonniyongabo1389 3 ай бұрын
Amen
@meirratv
@meirratv 3 ай бұрын
Amen 🙏💓
@ExellCom-e3m
@ExellCom-e3m 3 ай бұрын
Amen
@meirratv
@meirratv 3 ай бұрын
Amen 🙏💓
UMUSI W'UHORAHO URI HAFI - Pasteur NIYUNGEKO Silas/KIREMBA
1:16:32
We Attempted The Impossible 😱
00:54
Topper Guild
Рет қаралды 56 МЛН
Cheerleader Transformation That Left Everyone Speechless! #shorts
00:27
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 16 МЛН
Igitero ntikiruta isezerano_Pst Marc K._14.05.2023
1:17:08
Life Center Burundi
Рет қаралды 11 М.
Mme Denise NKURUNZIZA & 1er Pasteur ubutumwa
25:25
UBA FM Radio
Рет қаралды 4,8 М.
UmuKristo wese akwiye kumenya iri banga rihishuwe~ Pasteur Oscar | #apocalypse @laviechretiennetv
56:26
LA VIE CHRÉTIENNE TV / Ubuzima bw'Umukristo
Рет қаралды 14 М.