Ukwiyandikisha mu matora, itegeko canke uburenganzira?

  Рет қаралды 1,586

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

Пікірлер: 17
@AlexandrineNigoboka
@AlexandrineNigoboka 2 күн бұрын
Les propos sont vraiment intéressants!!!
@emilebigirindavyi254
@emilebigirindavyi254 2 күн бұрын
Bashatse bacabagorobeza bararitora
@itangishashakaphilbert7708
@itangishashakaphilbert7708 2 күн бұрын
Nibarek kwiyandikisha twebwe twarahejeje kwiyandikisha knd tuzoguma twatoye knd cane tuvyishimiye
@KennoKanse
@KennoKanse 2 күн бұрын
N'ugushiraho programme yo gutanga 3kg de riz et 3kg de maïs kumuntu arangije gutora. Erega hatora mu nda.😂😂😂😂😂🤗🤗🤗.
@hatungimanafoundationfororgani
@hatungimanafoundationfororgani 2 күн бұрын
Abamaze gukubagurwa bazitwara hehe? Canke ni bimwe vyo kuribwa ninzoka ukitwara kw isaro😢
@GatagariRubano
@GatagariRubano Күн бұрын
Nonese na diaspora muxofuha ayo mahirwe ngo twitorere inzego zaho tuvuka?
@elysendizeye716
@elysendizeye716 Күн бұрын
Gutora ni uburenganzira si itegeko rero umuntu ubona atakintu kiboneka ariko arakugezako biratuma ubona ko kumutora no kureka aricokimwe rero abarundi burya si ibijuju
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 2 күн бұрын
ahubwo wase kwiyandikisha ukwiye gukubitwa inkoni
@sese667
@sese667 2 күн бұрын
Kw'iyandikisha rero ni ku nguvu ??
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 2 күн бұрын
@sese667 nikungumvu nyene udashaka uba ugararije ucuja mugihugu iyorwitaha apana muburundi
@sese667
@sese667 2 күн бұрын
@bizomenyimanaelias5455 Demokarasi ntaco ikibabwiye mwebwe ?? Kw'iyandikisha n'uburenganzira si itegeko !
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 2 күн бұрын
@@sese667 ntakamaro kademocratie kumunyafrika kuko siyacu niyabazungu ivyo bituma abantu benshi bitwara nkimpene zomuci batubaha abaganza
@sese667
@sese667 2 күн бұрын
@bizomenyimanaelias5455 Ndakwibutsa ko ata tegeko narimwe ryo mu Burundi, yaba Ibwirizwa Shingiro (constitution), yaba itegeko rigenga amatora, nta na rimwe rivuga ko gutora ari itegeko ! Gutora ni uburenganzira si itegeko ! Nta muntu n'umwe afise uburenganzira bwo guhaharika uwundi ngo n'uko atitavye amatora !
@nsabimanaeric3006
@nsabimanaeric3006 2 күн бұрын
Ikibazo jewe sindacumva aho,none n igiki cabujije Abarundi kwitabira amatora?ico nico kibazo conyn
@sese667
@sese667 2 күн бұрын
Ubundi bwo ayo "matora" azomarira iki Abarundi ? Kwivyo CENI na système CNDD-FDD iyitegeka, bafuruguta bamaze kubifuruguta ... Ayo mahera aja muvyitwa "amatora" ariko apfa ubusa ...
Ubu nubwo butare burunze mu gihugu c'Uburundi
38:03
Indundi TV
Рет қаралды 970
Я сделала самое маленькое в мире мороженое!
00:43
Когда отец одевает ребёнка @JaySharon
00:16
История одного вокалиста
Рет қаралды 17 МЛН
🕊️Valera🕊️
00:34
DO$HIK
Рет қаралды 17 МЛН
小蚂蚁会选到什么呢!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:47
火影忍者一家
Рет қаралды 127 МЛН
Я сделала самое маленькое в мире мороженое!
00:43