🙈 Ukuri ku ndirimbo "Tiro ry'inka"

  Рет қаралды 49,676

Magazine Jimbere

Magazine Jimbere

Күн бұрын

🤔 Kuki ugarutse mu Burundi?
👀 Ni nde muririmvyi w'ubu ubona ko mworirimbana?
🤪 Bimwe mu bibazo Bahaga yishuye muri aka ka videwo.
Inyishu ziwe ... 🙈😂🙆🏽‍♂️😉 ... Irabire please😂

Пікірлер: 114
@malixfouine1997
@malixfouine1997 3 жыл бұрын
Uyo mujama ndamwemera birenze walhai gonga like kuba mukunda bahaga
@elifasinimpagaritse7902
@elifasinimpagaritse7902 3 жыл бұрын
Uyo mutama umwita umujama Afite imyaka nkiya sogokuru wawe
@YvesKAMIBURUNDI
@YvesKAMIBURUNDI 3 жыл бұрын
Love from Johannesburg 🤩 Ikiganiro ciza cane #Jimbere Birankozeko cane kwumva une Légende nka #BAHAGA ashima ibikorwa nkora Biratanga inguvu zo kugera kure💪
@JamesMasengo-j6m
@JamesMasengo-j6m 2 ай бұрын
Ndi Umunyarwanda wavukiye i Burundi. Nakuze numva Bahaga. Ndishimye kumubona. Imana imuhe imugisha kuko yaradufashije cyane mu ndirimbo ze
@manmahuna1160
@manmahuna1160 3 жыл бұрын
Great song, great man. Les crises politik zaduhombej vyinshi.....cet homme a du talent
@fabricesemahoro2360
@fabricesemahoro2360 3 жыл бұрын
The legend is honest (son art de parler est aussi un talent incroyable) welcome home Our legend
@inkogototv2243
@inkogototv2243 3 жыл бұрын
Bahaga ndagukunda cyane nkunda indirimbo zawe uri umuhanga Uri n'a mixa cyane sinarinziko ukibaho Imana igume ikurindi from Rwanda
@ziremakwinshinyabarongo8433
@ziremakwinshinyabarongo8433 3 жыл бұрын
Ndi umunyarwanda.Nkunda Bahaga cyane kimwe na Matata.Twarabyine biratinda peee.Ndagushimye cyane bwana Bahaga.
@sungraciella2308
@sungraciella2308 3 жыл бұрын
❤️❤️❤️ Imana ni nziza kubona akiriho ,
@totojean9246
@totojean9246 3 жыл бұрын
Umuziki ndundi", it's bad kirundi, wow. "imitigiri" . it reminded me my time at CSE, but still need more explication on that grammatical rule. thks Bahaga
@gertrudehicuburundi7093
@gertrudehicuburundi7093 3 жыл бұрын
Yasa n' irenga Yari Itiro ry' Inka. Quelle belle langue, qu'on va bientôt nous dépouiller! Réveillons nous femmes d'Afrique !!!!!!
@mutabazimichael8404
@mutabazimichael8404 2 жыл бұрын
Et les hommes aussi 😉😉
@kabezajoachim6689
@kabezajoachim6689 3 жыл бұрын
Wow Bahaga 👏👏👏👏Nemera cyane umuziki we kuva mu Rwanda Much Respect From #kajoguitar 🎸🎸🎸 Kanda👆👆hano urabona indirimbo nakoze
@luendosabah2047
@luendosabah2047 3 жыл бұрын
Bahaga nakukumbuka weye na orcheste ingeri, Mihigo,Jean paul,eugene ,heli,Chou Chou, nabengine bengine
@ziremakwinshinyabarongo8433
@ziremakwinshinyabarongo8433 3 жыл бұрын
Uri simple modeste posé intelligent passionné et surtout très aimable.
@vivantjournalist
@vivantjournalist 3 жыл бұрын
ego vrema,il est legende et exemplaire,niyubahwe
@alberickadomo6132
@alberickadomo6132 3 жыл бұрын
Ooh bahaga .nukuri ibiganiro utanga biraryoshe. Icyiza cyokuba umuhanzi en tant que litteraire linguiste uretse indirimbo zawe zanditse muburyo litteraire nikiganiro utanga kirandyohera kuko kirigisha l'ethic d'un artiste. Murakoze cyane grand frere.
