Uku niko abaririmvyi bose basezeye Petero NKURUNZIZA n'ijambo bashikirije

  Рет қаралды 43,601

Bujahit Tv

Bujahit Tv

Күн бұрын

Ukaba uzi inkuru idasanzwe, Canke ahabereye ikintu kidasanzwe, umuntu afise intahe itangaje, amakuru atangaje canke ikindi wifuza ko twasangiza abakunzi ba Bujahit Tv, wotumenyesha ukaduhamagara kuri +257 61 900 303 canke ukatwandikira kuri Whatsapp yiyo numero nyene, Turaza naho woba uri aharihohose muntara z'Uburundi. Ntiwibagire kugira SUBSCRIBE nimba utarabikora, kugira uze uraba uwambere mukuronka inkuru na video zacu.
#BujahitTv #BurundianMusic #Comedy
This video strictly for education purpose for the difference between the culture of the country
LIKE, COMMENT AND SHARE

Пікірлер: 96
@kakusimon5679
@kakusimon5679 4 жыл бұрын
Am a Ugandan but I loved Nkurunziza because he tried to unify Burundi and he has been aGod fearing man preaching unity,love,peace,forgiveness,and development.May his soul rest in eternal peace.
@ntirampebapascal8222
@ntirampebapascal8222 4 жыл бұрын
Thank you my bro fron sister country
@clementinemahoro1437
@clementinemahoro1437 4 жыл бұрын
Mukomere cyaneeeee mwese Abarundi kandi mwihangane. Nyiricubahiro perezida Nkurunziza aragiye ariko asize abagabo. Imana imuhe iruhuko ridashira 🙏🙏🌹🌹❤❤🕊🕊 Turabakunda cyaneee!!
@thegreatwise3280
@thegreatwise3280 4 жыл бұрын
ABARIRIMVYI BIWACU NUMVISE NDABAKUNZE CAAAANE. MERCI AMANDA
@user-os9ul5iu5y
@user-os9ul5iu5y 4 жыл бұрын
Nawene yarabakunda ntiboreka kubakura
@abelnduwayoofficial
@abelnduwayoofficial 4 жыл бұрын
Imana imwakire mubwami bwayo mutama President.twamukunda cane, ariko Imana yamukunze kuturusha
@jeanpaulnizigiyimana5997
@jeanpaulnizigiyimana5997 4 жыл бұрын
Esta Nich niwe muririmvyi yishuye neza abandi umenga ntibazi ivyo barimwo Big Up
@alisal1755
@alisal1755 4 жыл бұрын
Imana imwakire nciye nkumbura abaririvyi bacu ndumva harumusani andijije vyas kavuga ngameze nabi imana idukomeze abarundi 🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🤕🙆
@beatricenduwimana5567
@beatricenduwimana5567 4 жыл бұрын
Ndakunda Can intwngo ya masterland
@cizungulawi6425
@cizungulawi6425 4 жыл бұрын
Satura ibyumaaaaa well say, bien habillé, Rest un peace President Peter, You love deeply your own contry, and you gave more value to our artist,
@alesnema9596
@alesnema9596 4 жыл бұрын
Sha sat b arazi kwishura kabisa atuje Kandi bg up bro Hama wari waberewe Sana 🇧🇮🇰🇼
@niyongerepatrick2381
@niyongerepatrick2381 4 жыл бұрын
urabeshe yambaye ibintu bidahura
@alesnema9596
@alesnema9596 4 жыл бұрын
Yicishije bugufi cane ico yerekanye yacerekanye Kandi nanje icinavuze beneco bacumvise kuko ntiyambaye uko kuko yabuze ivyiyambara mugihe tuziko Sat b ko Ari we yambara neza mubahanzi nuburundi ntawutabizi🇧🇮🇰🇼
@laurettetetero3529
@laurettetetero3529 4 жыл бұрын
Imana ibahezagire ko mwaduserukiye bakundwa❤️
@nester-b
@nester-b 4 жыл бұрын
Lolilo uvuze neza,wavyifashemwo neza cane!
@ommy551
@ommy551 4 жыл бұрын
Kuwambia warundi Kama kuwaomboleza😄😄kiswahili nyama ya Corona kweli😄
@vitalhagenimana6217
@vitalhagenimana6217 4 жыл бұрын
Mumenyesha makuruc nagukunze cane abarundi ndabakunda kndi twifatanyije namwe mukababaro nanjye Petro nkurunziza ndamukunda caneeeeeee!!!!!
