Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye uku niko yihanikirije Urwaruka |Nawe yarababariye uwamurashe

  Рет қаралды 3,822

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

Пікірлер: 5
@kahunguCyprian
@kahunguCyprian 21 сағат бұрын
Mwabarundi benewacu mbateye akamo imvugo yose ibaho ikoreshwa na cndd ubu ni ukubahuma amaso bariko babiyegereza kuko amatora yegereye ngo mwongere mwishire mubundi buja bwiyindi bwimyaka indwi, imbono yanje hindura muhe uwundi mugambwe yemwe naho nabo botugirira nabi ariko tugeragereze ahandi haraho twotomboza bigacamwo Imyaka 20 ishize batwara uko badutwaye mwarabibonye burya kwari ukwiyamamaza nubu murabibona amahera yataye agaciro, igitoro agasukari imiti nibindi vyishi abasoda bacu vari guhonera muri congo kuntambara tutatewe, ngo bagwanya inyeshamba kandi aribo batumye zijayo muguhonyanga ivyo basezeranye ntibabeshere abazungu ntamuzungu yaduteye nimba umuzungu yaratwinjiriye ikiraro cabaye bo murakoze
@CharlesBukuru-u2e
@CharlesBukuru-u2e 21 сағат бұрын
Tekana 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@e-kangourouofficial7513
@e-kangourouofficial7513 15 сағат бұрын
Tekereza
@VianneyNkurunziza-j3s
@VianneyNkurunziza-j3s 15 сағат бұрын
Ntawundi mugabwe dukeneye twebwe dukeneye uwutwara neza vyonyene, mbega abobandi batumariye iki ? Mbega mûri kahise bakoze iki twobashimira twara utamena, noneho nimyaka yose twiberey mumunyenga, abasigaye nibagende kurima nayo politique irabaroka
@richardninganza2265
@richardninganza2265 5 сағат бұрын
😊😊😊😊😊😊😊😊😊
Сестра обхитрила!
00:17
Victoria Portfolio
Рет қаралды 958 М.
coco在求救? #小丑 #天使 #shorts
00:29
好人小丑
Рет қаралды 120 МЛН
Umukuru w'igihugu abamwifatiye mu gahanga  ibi nivyo bamuziza
39:34
Domitien Ndayizeye avuze ikintu gikomeye cane
7:08
Appobusiness
Рет қаралды 2,4 М.
Kadyrov Went Against Putin? / Poland Declares War on Russia
11:17
Trump announced the end date of the war / Emergency plane landing
14:05
Сестра обхитрила!
00:17
Victoria Portfolio
Рет қаралды 958 М.