KZ
bin
Негізгі бет
Қазірдің өзінде танымал
Тікелей эфир
Ұнаған бейнелер
Қайтадан қараңыз
Жазылымдар
Кіру
Тіркелу
Ең жақсы KZbin
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Gyna naba girlfriends biwe barahaturiye🔥/urabisha ikirori Nella😒/ingeso za Gyna ziramuroka Nadege
1:20:24
KURIKIRANA MURABE INGENE NIPO SIMPLE YARIRiMVYE INDIRIMBO IHAYGIZA IGIHUGU MUKIGO CA FONDATION .
4:02
Кто круче, как думаешь?
00:44
SIZE DOESN’T MATTER @benjaminjiujitsu
00:46
Players vs Pitch 🤯
00:26
How many people are in the changing room? #devil #lilith #funny #shorts
00:39
Umukobwa mwiza yatangaye yumvise ko abarundi banywa inzoga imisi yose/ dependence kuri Alcohol
Рет қаралды 11,787
Facebook
Twitter
Жүктеу
1
Жазылу 170 М.
Siren Vibes TV
Күн бұрын
Пікірлер: 29
@VianneyNdayishimiye-s8q
14 күн бұрын
Ikiganiro ciza cane! 🎉 allez de l'avant
@Emma-zi9mw
20 күн бұрын
Abantu babony ko Siren yaguz caméra yikimesha kugir ituryoher abafan kuk amafaranga yari kuyakoresha ibindi . Nimumushimire
@josetteihuwizeye8966
12 күн бұрын
Kavuga nezaaaa cane ikirundi vraiment. Fière de toi mushitsi❤❤❤
@fabiorukundo2023
20 күн бұрын
Iyo sujet iraryoshe❤😂
@MireneIrakoze-sm7vl
19 күн бұрын
Musa neza Mana yanje❤Bagigi rero uratesa n'a Dada yaberewe nigitambara❤numushitsi❤ Hosy Nawe ahari yubahwe kuko numuhizikazi❤
@kalyka4107
20 күн бұрын
Jewe nibaza ko inzoga zikoreshwa nka drogue kugira abantu biyibagize réalité barimwo... Contrairement ya drogue, inzoga ziremewe socialement....
@annedeborah5926
13 күн бұрын
A pleasure to see the guestttt again😍...We went to the same school: La colombiEre🤓🤪 Sire Vibes TV ,kamata bisous!
@SangoRutungaboro
15 күн бұрын
Muri Oman turabaraba aba chou❤❤❤ turabakunda ntitwo cikwa, hozy wanje disi uti polesana
@kalyka4107
20 күн бұрын
Merci à cette jeune fille qui a osé tirer une sonnette d'alarme! Ntihabuze umwe muri twebwe agiye guhindura uko abayeho.
@isidorinsabimana410
19 күн бұрын
Murahagije N.na M. Ikiganiro kinoze
@bellybarumbanze9971
19 күн бұрын
icokiganiro honyen kukiraba utarikugacupa nta dili,kiraryoshe uri kuri comptoir,nyoye tune c cool
@blessed_to_be_muslim
16 күн бұрын
Hosy muramutubwirira muti imyiteguro myiza 😄
@elknmaestro6514
20 күн бұрын
Burya mubiravye neza inzoga zirafise ikibanza kitari gito muri société yacu
@Mukunzi-zz2ke
13 күн бұрын
❤
@josianenduwamariya6292
20 күн бұрын
Ngo: siko mumez murasara🤣🤣🤣🤣
@ThaddéeHamenyimana
20 күн бұрын
Yves kasamu tête ingo wishure😂 impamvu unwa nyishiii
@DELICIAIRAKOZE-gi2cq
20 күн бұрын
Asha wewe vyagukozeko kweli😂
@irleneakimana3718
16 күн бұрын
ndakunda cane gose pe . ariko ntimwingera mura musa abantu ba uk 🇬🇧 kandi turabakunda abantu ba Manchester
@douceellaishimwe3312
11 күн бұрын
J ndakurmukij nanj nihondi
@gisabondaye5171
20 күн бұрын
Henshi amategeko ariho abuza inzoga ariko abantu baguma banywa naho ufashwe ibihano bikomeye cane. Iciza Abantu bari sensibilisés cane à la longue benshi baravyitwaririka.
