Bibaho ariko urukundo ningabire ivakumana...ikikwirukinyuma vyoshoboka ukagisiga ariko biragoye kwiruka nikikurimwo ...Big up sana love from OLIKINGPRO
@Innocentciza Жыл бұрын
Pole saana niyo film yigihindi mbe izohera ryari
@ErnestButoyi-jw7ex4 ай бұрын
pole sana
@niyorugirajenbosco Жыл бұрын
Pole sana urageragez akanyuma
@yvellaakimana Жыл бұрын
Yeee umukobw araho
@pacifiquehabonimana2324 Жыл бұрын
Pol sana mukobwa mwiza💕 Ariko gukunda ntukabivemo ndabona utarakwiza imyaka ya Yesu niwe mugabo wanje😅
@ericmustapha.tv4 Жыл бұрын
Voilà, amour c'est une observation avec attention! Ndakeney kuganira n'umwe mw'abo babiri surtout uwo afunze signeau ar très intelligente
@anealane7313 Жыл бұрын
Pole chr
@ndayisengafrancoise2609 Жыл бұрын
mporeeeee so imbere niheza
@ndayisabaegide6739 Жыл бұрын
Ivyiyisi ahobigeze birayobeye .buriwese kugitice naharanire kuba umwizigirwa uvuge ati muvyananiye urwaruka gose gomuriyisi yanon jew nzobishobora gira urukundo nyakuri ureke kuba umuhemu nacanecane ko uwicisha inkota ariyo Izomwica.Haranira kuba uwushimwa n Imana,n abantu ubicitegererezo ciza nka TIMOTEYO .ushimwe n Imana nka NOWA .ham witekerereze
@bellashakaryimana3828 Жыл бұрын
Ukwo nukuri kwuzuye
@bedebimenyimana8087 Жыл бұрын
Pôle sana gusa urukundo ruracahari uwawe arahari
@ericsonofj713 Жыл бұрын
Ako gakobwa sakanyarugombo.hhhhh rugombo abana baho ntaco mvuze
@williamkabaisa Жыл бұрын
I love a girl with a white shirt, she is smart, she knows how life it is ❤️🥰
❤ ikiganiro ni kiza Ariko ugomba gutekeraza impamvu nyamukuru ukeneye boyfriend Kandi ntumubere umutwaro. Be independent it will protect you in your relationship.🇷🇼