UMUKOBWA WOMURI SAUDIA AHAYE UMUHUNGU 10.000.0000fbu // Isaac na Drizzy nibo babimwihereye...

  Рет қаралды 7,825

Isaac Tv

Isaac Tv

7 ай бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 210
@ninzizaqueendanielle9606
@ninzizaqueendanielle9606 6 ай бұрын
Uwo musitar baramubaniye. Kuberiki mutamunshira ahabona❤❤ uwomukobw yubahwe kandi numusore yubahwe murizeranye vyukuri
@christabeb7503
@christabeb7503 7 ай бұрын
Eeeee aririmba neza cyane courg❤❤❤ntabwo narinzi uwo mustard😳😳
@ndikumanadiane3684
@ndikumanadiane3684 7 ай бұрын
😂😂urukundo namadayimoni wlh emusaz bakonger nayand ningendeshwa aguhe🎉🎉
@kamikazinelly650
@kamikazinelly650 7 ай бұрын
Numva nryohew cane gose imana ibashikane kuntego zabo bi banire amahoro❤
@nicolekubwayo8615
@nicolekubwayo8615 7 ай бұрын
Whauuuuu mbega ibintu vyiza ,uwo muhungu ari Fidèle vrt ,surprise nziza cane .Vanessa umu chr waw aragukunda cane humura
@mykeke3255
@mykeke3255 7 ай бұрын
Kumusani Azicyuza Abakombwa turakunda Cyan Uwonawe yiberey mwisite Nabarahonga😂😂
@NellyCimpaye-vz2gj
@NellyCimpaye-vz2gj 4 ай бұрын
Umunyarusaku wanje Merci bcp😂🤣🤣🤣 nabobantu mubah amashurwe yaboo🎉🥰
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v 7 ай бұрын
Sha abandi nayo bayora nkukuntu mvyuka marato nkumurozi ngo nghe na 5000f simpima witwaje iki inzererezi gusa🤣🤣🤣🤣🤣🇴🇲🇧🇮
@mykeke3255
@mykeke3255 7 ай бұрын
Baba bahaz Urukundo Rufatiy kurizero Rugez kubinu Biheze rubiyarara
@arbinuwamahoro7370
@arbinuwamahoro7370 5 ай бұрын
Uyu muhungi arantanganj pe harabantu bari muri lov atakubeshany waoo ingembahe amachugwe yanyu murayakwiy🎉
@alicenibigira
@alicenibigira 7 ай бұрын
War washoboy kumuceca p Isaac, Iman ibajimber
@hhhvvvcfuggh
@hhhvvvcfuggh 7 ай бұрын
Waooooo nivyiza can
@davidburundi78
@davidburundi78 7 ай бұрын
Bro nakubari sanaa bro
@merrynasri
@merrynasri 7 ай бұрын
Ariko ivyobintu ntavyonemeye uyomukobwa afise menshi yokonona
@mykeke3255
@mykeke3255 7 ай бұрын
Usanga Nuwomukombwa Atarubaka Niwese 😂😂 naho gutiyarara
@anithanininahazwe4589
@anithanininahazwe4589 7 ай бұрын
Isaka kurusaku😂😂😂😂❤❤❤
@user-mo2zf2do3u
@user-mo2zf2do3u 7 ай бұрын
Tupe mawua yetu jameni huba pambe ❤
@user-nc5dp9bb6j
@user-nc5dp9bb6j Ай бұрын
Barahazeeeeeee.peeeee 😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅😂😅😂😅😂😅😂😂😅😅😂😅😂😅😂😂😂😅😂😅😂😅😂😂😅😅😂😅😂😅😂😅😂😅😂😅😂😂😅😂😅😅😂😅😂😅😂😅😂😅😂😅😂😅😂😅😂
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 7 ай бұрын
Iyo nishow after show 😂😂😂lsaac kurusaku ,uyu muhungu arondera hit kumwe kwa D one😂😂 Murategura mwana😂😂😂😂🏃🏃🏃🏃🏃🏃🏃
@christy-leilakayininahaze7982
@christy-leilakayininahaze7982 7 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉 ma vava proud of you guys,Imana igum e ibambera hafi disi,ndishimye gooooose,vuba murabe mutere iyindi ntambwe🤵👰
