Ubuhinga budasanzwe abatimbo b'ingoma berekanye mu birori vyo kwigina isabukuru y'imico n'akaranga

  Рет қаралды 237,509

Indundi TV

Indundi TV

2 жыл бұрын

Abatimbo berekanye ubuhinga budasanzwe bafise babicishije mu murisho w'ingoma mu kwigina isabukuru y'imico n'akaranga vy'Uburundi

Пікірлер: 152
@arsenedivin483
@arsenedivin483 2 жыл бұрын
most talented country in the world uvyemera ampe likes💕💕💕🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 2 жыл бұрын
Ntawudokoreramwo abarundi turambere
@annyfafafanny4199
@annyfafafanny4199 2 жыл бұрын
Umuntu atabaye umurundi cank umurundikazi yarahomvye kwl 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 umutima w,Africa
@kayiremetv648
@kayiremetv648 Жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/fKS3e5-IorZ_jLc Kwicwa kwa Rwagasore na Rudahigwa / Rwanda - Urundi
@uwiringielahilii9442
@uwiringielahilii9442 Жыл бұрын
Ukuntu bavuzingoma ndabikunda cyanee pee🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪❤️
@uwiringielahilii9442
@uwiringielahilii9442 Жыл бұрын
Nibyiza gukunda ibyiwacu Burundi oyeee🇧🇮🇧🇮👑💪💪❤️❤️❤️
@annyfafafanny4199
@annyfafafanny4199 2 жыл бұрын
Uburundi beubahwe burimwo abana bafise impano nyishi kabs ❤️🇧🇮
@kayiremetv648
@kayiremetv648 Жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/fKS3e5-IorZ_jLc Kwicwa kwa Rwagasore na Rudahigwa / Rwanda - Urundi
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 2 жыл бұрын
Mwubahwe bana buburundi muranyemeje🤔😳 💯🔥🙌💝🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💯💪💪💪💋💋🥰
@baderalnasri6812
@baderalnasri6812 2 жыл бұрын
Tuzokwam, tuzimber, Burundi, komer🙏💞💥👌
@jgyujbvhh9473
@jgyujbvhh9473 2 жыл бұрын
Asha ntabatujimbere kbs
@dieudonneniyongabo8858
@dieudonneniyongabo8858 2 жыл бұрын
bravo amagaba,muricitegererezo kuri twe turi mubuhungiro
@passyk9968
@passyk9968 Жыл бұрын
Very unique. I ❤️Burundi 🙌🏿
@raissafabien4285
@raissafabien4285 2 жыл бұрын
Umugisha wamber nukuba umurundikazi😍😍
@didi-dr1di
@didi-dr1di 2 жыл бұрын
Wubahwe caneee mugenzi uravuze neza cane
@raissafabien4285
@raissafabien4285 2 жыл бұрын
Ariko abatimbo baba bakwiye guhembwa kukwezi nahon agashahar gatubutse
@simonkabura4421
@simonkabura4421 4 ай бұрын
I,love Burundi 🇧🇮 simon Gitanga Burambi
@EmmanuelNteziryayo-tm8ri
@EmmanuelNteziryayo-tm8ri 7 ай бұрын
Very good!!i m happy to see you dancing .great Burundian culture
@Alihamdulil
@Alihamdulil 2 жыл бұрын
From Canada 🇨🇦 borned in Burundi 🇧🇮 we are number one ☝️
@kayiremetv648
@kayiremetv648 Жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/fKS3e5-IorZ_jLc Kwicwa kwa Rwagasore na Rudahigwa / Rwanda - Urundi
@bremiteef9221
@bremiteef9221 2 жыл бұрын
Abarundi nabarudikazi aho turi hose twubahweeee
@musangamfuracelestin6629
@musangamfuracelestin6629 3 ай бұрын
Iyo Ngoma iraryoshye cyane. Ingoma you u Burundi 10:48 .
@ElyseeNIZIGIYIMANA
@ElyseeNIZIGIYIMANA Ай бұрын
Nivyiza cane kweri muburundi hararyoshe kuba
@Boroom_5951mbouki
@Boroom_5951mbouki Ай бұрын
Quelle harmonie ?Physique, Musique et Mélodie se conjuguent harmonieusement ! C'est vraiment merveilleux !
