Ubwambere Prophet Modèste avuze k'ubuhanuzi yavuze 2018 kuvyubutare/Bamubwiye ko aba Pastor bamwanka

  Рет қаралды 3,189

Ambassador Prophet Modeste

Ambassador Prophet Modeste

Күн бұрын

Пікірлер: 34
@espykamali9271
@espykamali9271 Күн бұрын
Gewe Prophet Modeste ndamwizera peee nahoze mukwilikira ibintu byose yahanuye byarasohoye ❤
@AliceKanyana-gf6kk
@AliceKanyana-gf6kk Күн бұрын
Prophète avugishije ukuri banga ikiri muriwe🙏Ameen
@KabandaClaude-k2z
@KabandaClaude-k2z Күн бұрын
Nibyo naramukwirikiranye yarabivuze pe ndakwemera modeste.
@berthebanderembako6828
@berthebanderembako6828 2 күн бұрын
Imana iguhe amavuta yayo igukomeze Mukozi w'Imana Komera, komera shikama cane
@ananiaskabura1755
@ananiaskabura1755 Күн бұрын
Imana ihe umugisha prophet Ambassador Modest Haleluya
@ammenadabbitangimana5093
@ammenadabbitangimana5093 Күн бұрын
Imana ibahezagire cane muranezereye canee kwiki kiganiro God bless you more Prophet
@clairendayikeza2895
@clairendayikeza2895 3 күн бұрын
Ariko Ambassador, warahevye guhanurira ibihugu! Burya buvugishwa bw'iko indagara zizosesa narabwiboneye kuri you tube. Kandi vyarabaye mbona. Urasubira udusabire zigaruke. Turazikumbuye. Wari wavugishijwe ko amazi ya Tanganyika azoduga agatera mu mazu. Navyo nyene twarabibonye. Imana igukomeze, iguhe umugisha.
@MunezeroNadine-gi5ky
@MunezeroNadine-gi5ky 3 күн бұрын
Abakozi b'Imana dufise ntibarii fort muvy'impwemu modeste ndamwemera
@rablaasdq2341
@rablaasdq2341 Күн бұрын
Numva mfashijwe rekimana yitwe Imana
@DorineBishahu
@DorineBishahu 3 күн бұрын
Kutamwemera ndumva bitahurits...kuko ikir muriwe nicogihambaye cane...UHORAHO amwongererez Amavuta
@pasteurregisndayikenguruki1204
@pasteurregisndayikenguruki1204 2 күн бұрын
Powerfull
@ndiyaigi7393
@ndiyaigi7393 2 күн бұрын
Duhe adresse y'ahari ishengero rya Prophète Modeste
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 3 күн бұрын
Erega vyose bishobokera uwizera none Yesu nimba yaravuzeko tuzokora ibirenze none kwari jambo ry'Imana mupinga kuberiki komera mukozi W'Imana turaziko Yesu ashoboye vyose.
@adelenshimirimana5323
@adelenshimirimana5323 3 күн бұрын
Prophet Modeste waravyibushe cane Amavuta yawe ndayemera Uri umuvugishwa n'Imana Isumba vyose
@Niyubuntuonesphore
@Niyubuntuonesphore 3 күн бұрын
Ndi Ildephonse ndababazwa cane n,Abantu bamusevya Jew uwubishatse azomumbaze twararanye amajoro menshi can ndibuka atwigisha gusenga .Yadufukamika 1h tuyihejeje twaca dusenga tuzunguruka 1h nyen tuyirangije twaca dusenga twicaye wihenze ugasinzira waca usenga wikoreye intebe nukuri n,Umuntu adasanzwe nubu kumavi ndacafise inkovu
@blandinehategekimana6831
@blandinehategekimana6831 3 күн бұрын
Imana igukomeze pasteur modeste
@kabakure1805
@kabakure1805 3 күн бұрын
Amen mukozi w Imana
@clairendayikeza2895
@clairendayikeza2895 3 күн бұрын
Turafise abavugishwa n'Imana mu gihugu cacu.
@eliaselyonmutoni
@eliaselyonmutoni 3 күн бұрын
Glory to Jesus
@clairendayikeza2895
@clairendayikeza2895 3 күн бұрын
Igihe kigiye kugera abo birirwa baja ku bapfumu bazoza kurondera ico Imana ibavugako.
@arakazadonfleury208
@arakazadonfleury208 2 күн бұрын
Amen
@Niyubuntuonesphore
@Niyubuntuonesphore 3 күн бұрын
Ndibuka cane atubwira NGO harigihe tuzomushimira KK ivyubwenge mumpwene yanyigishije nivyonkoresha Nariye uburozi 2fois ariko Nari nabubonye nasha abariko barabikora ndabereke imbaraga z,Imana nubu banyita umurozi mfise intahe nyishi cane ndazi hari nizo prophet azumvise yotangara cane nuwuzoshaka ivyo yahanuye kuva 2018 tumenyanye azombaze.Iyaba mu Burundi ndukunda Imana tukamwiyegereza twotera imbere ariko igihe kimwe bizokunda
@Niyubuntuonesphore
@Niyubuntuonesphore 3 күн бұрын
Prophet ndagutweze Gato ntanubwo mubizi kugirango ntagure kumva ijwi ry,Imana mwambwire ntware irya ntebe mwicarako Muri source du Nil nca ndiruhuts nca ndayishira kumutwe ngenda ndasenga kuva uyomunsi kugeza nubu biracankorere ariko sindaza gushima ariko igihe kimwe nzoza gushima nivyinshi can mfise nciye kumayange
@necelatenitunga
@necelatenitunga 2 күн бұрын
Shalom nakurikiye ikaganiro ndakiriye kuronka ivyo nsengera gukira ingwara ngwaye mwizina rya Yezu ndashaka muduhe numero ya prophète modeste
@piecongera2695
@piecongera2695 3 күн бұрын
adresse yanyu tUrayikeneye
@annickhavyarimana2773
@annickhavyarimana2773 2 күн бұрын
Umuntu w'impumyi abafarizayo n'abanyabwenge bamubwiye ngo vugako uriya muntu《 ARUMUNYAVYAHA》Yabishuye ngo...Ivy'ivyaha vyiwe is not my business @@@ narimpumyi none NDABONA 😂Iconzi nuko Prophet Modeste ar'umukozi w'Imana👍👍🙌 Ntamuhanuzi yemegwa iwabo😂
@KamarizaAngélique-w4d
@KamarizaAngélique-w4d 2 күн бұрын
Uko nukuri
@LéonidasNahishakiye
@LéonidasNahishakiye 3 күн бұрын
Ivyobiwanivyanyu
@Aimelouangeigiraneza
@Aimelouangeigiraneza 3 күн бұрын
🔥🔥🔥🔥
@LéonidasNahishakiye
@LéonidasNahishakiye 3 күн бұрын
Mufundikanya
@mahoroaudrey6504
@mahoroaudrey6504 Күн бұрын
Amen
Ubuhanuzi
17:13
Ambassador Prophet Modeste
Рет қаралды 140
REAL 3D brush can draw grass Life Hack #shorts #lifehacks
00:42
MrMaximus
Рет қаралды 9 МЛН
ESE NI BYIZA KUBANA N' UMUNTU MUTARAKORA UBUKWE ????????????
41:13
Isoko Entertainment
Рет қаралды 50