@kyataonline5262
@kyataonline5262 4 жыл бұрын
basi veste mu jua la bj! Amanda acha kuwatesa wasanii wetu!
@Dieroz12
@Dieroz12 4 жыл бұрын
Baba Kyata ni nooooma na kwambia
@yengahassan3797
@yengahassan3797 4 жыл бұрын
Nans poleni kwa msiba
@regisininahazwe310
@regisininahazwe310 4 жыл бұрын
R i p pierre nkurunziza ! Hama mubaririmvyi bacu hariho abadatahura inyifato zibereye gusa ndashimira lolilo kunyifato yiwe nivyiyumviro vyiwe vyiza Yuki twokomeza gusenga !
@blaisepato2683
@blaisepato2683 4 жыл бұрын
Ndabaramutsa ndongera nvuga ati pole sana Abarundi na Barundikazi bari mu gihugu no hanze yigihugu Rutibagira ko Imana ari vyose R.I.P Baba wa Taifa la Burundi
@astonkundboy472
@astonkundboy472 4 жыл бұрын
Abobantu ntakirundi bazi
@jayboy2576
@jayboy2576 4 жыл бұрын
Iman imuhe iruhuko ridashira nayabarundibos bahe kuvyakira nokwihangana
@user-yq8je2pj1r
@user-yq8je2pj1r 4 жыл бұрын
Imana iduhekwihanga abarundi na abarundi kazi Naruhuke amahoro yari unawaza ntabo.
@emmanuelnshimirimana7246
@emmanuelnshimirimana7246 4 жыл бұрын
I love you nosi
@malekahmm7502
@malekahmm7502 4 жыл бұрын
Uyumumenyeshamakuru kazi narinziko ari umumisilma kumbe yambaye umusaraba arikwiza vrt ndamukunda
@emmanuelnshimirimana7246
@emmanuelnshimirimana7246 4 жыл бұрын
Nyakubahwa president nkurunziza yari umugabo imana imwakire mubwami bwayo
@DjProburundi
@DjProburundi 4 жыл бұрын
Napendeza sana kabisa
@mistachampagne
@mistachampagne 4 жыл бұрын
😂🤣🤣🤣
@lizalyne2425
@lizalyne2425 4 жыл бұрын
😂😂😂
@nononila4876
@nononila4876 4 жыл бұрын
Asante sana Amanda Imana imwakire mubwami bwayo
@yvesndayisaba1347
@yvesndayisaba1347 4 жыл бұрын
Imana ihezagire abaririmvyi babarundi nabamenyesha makuru
@agukamubitekerezotv6055
@agukamubitekerezotv6055 4 жыл бұрын
Birababaje cyane IMANA imuhe iruhuko ridashira
@marierose5910
@marierose5910 4 жыл бұрын
MENYA VUBA TV 😭😭😭😭😭😭
@chanelniyomwungere1964
@chanelniyomwungere1964 4 жыл бұрын
Poleni San nipo dar es salaam
@aimepascal7720
@aimepascal7720 4 жыл бұрын
Jems Elias poa bro
@ahishakiyegretta3213
@ahishakiyegretta3213 4 жыл бұрын
waruberewe noir vert😻
@elienteziryayo3767
@elienteziryayo3767 4 жыл бұрын
Ahhhhh abarundi kweri
@ntirampebapascal8222
@ntirampebapascal8222 4 жыл бұрын
Umunyamuziki Lolilo na Moo barigishijwe imigenzo y' ikirundi pe. MU bihe nkibi, naho woba uri umustar, hariho imvugo n" inyifato ukoresha.
@nizigamamicheline8215
@nizigamamicheline8215 4 жыл бұрын
Amanda ndagushimye vrm usaneza ubangutse cane komez akaz kawe
@belizaita
@belizaita 4 жыл бұрын
Merci kukiganiro kandi naho tugandaye sinogenda ntavuzeko Amanda waruberewe cane
@KP-ou9zp
@KP-ou9zp 4 жыл бұрын
RIP my President lovely,
@donnelmugisha9996
@donnelmugisha9996 4 жыл бұрын
Mwagize neza caane .
@cesariehakizimana429
@cesariehakizimana429 4 жыл бұрын
Ndabakunze baririmvyi beza .uwo mutima muzowugumane
@alesnema9596
@alesnema9596 4 жыл бұрын
Lolilo bg up nawe waruberewe Hama imana idufashe iduhe kwihangana mwebwe nimwe barundi Sha twabinye
@doradora653
@doradora653 4 жыл бұрын
Amanda uraberewe p👍👍
@ngayaberurahilaire8206
@ngayaberurahilaire8206 4 жыл бұрын
That's so kind guys.
