IMBURI KUBA KRISTO BABA GORE NABAKOBWA//UBWAKABIRI KUBA PATIRI NABA SHEHE NABA PASITORI//BIRABABAJE

  Рет қаралды 5,350

UMUCO WERA TV

UMUCO WERA TV

Күн бұрын

Пікірлер: 34
@AnesieHAFASHIMANA
@AnesieHAFASHIMANA Күн бұрын
AMEN lmana yarakoze kutwibira akabanga.
@JeaneBUTOYI
@JeaneBUTOYI 16 сағат бұрын
Ameni.yesu NASHIMWE kuri mesaje ikomeye
@FaziliKaneza
@FaziliKaneza Күн бұрын
Amen cane Imana idushoboze cane
@TagataIrankunda
@TagataIrankunda Күн бұрын
Imana itubabarire cane
@IzabayoMartha
@IzabayoMartha 2 күн бұрын
Ibyuvuga nukuri Yesu adushoboze cyane ❤❤❤❤
@FestonHavyarimana-qy5pm
@FestonHavyarimana-qy5pm Күн бұрын
Murakoze muhezagirwe amen amen amen
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Күн бұрын
Amen
@KezimanaFifi-m3v
@KezimanaFifi-m3v 2 күн бұрын
Yesu nashimwe Yesu arakora
@SafiEsperance
@SafiEsperance 2 күн бұрын
Amen🙏 muhezagirwe cane bakozi b’Imana!!!
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 2 күн бұрын
Amen
@MelchisedekHatungimana
@MelchisedekHatungimana Күн бұрын
Amen
@EmelyneNsengiyumva
@EmelyneNsengiyumva Күн бұрын
IMANA itugwanirire cane kandi itwongere inkomezi tumenye iyo tuja kwariheza gusumba ngaha turi kandi umukozi w'Imana nuwujejwe ibibiganiro IMANA ibahezagire
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Күн бұрын
Ameeeen
@NintunzeOdetta
@NintunzeOdetta 2 күн бұрын
urakoze cane muvyeyi kutuburira
@TuyisabePascaline-d7h
@TuyisabePascaline-d7h 2 күн бұрын
Imana ikongere umugisha uko nkuri kuzuye
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 2 күн бұрын
Umugisha mwinshi 🧡
@IngabireChristaBella
@IngabireChristaBella Күн бұрын
❤❤
@niyoyankunzekamariza5631
@niyoyankunzekamariza5631 2 күн бұрын
Imana idufashe
@sabimanamwamini5073
@sabimanamwamini5073 2 күн бұрын
Amen amen
@ukuntusataniarigukora.8482
@ukuntusataniarigukora.8482 2 күн бұрын
Murakoze cane kubutumwa bwiza muduhaye Yesu Kristo abahezagire. Jewe rero nagomba kubaza uwomuntu yatumwe kubwira abantu, ko haramashengero menshi tutorinda kudondora arongowe nabakenyezi kandi nibo bambere batanga akarorero kimishatsi itariyabo basiga iminwa, barimonora, rimwe narimwe nabambara amapantaro, abandi ninzāra baba bazifise none ko baboneka ko bakorera Imana none boba nabo batazogira amahirwe? Canke uwakwereka ivyo ntaco yavuze kubantu babapasiteri babagore bakora ivyo none ntibakorera Imana? Murakoze karakabazo kanje muhezagirwe.
@DevotteMajambere
@DevotteMajambere 2 күн бұрын
Nibaze batwishure
@alicetuyishimire5181
@alicetuyishimire5181 2 күн бұрын
Uziko inzira ijyana abantu kurimbuka ari ngari kandi irimo abantu benshi naho ijyana abantu mu ijuru ifunganye kandi irimo bake.
@christella5092
@christella5092 Күн бұрын
Iciza wokwisomera Bible niho inyishu yivyobibazo vyawe biri iga gusoma Bible ,usenge,uhamagare mpwemu Yera inyishu irimwo uzomenya icogukora naho kuraba ngo barunaka nabarunaka ntamucamanza ahari hano wokukwereka ivyiza vyabandi nibibi vyabo yewe ntanuwo ugomba kuribirako ariko Bible yonyene ishobora kukubera igisubizo civyobibazo wibaza vyose naho hano umwe wese arakwishura uko uvyumva maze ucanganikirwe
@martinangabonziza7877
@martinangabonziza7877 2 күн бұрын
Amen!
@SoniaKwizera
@SoniaKwizera 12 сағат бұрын
Mbega ibitambara vyo mumutwe,nukutisiga nibindi vyinshi nivyo bizobuza umuntu ijuru?Wanashaka abatabigira nibo benshi bakora ibitaroranye .Binyegeza mubitambara namajipo maremare muga ivyo bakora ni danger nimitima mibi irenze.Ugasanga abayimbarira ayo pantalons ,bisize, ugasanga bakorera IMANA numutima umwe ataburyarya. IMANA iraba umutima nibikorwa ,ivyo bindi vyukwisiga nibindi tuzobisiga mwisi ivyo ntibija mwijuru.
@ConstanceNdabarushimana
@ConstanceNdabarushimana Күн бұрын
Amahoro Can bene data bo kumuco wera TV,muhezagirwe Can kubutumwa muduha
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Күн бұрын
Ameeeen
@LightDunianzima
@LightDunianzima 16 сағат бұрын
Nukuri ivyo bintu nivyo kuko najew Imana yaciye mumuhanuzi wayo irabimbwira ngo sinzigere mpindura ikintu nakimwe kumubiri wanje ngo nicokintu Imana inkundira ngo ninaramuka ndabikoze jew nayo tuzoba dutandukanye.nukuri Imana idufashe idutabare kubidushoboza .
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 14 сағат бұрын
Amen
@SoniaKwizera
@SoniaKwizera 12 сағат бұрын
IMANA ntibibuza bose kandi irinze ikubuza ibifise impamvu zayo.Rero abantu kubera ukutamenya baca bashaka gutanga message bahawe bakayigira ya bose kandi iba ariyumuntu umwe.
@AnnociatteNiyimbabazi
@AnnociatteNiyimbabazi Күн бұрын
Ikonukuri.turibesh.ngoturiko dukorer imana kumbeturibesh kl imaniturengere kuko hazojay abarigenewe.😢😢
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Күн бұрын
Hezagirwa 🧡
@TuyisabePascaline-d7h
@TuyisabePascaline-d7h 2 күн бұрын
Nukuri mukozi wimana imana yaturemye neza naje iyo mesaje n
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 2 күн бұрын
Uyitange🧡
If people acted like cats 🙀😹 LeoNata family #shorts
00:22
LeoNata Family
Рет қаралды 32 МЛН
How many people are in the changing room? #devil #lilith #funny #shorts
00:39
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 30/11/2024 par Chris NDIKUMANA
36:51
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 18 М.
AI MANA Y'UKURI by Claudine GIRAMAHORO Ep.16 .Tel: 0788717557
8:04
Giramahoro Claudine Official
Рет қаралды 10 М.
DIABETE: IBIRIBWA 10 BITAZAMURA ISUKARI! Byiteho UYIRINDE, UYIRWANYE!
11:26
Nutri-MediPlus (Nutritionist Leah)
Рет қаралды 10 М.
Filime ya Yosuwa n'Inkike z' I Yeriko Mu kinyarwanda
1:00:00
BIBILIYA TV
Рет қаралды 127 М.