@Vision2300
@Vision2300 3 жыл бұрын
urakoze muriyi myaka yose waduhaye, uri umuhanzi ukomeye kbs
@backindays1959
@backindays1959 Жыл бұрын
Legend BAHAGA❤ much respect!
@hatungimanafoundationfororgani
@hatungimanafoundationfororgani 3 жыл бұрын
Babwire basubire kwiga ikirundi 🤣 big up sekuru respect 🙏
@fabricesemahoro2360
@fabricesemahoro2360 3 жыл бұрын
Uziko birya bintu avuze arivyo
@kersykaze4073
@kersykaze4073 Жыл бұрын
Ndasavye🙏 nibakumve basubire kunonosora ikirundi😅...
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 3 жыл бұрын
il est très intelligent pas de doute ko yize kuri saint esprit,ndamwumvanye ubwenge bwinshi
@iamchildofgod997
@iamchildofgod997 3 жыл бұрын
Bons conseils et bien dit Bahaga(Umuziki w’ikirundi,Umuziki murundi,Indirimbo ndundi,Inkoko ndundi) ✅✅✅.Not Umuziki ndundi
@aheza257
@aheza257 3 жыл бұрын
Voilà ce qu'on appelle le professionnel 👍👍 Sagamba
@osiasnivyayo3249
@osiasnivyayo3249 3 жыл бұрын
Ahubwo abanyamuziki bose bakwiye kurarikana bamurondere abigishe gushasha. Bamwe biyita abami b'umuziki ,muraraba neza ntimube mwarihenze mukwiha ayo mazina.
@fayfamous6032
@fayfamous6032 3 жыл бұрын
Welcome legend. Turiteze ihinduka m'umuziki w'ikirundi hamwe nubufatanya bwawe. Komera kwibanga musaza.
@VyukadusengeSandrine-pt6fr
@VyukadusengeSandrine-pt6fr Жыл бұрын
Vyiza cane kukubona uravuga neza
@josianenagito6072
@josianenagito6072 2 жыл бұрын
Bahaga Abahaga Ibuhimyuza Urikukiye Portugal a Lisbon , Maide seekers ! College Saint Esprit ! Saint Michell !
@RaphaëlBikorimana
@RaphaëlBikorimana 6 ай бұрын
ndakwemera cane cane cane cane
@christophemuhigira4679
@christophemuhigira4679 9 ай бұрын
Frangin...namiye niko Muhaga....je pense que notre Génération yari des Bahaga!
@ProsperBurikukiye
@ProsperBurikukiye 6 ай бұрын
caaane christof, imisi myinshi
@malicksag466
@malicksag466 3 жыл бұрын
Légende 🇧🇮❤️🔥🔥👌👌👌
@joelmuhizihakizimana2500
@joelmuhizihakizimana2500 Жыл бұрын
Biraryoshe kw’umviriza umuririmvyi yaturemye tukiri bato m’uburundi imbere ya Exil…indirimbo zagumye mu mitima zacu murakoze 🎶🇧🇮
@hejuru_cane
@hejuru_cane 3 жыл бұрын
Tiro ry'inka? cank Yasa n'irirenga?
@irambonaaime4843
@irambonaaime4843 3 жыл бұрын
uyoniw muri legend kabisa
@safarieric1995
@safarieric1995 Жыл бұрын
He is inspiration to many. ❤
@UwimanaShamilla
@UwimanaShamilla 3 ай бұрын
Vyoza cane turagukunda❤❤❤❤
@tinyathierry8363
@tinyathierry8363 3 жыл бұрын
Hahahahaha....nukuri ndakwemeye umuziki #ndundi uku nukwiba amajambo yiki nyarwanda hahaha umuziki #nyarwanda... Komeraa cane musaza
@jahson460
@jahson460 3 жыл бұрын
Mon Dieu, quel franc parlé... 👏🏼M👏🏼E👏🏼R👏🏼C👏🏼I👏🏼 👏🏼B👏🏼A👏🏼H👏🏼A👏🏼G👏🏼A👏🏼
@mr_ingabire
@mr_ingabire 3 жыл бұрын
Interview iryoshe cane gusa nagumye nshaka kubona coiffure yiwe😅
@irchris
@irchris 3 жыл бұрын
The Legend
@christiansindayigaya9927
@christiansindayigaya9927 3 ай бұрын
Gukoresha amajambo yukuri,ikirundi ciza! Nivyo kabisa
@yvesndayizeye4976
@yvesndayizeye4976 3 жыл бұрын
Legend bahaga mbega arubatse?