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 4 жыл бұрын
Mwagize neza kweli
@alainwalterrwota1868
@alainwalterrwota1868 4 жыл бұрын
Ndakunda ukuntu ukora ibiganiro, ariko iyo uriko ukoresha ibiganiro gerageza kuraba mu maso umuntu uriko urabaza, merci
@ericboypm
@ericboypm 4 жыл бұрын
Akuna hata Art wa Bantu Bwoy
@bighop7519
@bighop7519 4 жыл бұрын
Ariko niba hari ikintu cyiza mbonye, ni uko Perezida uwo ari we wese yakwifuza gutabaruka gutya. None se nawe Perezida apfe abaturage be ntibabashe no kumuherekeza? Genda Nkurunziza utashye neza pe.
@elienteziryayo3767
@elienteziryayo3767 4 жыл бұрын
Wagirango muri muri ambiance
@alisal1755
@alisal1755 4 жыл бұрын
Nivyo renine urakoze kumajambo yawe aturemesheje cane
@claudinendayikengurukiye84
@claudinendayikengurukiye84 4 жыл бұрын
Aho ntikwari kumusezera
@honnettebukuru6436
@honnettebukuru6436 4 жыл бұрын
Amanda ndagukund xnnn kubiganir ugirish ham ab star bacu vrt namw ndabafn
@kezakimanafabiolla6396
@kezakimanafabiolla6396 4 жыл бұрын
Naruhuke amahoro umuvyeyi wacu twakunda adusigiye icibutso ntakundi vyogenda twese niyo tuja
@agukamubitekerezotv6055
@agukamubitekerezotv6055 4 жыл бұрын
Aruhuke mu mahoro
@bentricks7247
@bentricks7247 4 жыл бұрын
Perezinda wacu ufpuye tutabonanye narifise icifuzo chokuzohura namwe ariko tuzohurira mwijuru imana ikwakire Papa mwiza imana iremeshe umuryango nabarundi nabandi babaye
@aasdfghrehema7204
@aasdfghrehema7204 4 жыл бұрын
Namarira
@davidndaha9607
@davidndaha9607 4 жыл бұрын
Twabuze umugabo wijunja yagwaniye igihugu
@GggGg-uh5ir
@GggGg-uh5ir 4 жыл бұрын
Nukuri nubu sindavyemera kuko nukuri ndatuntuye cane
@jeanboscondacayisaba4820
@jeanboscondacayisaba4820 4 жыл бұрын
Mukwandika ,uzozenushirako SE
@cleosaferista4255
@cleosaferista4255 4 жыл бұрын
Nk'umurundi, ndashimiye cane abaririmvyi bacu berekanye umutima w'URUKUNDO n'UBUMWE. R.I.P Président Pierre NKURUNZIZA🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@Gymlifeforever922
@Gymlifeforever922 4 жыл бұрын
Yoo mbega ibintu sat-b yambaye weee 🤔🤔🤔
@marietheresenyandwi8671
@marietheresenyandwi8671 Жыл бұрын
RIP 🇧🇮😭😭
@eastafricanchanals7266
@eastafricanchanals7266 4 жыл бұрын
From allah we belong and to him is final return so repent befor you day comes
@amryhatungimana1018
@amryhatungimana1018 4 жыл бұрын
Amanda uraberew wambayeneza
@alisal1755
@alisal1755 4 жыл бұрын
Renine ndakubonye narinkukumbuye wangu mukomeze kwihangana natwe turihangana!🇸🇦🙆🙆🤕🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏
@ndikumasabodiegovevo9091
@ndikumasabodiegovevo9091 4 жыл бұрын
Dj pro ntazi nicamujany
@kamaloobed411
@kamaloobed411 4 жыл бұрын
Ndikumasabo Diego ndabira iryo bara
@putinsfans3445
@putinsfans3445 4 жыл бұрын
Merci kukiganiro ciza.kimwe gusa Hariho abaterekanye.ingendo nziza mukunamira SE Nkurunziza.kwifata mumifuko?Bad image
@ntirampebapascal8222
@ntirampebapascal8222 4 жыл бұрын
Mwagize neza ncuti zanje. Ariko Natacha sindamubona?