@chadiaManirakiza
@chadiaManirakiza 7 ай бұрын
Urwirusaku rwa Isaac ruranyica😂😂😂
@user-nc5dp9bb6j
@user-nc5dp9bb6j Ай бұрын
😂😂😂😂ndayikureeee kweriii yooooo😅😅😅😅😅😂😂😂
@ggsdfgg6948
@ggsdfgg6948 7 ай бұрын
Mahaba mapenzi ndindiii💕💕💕🌹🌹🌹nirwongere rata
@merrynasri
@merrynasri 7 ай бұрын
Mbayuwambere from saudia
@christainc.5217
@christainc.5217 7 ай бұрын
Nonerisaudia bagufashiki 😏😏😏ntavyahatari hiyo kuko twebwe twaratemberey hirya nino sukozamawes gusa😂😂
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v 7 ай бұрын
​@@christainc.5217urikirofa ndkeka ushonje🤣🤣🤣🤣🤣
@mykeke3255
@mykeke3255 7 ай бұрын
​@@christainc.5217 non kowabisizemwo Inzingo Itwaret riguha nibanga Abariyo kuyoza mugume kwibanga 🚲🎄🎄🙏😂
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v 7 ай бұрын
​@@mykeke3255cn chch🤣🇴🇲🇧🇮🥰🥰🥰
@user-nl7tg7zu5m
@user-nl7tg7zu5m 7 ай бұрын
haaa nuko atamuvunte ngira afite umwarabo aymuha nawe akayaguriramwo abandi abahungu
@mykeke3255
@mykeke3255 7 ай бұрын
Issac wew abobasani bawe barakwiye kukuririmbira Indirimbo yurusaku😂😂
@Mwaminiomar
@Mwaminiomar 7 ай бұрын
Ati 10 millions 😂😂😂😂😂namwihere kweri ayafise nakomeze akor'umuti😂😂😂
@lydi791
@lydi791 7 ай бұрын
😂😂😂😂abakobwa nabasazi
@Mwaminiomar
@Mwaminiomar 7 ай бұрын
@@lydi791 namuhe Kweri😂😂😂😂😂twe nta ribi
@mykeke3255
@mykeke3255 7 ай бұрын
​@@lydi791 turibigunguru Bigaragara munkundo tugiri bishobisho vyingunguru bamandagaje kumusozi
@lydi791
@lydi791 7 ай бұрын
@@mykeke3255 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 oya sitwese gusa jw n ubu ndavyiyumvir 10million ndibaza iwabo nuyo mukobwa na batuzi
@lydi791
@lydi791 7 ай бұрын
@@Mwaminiomar 🤣🤣🤣ebagabo namwihere natwe tukabasabira barambane kuko 10million sha 🤣🤣🤣 Reka nitwengere
@nshimirimanjaja6130
@nshimirimanjaja6130 7 ай бұрын
😂😂😂😂 gume mubaha basha mweho muyaronka mutarushe
@user-oz5jy2jy5b
@user-oz5jy2jy5b 7 ай бұрын
Love from #Bidondine_team
@user-dw6nv7vz8q
@user-dw6nv7vz8q 7 ай бұрын
Uririmbaneza muhungu imana ibashigikire
@Saleh-mg8fr
@Saleh-mg8fr 7 ай бұрын
Ariko abantu baragwiza amahera😂😂😂😂😂😅😅
@fabulaburndi1150
@fabulaburndi1150 6 ай бұрын
Ahohantu niheza p
@rosettendayizigiye4627
@rosettendayizigiye4627 7 ай бұрын
Eeeee bravo mada😂😂
@candidihail6999
@candidihail6999 7 ай бұрын
Zamubagira ukwo nyene nkaba Nigeria barashoboye❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇲🇾
@charleneirateriteka8710
@charleneirateriteka8710 7 ай бұрын
😂😂😂kumb narahomvy kuba ntabay umu Boy 😂😂nohaw gift 😂😂
@theresejoseph2023
@theresejoseph2023 7 ай бұрын
Afise ijwi nkirya chuma chachuma😅😅😅
@user-uk6fr5st9p
@user-uk6fr5st9p 7 ай бұрын
Isaac nkunda ibiganir vyaw peee courage saaana nkunda nkunda ukunt uguma wutwenger
@user-me5do6nh2d