@mukahirwafanny4899
@mukahirwafanny4899 Жыл бұрын
Turabakunda cyane abarundi
@didi-dr1di
@didi-dr1di 2 жыл бұрын
Kbs iyo bikurenze nturonka nicuvuga ariko ndavuzeti umurundi Wese ahari yubahwe
@jgyujbvhh9473
@jgyujbvhh9473 2 жыл бұрын
Mbega mbega mbega Asha b🇧🇮urundi bakureke kbs ☝
@desirehabiyaremye3610
@desirehabiyaremye3610 2 жыл бұрын
waaaoooh,che bello.La culture meravigliose !!!!
@bbbb3980
@bbbb3980 2 жыл бұрын
There things God made that we cant explain. Praise The most high God. I wonder how the saints and enjoys sing dance and praise God. This culture is really awesome💝💝💝💝💝💝
@kayiremetv648
@kayiremetv648 Жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/fKS3e5-IorZ_jLc Kwicwa kwa Rwagasore na Rudahigwa / Rwanda - Urundi
@TheophileTuyisenge-ex3rf
@TheophileTuyisenge-ex3rf 8 күн бұрын
Ndaryohew Can murazi gutamba
@lunabranwen
@lunabranwen 2 ай бұрын
Nice job 🇧🇮🇧🇮❤
@amaniadolphe272
@amaniadolphe272 Жыл бұрын
Abanyagitega ooooeeee Guma kukaranga gitega. Oooeee ndabakeje kumidiho imana ibazigame
@uwimanarodrigue
@uwimanarodrigue Жыл бұрын
Burundi mutima wa Africa
@jorgettemwajuma5428
@jorgettemwajuma5428 2 жыл бұрын
Nice from 🇸🇦👌
@memeira6611
@memeira6611 2 жыл бұрын
Ntucuhakumbura?
@jorgettemwajuma5428
@jorgettemwajuma5428 2 жыл бұрын
@@memeira6611 ego
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 2 жыл бұрын
Kwinsi yose burundi fire 🔥🔥🔥🔥💯💪🙌🙌💝💋💞
@kayiremetv648
@kayiremetv648 Жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/fKS3e5-IorZ_jLc Kwicwa kwa Rwagasore na Rudahigwa / Rwanda - Urundi
@viatorniyungeko5587
@viatorniyungeko5587 Жыл бұрын
Babaye abambere babikwiye nukuri. Bravo bravo
@ernestciza4315
@ernestciza4315 2 жыл бұрын
Biraryoshe!Ubuhinga bwishi cane
@EmelyneHabonimana
@EmelyneHabonimana 2 ай бұрын
Abarundi turashoboy nibubahwe Can babandanyebaturyoherez
@nteziryayoonesphore1574
@nteziryayoonesphore1574 Жыл бұрын
Very fantastic abatimbo
@LeonidasNdayikeza
@LeonidasNdayikeza 2 ай бұрын
Burundi ingoma ikimenyetso c'intwaro.komeza
@user-ey3rc2lx9o
@user-ey3rc2lx9o 2 жыл бұрын
Murabizi kabisa abarundi turachobonye
@user-zp6hp6oi9b
@user-zp6hp6oi9b 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤ you burundi ever one ever day
@user-me9zq1hf4x
@user-me9zq1hf4x 8 ай бұрын
Burundi gihugu canje Sagarara sagamba ❤rangwa nivyiza
@kattofahion4209
@kattofahion4209 2 жыл бұрын
Ico turushije isi yose ata copy bazogira 💥💥💥💥💥
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 2 жыл бұрын
Waooooo ❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@adijamugisha9438
@adijamugisha9438 Жыл бұрын
Uburundi hejuru cane🙌🙌🙌🙌🙌👐👐👐🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮💚💚💃💃💃💃
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 7 ай бұрын
Burundi hejuru cane❤❤❤❤❤❤❤
@nshimirimanamike1591
@nshimirimanamike1591 2 жыл бұрын
Nivyiza cnee twubahwe
@gasorejeef8672
@gasorejeef8672 2 жыл бұрын
Hubahwe akaranga kiburundi
@OscarBanda-to2hc
@OscarBanda-to2hc 8 ай бұрын
Mpetso yacu Burundi mbegaaaa!!!