@bullarbdi7969
@bullarbdi7969 3 жыл бұрын
Un très beau sourire...kandi ntasaza
@husseinnzeyimana9212
@husseinnzeyimana9212 3 жыл бұрын
Nshaka mbaze,mbe bahaga azogira concert ryari kandi ni hehe?
@piscoo5814
@piscoo5814 3 жыл бұрын
Ng umuziki ndundi,,,muze musubire😃😃
@irakozeingridhortense1166
@irakozeingridhortense1166 3 жыл бұрын
Murakoze cane kutuzanira uyu muntu.
@sandraiyizire1493
@sandraiyizire1493 3 жыл бұрын
😂😂😂ndakunze ingene avugisha ukuri ❤️❤️❤️❤️
@Elvismigogo
@Elvismigogo 19 күн бұрын
Uyu m vieux ndakunz answer ziwe wallh
@ezesperadokuzmansongy5333
@ezesperadokuzmansongy5333 3 жыл бұрын
this man is my inspiration
@josianenagito6072
@josianenagito6072 2 жыл бұрын
Sobanura mission ulimo ! Irenana na Dawa! Umuti/ Portugal / Ufitanye isanonni abagande ?
@musarerosinepoetry8882
@musarerosinepoetry8882 3 жыл бұрын
Ntuye I Rwanda ariko nkunda Bahaga
@Klaudius-lt8gp
@Klaudius-lt8gp Жыл бұрын
Natangiye kumva yasa nirirenga nkiri umwana muri 93&94 ariko sinarinzi uko yitwa namaze imyaka myinshi nshaka izina ryayo muri 2014 nibwo narimenye ndibwiwe umuntu wakuriye i Bujumbura
@alphonsegahongayire9450
@alphonsegahongayire9450 3 жыл бұрын
Umurundi mwiza🙏❤️
@ndikubwayoshafi6787
@ndikubwayoshafi6787 3 жыл бұрын
Bahaga numuririmvyi akomeye cane
@__KANZIZA
@__KANZIZA 2 жыл бұрын
Just woow🥺🥳🥳
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 3 жыл бұрын
Umuziki ndundi Inyitangizo( Ingereka igira inyitangizo isa n'iyizina igeretsweko.) Inka ndundi (n)->(n) Umuziki ndundi m/n--->(n)
@mutanganashowtime3699
@mutanganashowtime3699 10 ай бұрын
Bahaga mwenyewe yasubiragamo indirimbo zacu abanyarwanda mwaranjyiza mugasakuza mwebwe barundi ntasoni
@fredngabo6915
@fredngabo6915 3 жыл бұрын
Kaze Bahaga mu gihugu cawe camavukiro ugarukire akanovera kumukizi w'Uburundi katitutse. Turakumbuye cane gusubira kwumva indirimbo zifise insiguro nka zimwe zanyu 👊
@mdmn8160
@mdmn8160 Жыл бұрын
👏 urakosoye kabisa nta muziki ndundi ubaho 🤣
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 3 жыл бұрын
💖 Bien dit 🎩
@paroledepaix1
@paroledepaix1 3 жыл бұрын
ikiganiro ciza cane cemeza Bahaga nk'umuhinga atagiye ahindagurika
@ziremakwinshinyabarongo8433
@ziremakwinshinyabarongo8433 3 жыл бұрын
Nibyiza kugaruka imuhira.Uri umugabo dukunda twe abanyarwanda ba kera tukuzi
@davyjordan3178
@davyjordan3178 3 жыл бұрын
Grd artiste
@ndayihimbazejoel4241
@ndayihimbazejoel4241 3 жыл бұрын
Legend
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 3 жыл бұрын
Nagira Umwami yahaye imbibe Uburundi ni Ntare Rugamba🤔?? Baraduhenze none?
