UBWIRU BW'IGITABO CY'IBYAHISHUWE (Umunsi wa 2) || Pasteur MASOMO Gabriel

  Рет қаралды 61,864

ZABURI NSHYA

ZABURI NSHYA

6 жыл бұрын

Kanda SUBSCRIBE urusheho kudukurikira umunsi ku munsi. Umuntu wawe w'imbere umugaburire akure. Turabibutsa ko iyi ariyo Channel ya ZABURI NSHYA. Duhamagare kuri 0786388010 & 0722803600 tugufashe... ibitekerezo byanyu ni ingenzi. Imana ibahe umugisha...

Пікірлер: 21
@venustenshimiyimana8517
@venustenshimiyimana8517 4 жыл бұрын
Ibyuvuze pe bihuje nibyo nabwirijewe,Basi lmana izagufashe mubo yahamagaye .Nawe uzabonekemo ,Kandi izaguhe ijuru🇺🇸.
@benignenkurunziza1200
@benignenkurunziza1200 4 жыл бұрын
Imana igukomeze mukozi w'Imana! Uri umkozi w' Imana pe. Bandanya idufasha Imana Igukoreshe uyigamburukire. Ariko hari ico mugihagije: kubwira abantu k gusenga ku musi w'igikoko ataco bitwaye nibaza hariho ibice vya Bibiliya mutarasoma: Kuvayo 20(ivyagezwe 10), Matayo5:17-20(Yesu ashitsa ivyagezwe) . Murahasoma muzotuwira ico mwatahuye.
@ndagijimanadavid5189
@ndagijimanadavid5189 2 жыл бұрын
Ndashimiye uyu pasteur cane kumwete yagize wogushaka gutahura,ndanashimiye abayoboke b'iryoshengero kubona bipfuza kumenya ibiri imbere bigiye kuzoza, Ariko rero har ikibazo dukwiye kuza twibaza iyo tugeze kukibazo c'ubuntu, Paulo yarabivuze neza mwikite yandikiye abaroma 6:1,14 na 15 ,Akamaro k'ivyagezwe n'ako guhishura ivyaha kuko iyo ivyagezwe bitariho ntavyaha bihaba Abaroma7:7,rero iyo hari icagezwe kimwe haba n'icaha kimwe,kandi iyo hari ivyagezwe bibiri haba n'ivyaha bibiri,bityo bityo,bisigura ko ivyagezwe vyaje kugira Ngo ugucumura nkugwire Abaroma5:20 ,rero iyo IMANA iduhaye kumenya ivyagezwe niho tubasha gutahura ubwinshi bw'ibicumuro vyacu, ariko igitangaje,aho ivyagezwe vy'IMANA bitandukaniye n'ivyagezwe vy'abantu igihano c'IMANA kucagezwe kimwe cahonyanzwe kingana n'igihano kukindi cagezwe cahonyanzwe bisigura ko kwica icagezwe kimwe = kwica vyose Yakobo2:10-11. (Ariko uzosanga mubantu hari amakosa akorwa ugasanga baciriwe ibihano bitandukanye ....) Tugaruke rero kucigisho,ni gute twovuga ko ubuntu natumye ivyagezwe bihanagurwa tugeheza tukigisha abantu ko bokwubahiriza ibwirizwa rya 1,2, 3,5,6,7,8,9 na 10 hama iryakane bakaryihorera kandi ubuntu bwayakuyeho yose Kuber'iki tutobigisha ko ubuntu bwaturekuriy kwica,kwiba gusambana,gusenga ibigirwamana,kutubaha abavyeyi....,ariko tukabigisha ko muvyagezwe cumi ,ubuntu bwakuyeho isabato gusa???kandi tuzi ko YAKOBO yavuze ko uwishe azohanwa nk'uwazirūye isabato,..?kubera ko ingero y'icaha ni...?(Abaroma 6:23),hama icaha n'iki? S'ugukora ico icagezwe kibuza canke ukareka gukora ico icagezw kigusaba gukora? Tureke kubesha abantu rero ko Ubuntu bw'IMANA bwaduhaye uburenganzira bwo gukora icaha, ahubwo gutahura ubuntu bw'imana bituma tumenya ko agakiza kabonerwa mugucungurwa kw'umuntu katabonetse kubw'ibikorwa vy'abantu ahubwo katangiwe ubuntu,kumenya,gukunda no kwizara uwo Mwana w'imana yabambwe bituma Imana nayo itwemera ,none n'iki kitumenyesha ko tumuzi ?s'ukwitondera ivyagezwe? (1Yohana 2:3) n'iki kitumenyesha ko tumukunda ?