Umuhindi avuga ikirundi😍/kuri wawundi yatema umwana i Ngozi/narasavye umukuru w’igihugu ubwenegihu

  Рет қаралды 134,351

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

#sirenvibestv

Пікірлер: 417
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Zameer n’umuhindi yavukiye mu Burundi akurira mu Burundi, yatubwiye challenges bagira kubera irangi ry’urukoba rwabo… Yagize ico avuga kuri wa muhinde yakubita umwana i Ngozi akamutema…
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 Жыл бұрын
Hosy ibintu vyokubesha ama titre wallah sivyiza !!! Gusa nzoguma ngufana tu😢
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
@@igirimbabazisania9768 twabeshe kuwuhe murongo?
@Peacell422
@Peacell422 Жыл бұрын
Ohh Hosy il vient de me rappeler mon meilleur ami 😭😭😭 yaba Asiatique ❤❤❤
@sarahndayishimiye613
@sarahndayishimiye613 Жыл бұрын
@@sirenvibestv ngo yatema! Ntabwo yamutemye vrema yamuhonz inyundo niko bavuze
@lysebelyseofficial6091
@lysebelyseofficial6091 Жыл бұрын
@@igirimbabazisania9768 hosy yabeshiki ga mon amie? Uraraba neza kwatari wew vyacanze
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 Жыл бұрын
Ce monsieur est très gentil. Ndamusengera azoronke nationalité Burundaise.
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 Жыл бұрын
Vyiza vraiment sibose bashora kuvuga ikirundi hariho nabarundi 100% ariko kuvuga ikirundi ari ingoran uwo rero yubahwe😍😍
@enockniyubahwe1795
@enockniyubahwe1795 Жыл бұрын
Crions fort pour la nationalité de ce Monsieur !!!
@neemamagayane
@neemamagayane Жыл бұрын
Mi mtanzania lakin ikirundi ndakizi na ndakishima chane nukuri
@ghanimaali1279
@ghanimaali1279 Жыл бұрын
Zameer kamari ninakubali sans m'y unaongea kirundi vizuri vraiment nimekupenda wallah fro burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲🇴🇲
@delphinekamariza6999
@delphinekamariza6999 Жыл бұрын
Ndamukunze!atari bamwe baba bashaka kwigira abanyamahanga! Wamuvugisha akakubwira ko atunva ikirundi.♥️♥️
@niwemugeni
@niwemugeni Жыл бұрын
Hosy akubwiye ko ari muri logistique uca u décida ko akazi kiwe ari gupaga ibintu ☺️bitahuritse ukuntu...bravo pour son intégration(urakwiriye nationalité)et bon succès. À toi aussi Hosy, courage et bon succès!
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Жыл бұрын
None wewe ivya logistique wobisigura gute?
@quennevadina1949
@quennevadina1949 Жыл бұрын
Abo kwa mbappe murihe like ngaha igifransa cubahwe kuva muri Argentine kugeza mubuhinde france hejuru💚💚💚🤣🤣🤣🤣hosy hejuru cn
@alicekanyamboalicekanyambo8178
@alicekanyamboalicekanyambo8178 Жыл бұрын
Waoo uzomugarukane sha ndaryohewe so hossy ako kantuu k kuvug ng n tw dutesa nanj karambabaje
@diananishy8881
@diananishy8881 Жыл бұрын
This is really marvellous ❤,ndumiwe pe aranandusha kuvuga ikirundi😂
@kamalzameer3370
@kamalzameer3370 Жыл бұрын
Urakoze....
@alineciza838
@alineciza838 Жыл бұрын
Numurundi ntiwumvako ariho yavukiye
@evelyneirakoze
@evelyneirakoze Жыл бұрын
@@kamalzameer3370 whao uri umuntu mwiza
@umutoni417
@umutoni417 Жыл бұрын
@@kamalzameer3370 nic
@bazanukuri7503
@bazanukuri7503 Жыл бұрын
Ndakunze ikiganiro cyane visite Burundi nzoza kweli 🇷🇼
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 Жыл бұрын
Karibu cane
@sophietoni7940
@sophietoni7940 Жыл бұрын
Ntuzonsige😂🇷🇼
@michelinemiche442
@michelinemiche442 Жыл бұрын
@@sophietoni7940 muraza ntakibazo
@sophietoni7940
@sophietoni7940 Жыл бұрын
@@michelinemiche442 merciiii ma soeur
@michelinemiche442
@michelinemiche442 Жыл бұрын
Ntakibzo
@leopoldmbarirande1981
@leopoldmbarirande1981 Жыл бұрын
J'ai eu le plaisir de connaître certains membres de la famille Kamal et je me suis fait des amis parmi eux (Bashir et Feroz) il y a 42 ans. C'était des gens d'une gentillesse exceptionnelle. J'aimerai bien avoir de leurs nouvelles.