@dieudonnemugirangabo8174
@dieudonnemugirangabo8174 Жыл бұрын
Ukuri nkeneye kuri bahaga nikundirimbo yasanirirenga ivugango abatware nibobamujanye abobatware biba umukunzi wumuntu bitwaje ubutware nigikenye yashatse kuvuga baribande? Ivyonikibazo nkeneye kwishurwa nimbatacovyokwica kubwabobatware bambura banyarucari batubwire muzobamukoze😭🤦🤭🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@osiasnivyayo3249
@osiasnivyayo3249 3 жыл бұрын
Uguca bugufi kw'uyu musaza kubabere akarorero,ivyo kwiyita abami mubihagarike kuko navyo birica akanovera
@ziremakwinshinyabarongo8433
@ziremakwinshinyabarongo8433 3 жыл бұрын
Ba king ni bariya ba Bahaga ba Matata ba Soso Mado... Nyamara bicishije bugufi cyane.
@GG-ni1zj
@GG-ni1zj 3 жыл бұрын
ha haaa nanje vyaranyobeye iyo bavuze umuziki ndundi imiziki ndundi vyopfuma
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 3 жыл бұрын
Uze uheraheze mu muziki urawushoboye
@gertrudehicuburundi7093
@gertrudehicuburundi7093 3 жыл бұрын
Il y a l' Avenir en Afrique. Regardez LOIN.
@kananisarafe8582
@kananisarafe8582 3 жыл бұрын
Benshi nkabaririmvyi nibakwigireko,hanyuma urumurundi kuko uvugaga ikirundi ,ikirundi numuco wikirundi. None uhava usubira mu Ubudage?canke?
@sergendihokubwayo789
@sergendihokubwayo789 3 жыл бұрын
Turabakunda cane abaririmvyi ba kera.
@bizimanadia6377
@bizimanadia6377 3 жыл бұрын
Nibakorane na Nziza desire bose naba Legendary
@gyooogaaa8922
@gyooogaaa8922 3 жыл бұрын
Désire ntiboj hamw na Bahaga
@irakozeyves1781
@irakozeyves1781 3 жыл бұрын
Muhugure muhugure .
@inezruzunga
@inezruzunga 3 жыл бұрын
Ngumuziki ndundi🙆🏽‍♀️😂😂😂ese ingene icokijambo kibish kumva
@Amafaranga300
@Amafaranga300 3 жыл бұрын
Ndi umunyarwanda ariko nakuze numviriza iyi ndirimbo ya Bahaga. Ndayikunda cane nkunda kuyiririmba byibuze rimwe mu cyumweru
@alikafrankis7383
@alikafrankis7383 3 жыл бұрын
Icyumweru niki ? From buja
@Amafaranga300
@Amafaranga300 3 жыл бұрын
@@alikafrankis7383 ni week! How is abuja?
@egidenderagakura3914
@egidenderagakura3914 3 жыл бұрын
Respect Mr Prosper
@gyooogaaa8922
@gyooogaaa8922 3 жыл бұрын
Ijamb rizima Bahaga ati:Nibige kwandik ibintu biramba,ba Natacha ba Oleg mubon indirimbo zanyu ubon ninyum yumwaka ib icibukwa????
@ruginaolympe5587
@ruginaolympe5587 3 жыл бұрын
Ufise iciyumviro ciza co kwigisha umuziki abakiri bato.
@irakozeghyslaine8311
@irakozeghyslaine8311 3 жыл бұрын
Asha les chanteurs burundais muravuzwe ni mugende😭😭😭😭
@mzeeclaud
@mzeeclaud 2 жыл бұрын
Agahogo k'Iwacu...
@uwasevalantine9206
@uwasevalantine9206 3 жыл бұрын
Bahaha garuka mumuziki vuba bwango indirimbo zawe ntizihera aka novera
@back4god690
@back4god690 3 жыл бұрын
Big up ma bro
@kwakundi257
@kwakundi257 3 жыл бұрын
12:22 "Umuntu yarikuba umubaji acaja mumuziki kugira bamukomere amashi" iki kintu kirakomeye :" umuntu areka gukora ivyashoboye akaza muvyo adashoboye "" hehehehe NUYUHE MURIRIMVYI AKUJE MUMUTWE W UMVISE AYA MAJAMBO.?
@aheza257
@aheza257 3 жыл бұрын
Umuziki ndundi😂😂😂🤣🤣😂🤣❌❌❌❌❌❌🔇🚫🚫❌❌‼️⁉️📵🔞🔞🔞 arabihakanye❌❌❌❌😂😂😂😂😂😂 babe biga ikirundi
@bellangeira2233
@bellangeira2233 3 жыл бұрын
Egooo uvugisha ukuri mutama.
