UGUCA BUGUFI by Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 50,083

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA

Күн бұрын

Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri “KI” hejuru iburyo
Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +25776228228

Пікірлер: 132
@inyigishozachrisndikumana
@inyigishozachrisndikumana 3 ай бұрын
Murashobora gukurikira utu videos hamwe n'amajambo vyo gutera intege mukugira abonnement kuri page yanje kuri Facebook muciye ngaha : facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
@kayitesigaudance6478
@kayitesigaudance6478 4 ай бұрын
Mwana w'Imana Isumbabyose, nuhezagirwe n'Ubuntu bwa Ndiho wowe n'Umulyango wawe,Alleluiaaaaaa 🙌🙌🙌🙌🙌🫶🫶
@NisubireLiberate
@NisubireLiberate 4 ай бұрын
Mana umpe kumenye kwicisha bugufi no gushobozwa kutitidodomba,umpe imbaraga kwihana no kwibagira ibyaha nakoze nirengagije amategeko yawe Mana Amen
@UwimanaEmamanuel
@UwimanaEmamanuel 4 ай бұрын
Mushumba mwiza imana ikomeze igusijye amavuta ndagukurikiye ndimurwanda
@UwizeyeClaudette-l7l
@UwizeyeClaudette-l7l 4 ай бұрын
Yesu atwambike imbaraga zoguca bugufi nukuri
@NiyonshimaMarierose
@NiyonshimaMarierose 4 ай бұрын
Imana y'imbabazi idushobozi guca bugufi!Umukozi w'Imana Imana imuhe umugisha mwinshi!
@canslideuwimana8179
@canslideuwimana8179 Жыл бұрын
Haleluyaaa Haleluyaaa dushoboze gushyira mu bikorwa ibyo udusaba mubyeyi wacu kuko dushobozwa byose na kristo uduha imbaraga Amen Imana ya mahoro iguhe umugisha mutumishi
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 2 жыл бұрын
Yesu Adufashe vyukuri tugabanuke duce bugufi rwose , kugirango nawe Yuzure ubugingo bwacu . Yesu Kristo ,dushoboze kuba bato ,nawe Ube munini muri twebwe , Amina. Yesu Kristo Akwongere kuramba muvyeyi wacu Chris !
@christophentankumbu4821
@christophentankumbu4821 6 ай бұрын
Musengere lmana Impe gucabugufi
@JanetQueen-j6l
@JanetQueen-j6l 4 ай бұрын
Amen Imana idutabare
@JNy-rh9yg
@JNy-rh9yg Жыл бұрын
🙏🙏🙏 Uhoraho adushoboze guca bugufi muri vyose hezagigwa mukozi wa Ndiho uraduhezagira caane Uhoraho akongere amavuta ninkomezi murugendo gwo gukorera IMANA ❤❤❤👏👏👏👏👏
@MichelineNshimirimana-p1y
@MichelineNshimirimana-p1y 4 ай бұрын
Dutabaze Yesu ingabire yo guca bugufi
@francoisntiranyibagira7262
@francoisntiranyibagira7262 2 жыл бұрын
Hazagirwa mukozi w'Imana watwigishije guca bugufi imbere y'Imana kandi icubahiro cose ni iciwe.
@KubwimanaAnge-e6n
@KubwimanaAnge-e6n 4 ай бұрын
Kanguka
@MwanaïdiUWIMANA
@MwanaïdiUWIMANA 4 ай бұрын
Mana nyene imbabazi duhe guca bugufi🙏🙏🙏
@alineniyomugisha6606
@alineniyomugisha6606 2 жыл бұрын
Amen amen Izina ry Imana rihabwe icubahiro
@greashgreahes6291
@greashgreahes6291 2 жыл бұрын
Du.
@constancenkunzimana2929
@constancenkunzimana2929 4 ай бұрын
Warakoze Kwemera gukomera Imana ;turahiriwe twebwe tugufise kuko uri umurovyi w'abantu ❤
@fidelitenishimwe245
@fidelitenishimwe245 2 жыл бұрын
Imana iduhane umugisha kandi idukuremwo ubwibone bwose in the name of jesus 👏✋ ✋
@juvenaligiraneza2625
@juvenaligiraneza2625 2 жыл бұрын
uhoraho ahimbazwe k;ubwa cris ndikumana ndiho yarakoze kuduha umukozi wayo igihe nkiki rero ndiho aguhezagire numu ryango wawe cris
@NisubireLiberate
@NisubireLiberate 4 ай бұрын
Amen,Mana nyigisha ubwengebwo kumenya kwicisha bugufi no kwegera Imana kurusha.Nsengeye umuryango umenye ubwenge buvuye iwawe kugira bace bugufi imbere yawe.Nsengeye ka mu bana banje bakumenye ,ububakire ubumenyi bw,umutima.Ubakira Kabura na Nyandwi ubwenge,bashake abafasha.bafise ubwiza bwawe bwo ku mutima.Amen
@Bizimana-rc6xj
@Bizimana-rc6xj 4 ай бұрын
Hahirwa abumva ayo majambo bakayakurikiza Imana idufashe.