@user-me5do6nh2d 7 ай бұрын
Barahaze😂😂😂
@pppprty150
@pppprty150 7 ай бұрын
Ntaconvuze 🤸‍♀️🤸‍♂️🏃‍♀️🤸‍♀️
@amanyasmary5348
@amanyasmary5348 7 ай бұрын
Vyiza
@user-uo4gu1kk2z
@user-uo4gu1kk2z 7 ай бұрын
😂😂😂Reka nisekere😂😂😂
@hansbwanakweli1646
@hansbwanakweli1646 6 ай бұрын
Is true ❤ form Rwanda 🇷🇼
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v 7 ай бұрын
Woe isaac uranyica pe gsa❤❤❤❤😂
@user-hj1go1cx9l
@user-hj1go1cx9l 7 ай бұрын
Maashallah❤❤❤
@evangelinensabimana8121
@evangelinensabimana8121 7 ай бұрын
Mwashatse avume nyen uwoo Godname
@manimfasheansaansa7548
@manimfasheansaansa7548 7 ай бұрын
Baba bahaze sha ngo 10milion yamp meny ic ndayakoresh 10milion murayaz mwebw zebazeba
@MuhozaChadia-in4fm
@MuhozaChadia-in4fm 7 ай бұрын
Undabire uwomuhungu bahonga rero😂😂😂
@loulumony8519
@loulumony8519 7 ай бұрын
Mapenzi nikipofu😂😂😂
@MichelineBucuti-pu7mu
@MichelineBucuti-pu7mu 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂urukundo nimpumyi
@user-jv3vl6jt7p
@user-jv3vl6jt7p 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂 none amaze gute😂😂😂
@majedalotaibi9350
@majedalotaibi9350 7 ай бұрын
Asa nabatwa gus nimuntuk❤😂😂😂😂
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 7 ай бұрын
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@ericciza926
@ericciza926 7 ай бұрын
Ngo ikirundi NGO nticoguteza imbere ntamakuru ufise ico giswahiri zagushikanyehe nubwambere ndakubonye
@felissandayishimiye3633
@felissandayishimiye3633 7 ай бұрын
nihatari kbs abana bayafise bayatang kuk urukund ni danger 😂😂😂😂
@Gisbeauty
@Gisbeauty 7 ай бұрын
Arahatswe, iyo yihenda akavuga uyundi.
@user-uy5sr3tx2y
@user-uy5sr3tx2y 7 ай бұрын
Nanje nimumunyereke ndabimuhe
@aminabintisaid9113
@aminabintisaid9113 7 ай бұрын
Non ucauvyugurur nyenevy atarabibona ko urumunyarusaku😂😂😊
@chadiaManirakiza
@chadiaManirakiza 7 ай бұрын
Ubwo baba bahaze 😂😂😂😂
@user-of1kq8iu4u
@user-of1kq8iu4u 7 ай бұрын
Utamufise naho😂😂😂 tuca tubikorerande
@SalhaIradukunda
@SalhaIradukunda 7 ай бұрын
Twende nalo Issac 😂😂❤❤ mambo ni mazito😅😅😅
@marymgort1160
@marymgort1160 7 ай бұрын
Urukundo nikintu gikomey kweri
@jeanclaudesebera3135
@jeanclaudesebera3135 7 ай бұрын
Nanje ndamukeje cane uwo musore wacu kuba atabangikanya akaba yarahisemwo gukunda umwe, kubwivyo nanje ndamukunze kumu star w'Uburundi ashoboye kuk iryo niteka mubaririmvyi
@user-cc5cl6tv1w
@user-cc5cl6tv1w 7 ай бұрын
Ntamakuru bafise 😂😂
@nakinteje7172
@nakinteje7172 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂 a hu bwo azobaye mangiy kwakomine yaya haz
@AlinAlin-hp5wy
@AlinAlin-hp5wy 7 ай бұрын
Mbegububeshi
@melchiorngendakuriyo2828
@melchiorngendakuriyo2828 6 ай бұрын
Courage 😂😂😂😂😂
@mykeke3255
@mykeke3255 7 ай бұрын