@guyarsene3178
@guyarsene3178 3 жыл бұрын
Wubahwe mutama uvuz ukur kwinshiii kuk abaririmvy bub baririmb indirimb zumwak umw
@agndalsanga3375
@agndalsanga3375 3 жыл бұрын
👏👏👏
@benimuciro487
@benimuciro487 3 жыл бұрын
Ngo witwa ngwiki
@venantvyizacaneniragira1211
@venantvyizacaneniragira1211 3 жыл бұрын
Ikiganiro ciza Mutama
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 3 жыл бұрын
None" Bahaga" ni umututsi canke ni umuhutu?
@زهرغنيه
@زهرغنيه 2 жыл бұрын
Bahaga ni umuntu
@Elvismigogo
@Elvismigogo 19 күн бұрын
😂
@bigirimanaolivier6190
@bigirimanaolivier6190 3 жыл бұрын
😍😍
@clovisahishakiye2021
@clovisahishakiye2021 3 жыл бұрын
Umuzikí ndùúndi* #inkébuzo 🤭
@officialk-nellaa_kim8101
@officialk-nellaa_kim8101 3 жыл бұрын
Ivyo yavyanse 😂😂 vyimiziki ndundi 🙈
@15centerckz60
@15centerckz60 2 жыл бұрын
Egosha akaranga
@kizungugabriel3942
@kizungugabriel3942 2 жыл бұрын
Umu diaspora yiyuibaha yama yicisha bugufi.
@gertrudehicuburundi7093
@gertrudehicuburundi7093 3 жыл бұрын
N'uko vyagenze. N'uko tubakunda!
@koricizabolard2128
@koricizabolard2128 3 жыл бұрын
Komera mutaaa
@zacksmazaba1185
@zacksmazaba1185 3 жыл бұрын
Bahaga garuka ugarukire umuziki w'ikirundi .kaze iwanyu baguhe icubahiro cinararibonye. Jimbere magazine muduha ikiganiro gifise intumbero Ubu image ziboneka zitera à petit kurab ikiganiro kigahera mugerageze muhanure ayandi ma shosho TV média nka vyose yongaho iwacu Babokora nka bosting kugir baboneke bagaragare image bakguma bayirukanza ntihume hamwe imena amaso jew ntakiganir nakimwe c'iwacu Kure ça jimbere ndabona ng mpeze n'agir ibiganiro ukayobegwa kwaririgara bariko comedy. Nakajagari mubahanure . namajambo Nino bavuga vyinshi gusumvya umutumire hageretseko umutumire ntantumber bamuha nabi ntayobiha babaza ibibazo bidateguye . nurudubi gusa kandi biratubabaza kuba tudashobora gukurikirana ivy'iwacu .merciiiiii muterimbere jimbere magazine.
@blaiseburikukiye7445
@blaiseburikukiye7445 3 жыл бұрын
Babwire ati umuziki ndundi ama copie coller yaba nyarwanda
@claudettekhamikazi1119
@claudettekhamikazi1119 3 жыл бұрын
Copie ya ba Nyamushiha changwa???????😬🤡👹👺💩👾🤖
@elogeruhimbasa8667
@elogeruhimbasa8667 3 жыл бұрын
Bakoresha amajambo ya banyarwanda umuziki ndundi fake bongo fleva buja fleva no no no let be unique
@The_groove-poppa
@The_groove-poppa 3 жыл бұрын
🔞🔞Umva amajwi y’umugore ugiye kurangiza ,uko banyaza igitsina gore🔞🔞 @
@musarerosinepoetry8882
@musarerosinepoetry8882 3 жыл бұрын
Ntuye I Rwanda ariko nkunda Bahaga
Bahaga (full performance) in Burundi Bwacu Festival Edition 1
29:40
Inside Out 2: ENVY & DISGUST STOLE JOY's DRINKS!!
00:32
AnythingAlexia
Рет қаралды 14 МЛН
How Strong is Tin Foil? 💪
00:26
Preston
Рет қаралды 142 МЛН
Muvyeyi wanyibarutse
3:28
Aime Lynn
Рет қаралды 48 М.
Bahaga - yasa n'irirenga_0001.wmv
5:19
madmakova Paragarama
Рет қаралды 736 М.
Inside Out 2: ENVY & DISGUST STOLE JOY's DRINKS!!
00:32
AnythingAlexia
Рет қаралды 14 МЛН