(Yohana14:15-21). Ukaba wipfuza kumenya ibijanye n'Ivyagezwe vyitwa ko vyabaye nk'umushorera vyari ivzyagezwe bijanye n'ibamazi n'imihango ijanye na vyo, Abaheburayo10:1-18. Isezerano rijanye n'ibimazi rero ryaje kubako agasembwa biturutse k'umuntu kuko ubwo yakora icaha agatanga ikimazi,ntivyakunze ko icokimazi atanze kiba ico gusa kuko nticahoraho kandi yatanga ikimazi kuko abibwirijwe n'ivyagezwe bityo agasanga yasubiye gucumura bikaba ngombwa ko azana ikindi,n'ikindi n'ikindi,ivyo rero vyaragize igikorwa cavyo co kubarera kugira bibashikane kw'itangwa ry'ikimazi kimwe kizima gitanzwe n'IMANA ubwayo,bityo kandi itangwa ry'icokimazi riba iritabwirijwe n'ivyagezwe ! K'ubw'ubuntu bwayo kuko ntuwayigiriye inama yo kuzocungura umuntu mumugambi w'agakiza !ahubwo riba isohozwa ry'isezerano ryari ryarahawe Adamu kuva muri Edeni,bityo tuba turonse ikimazi camaho. kubw'ico kimazi tukabona guharirwa ivyaha,umaze gutahura ivy'icokimazi n'ubuziranenge bwaco,niho haheza hakavuka urwanko(itanguriro 3:15) hagati yawe na Satani bigatuma wanka icaha, Nay'ubundi,tutaratahura ivyo,hagati yacu na Satani haba hakiri urukundo,tuba tukiri abaja b'uwo twumvira,kuko uhereye kera yamye agwanya amategeko y'IMANA, tugaheza tugasanga turiko tugomba kuvuga ko yesu Yapfuye atacaha twakoze,none mwumva icokimazi coberaho iki ko ikimazi catanzwe kubw'ivyaha kandi ivyaha navyo akaba ar'ukurenga ivyagezwe kandi ivyagezwe navyo akaba ari vyo bitumenyesha icaha ?Abaroma 7:7. IMANA IBAHEZAGIRE. Abipfuza ko twungurana ubumenyi,numéro ya Whatsapp ni +257 79284841.
@felixniyonsaba8385
@felixniyonsaba8385 2 жыл бұрын
imigisha pastor, wigisha neza,turagukunda
@mugabaelysee8609
@mugabaelysee8609 4 жыл бұрын
Yesu ashimwe kuko ibyanditswe nitwe byandikiwe, kandi bigira umumaro wo kutwigisha, ndashaka kugaruka ku Ijamo "UMUNSI W'UMWAMI" Mariko 2:27-28; haravuga ngo "arababwira ati, Isabato yabayeho ku bw'abantu sibo babayeho ku bw'Isabato, nicyo gituma Umwana w'umuntu ari Umwami w'Isabato na yo. Yesaya 58:13; Nuhindukira ntukandagire Isabato, Ukanga gukora ibyo wishakiye ku munsi wanjye wera, ahubwo ukita Isabato umunezero, Umunsi wera w'Uwiteka, ukawita Uwicyubahiro,.... AHANGAHA HAGARAGAZA UMUNSI W'UMWAMI UWO ARIWO. Kandi isezerano rya kera n'irishya rirabihamya. Naho ikigendanye no kubara Iminsi Uwiteka yarabitugaragarije ABALEWI 23:15 Hatubwira ko dukwiye kubara iminsi duhereye kuri uwo munsi wambere w'Isabato IKIJYANYE NO KURUHUKA KU MUNSI W'ISABATO DORE IBIHAMYA: Ntabwo Yesu yigeze aruhuka icyumweru cyangwa Umunsi wambere w'Isabato LUKA 4:16; Yesu yagiye inazareti maze yinjira mu isinagi ku munsi w'Isabato nk'uko yaramenyereye, LUKA 13:10 Haravuga ngo Kumunsi w'Isabato Yesu yigishiriza mu Isinagogi NYUMA Y'UKO YESU APFUYE AKAZUKA, AKAJYA MU IJURU INTUMWA ZAKOMEJE GUSENGA KU MUNSI W'ISABATO Ibyakozwe n'intumwa 13; 14,42,44 ibyakozwe n'intumwa 16:13 ibyakozwe n'intumwa 17:1 ibyakozwe n'intumwa 18:2 aha hose hatubwira uburyo Intumwa PAWULO hamwe n'abandi basengaga ku munsi w'isabato, ndetse bakumvikana ko bazakomeza guhugurwa mu ijambo ry'Imana ku Isabato ikurikiyeho Bavandimwe nti dukwiye kuyoba inzira y'Imana kuko Ijambo ryayo yararyandikishije kugirango turyisomere rituyobore. Murakoze, Utavuga ibihuye n'Ijambo ry'Imana nta museke uzamutambikira.