@mariemadeleinegwiza645
@mariemadeleinegwiza645 4 ай бұрын
Imana inshoboze kubaho nicisha bugufi.
@KanezaEmilienne
@KanezaEmilienne 4 ай бұрын
Murakoze mukoziwImana warasizwe amavuta nImana natwe turabohoka imitwaro twikoreye ikatuvako❤❤❤
@ElizabethGatera
@ElizabethGatera 4 ай бұрын
Hahirwa umucyene kumutima!!! amen 🙏
@alineniyomugisha6606
@alineniyomugisha6606 2 жыл бұрын
Ndanezegwa nokumviriza inyigisho zawe kuko ziratwubaka🙏🏽 ziradukuza🙏🏽ziraduhindura🙏🏽ziraturemesha🙏🏽
@bernardmbonicura396
@bernardmbonicura396 2 жыл бұрын
🙏🙏🙏 NDIHO Adushoboze guca bugufi, Imana Iguhezagire Chris
@butunganedivine4671
@butunganedivine4671 2 жыл бұрын
Imana yame idufasha guca bugufi muri vyose na hose...niho tuzoshimwa na Ndiho...iyi nyigisho itwubake cane
@سعيدصالح-ح5ف
@سعيدصالح-ح5ف 4 ай бұрын
Imana idushoboze can guca bugufi
@alidamuhimpundu9979
@alidamuhimpundu9979 2 жыл бұрын
Icubahroo cos kib ica ndiho kko ntanakimw dfis tutahaw ntanic turi tutagizw 🙏Iman idushoboze Mr vyos amen 🙏
@janettendayisenga4786
@janettendayisenga4786 2 жыл бұрын
NDIHO ashobonje guca bugufi mwinzina rya YESU kristo
@charmantejane2299
@charmantejane2299 2 жыл бұрын
Imana Ibahe umugisha Mushumba mwiza ,
@AngeMarieGoreth-ti6hc
@AngeMarieGoreth-ti6hc Жыл бұрын
Imana idushoboze gucabugufi .knd Chris lmana ikwongere amavuta kand iguhezagire can
@NduwayesuElias
@NduwayesuElias 4 ай бұрын
Amen ndiho nashimwe ❤❤❤❤❤
@KellyIrakoze-h3t
@KellyIrakoze-h3t 4 ай бұрын
Duhe kwicisha bugufi mwami mana
@shadowtsimba8210
@shadowtsimba8210 2 жыл бұрын
Amen soyez bénis papa merci pour cette enseignement traduction en français pour nous merci
@nduwimanaemmanuel1806
@nduwimanaemmanuel1806 4 ай бұрын
Icubahiro kibe icimana mukozi w,imana
@MerPoor-cd7um
@MerPoor-cd7um 4 ай бұрын
Mana duhe umutima uca bugufi umutima ushimwa nawe
@FidereNdayiragije
@FidereNdayiragije 4 ай бұрын
Imana idushobazegucabuguf
@UwitonzeAdeline-rc3sn
@UwitonzeAdeline-rc3sn 4 ай бұрын
Imanibahe umugisha
@mariatabita6087
@mariatabita6087 2 жыл бұрын
Imana Idushoboze guca bugufi. Icyubahiro cyose kibe icy’Imana.
@ChantalAbijuru1
@ChantalAbijuru1 4 ай бұрын
Mana Uhoraho ndakwinginze umpe guca bugufi imisi yose
@laureine758
@laureine758 2 жыл бұрын
Alléluia Alléluia merci Seigneur pour Nous avoir donné papa christ Ndikumana ô père célestes béni, protège donnent une bonne santé et une longue vie à lui et à sa famille biologique et les partenaires et toutes l'équipes kanguka notre papa christ Ndikumana Soyez béni au nom de Jésus-Christ de Nazareth
@benignemugisha7813
@benignemugisha7813 2 жыл бұрын
Amen
@greashgreahes6291
@greashgreahes6291 2 жыл бұрын
Amen Bishoboze Mana
@jeanpaulniyonkurutenacious
@jeanpaulniyonkurutenacious 2 жыл бұрын
Gloire à DIEU kwiyi nyigisho kuko yaranyuguruye amaso yompwemu ! Bituma mpindura uko nabona ibintu !!