@kadogocomedian527
@kadogocomedian527 2 жыл бұрын
Love from kadogoComedian
@ndoricimpajovith3447
@ndoricimpajovith3447 2 жыл бұрын
Mukomere mukomere abiwacu mugishora✌✌✌✌✌
@user-oy7ly9zk9t
@user-oy7ly9zk9t 10 күн бұрын
Uburind nambawani
@amaniadolphe272
@amaniadolphe272 Жыл бұрын
President yunahwe Burundi bwe turabakunda karibukenya muratunezera
@FIDELEBINTUNIMANA-vt5ws
@FIDELEBINTUNIMANA-vt5ws Жыл бұрын
Burundi gihugu canje ingoma zacu zirubashwe kwisi yose
@dusengeolive6589
@dusengeolive6589 2 жыл бұрын
Nkund izi ngomaaa byagahebuzio
@moshwayne2565
@moshwayne2565 4 ай бұрын
Burindi is unique ubyemera ampe likes
@kanyangemarie-goreth2546
@kanyangemarie-goreth2546 2 жыл бұрын
Les tambours de chez nous, notre fierté
@j.pierreniyoyitungira7062
@j.pierreniyoyitungira7062 2 жыл бұрын
Sha baranyemwj ndak
@DesireNshimirimana-kv3ti
@DesireNshimirimana-kv3ti Күн бұрын
Eg eg very doog
@charlestv1158
@charlestv1158 2 жыл бұрын
love from charles TV
@mugirajambovivens658
@mugirajambovivens658 2 жыл бұрын
Ndabemeye cyane mu Rwana tubita abakaraza
@charlesirakoze2506
@charlesirakoze2506 Жыл бұрын
Nchiye nifitira agahamu kokuza nukuri. 😍😍
@kayiremetv648
@kayiremetv648 Жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/fKS3e5-IorZ_jLc Kwicwa kwa Rwagasore na Rudahigwa / Rwanda - Urundi
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 3 ай бұрын
Bravo 🇧🇮🇧🇮❤
@user-wh5vj5zz4s
@user-wh5vj5zz4s 2 ай бұрын
Murwanda turabakunda❤
@ezon-kenty1390
@ezon-kenty1390 2 жыл бұрын
Quel belle culture
@Roza-on6km
@Roza-on6km Жыл бұрын
Waaaa komere🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪✌️✌️
@MenedorNiyibona-zp4lz
@MenedorNiyibona-zp4lz Жыл бұрын
Igihugu cacu c,uburundi cubahwe 🙏🙏🙏
@fulgencetuyisenge3135
@fulgencetuyisenge3135 8 ай бұрын
Watching❤ 2023
@joselynekamikazi5386
@joselynekamikazi5386 2 жыл бұрын
mwanejereje mukomere
@risarisa3239
@risarisa3239 2 жыл бұрын
I Burundi turashoboy
@emmanueliquensavyimana214
@emmanueliquensavyimana214 2 жыл бұрын
Mon Pays 🤩🤩🤩🤩
@mananzimatv7802
@mananzimatv7802 2 жыл бұрын
Kuki aba mcee bakunda gutoba ingoma baguma bavugiramwo??? Birashishaaaaaa
@emilensavyumukama232
@emilensavyumukama232 Жыл бұрын
Burundi hejuru
@rodriguenshimirimana1901
@rodriguenshimirimana1901 Жыл бұрын
Mberereke abanyamahanga
@sunduma-official8069
@sunduma-official8069 2 жыл бұрын
Woooo🇧🇮
@hasa9790
@hasa9790 Жыл бұрын
Thank.s nice 👍😁😁😊😊
@hadijahnajran8645
@hadijahnajran8645 11 ай бұрын
Sagamba Burundi 🇧🇮 ♥
@user-yd3fe1rh7q
@user-yd3fe1rh7q 4 ай бұрын
Turabakunda
@KagoyireEmelyne
@KagoyireEmelyne 17 күн бұрын
❤❤ its good 2
@VickyErnesto
@VickyErnesto 2 жыл бұрын
Pays de Tambour Turinyuma yanyuuuuu
@user-ph8wo3vw7k
@user-ph8wo3vw7k 3 ай бұрын
Rayvanny tanzania
@user-ey3rc2lx9o
@user-ey3rc2lx9o 2 жыл бұрын
Jewe taze yose kuriyose danezerewe cane
@salimramadhani740
@salimramadhani740 2 жыл бұрын
Thanks you
@halimaleila2323
@halimaleila2323 2 жыл бұрын
Terimbere. Burgundies 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 2 жыл бұрын
Amagaba Kiboko ✊🏾🇧🇮
@kayiremetv648
@kayiremetv648 Жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/fKS3e5-IorZ_jLc Kwicwa kwa Rwagasore na Rudahigwa / Rwanda - Urundi
@angebellaniyonkuru3212
@angebellaniyonkuru3212 2 жыл бұрын
I like 🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️
@mporeyedonatienne5383
@mporeyedonatienne5383 Жыл бұрын
Uburundi buhire
@NiyonkuruMechac-cc2cz
@NiyonkuruMechac-cc2cz Жыл бұрын
Maragarita yarungikiye Bunyoni
@WilsonSinarinzi-ol7iu
@WilsonSinarinzi-ol7iu 9 ай бұрын
Ingoma z'uburundi zubahwe
@marie-bernadettemaquet5213
@marie-bernadettemaquet5213 Жыл бұрын
Magnifique..cela me rappelle Buja, là où j'ai vécu tant d'années...Merci à eux.