@florideniyonkuru4335
@florideniyonkuru4335 8 ай бұрын
Murakoze
@christineteganeza7447
@christineteganeza7447 5 жыл бұрын
Thank you I Amen 🙏
@blessed579
@blessed579 6 жыл бұрын
Yesu aguhe umugisha Pastor. Ndumva hari ibyo nungutseho. Ikigitabo rwose niyo nkigezeho nkasoma simbisobanukirwa. Nkibona titre numviseko ibice binko merera kuva chap 4- chap 20 ariko namwe mwa bi resume cyane bibaye byiza waduha details zizo chapters ngo turusheho kuzumva. Thanks
@mbonezamuhire2566
@mbonezamuhire2566 5 жыл бұрын
Pastor,ibyahishuwe 21:9 Kristo ni umukwe itorero ni umugeni we.umugore uvugwa mu byahishuwe 12 rero si Isiraheli ni itorero ry'Imana kuko dufite undi mugore bibiliya yita maraya mu byahishuwe 17 ugereranya amatorero ya yobye avanga ukuri n'ibiyoma nk'uko maraya atagira umugabo umwe.muzasome ibibaranga muzasanga bihabanye cyane.
@chantalniyonkuru3594
@chantalniyonkuru3594 Жыл бұрын
Nonese ko muri matayo 5: 17 kohavugango ntakanyuguti kazova kuvyaze cnk ngo kongerweho yesu mwisezerano risha yama yinjira mumasinagogi kwisabato nkuko yari yaramenyereye ,
@augustinsebagabo9565
@augustinsebagabo9565 4 жыл бұрын
Mwaramutse nshuti zumusaraba nasabaga ko mwoduha number za pasteur Masomo Gabriel
@runylouise5623
@runylouise5623 5 жыл бұрын
1 yohana 4:3 hatubwira ko Anti-christ ari mu isi. Abatari babizi mubimenye. Ni byiza gusoma biblia tuyobowe n'Umwuka Wera w'Imana kuko ni we wenyine udusobanurira neza ibyo dukeneye kumenya. 1 korinto 2:10
@mbonezamuhire2566
@mbonezamuhire2566 5 жыл бұрын
Urakoze louise
@jeandamascenesingirankabo7066
@jeandamascenesingirankabo7066 5 жыл бұрын
Anti Christ ntabwo araza, ariko 1 yahona 4: 3 havugako umwuka wanti Christ uwo twumvise ko azaza niwo umaze kugera kwisi, ariko anti Christo ntabwo arahagera.