@kladahmad3333
@kladahmad3333 2 жыл бұрын
👏👏👏🙌🙌
@eliane802
@eliane802 2 жыл бұрын
Muratwubaka canee Ndiho ashishikare kubakomeza mubuntu bwayo 🙏🙏
@ariellairanezereza3754
@ariellairanezereza3754 7 ай бұрын
Que Dieu te bénisse Chris NDIKUMANA, merci beaucoup ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@alidamuhimpundu9979
@alidamuhimpundu9979 2 жыл бұрын
Amen Imana iturind ikintu coose cotum tudac bgufi 🙏🙏tugender mu buntu bw Iman 🙏Amen Iman ibandanye guhezagir Chris et les paternaires 👏👏
@AlexisNdikumana-m8w
@AlexisNdikumana-m8w 4 ай бұрын
Mana umpe intege ninkomezi zishoboza guca bugufi,kk ndijenyene sinokwishoboza
@prosperirakoze2476
@prosperirakoze2476 2 жыл бұрын
Uhoraho akomeze kubahezagra ! Muratuma imitima yabenshi ibihoka🙏🙏
@christophentankumbu4821
@christophentankumbu4821 6 ай бұрын
Imana ninziza caneeeee
@nahayodorothee5430
@nahayodorothee5430 2 жыл бұрын
Very nice Chris ndikumana
@jennytumwesige9008
@jennytumwesige9008 2 жыл бұрын
Imana ibahe imigisha
@philomenebayisabe97
@philomenebayisabe97 2 жыл бұрын
Amen Imana iguhezagire kunyigisho nziza mwigisha 🙏🙏🙏
@MerPoor-cd7um
@MerPoor-cd7um 4 ай бұрын
Mana yacu shishikara gusuka amavuta menshi kuri kris ndikumana
@eloimugisha9894
@eloimugisha9894 Ай бұрын
🧎🧎Mana mfasha 👏👏
@ntakirutimanacharlotte4969
@ntakirutimanacharlotte4969 4 ай бұрын
Merci pour la parole de Dieu
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 2 жыл бұрын
Amen 🙏 Mana,dushoboze gutahura ko icubahiro aricawe 👏👏👏💪💪💪
@sarahburudi1570
@sarahburudi1570 2 жыл бұрын
Amen murakoz dafashijwe
@yvettempawenimana7111
@yvettempawenimana7111 2 жыл бұрын
Amen cane wongerwe imbaraga
@irakozegift910
@irakozegift910 2 жыл бұрын
Amen poster Imana ibahezagiree
@rahmalove531
@rahmalove531 2 жыл бұрын
Ameeeeena Ameeeeeeena 🙏
@OrnellaIrankunda-eg5qs
@OrnellaIrankunda-eg5qs Жыл бұрын
Ndafashijwe kandi ndatabawee
@didacendikumugongo8947
@didacendikumugongo8947 2 жыл бұрын
Que le bon Dieu vous guide pour toujours, Mukozi W’ Imana
@JuzifGood
@JuzifGood Жыл бұрын
Inyigisho zahrice ndikumana
@ChantalAbijuru1
@ChantalAbijuru1 4 ай бұрын
Dukwiye guca bugufi imisi yose
@UwimanaEmamanuel
@UwimanaEmamanuel 4 ай бұрын
Ducebugufi kuriburiwese
@mamanblesing3515
@mamanblesing3515 2 жыл бұрын
Amen Amen Muhezagirwe
@afiwakamoga9889
@afiwakamoga9889 2 жыл бұрын
Armen amen mukozi wimana
@BISHOPServelien
@BISHOPServelien 4 ай бұрын
Merci Chris
@ClementineMukandahiro-m4u
@ClementineMukandahiro-m4u Ай бұрын
Yesunimwiza
@fhgggffhg7721
@fhgggffhg7721 2 жыл бұрын
Amena amena amena sana
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 2 жыл бұрын
May God bless you 🙏🙏🙏
@igosthegreat1701
@igosthegreat1701 2 жыл бұрын
Amen😍👏
@kanyangefrancoise745
@kanyangefrancoise745 5 ай бұрын
Aman🇧🇮🙏🙏🙏
@dorel7002
@dorel7002 2 жыл бұрын
Merci seigneur Jésus Christ
@nahayodorothee5430
@nahayodorothee5430 2 жыл бұрын
Very nice
@serugombamuyobozi9996
@serugombamuyobozi9996 2 жыл бұрын
𝐀𝐦𝐞𝐧 𝐤𝐮𝐛𝐰𝐚
@didacendikumugongo8947
@didacendikumugongo8947 2 жыл бұрын
Abasuma b icubahiro 🙈🙈
@sandyk4966
@sandyk4966 2 жыл бұрын
AMEEEN AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@ClementineMukandahiro-m4u