@Thinktwice257
20 күн бұрын
Twakuze abavyeyi bakanwa kandi ntaco kabagize baratureze kandi modération kuri jew nigihe ukora responsabilité zikwiye murugo.Tuzokanwa uburyo bubonetse n'amagara adukundiye.Ni abagore bangahe aha Buja bobona abagabo mu mazu yabo kuva kuwembere gushika dimanche .Social ibera mububare bagenzi ntuzobasanga m mazu,connaissance zibera aho duhurrira.Canada ni Canda bifitiye problème zam Divorce, Buja ni Buja.Muga Ottawa numva nabonye bakanwa "IWACU" naho bobo 2h baba bugaye ububare Canada.Belle conclusion NIKITA
@estherchou2899
20 күн бұрын
Corée du Nord sinibaza ko babakurikirana ahubwo Corée du Sud niho hasigay hari abarundi benshi
@Mr.Longin
19 күн бұрын
a shout-out ku mutumire n'ikiganiro
@ParvineBwitonzi
17 күн бұрын
Ariko muze muragabanya ama interventions yanyu twumve umutumire
@mireille2452
20 күн бұрын
Jew narigez kubaza umuganga mbuye muri eco yambwiye ko zirya nzoga zo ngaha iwacu unyoye agcupa kamw cnk tubiri ntankimw kibibni whisky cnk imivinyu ikaze
@Music-ze1te
19 күн бұрын
Iyo syndrome yitwa FAS: fetal alcohol syndrome
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
20 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤
@Emma-zi9mw
20 күн бұрын
Hama nikita ugitangur vrema ww naragufana knd ww warabaruta bose , ushizemwo wawundi wumunya Kinama atakiboneka . Arik ubu nukuri ntugire ngo ni expérience no , urarzngej knd cn , ahubwo gira expériences urek ubuyuwayi.
@Emma-zi9mw
20 күн бұрын
Hama inziga iwacu nimico, knd amategek yomushinwa siyo yiwacu
1:20:24
Gyna naba girlfriends biwe barahaturiye🔥/urabisha ikirori Nella😒/ingeso za Gyna ziramuroka Nadege
Siren Vibes TV
Рет қаралды 18 М.
4:02
KURIKIRANA MURABE INGENE NIPO SIMPLE YARIRiMVYE INDIRIMBO IHAYGIZA IGIHUGU MUKIGO CA FONDATION .
UWIRAGIYE FONDATION TV
Рет қаралды 7 М.
00:44
Кто круче, как думаешь?
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 6 МЛН
00:46
SIZE DOESN’T MATTER @benjaminjiujitsu
Natan por Aí
Рет қаралды 5 МЛН
00:26
Players vs Pitch 🤯
LE FOOT EN VIDÉO
Рет қаралды 139 МЛН
00:39
How many people are in the changing room? #devil #lilith #funny #shorts
Devil Lilith
Рет қаралды 33 МЛН
18:05
Gabriel Rufyiri, aba diaspora n'imvukira z'i Matongo bahagurukiye gusezerera ijambo Ntahonikora
Indundi TV
Рет қаралды 1 М.
1:09:02
Twagendeye Umu maman afise abana 18/Umve uyu mwana ingene yari yarahahamutse🥹/Bahinduriwe ubuzima
Siren Vibes TV
Рет қаралды 10 М.
1:22:10
MONNA WALDA avuye mu gacerere//ivyamushikiye BELGIQUE//Ikubagurwa ryahabaye//Agahinda yagize
UMUKUBITO
Рет қаралды 49 М.
1:45:51
NASHAKANYE N’ABAGABO BABIRI B’INSHUTI BOMBI BANYICA URUBOZO🥲UMWANA WANJYE YASHIMUSWE IMYAKA 8🥲
ROSE TV SHOW
Рет қаралды 17 М.
1:03:32
UMUKOBWA W'IHABARA ARAGUSAZA UKUMVA WAMUREGERA MADAME😁UMUGABO URONGORA CYANE NI UBURWAYI NTIBISANZWE
ISIMBI TV
Рет қаралды 42 М.
54:18
NINDE UMUSAZA W'INGWE AHERA AMENYO NTAHERA AMERO FILM GRATUIT BURUNDI 🇧🇮
Osee
Рет қаралды 1,4 М.
1:10:49
Abazungu twaryamanye bampaye ama DOLLARS banyicira UBUZIMA//Agahinda mfise//Abana twavyaranye
UMUKUBITO
Рет қаралды 53 М.
1:13:14
My journey:INTAHE ya Claire RUSHATSI MWAKUNZE😍/Narahatswe gupfa ntakambira Imana ngo inyongere imisi
Siren Vibes TV
Рет қаралды 29 М.
42:25
Asize yujuje Hoteli i Gicumbi || Ubuhamya bukomeye mu muhango wo gushyingura Nyirandama Chantal
Kigali Today
Рет қаралды 22 М.
1:00:18
🤔Umugore yanyishe URUHAGAZE😭Yanteranije na Leta y'u BURUNDI Ndahunga🤔Yandeze muri CNDD/PST RICHARD😢
IYOBOKAMANA TV
Рет қаралды 49 М.
00:44
Кто круче, как думаешь?
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 6 МЛН