Muduhe numéro yanyu na adresse yanyu muzoba mukoze kuko turabakeneye
@nsengiyumvainnocent18436 ай бұрын
Muzampe Nomero yanyu mbavugishe
@Franck-d9v7 ай бұрын
Mwaduha number twamuronkako? Murakoze
@twagiramungufrancoisxavier15365 ай бұрын
Mwaduha nimero tukabagana 16:06
@MugishaElyse-dr7un4 ай бұрын
Ariko nanimero mwanduhaye
@nyinatina1555Ай бұрын
❤❤
@LeonardNdayikengurukiye-qd8nc4 ай бұрын
Muduhe nimero
@nsengiyumvasteven8233 Жыл бұрын
Kinanira 5, Commune Muha, inyuma ya ISCAM
@dzelbahnijmb1765 Жыл бұрын
I Burundi mwige gukora address.
@nsengiyumvainnocent18439 ай бұрын
Nitwa Nsengiyumva innocent Ndashaka ko mufasha Kuko Ndingumba ntago byara. Mwampa number yanyu kabavugisha.
@GloriaNIKENGURUKWE-sf4bn Жыл бұрын
Mudusabire aka numéro kiwe
@innocentmulenga1894 Жыл бұрын
Ukumuganga okorera kubitaro ivyahe?
@mussakaziri6363 Жыл бұрын
Duhe adresse ya Docteur
@mugangaeliezel3386 Жыл бұрын
ikiganiro cyiza uyu Muganga akorera he
@nsengiyumvasteven8233 Жыл бұрын
Uwo muganga yitwa Dr IRAKOZE Innocente, akorera kuri HÔPITAL TANGANYIKA CARE POLYCLINIQUE (TANGANYIKA HOSPITAL). Ivyo bitaro biri i BUJUMBURA mu Burundi, Commune Muha, Quartier Kinanira 5, impande ya Mess des Sous Officiers Militaires, inyuma ya ISCAM , hepfo ya terrain de football. Uvuye muri ville Bujumbura, ufata bus ija Ku Musaga, ugeze kuri arrêt bus bita kuri KIOSQUE (Kurya Gasekebuye), uca wururuka, ugaca ufata akabarabara Kivu Kari i buryo, ugenda direct ubona ivyo bitaro. Murakoze cane.