Ariko u Burundi bwazagiye bwigira no kubindi bihugu koko🤭🤭🤭gukopera u Rwanda bibananire koko😏😏😏😏 protocol yanyu iri hasi cyaneeee😏
@joyeuxniyonkuru27012 сағат бұрын
Duhe akarorero kingene protocol yari gukorwa wa njiji we
@nkusidavid71692 сағат бұрын
@@joyeuxniyonkuru2701wakiburaburyo we ubwo wowe iriya urabona ari protocol y'abakuru bi bihugu?usibye ko no mu mutwe wawe harimwo akavuyo wowe ntukareba? Mwicare mwige u Rwanda rurabarenze.
@joyeuxniyonkuru27012 сағат бұрын
@@nkusidavid7169 Nakubwiye uvuge amakosa yabaye muri protocol ntayo uri kuvuga none uriko uza gucira inkonda hano ngo protocol iri hasi ubona ko utunyarwanda tumwe tumwe mwiyaye gucritiqua u Burundi mubusa aho wosanga urumuboyi wikanombe nivya protocol utazi iyo bitaye umutwe injiji gusa😂😂😂
@@joyeuxniyonkuru2701 nakubwiye mu mutwe wawe naho ubwaho harimwo akavuyo kuko no kukubwira ko muri iriya protocol harimwo akavuyo ntabwo wabisomye ngo uboneko ariko karorero mukwiye kuba mwigira ku Rwanda👌🏽 protocol ya Kigali nta kavuyo igira we idiot😂