No video

Ubuzima MIJURIRO Mathias abamwo buteye ikigongwe n’umubabaro/umutamakazi wiwe ati aha nararushe😭💔

  Рет қаралды 5,599

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

#oldmusic #akiwacu #burundi

Пікірлер: 28
@sirenvibestv
@sirenvibestv Ай бұрын
Mwiriweee bakunzi bacuuu Kubifuza gushigikira umutama wacu MIJURIRO Mathias yoturondera kuri 61899583
@EvaGlow-r3e
@EvaGlow-r3e Ай бұрын
Yooooo uyo mu papa aracariho😳😳 ndatangaye caye ndamuzi kuva nkuri muto cane gose mfise nka 5 ans mugatumba yama afise akokantu muntoki misiyose basha murakoze nzoja kumuraba pe❤❤❤
@nadinenahimana7577
@nadinenahimana7577 Ай бұрын
Ndabira sha ingene IV imeze. On dirait sogokuru aganiriza abana. I like ingene mwaciye bugufi mukicara munsi yiwe akavuga mumuhanga amaso…… it is a wake up call kubakunzi bakaranga n’abitangiye igihugu😢
@jeanettenday9732
@jeanettenday9732 Ай бұрын
yooooo 😢😢😢😢
@EricNdayikengurukiye-i9p
@EricNdayikengurukiye-i9p Ай бұрын
Aba bavyeyi barambabaje 😢😢😢 gusa abagifise umutima wo gufasha ,Imana izobibahembera!
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o Ай бұрын
Yooooh Imana ibabafashe
@karasiraowen8501
@karasiraowen8501 Ай бұрын
Mathias mumukoreraho akazi mu mufashe vrmt muraduhe akarorero mu mukure kurusenge, konzi mugerageza gufasha abacuraranzi bakera ,mukore tuzoshima
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Ай бұрын
Komera 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾@Komera @Hosy Irakoze hamwe na @Gretta a.k.a mama Kaïs ,vraiment mwakoze kutuzanira uyo muririmvyi wa kera Bernard ,gusa abayeho nabi kabisa 😒😞😭,Love from Sweden 🇸🇪
@graceniyonagize260
@graceniyonagize260 Ай бұрын
Yooo bakore igiteramo bamufashe nukuri
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 Ай бұрын
Yoooo Bernard yarapfuy,akomeze kwiruhukira amahoro
@user-kj2xh6bt5y
@user-kj2xh6bt5y Ай бұрын
Akwiyee gufashwaa kabisa
@SoleilNshmw-rn9sj
@SoleilNshmw-rn9sj Ай бұрын
Home sweet home hosy vrt urakoz cn Mathias arakwiy gufashwa knd n'umuntu mwiza cn
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl Ай бұрын
Hosy na Gretta murakoze igikigwa ciza cane gutabariza sogokuru ndizeye Kristo azobikora.kuko na Hosy ikintu agishize mu maboko yiwe vyanka bikunda biremera tu.
@KamarizaViolette-zm5bw
@KamarizaViolette-zm5bw Ай бұрын
Yooo man nukur uyomutama nukur arakwiye gufatw mumugong
@claudendayisenga3675
@claudendayisenga3675 Ай бұрын
Raba umutabarize HOSY n'abandi warabishoboye kbx
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl Ай бұрын
Nukwihangana nukuri
@_-wt8ns
@_-wt8ns Ай бұрын
Uyomutama nuwakera
@_-wt8ns
@_-wt8ns Ай бұрын
Muranyeretse kurusizi ozi murabobambuz birigwa baranyaga umuntu izubariva cha imanihora yihorey
@RoseAleose
@RoseAleose Ай бұрын
Uyomumama arinisuku kwer
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 Ай бұрын
Uyu mutama nibamufashe
@sinzoyihebafidel8050
@sinzoyihebafidel8050 Ай бұрын
Hosy Dufash uzodushikaney ndupfuza ko ww woduherekeza na Televition yaw
@manundayi2409
@manundayi2409 Ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢
@RwembeFulgence-vr9cy
@RwembeFulgence-vr9cy Ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢😮
@user-of8mq5fr2t
@user-of8mq5fr2t Ай бұрын
😭😭😭
@lareinegaga
@lareinegaga Ай бұрын
😢😢😢
@nduwimana669
@nduwimana669 Ай бұрын
Hosy🎉🎉🎉🎉
@majedalotaibi9350
@majedalotaibi9350 Ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@bahohittv405
@bahohittv405 Ай бұрын
kzbin.info/www/bejne/gWKXXoiJbK53oJYsi=MvWSbcql9zvApYOt 😢😢😢😢 Imana ibarengere nukuri
Whoa
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 53 МЛН
طردت النملة من المنزل😡 ماذا فعل؟🥲
00:25
Cool Tool SHORTS Arabic
Рет қаралды 32 МЛН
Bend The Impossible Bar Win $1,000
00:57
Stokes Twins
Рет қаралды 39 МЛН
Abdou mbaw kirikou Ousmane sonko sa baye la 😂😂
15:19
moussa officiel
Рет қаралды 34 М.
NITOU INTÉRÊT - Épisode 68 - Saison 1
42:18
Pikini Production
Рет қаралды 219 М.
سورة البقرة كاملة, رقية للبيت, وعلاج للسحر | القارئ علاء عقل - Surah Al Baqarah
3:58:01
Whoa
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 53 МЛН