UBWIRU KU NKOMOKO YA SIDA // BAMWE BAYITA JENOSIDE YAKOREWE ABIRABURA

  Рет қаралды 8,368

DASH DASH TV

DASH DASH TV

Күн бұрын

Пікірлер: 14
@uwayisabajulienne336
@uwayisabajulienne336 Жыл бұрын
Mwiriwe Dash ,maze amezi atatu ntanze amafaranga muri Jobcreater banyizeza ko nyuma yibyumweru bibiri nzaba nabonye akazi ,narategereje ndaheba namafaranga ntibayansubiza mwadufashije mukatuvuganira koko😭
@gilbertniyonzima7354
@gilbertniyonzima7354 Жыл бұрын
Ego nanyuzwe ushiramwo inyurabwenge yawe👏👏
@NSHAMIDU
@NSHAMIDU Жыл бұрын
Mwiriwe neza wazadushakiye kuri byose bivugwa k'URUSENDA
@DephnseGBDITV
@DephnseGBDITV Жыл бұрын
Mwiriwe Dash TV, turakunda ibikorwa vyanyu nkuko mubidushikiriza turi Burundi 🇧🇮 ariko nagomba kubasabako mwoduha inyigisho ijanye naho inkomoko y'indwara ya (palarise)niko nobivuga , aho yibonekeza cane ariko nayo ikaburirwa imiti . Birashobokako navyo twobironkera inyishu mubidufashijemwo?Murakoze
@williampro815
@williampro815 Жыл бұрын
Agakingirizo wambara kugira ntiwandure sSIDA cank utere inda nako ntangaruka gafise kumagara yabantu?cank indwara gatera nkizifatira mubihimba vyirondoka
@DieudonneBerahino-o1p
@DieudonneBerahino-o1p Жыл бұрын
mwiriwe neza dash tv, kugira umuntu yibagire cane biva kuki?
@ItangishakaLamos
@ItangishakaLamos Жыл бұрын
Dashim uzatubwire inkomoko ninkurikizi yabirya binini (ibidonge)bafata mukwifashisha mu rugo ngo barongore cane
@Akon13Akon13
@Akon13Akon13 Жыл бұрын
Dash bt wotubwira inkomoko yakondom please
@gilbertniyonzima7354
@gilbertniyonzima7354 Жыл бұрын
Jewe narinziko SIDA yavuye mubwa abandi bakavugako yakozwe ngo igabanye abatuye kwisi nawe ngo yavuye muguge ntavyonemeye
@ndayambajemartin7986
@ndayambajemartin7986 Жыл бұрын
Nonese wagirango ivugweho rumwe nande? Abayikoze muri laboratoire bashaka kuturimbura twe abirabura ninabo babashyiramo urujijo kugirango mudasobanukirwa ubugome bwabo kandi si SIDA gusa nanubu ntabwo bahagaritse iyo migambi mibisha yabo yo kurimbura inyoko muntu yirabura
@Niyo_72
@Niyo_72 Жыл бұрын
Inkomoko yamafaranga
@EtienneNdayizeye-p4u
@EtienneNdayizeye-p4u Жыл бұрын
Bite mutubwire kapoti irakinga sida 💯/💯 ???😊
@MpawenayoJoshua-vn1jx
@MpawenayoJoshua-vn1jx Жыл бұрын
Nihatam
What type of pedestrian are you?😄 #tiktok #elsarca
00:28
Elsa Arca
Рет қаралды 34 МЛН
Ice Cream or Surprise Trip Around the World?
00:31
Hungry FAM
Рет қаралды 21 МЛН
ITEGEKO RYA "8+8+8" RYAHINDURA UBUZIMA BWAWE
13:25
DASH DASH TV
Рет қаралды 11 М.
NTUZONGERA KWIBESHYA KU BANTU BA NYABO NUMARA KUMVA IYI NKURU
12:31
AMATEGEKO 10 YO KUGENZURA UMUGORE BURI MUGABO WESE AKWIRIYE KUMENYA
18:45
5 Ways to Handle People Who  Don't Respect You | STOIC PHILOSOPHY
29:24
James The Stoic
Рет қаралды 400 М.
NTUZONGERA KUBAHO UBUZIMA BW'IKINYOMA NUMARA KUMVA IRI SOMO
12:36
DASH DASH TV
Рет қаралды 20 М.
NTUZONGERA GUHANGAYIKISHWA NO KUKUVUGA NABI NUMARA KUMVA IYI NKURU
9:04
NTUZONGERA KWANGA ABAKUNENGA BOSE NUMARA KUMVA IRI SOMO RY'UMUNSI
20:24
What type of pedestrian are you?😄 #tiktok #elsarca
00:28
Elsa Arca
Рет қаралды 34 МЛН