@dieu-aimekubwimbabazi8329
@dieu-aimekubwimbabazi8329 4 жыл бұрын
Pastor,murakoze caane,arik wabesh umugore w mvyahishuw 12,si islayeri,ahubw nitorero ry kristo,kand ukubabazw wavuz bzoba ishengero ritaraduga,kand atari mukabanga,lero isabato simihango yakera,uze wige ubuturo bwera mwisandugu yisezerano yohanuyu yarayibony maijuru,uce wibukak ivyari birimo lero tutayoba tukiranukire Imana
@sekamanajpierre5961
@sekamanajpierre5961 4 жыл бұрын
Dieu-aimé KUBWIMBABAZI oooooooooooooooooooooooo
@iraduhayethierry9861
@iraduhayethierry9861 2 жыл бұрын
Nanjaha hantangaje kabisa .harivyo yobesheje ivyago bizoba ishengero riri kwisi anyikristo azokora ishengero riri kwisi
@mugabaelysee8609
@mugabaelysee8609 4 жыл бұрын
pastor Johana yahawe iyerekwa abona ibiri mu ijuru, igice cya 4, yeretswe intebe y'Ubwami, abona abakuru 24, n'ibizima bine abona uwicaye kuri iyontebe nk'umucamanza mukuru bigaragaza uburyo Imana ica imanza, igice cya 5 tubona igitabo kirimo ibikorwa byiza by'abana b'Imana kitwa igitabo cy'urwiutso, yohana yarijijwe n'uko ibyagombaga gushingirwaho, imbabazi ndetse no kubabarirwa byabaye ku bana b'Imana niba bitagaragaye ntawari kubona ibihembo bituma arira, ntaho bihuriye n'ibyo utubwiye pe. ibyahishuwe 6: hagaragara ibimenyetso bifatanishije imizingo igize cyagitabo, kandi ikimenyetso cyambere kigendanye n'itorero rya EFESO (ITORERO ry'intumwa) kuva 31NK- 98NY, ifarashi ahangaha yasaga n'umweru bivuzeko iryo torero ryera, ifarashi itukura ishushanya itorero ryarenganijwe hakamenwa amaraso y'abera. ifarashi y'umukara bishushanya umwijima gusubira inyuma kw'itorero, none ibintu utubwiye koko birahura? ese nkubaze pastor iyo dusomye igice cya 8 n'icya 9 " impanda zivugwa hariya bisobanura iki" ? pastor igice cya 9 ntabwo kivuga kujya mu ijuru kw'itorero ahubwo havuga impanda cya 5, n'iya 6 aribyo byitwa ishyano! none uti ni itorero rizaba ryagiye mu ijuru!!
@nyirambarushimanajeannedar8965
@nyirambarushimanajeannedar8965 4 жыл бұрын
Mwampaye tel zuwo mukozi w'Imana izanjye ni 0788776190
@richardmanirambona6218
@richardmanirambona6218 4 жыл бұрын
murakoze jewe ndi mu burundi nukuri nahezagiwe cane kandi nanezerewe IMANA ikwongere inkomezi. gusa nasaba ko mwodufasha telephone mukoresha kuri whatsapp canke Email yanyu mwoba mukoze. fonene zacu za whatsapp ni 79490746 Email ni richardrepresentant@gmail.com jamwo mwobona iyi commentaire mukatuvugisha vyodutera umunezero.murakoze
Жайдарман | Туған күн 2024 | Алматы
2:22:55
Jaidarman OFFICIAL / JCI
Рет қаралды 1,7 МЛН
ИРИНА КАЙРАТОВНА - АЙДАХАР (БЕКА) [MV]
02:51
ГОСТ ENTERTAINMENT
Рет қаралды 14 МЛН
Мы никогда не были так напуганы!
00:15
Аришнев
Рет қаралды 6 МЛН
IBYAHISHUWE (Ibyahishuriwe YOHANA)/BIBILIYA YERA MUMAJWI/BIBILIYA
50:18
Bibiliya Yera Mumajwi
Рет қаралды 15 М.
013.U Rwanda rwa Kibeho n' Ubwiru bw' abatuye Isi
53:46
URWANAMIZA TV
Рет қаралды 1,9 М.
Ubutumwa by Past Masomo/UMUBIRI NIWO USOHOZA KWIZERA KUKO KWIZERA N'AMAGAMBO GUSA
57:20
KUGARUKA KWA CHRISTO by PASTOR MASOMO
1:00:10
BETHESDA HOLY CHURCH
Рет қаралды 29 М.
Igitabo cy'ibyahishuwe   Day 3   Monday Bible Study   EAR Remera St Peter's Parish
1:09:45
EAR Remera Anglican Church
Рет қаралды 23 М.
Erkesh Khasen -  Bir qyz bar M|V
2:43
Еркеш Хасен
Рет қаралды 159 М.
Alisher Konysbaev - Suie ala ma? | Official Music Video
2:24
Alisher Konysbaev
Рет қаралды 107 М.
Kendrick Lamar - Not Like Us
5:55
KendrickLamarVEVO
Рет қаралды 41 МЛН
LISA - ROCKSTAR (Official Music Video)
2:48
LLOUD Official
Рет қаралды 96 МЛН
Janona
4:09
Release - Topic
Рет қаралды 1,6 МЛН