Umumenyereza w'Intamba mu rugamba arafitiye icizere abo bafatanije ibikorwa bose mu mugwi.

  Рет қаралды 118

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi: Agaciro umumenyereza w'Intamba abona kuri #Youssuf_Ndayishimiye mu Ntamba, Etienne Ndayiragije yemeza ko muri Staff yiwe afise abantu bazi ivyo barimwo afatiye kubumenyi bafise. #Intamba #FFB

Пікірлер: 1
@FamilyAziza
@FamilyAziza Күн бұрын
Komera mutama .Dusaba bakwongere contrat ugume wubaka umugwi.Gusa jewe nogusaba utegure bakinyi bazi gutera ibitsindo badahusha,kuburyo baronse occasion bayi yaza umusaruro mwiza.Ikindi bandanya mubigisha kwirinda gukora amakosa,ashobora kuvamo ibihano ;bituma uwomuriko mukina aronka penalty kubera iyomigwi mugiye guhura isanzwe imenyereye inkino zikomeye ,barikoresha amakosa nkarya yokwigwisha hasi bari muri place de reparation bigatuma bahabwa pernalty.Ikindi bandanya mubagaburira neza abakinyi bacu kugira bagire amagara meza mwongere mubandanye mubakoresha ama exercice physique akwiye kuko bizotuma badatinya umukinyi uwariwese bohura.Hama abafaransa bavuga ngo "il ne faut pas changer l'equipe qui gagne."Gerageza wubake umugwi ariko ntugume uhindagura abakinyi kuma numero basanzwe bakinamwo.Ibisigaye turabishima cane.Keep it up and all the best .
Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:20
Leisi Crazy
Рет қаралды 54 МЛН
Minecraft Creeper Family is back! #minecraft #funny #memes
00:26
Fish farming_Ubworozi bw'amafi (uko filtre iyungurura amazi ikora)
10:21
Fights from film - Sky - (Dir. Igor Kopylov 2020)
29:58
ThundeRMomenTWar
Рет қаралды 2,5 МЛН