@angebellaniyonkuru3212
@angebellaniyonkuru3212 Жыл бұрын
Waouh j'adore cette emission😍
@azadfazal4761
@azadfazal4761 Жыл бұрын
Pour demander la naturalisation au Burundi, il faut une demande au Ministère de la Justice. Les conditions sont affichés là bas.
@nyirarukundoclarisse7874
@nyirarukundoclarisse7874 Жыл бұрын
Yeah good ilove you nkunda ibiganiro byanyu
@metrom8009
@metrom8009 Жыл бұрын
Basha nibakiguhe karangamuntu urayikwiye.
@jaypablo
@jaypablo Жыл бұрын
Waouh c'est super vrma ✌️ Hosy kumbee umez uko
@fidesinimahye5376
@fidesinimahye5376 Жыл бұрын
Hinge mbaze ngende kukazi ndagaruka kubaraba hanyuma, ndabikundira Bantu bacu ❤️🇦🇺🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@Nalili5583
@Nalili5583 Жыл бұрын
Ababutanese disi ni nabana beza cyane
@Ramosy-180
@Ramosy-180 4 ай бұрын
Abarundi rwose namwe mutere imbere rwose turabashigikiye rwose nshuti zacu
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 Жыл бұрын
Number one hosy chocolate ndayihabwe plz, siren vibes hejuru gose🔥🔥🔥🔥🔥ikirundi cubahwe
@hosyirakoze
@hosyirakoze Жыл бұрын
Karibuuu😂😍
@innocentniyizonkiza1527
@innocentniyizonkiza1527 Жыл бұрын
Zameel ni handsome man kweliii ManshaAllah
@muscatoman2766
@muscatoman2766 Жыл бұрын
Bigenda gute ubone umuhungu mugenzawe kwarimwiza
@mohmoha4410
@mohmoha4410 Жыл бұрын
Manshallah ikirundiiiiii hjuruuuuuuuuuu🙌🙌🙌
@OmanOman-lb4ey
@OmanOman-lb4ey Жыл бұрын
Ingozi twubahwe
@florida4267
@florida4267 Жыл бұрын
Il s'est très bien intégré dans son pays d'accueil.
@crispintuyishime6483
@crispintuyishime6483 Жыл бұрын
Plutôt de naissance que pays d'accueil
@oseendayi5046
@oseendayi5046 Жыл бұрын
Uzi kwansunvya ikirundi 😂😂😂😂🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇧🇮 I’m so interested to see another person learning kirundi the way he speaks kirundi is like he’s Burundian
@williamjunior257
@williamjunior257 Жыл бұрын
😂😂😂 nukuza tube turakibigisha vrmt
@nadinenizigiyimana2005
@nadinenizigiyimana2005 Жыл бұрын
Aranezereye cane avuga neza ikirundi
@bosconiyungeko6261
@bosconiyungeko6261 Жыл бұрын
I give up on this one but I like this guy !!! He loves burundi
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 Жыл бұрын
Urakoze kuvuga ikirundi cacu wubahwe cane 🙏🙏🙏🤝🤝🤝
@GfVv-j2s
@GfVv-j2s Жыл бұрын
Mashallah🥰🥰
@audreyirakoze7807
@audreyirakoze7807 Жыл бұрын
Big up✌ urazi indimi zacu vrt😘🇧🇮
@flowermoniqueniyonyishu2875
@flowermoniqueniyonyishu2875 Жыл бұрын
Haaaaaa hosy hejuru cane usigaye uganira nabazungu💕
@jean-maestrobizimana7126
@jean-maestrobizimana7126 Жыл бұрын
Wibagiye kumubaza ko ivyo avuga mu kirundi ashobora kuvyandika cnk kubisoma. Ikindi wibagiye kumubaza nikijanye n'ukuntu abantu burwo rukoba usanga batinye Uburundi bitwaj umutekano muke.Mbega wewe abivugako iki?. Hama merci kuri interview yaritesaaa. Ndayikurikiranye nibereyeeeee South 🇿🇦
@aristidendayubaha6114
@aristidendayubaha6114 Жыл бұрын
I Ngozi hari benshii bavuga ikirundi
@nahimanajustine8008
@nahimanajustine8008 Жыл бұрын
Oooo,vyizacane,ikiganirokiryoshe❤️❤️
@zeguetchalu5126
@zeguetchalu5126 Жыл бұрын
Uwo twarakuranyingozi ahobita kuryakabiri uswazi (kumajengo)
@Dushime25
@Dushime25 Жыл бұрын
Hosy wasanze wasamvye ifoto umurundi🤣🤣🤣
@habibi5688
@habibi5688 Жыл бұрын
Hosy kwer ntakwo utagira uri Ku kivi courage ma soeur🥰🥰
@rebeccabukuru9385
@rebeccabukuru9385 Жыл бұрын
Mubwire agire Projets y'uburundi, nivyiza kumenya ikirundi.... ? Kandi akivuga bukebuke neza..