Amavuta prafo nisaha nikanzu ni photo nishungwe Ngovyatwaye 10 millio batugura 5 lia kamwe kamwe 😂🎉😂😂
@user-ej5gz7ir3m
@user-ej5gz7ir3m 7 ай бұрын
Arasama sha ntazabagore bari kwa nyamwema ngo barasama narindire azobibon
@user-hg6yg2gl8z
@user-hg6yg2gl8z 7 ай бұрын
Muranyishe amahera yabarabu ngo guhonga umuhungu emwe ubushuhe nibubi uticujije uzorira muko komera iyo ubihabwa numuhungu yarisawa umukobwa aguterinda kugira aguhembe ❤😢😂😅😅😅😂😂
@lydi791
@lydi791 7 ай бұрын
😂😂😂😂noe biri sérieus cne Prank iyo ashak tumumenye mureke kutubesha
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 7 ай бұрын
Jewe nkukuntu nduha numva atabagora
@fulahaalice3357
@fulahaalice3357 7 ай бұрын
Mana yanjy ejo uzorira nzaguseka mbiswa😂😂😂😂
@adamoman4966
@adamoman4966 7 ай бұрын
Mubamuhaze mbe benshi kobayahongabahungu iwabo abavyeyi e atacoyabamariye mugufa Sha uheriwanyu ukiteragateka
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 7 ай бұрын
Abuze Aho ayashira 😮
@filda6127
@filda6127 7 ай бұрын
Isaac afite urusaku pe😂😂😂
@manimfasheansaansa7548
@manimfasheansaansa7548 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂 ntiyahur weho worwiz kwiniga
@vcftjhbvg1212
@vcftjhbvg1212 7 ай бұрын
Urwo rukundo rwitwa ngwiki??hahahaha
@chamimmanirakiza9072
@chamimmanirakiza9072 6 ай бұрын
Isaac ww uranyic kwl😂😂😂
@fabulaburndi1150
@fabulaburndi1150 6 ай бұрын
Abakobwa ntibabona gurukundo go nimpumyi p harinkumi yokunda umugabo arashanje gonuko ari umusani arashanje canke arafis nkumwuzukuru
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 7 ай бұрын
10milion yokwamwarabu ngo nimapenzi abandi bana bazi gukunda ngira nimba badakorakazi nzi uruhukuraho
@remaWinaha
@remaWinaha 7 ай бұрын
Mbega Koko 🤭🤭
@kludinaklo461
@kludinaklo461 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@user-wg5sw1yg6s
@user-wg5sw1yg6s 7 ай бұрын
Murahaze 😂😂😂
@niyonkuruhans9132
@niyonkuruhans9132 7 ай бұрын
🎉❤
@OdetaNahima.
@OdetaNahima. 7 ай бұрын
❤❤❤🎉🎉🎉
@divinsindayigaya
@divinsindayigaya 7 ай бұрын
Imiziki 100😂😂😂😂😂
@user-nc5dp9bb6j
@user-nc5dp9bb6j Ай бұрын
Isc😂😂😂😂😂😂😂😅😂😅😂😅😅😂😅😂😅😂😅😂😅😂😂😅😅😂😂😅nimependa tena😅😅😅😅😅😅😅
@Salashigifty-ii2mb
@Salashigifty-ii2mb 7 ай бұрын
Uyo aguy mumazi arikubira
@lydi791
@lydi791 7 ай бұрын
Vanessa urakundwa
@irankundamechaque5350
@irankundamechaque5350 7 ай бұрын
Iyo promo niyo mwabi kinye neza
@user-jm3pc7tu7c
@user-jm3pc7tu7c 7 ай бұрын
Arayafise sha arahaze agakawa nindumbi .nigihumbi sinoguha .niyimbeho hatarageramucinaho nowake nkuwuguturiye iyi ni film
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v 7 ай бұрын
Ibaze 😂😂😂😂
@yuzzalopez6707
@yuzzalopez6707 7 ай бұрын
Lalalalala
@yusrairakoze3966
@yusrairakoze3966 7 ай бұрын
Ari muri omani uyo mu chr wiwe rero turamuzi kandi bararambanye ahubwo natahe babijemwo 😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 7 ай бұрын