@user-bm2lm1dt1l
@user-bm2lm1dt1l 4 жыл бұрын
Nukwihangana ntakundi
@alisal1755
@alisal1755 4 жыл бұрын
Nisha arimukuvyara nzokwaramira nisha
@wisemanfromzerotohero970
@wisemanfromzerotohero970 4 жыл бұрын
Fizzo yatumaramaje aba fans biwe
@nzeyimanaanassi3585
@nzeyimanaanassi3585 4 жыл бұрын
Hahahhhh bikumiriy ntanumw yaserutse bantu bwoy.ntanakimw banditse nokurubug kuvyo yakoze
@arakazakinglight4253
@arakazakinglight4253 4 жыл бұрын
Azoza na bantu boy label
@arakazakinglight4253
@arakazakinglight4253 4 жыл бұрын
Aho abaririmba ni sat na master gusa ,ikirenga ngaho n urusaku
@jojonostress486
@jojonostress486 4 жыл бұрын
Bikurikirane kuri Black TV team bantubwoy na Natacha bahuriyeho ngaho nyene
@carmellacanniecarnieizigir4081
@carmellacanniecarnieizigir4081 4 жыл бұрын
Birababj
@nadinenahimana7577
@nadinenahimana7577 4 жыл бұрын
I am here for Amanda. Waberewe cane. Sindakuronka kuri IG ariko.
@user-fs4nh4em1w
@user-fs4nh4em1w 4 жыл бұрын
Imana imwakire gus ngizo arambabaje benakidumu kuk twarituzikobitanga imbere
@user-fs4nh4em1w
@user-fs4nh4em1w 4 жыл бұрын
Lolilo yavyitwayemwo neza
@padondaize9771
@padondaize9771 4 жыл бұрын
Kimwe ndabashimiye ariko kubakoresheje igiswahiri sivyiza mumwanya nkuyu ikindi ndasavye fizzo azosigure aho yari nkumuntu twari twiteze eka na kidumu
@axelterimbere4044
@axelterimbere4044 4 жыл бұрын
Sat-b iryo zuba ntaryo yumva
@luckynile1264
@luckynile1264 4 жыл бұрын
We amanda ivyugumushaka ko vyononekara nibiki?Imana yaremye uburundi nababubamwo irababona!ico kibazo wabajije je canshishe!?ngwibintu bizokononekara canke!??ntasoni!?wabuzibindubaza!?
@user-mb8kn1tb8h
@user-mb8kn1tb8h 4 жыл бұрын
, 😭😭😭😭😭😭😭
@hoptalentzhpz8817
@hoptalentzhpz8817 4 жыл бұрын
Nnj kuva apfuy sindonk itiro kwl
@allahakbar6498
@allahakbar6498 4 жыл бұрын
Acha unafiki
@thegreatwise3280
@thegreatwise3280 4 жыл бұрын
SAT B WISHURA NEZA ARIKO IMBERE YA PRESIDENCE NOMUBIHE NKIBI NTIWARIKWIFATA MUMIFUKO MURI INTERVIEW
@user-os9ul5iu5y
@user-os9ul5iu5y 4 жыл бұрын
Kwifata mumifuko ntacovyica kk umuntu acabugufi mumutima
@grandprime7677
@grandprime7677 4 жыл бұрын
Nikweri arasinziriye kbs naho tutavuga turazi yuko umusi numusi tuzosubira kumubon
Mohammad bin Salman: Prince With Two Faces
54:00
Show Me the World
Рет қаралды 6 МЛН
SCHOOLBOY. Мама флексит 🫣👩🏻
00:41
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 6 МЛН
王子原来是假正经#艾莎
00:39
在逃的公主
Рет қаралды 26 МЛН
小丑和白天使的比试。#天使 #小丑 #超人不会飞
00:51
超人不会飞
Рет қаралды 35 МЛН
АЗАРТНИК 4 |СЕЗОН 1 Серия
40:47
Inter Production
Рет қаралды 1,2 МЛН
DE PINOCHET À MACRON : 50 NUANCES DE COUPS D'ÉTAT
19:27
BLAST, Le souffle de l'info
Рет қаралды 188 М.
سورة البقرة كاملة لطرد الشياطين من منزلك وجلب البركه باذن الله surat albaqra
3:59:57
Think Fast, Talk Smart: Communication Techniques
58:20
Stanford Graduate School of Business
Рет қаралды 40 МЛН
SCHOOLBOY. Мама флексит 🫣👩🏻
00:41
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 6 МЛН