@aimabiz8393
@aimabiz8393 Жыл бұрын
Wow, very wonderful 🤝
@muhirwaviatory2362
@muhirwaviatory2362 Жыл бұрын
Amunyamakuru mwizaaa, inchwi abagira inkwi barya ibihiye koko😋😋
@iradukundalvs4423
@iradukundalvs4423 Жыл бұрын
Kwl aratwemeje
@aureliekamanzi7155
@aureliekamanzi7155 Жыл бұрын
Tu es vraiment intelligent Zamir
@anitanahimana7791
@anitanahimana7791 Жыл бұрын
Ararusha ikirundi benshi , nkaba lolilo, ba champagne fally wa uvira, ba bidondo, nabandi ntavuze 🤷🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️
@ben-bbinumunyamihana8440
@ben-bbinumunyamihana8440 Жыл бұрын
biraryoshee kbx
@freddymugasa8528
@freddymugasa8528 Жыл бұрын
N'umuhinde s'um'umuzungu. Ariko bazamuhe ubwenegihugu n'umurundi wuzuye kabisa.
@habonimanaedgard
@habonimanaedgard Жыл бұрын
nivyiza kabisa
@nsengumuremyijonathan4445
@nsengumuremyijonathan4445 Жыл бұрын
ahubwo aravuga french neza cyane arantangaje
@ghanimaali1279
@ghanimaali1279 Жыл бұрын
❤️❤️❤️♥️♥️♥️ndamwikundiye vraiment ilove you zameer kamari wubahwe nukuri
@alextoto5384
@alextoto5384 Жыл бұрын
Kalibu caaaaaneee murundi wacu turagukunda
@kanezasoso5878
@kanezasoso5878 Жыл бұрын
😂😂😂😂Mbega umuhinde avuga Ikirundi 🤣🤣 neza wallah 😀😀 Burundi 🇧🇮🇧🇮Oyeeeee 💪💪💪💪Hosy Uratwika kbx 🥰😘 ntacutazana uziko nsanze nasetsee Kbx 😂😂😂 Hosy Merci beaucoup disi 😊🤗
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
😂😂😂urakoze disiii
@ndayiragijeemilemarlon1369
@ndayiragijeemilemarlon1369 Жыл бұрын
Mon ami zamir nakubali sana
@kamalzameer3370
@kamalzameer3370 Жыл бұрын
Merci sana Marlon
@mairymairy1851
@mairymairy1851 Жыл бұрын
Waouh😍😍
@kamalzameer3370
@kamalzameer3370 Жыл бұрын
Merci
@simonsirabahenda2840
@simonsirabahenda2840 Жыл бұрын
Nukuri ndanezerewe numuntu ameze nkawe
@hatangimanajordan3503
@hatangimanajordan3503 Жыл бұрын
Waooo Mbega umuzungu avuga ikirundi nivyiza kabisa
@hamzafishten9560
@hamzafishten9560 Жыл бұрын
Huo numunzungu reka ubujuju nu muhindi uyo
@youngkiller4920
@youngkiller4920 Жыл бұрын
Wakoze umuti #hosy Merci beaucoup za uradecouvrant nabandi ubazana muri Émission
@gmoneyburundi8993
@gmoneyburundi8993 Жыл бұрын
Da way da way da burundi way
@bukuruinnocent9577
@bukuruinnocent9577 Жыл бұрын
Ndakesera
@aishaafricanas7519
@aishaafricanas7519 Жыл бұрын
Abauka ingonzi mumpe like 10
@kladahmad3333
@kladahmad3333 Жыл бұрын
Iko sawa tu💋💋💋
@Alkebulanhandsomeboy
@Alkebulanhandsomeboy Жыл бұрын
kuberaki ndaguha like irangi niyo igukanze ??? nyishura
@mpawenimanafirdaous7181
@mpawenimanafirdaous7181 Жыл бұрын
Ahubw natubwireko akazwe nirangi canke imishatsi😅😅😅😅😅😅😅😅
@nadianahimana1375
@nadianahimana1375 Жыл бұрын
Ma sha allah arakiz pee.