😂😂😂😂yubahwe kbx
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 7 ай бұрын
Isaac warikuduha link yuwomujama iyondirimbo binziza cane kweli
@majedalotaibi9350
@majedalotaibi9350 7 ай бұрын
Nukur naduh link
@user-cc5cl6tv1w
@user-cc5cl6tv1w 7 ай бұрын
😂😂😂 nimutagat
@Munezeroyvette
@Munezeroyvette 7 ай бұрын
Reka shaa cum imiriyoni?🤭🤭muga Isaac ntumbwire ko yayakuye mu nzu y umwarabu!😆😆😆😆NI atari kweli😜😜😜mutubarize abandi siri ya mafanyikio!😂😂😂🤷‍♀️🤷‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v 7 ай бұрын
Bakwishure numvireho😂😂😂😂
@user-oz5jy2jy5b
@user-oz5jy2jy5b 7 ай бұрын
Uyo #Vanessa nagire commentaire
@user-dx6xy5ib4t
@user-dx6xy5ib4t 7 ай бұрын
Afise indirimbo zidyoshe cane nivyiza cane
@justinsabiraguha265
@justinsabiraguha265 7 ай бұрын
Uyu muririmvyi ko akaze?ariko akaba atazwi!
@moullaommywayneofficial1199
@moullaommywayneofficial1199 7 ай бұрын
😅😅😅😅😅😂😂😂😂😂😂 ewe mukhaaama
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 7 ай бұрын
Reka nirenganire nukuzi guca imanza nzobona arira akutondera wicare wagavye
@user-xb5ib9pd2e
@user-xb5ib9pd2e 7 ай бұрын
Commentaire nizo ziriko zisetsa ndagira icovuze mpejejegusoma commentair😂😂😂😂😂
@uwimana8584
@uwimana8584 7 ай бұрын
Aririmba neza nuko Aririmba igiswahili
@RosaLosana-wl6fq
@RosaLosana-wl6fq 7 ай бұрын
Nduwamber ndagushak san
@odettesabiyumva2475
@odettesabiyumva2475 7 ай бұрын
Ze murashira link yiwe hepfo muri commentaire kuri tuce turaba
@kww7783
@kww7783 7 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@ntigurishajeannette3654
@ntigurishajeannette3654 7 ай бұрын
Isaac arasoma urusaku😂😂😂
@alexbarboso7983
@alexbarboso7983 7 ай бұрын
Gold name
@user-zg3bt4wl1f
@user-zg3bt4wl1f 7 ай бұрын
Ujk❤😂😂😂😂😅😅😅😢😮
@christella5092
@christella5092 7 ай бұрын
None burya imilioni 10 bavyandika uko kweli??jenabonye imilioni 100
@zahrahusain7203
@zahrahusain7203 7 ай бұрын
Yanditse 100mll
Зачем он туда залез?
00:25
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 3,2 МЛН
Каха и суп
00:39
К-Media
Рет қаралды 6 МЛН
Задержи дыхание дольше всех!
00:42
Аришнев
Рет қаралды 1,7 МЛН
Amakuru yo ku mugoroba | Tariki 24.07.2024
31:33
RwandaTV
Рет қаралды 8 М.
NLITESEKA NA KIDONDA KWENYE KALIO KWA MUDA MREFU
23:54
THE CAREN SHOW
Рет қаралды 333
ROBERTINHO yageze mu Rwanda
13:34
Rwanda Magazine
Рет қаралды 506
80 Year Olds Share Advice for Younger Self
12:22
Sprouht
Рет қаралды 1,4 МЛН
20 BEST AGT 2024 Auditions! 😱 So FAR❗️
1:49:33
Top Talent
Рет қаралды 7 МЛН
Amakuru ya BBC Gahuzamiryango Today Kuwa Gatatu 24/7/2024
30:23
Impamo Rwanda
Рет қаралды 17 М.
Зачем он туда залез?
00:25
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 3,2 МЛН