UMUKURU W'IGIHUGU YAFASHIJE ABAKOZI KURI STADE INTWARI || YAJE KURABA IBIKORWA ATANUMWE ABWIYE

  Рет қаралды 5,156

Muse TV

Muse TV

Күн бұрын

Kuri Stade INTWARI, Umukuru w'igihugu yahashitse atanumwe amwiteze (surprise).
Evariste NDAYISHIMIYE yaje kwirabira aho ibikorwa vyo kwubaka Stade bigeze.
Imisi 240 niyo yahawe abariko barubaka ico kibuga mpuzamakungu c'i Bujumbura ngo kizibe carangiye.
Umukuru w'igihugu Evariste NDAYISHIMIYE agishika yaganire na Ir Méthode NDIKUMAGENGE asazwe ahagarikiye ibikorwa vy'ubwubatsi.
Umukuru w'igihugu yasavyeko ibikorwa vyokwihuta kugirango ikiringo bihaye kizokwubahirizwe.
Ahejeje guha ikiganiro umumenyeshamakuru Patrick Paggio Niyonkuru, Evariste NDAYISHIMIYE yaciye afasha abafundi bari mu bikorwa vyokuziga tapis synthétique, maze nabo barahimbarwa.
Kurikirana Muse TV.

Пікірлер: 23
@ericakimana9415
@ericakimana9415 Жыл бұрын
courage mes amis igikorwa ciza cane
@pamelaf4951
@pamelaf4951 2 жыл бұрын
Evariste sebarundi turagushimir cane🥰🥰🇧🇮
@kingmoseskasman7765
@kingmoseskasman7765 2 жыл бұрын
Abarundi Mumufate Neza ndabyishimiye Kuko akunda igihugu chiwe🥰🥰🥰 🥰
@sunduma-official8069
@sunduma-official8069 2 жыл бұрын
télévision yambere muburundi ♥️♥️♥️♥️🙏🙏🙏🙏🙏
@yuthielie606
@yuthielie606 2 жыл бұрын
Très jolie image
@komenchatii
@komenchatii 2 жыл бұрын
ngo bariko basugumana numwami😅🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@amidouhassan1142
@amidouhassan1142 2 жыл бұрын
Il est beau mon pays🇧🇮
@thelion8216
@thelion8216 2 жыл бұрын
A VERY GOOD PRESIDENT MUCH LOVE FROM RWANDA
@jeannkuru2887
@jeannkuru2887 2 жыл бұрын
Camera nzanyu zifata neza... Nguhera kuri ingénieur gushika kumukozi muto, tubasabiye amangara meza jusqu'à la fin du projet.
@Ruff_Strogoff
@Ruff_Strogoff 2 жыл бұрын
Paggio id Big journaliste akora ivyazii nezaa Big up to him..
@MM-dr4nb
@MM-dr4nb 2 жыл бұрын
Paggio ni professionnel mukazi kiwe. Reka tumushimire bikwiye we n’umurwi wiwe kuko bakora ibikor’inka.🙏🙏🙏🙏
@patrickpaggiojournalist2950
@patrickpaggiojournalist2950 2 жыл бұрын
Thanks Ruff Strogoff and MM
@skymultimedia9825
@skymultimedia9825 2 жыл бұрын
💯💯💯💯💯
@onyangocharles9103
@onyangocharles9103 2 жыл бұрын
Nivyiza cane kwire
@onyangocharles9103
@onyangocharles9103 2 жыл бұрын
Muzobandanye mutwereka ibikogwa vyiza vyuko icokibuga bibandanye. Ndabashimiye cane.
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 2 жыл бұрын
🎩
@ndayishimiyesalomon160
@ndayishimiyesalomon160 2 жыл бұрын
Urambire Mutama wacu
@kumurundi6120
@kumurundi6120 2 жыл бұрын
🔥🔥
@MM-dr4nb
@MM-dr4nb 2 жыл бұрын
Vuga twumve, hahahhaa
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV 2 жыл бұрын
Images nziza..cette chaîne est ancienne de combien d'années ?
@musetv1808
@musetv1808 2 жыл бұрын
Murakoze cane. Notre chaîne n’a que six mois d’existence. Vos appréciations, critiques et commentaires sont les bienvenus, car ça contribue à l’amélioration de la qualité. Merci.
@ndayisengaremy7004
@ndayisengaremy7004 2 жыл бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️
@patrickpaggiojournalist2950
@patrickpaggiojournalist2950 2 жыл бұрын
@Evariste @NDAYISHIMIYE umukuru w'igihugu c' u @Burundi
Cool Parenting Gadget Against Mosquitos! 🦟👶 #gen
00:21
TheSoul Music Family
Рет қаралды 32 МЛН
НАШЛА ДЕНЬГИ🙀@VERONIKAborsch
00:38
МишАня
Рет қаралды 2,8 МЛН
Сюрприз для Златы на день рождения
00:10
Victoria Portfolio
Рет қаралды 2,3 МЛН
Ibikorwa vyo kwubaka stade intwari vyoba bigeze ku ntambwe iyihe?
3:58
Umukuru w’igihugu | STADE Intwari ishobora gusakakarwa hose
20:19
Grand entretien avec Dominique de Villepin
1:03:33
Journal l'Humanité
Рет қаралды 965 М.
Cool Parenting Gadget Against Mosquitos! 🦟👶 #gen
00:21
TheSoul Music Family
Рет қаралды 32 МЛН