@raissanagateka4300
@raissanagateka4300 Жыл бұрын
C'est une très bonne émission
@NdihokubwayoJackelin
@NdihokubwayoJackelin 2 күн бұрын
Numurundi wiwacu ingoz
@ndayizeyeaboubakar4585
@ndayizeyeaboubakar4585 Жыл бұрын
Wauoh Love from Uganda 🇺🇬🇺🇬🇺🇬
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup Жыл бұрын
💪💪mukazi kose LaHosy
@alvellaniyonzima4046
@alvellaniyonzima4046 Жыл бұрын
He knows what he's looking for. Even in India life is also hard.
@gloriairankunda5251
@gloriairankunda5251 Жыл бұрын
Hosy ndakwemera pe. Uri umukozi pe
@bertinrung-ya3414
@bertinrung-ya3414 Жыл бұрын
Il y'a toujours de coïncidences entre arabe, indien et africains malgré son état britannique,aussi il a gagné l'ancienneté au burundi (Afrique) avec la sagesse africaine et commerçant de son état.
@gasasiramasengesho3818
@gasasiramasengesho3818 Жыл бұрын
Merci
@vedastebitompitanye9012
@vedastebitompitanye9012 Жыл бұрын
Ngira ndamuterere iciyumviro kurirya Num ya Président azohore araba ari kuri ligne ace yibutsa arishura ikibazo nivyonzi nabonye
@dashtvshow650
@dashtvshow650 Жыл бұрын
Wow ❤ I hear you from USA 🇺🇸 you give us a good advice respect 🫡
@drjunior234
@drjunior234 Жыл бұрын
Ni gute OCEVNE, umuririmvyikazi w'umurundi wambere yaririmbanye na Dadju kandi akomeye, yaje ngaha mu Burundi muri vacance arinda agenda mutamukoresheje ikiganiro?
@johnmassinga6754
@johnmassinga6754 Жыл бұрын
Woooww musaneza Irakoze
@jakiimbabazi3711
@jakiimbabazi3711 Жыл бұрын
Birahimbaye pe
@علياءراكوز
@علياءراكوز Жыл бұрын
Waooo numv nryohew cn kubona ma chr wanj Irakoze ariw mazina kutuzanira uyu muntu thx sana
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
😍😍♥️♥️♥️
@__KANZIZA
@__KANZIZA Жыл бұрын
Ikiganiro ciza🥺😍🥰🇧🇮🇧🇮❤️
@irakozechimene656
@irakozechimene656 Жыл бұрын
Ndaryohew vrtm🫡Uwo n Umurundi
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Nice émission Hozy mukobwa wacu.
@uwimanareatitia9340
@uwimanareatitia9340 Жыл бұрын
Subwo mwamuje nawe Koko ndumunyarwa ndimurwanda
@joleal7941
@joleal7941 Жыл бұрын
Ikirundi uri number one
@shurwerinah676
@shurwerinah676 Жыл бұрын
Waouh c'était nul très très en mission😍😍🙏
@emelynekubwimana2537
@emelynekubwimana2537 Жыл бұрын
Hosy ndagukunda caneee,emission iramaraaa👌🥰
@jannatange4716
@jannatange4716 Жыл бұрын
Nukuri turaryohewe cane😙😙😙😙
@gabrielbucumi7245
@gabrielbucumi7245 Жыл бұрын
Mubarire asabe ubwene gihugu
@milym2713
@milym2713 Жыл бұрын
Waooo yubahwe
@mariamoman5057
@mariamoman5057 Жыл бұрын
😂 😂 😂 Makubwaa uziko anduta I kirundi kwerii yooo mukhamaa mais vraiment ntaco abaye kwerii
@jilu1095
@jilu1095 Жыл бұрын
Waoooi ingozi havukiayoinkoba zera
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Жыл бұрын
None kw'i Ngozi haba abanyamahanga kuva kera, hobura abazungu bahavukira? Aho naja kuhiga nko muri 1965 hariho ibitaro vyiza (umengo vyari birongowe n'umunyarwanda Dr Francois).