@kayiremetv648
@kayiremetv648 Жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/fKS3e5-IorZ_jLc Kwicwa kwa Rwagasore na Rudahigwa / Rwanda - Urundi
@anickkanyamuneza1345
@anickkanyamuneza1345 2 жыл бұрын
👏👏👏👏👏👏👌👌👌
@kinusu6
@kinusu6 5 ай бұрын
respect vraiment ❤❤
@nsengimanajoshua9639
@nsengimanajoshua9639 2 жыл бұрын
Hey
@fadmahabdlaziz5887
@fadmahabdlaziz5887 2 жыл бұрын
👏👏👏👏👏👏🔥👍👍
@anacletbirushabagabo4465
@anacletbirushabagabo4465 2 жыл бұрын
ayo majambo ntiyarakenewe, mwarabavangiye
@user-jl9nn5dw9x
@user-jl9nn5dw9x 19 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤lov u guys
@ndayihimbazegad2456
@ndayihimbazegad2456 Жыл бұрын
I do really like my home 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@kayiremetv648
@kayiremetv648 Жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/fKS3e5-IorZ_jLc Kwicwa kwa Rwagasore na Rudahigwa / Rwanda - Urundi
@onejay2578
@onejay2578 2 жыл бұрын
🇧🇮
@user-ey3rc2lx9o
@user-ey3rc2lx9o 2 жыл бұрын
Ninigufa bafise kabisa
@OscarBanda-to2hc
@OscarBanda-to2hc 8 ай бұрын
Burundi sagamba.
@abigagogo3484
@abigagogo3484 2 жыл бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@user-xt1kn2dj4r
@user-xt1kn2dj4r 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@nisnis6946
@nisnis6946 Жыл бұрын
💃💃❤️❤️❤️🇧🇮🤸🤸
@divineirakoze7343
@divineirakoze7343 2 жыл бұрын
Mwubahwe
@kinusu6
@kinusu6 5 ай бұрын
offcause nuko uburundi bukenye ariko barashoboye
Cisha Ado na Alice bagwaniye imbere ya Inabukwe bapfa amasiripe!
11:00
Василиса наняла личного массажиста 😂 #shorts
00:22
Денис Кукояка
Рет қаралды 6 МЛН
Which one is the best? #katebrush #shorts
00:12
Kate Brush
Рет қаралды 22 МЛН
Её Старший Брат Настоящий Джентельмен ❤️
00:18
Глеб Рандалайнен
Рет қаралды 8 МЛН
OMG🤪 #tiktok #shorts #potapova_blog
00:50
Potapova_blog
Рет қаралды 3,6 МЛН
Ingoma ziwacu BURUNDI // Raba uko Ingoma zivuzwa
3:31
Justiza Pro
Рет қаралды 82 М.
Intwari za karanga - AKARANGAAA (Official video)
5:39
intwari z'akaranga club
Рет қаралды 511 М.
Ingoma Dance @Burundi #zuluculture #ritual
4:39
Go_oN
Рет қаралды 28 М.
INTORE NTINDI Part 5
23:44
BMT Buja
Рет қаралды 683 М.
НУ И ВЕТРИЩЕ (@lacie_hendrix - TikTok)
0:17
В ТРЕНДЕ
Рет қаралды 2,2 МЛН
Thank you 30M subscriber❤️IB:@hagimeshacho
0:23
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 39 МЛН
9999 iq guy 😱 @fash
0:11
Tie
Рет қаралды 13 МЛН
☺ Неожиданная встреча спустя полгода
0:27
Мария Шортс
Рет қаралды 4,3 МЛН