@ClementineMukandahiro-m4u Ай бұрын
Yesu
@jeannemukaruhama7063
@jeannemukaruhama7063 2 жыл бұрын
Amen amen amen 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🤲🤲👏👏👏
@janethchimpaye6516
@janethchimpaye6516 2 жыл бұрын
Kanguka ❤❤❤❤
@nadiabimenyimana3475
@nadiabimenyimana3475 2 жыл бұрын
Amen amen God 🙏 🙌 👏❤ 👏 ❤
@ClementineMukandahiro-m4u
@ClementineMukandahiro-m4u Ай бұрын
GOD🎉❤
@aimeekleine8764
@aimeekleine8764 4 ай бұрын
Amen🙏❤️🙏
@rahmalove531
@rahmalove531 2 жыл бұрын
Ameeen Ameeen 🙏
@KanezaEmilienne
@KanezaEmilienne 4 ай бұрын
Mana urampa kwama ncabugufi
@jennytumwesige9008
@jennytumwesige9008 2 жыл бұрын
Ubwibone butuvemo🙏🙏
@christabeb7503
@christabeb7503 2 жыл бұрын
Amen amen🙏🙏🙏🙏
@jacquelineuwimana9123
@jacquelineuwimana9123 2 жыл бұрын
Amena 🙏 🙏
@justinendereyimana2607
@justinendereyimana2607 2 жыл бұрын
Amen 🙏🙏
@jeanclaudenijimbere120
@jeanclaudenijimbere120 2 жыл бұрын
Merci
@karyuryujeanmichel
@karyuryujeanmichel 2 жыл бұрын
All glory be to Elohim
@poolokiyegeza1501
@poolokiyegeza1501 2 жыл бұрын
AmenAmen Amen
@kwizerarebecca6862
@kwizerarebecca6862 2 жыл бұрын
Amen
@dusabemariyajacqueline5312
@dusabemariyajacqueline5312 2 жыл бұрын
AMEN.
@ClementineMukandahiro-m4u
@ClementineMukandahiro-m4u Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤GOD❤❤❤❤❤❤❤❤ Jesus
@LandaLanda-zc2he
@LandaLanda-zc2he 2 жыл бұрын
Amenamen🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
@KubwimanaAnge-e6n
@KubwimanaAnge-e6n 4 ай бұрын
Kanguka 5:01
@ClementineMukandahiro-m4u
@ClementineMukandahiro-m4u Ай бұрын
Mwami
@ClementineMukandahiro-m4u
@ClementineMukandahiro-m4u Ай бұрын
GOD🎉❤😊
@janicewY1
@janicewY1 2 жыл бұрын
🙌🏽
@NduwayesuElias
@NduwayesuElias 4 ай бұрын
Imana nidufash gucabugif niyokudushoboza
@ariellairanezereza3754
@ariellairanezereza3754 7 ай бұрын
Amen❤
@igosthegreat1701
@igosthegreat1701 2 жыл бұрын
Amen😍👏
AMASHIMWE by Chris NDIKUMANA
1:09:50
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 38 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 01/07/2023 by Chris NDIKUMANA
31:39
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 40 М.
БАЙГАЙСТАН | 3 СЕРИЯ | ДУБАЙ |bayGUYS
44:17
bayGUYS
Рет қаралды 1,8 МЛН
Провальная Акция в Seven Eleven
00:51
Тимур Сидельников
Рет қаралды 2,7 МЛН
#FARDC IKOSOYE #M23 MURI #NYAMUKUBI
17:52
IBIYAGA BIGARI NEWS
Рет қаралды 1,1 М.
GUCA IMIGOZI (IGICE CA KABIRI) by Chris NDIKUMANA
1:06:35
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 30 М.
Amakuru y'umurwa 81 Agakiza- Mukandasumbwa Cecile #indirimbo#gusenga#
16:55
UMUSOZI W'IMANA by Chris NDIKUMANA
1:11:09
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 47 М.
LA PUISSANCE DU SANG DE JESUS (KANGUKA LIBREVILLE 2024) by Chris NDIKUMANA
2:06:24
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 20/01/2024 by Chris NDIKUMANA
37:34
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 43 М.
INGINGO NGEDERWAKO by Chris Ndikumana
1:02:42
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 7 М.
UKWEZWA  by Chris Ndikumana
1:08:00
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 42 М.