@medianekamikazi2070
@medianekamikazi2070 Жыл бұрын
Ariko sumuzungu wapiii
@Sara-le3es
@Sara-le3es Жыл бұрын
Yoooooo vyiza canee
@NIKIZA96
@NIKIZA96 Жыл бұрын
Nciye nibuka umwarabu yambwiy ngo " mpa amaunit yo kukiyiko " nanje ntazi ko ari transfer . Hama kweri hari nabadusumvya kuguga neza
@painetteniyongere1524
@painetteniyongere1524 Жыл бұрын
Iki kiganiro cari guturira iyo kiba ari live. Kuko there are many questions umuntu yari kumubaza. Jeho nari nzi ko uvukiye mu Burundi ata yindi condition isabwa pour avoir une nationalité.
@IntoreSegihembe
@IntoreSegihembe Жыл бұрын
Ndamuzi aha BONAUTO mwishwanje
@محمدالفايز-غ8ل
@محمدالفايز-غ8ل Жыл бұрын
Ndagushimiye cane Hosy kumutumire ari à l,aise
@fistonnibigira167
@fistonnibigira167 Жыл бұрын
Big up bro I'm number one from Burundi I don't know how to speak properly grounding🇿🇦🇧🇮✌️✌️
@nshimirimanaolive4965
@nshimirimanaolive4965 Жыл бұрын
Son Excellence arabe aguhe nationalité kabisa
@cesariehakizimana429
@cesariehakizimana429 Жыл бұрын
Ayimuhe kubera iki ?
@niyogushimaoscar9248
@niyogushimaoscar9248 Жыл бұрын
Ayimuhe kubera yavukiye ngaho
@hafpixels4172
@hafpixels4172 Жыл бұрын
@@cesariehakizimana429 None yoyimwira iki? Yavukiye ngaha(abaye ino imyaka yose amaze), yize ngaha,niho yakuriye ndetse n'imico n'ururimi vyacu arabizi nkuko nawe woba ubizi. Mumajambo make ni Umurundi yuzuye. Asumba benshi bavukan iyo nationalité ariko barota bayiguza n'iyindi. Batanazi n'ururimi rw'ikirundi.
@nininahazwereverien7772
@nininahazwereverien7772 Жыл бұрын
Abo bantu hako womwita muzungu womwita mwarabu akagukunda ubundi biraboneka ko bataryohererwa kwitwa muzungu kuko nibaza k hari icuka kibi kubazungu.uragenda mu kirundo hariyo n'abagiriki babarundi.bo bazogucira imigani iryoshe kwumva.
@albericbayishemeze8991
@albericbayishemeze8991 Жыл бұрын
Je suis désolé kubona yakubwiye koyabuze mama wiwe ntunamubwire condoléances
@evelyneirakoze
@evelyneirakoze Жыл бұрын
Yabivuze Albéric
@raissafabien4285
@raissafabien4285 Жыл бұрын
Gusa Hosy n umukozi cane. Knd courage uzogera kure kko urakora p👍
@ininahazwedaniella7948
@ininahazwedaniella7948 Жыл бұрын
waooooo courage vraiment arashoboye ikirundi nigi swahili
@_-wt8ns
@_-wt8ns 3 ай бұрын
Ndumiwe vre
@DghfhfhdCchchxgd-hn4xj
@DghfhfhdCchchxgd-hn4xj Жыл бұрын
Nibamwihere ubwene gihugu😂di
@soleilmutesi1971
@soleilmutesi1971 Жыл бұрын
Well done man ukivuga neza kbs
Umuhindi avuga ikirundi co kwi tsitso "Narandikiye Président ampe karangamuntu"
25:10
Life hack 😂 Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:17
Leisi Crazy
Рет қаралды 50 МЛН
когда не обедаешь в школе // EVA mash
00:51
EVA mash
Рет қаралды 3,9 МЛН
🍉😋 #shorts
00:24
Денис Кукояка
Рет қаралды 3,7 МЛН
Life hack 😂 Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:17
Leisi Crazy
Рет қаралды 50 МЛН