Umunyamakuru wa Isaac Tv atejeje ibibazo AMI PRO..|| Biramunaiye kwikura mumitego yiweee...

  Рет қаралды 5,787

Isaac Tv

Isaac Tv

Күн бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 85
@cyriaquebayisenge8950
@cyriaquebayisenge8950 3 жыл бұрын
Sha Isaac yarazanye umu Dada mwiza kand aryosha ikiganiro ababibona like ahohepfo
@obiomizuga5896
@obiomizuga5896 3 жыл бұрын
Uwomukobwa.nisawa.kigari.nturabakwirikiye..kigari.nyarugenge
@walband285
@walband285 3 жыл бұрын
Chanice ndakeneye Contacts ziwe, elle belle
@mutabaziceleus3201
@mutabaziceleus3201 3 жыл бұрын
Waooooo Journaliste akora neza cane warusanzwe ukorahandi canke? Isaac classic Uyubaramugutwaye budakeye kabiri.🤝 akozikiganiro neza
@vanillaakimana9388
@vanillaakimana9388 3 жыл бұрын
Duuuh ubaza neza kabisa urashoboy mukobwa mwiza😍😍😍
@karimukarekezi3671
@karimukarekezi3671 3 жыл бұрын
Sha sinovyeme ubunye nzokwemera kucakabiri
@elientakarutimana2398
@elientakarutimana2398 3 жыл бұрын
Congrat mukobwa wa Isaac tv
@sadiasadia737
@sadiasadia737 3 жыл бұрын
Mashallah arazi akazi vrmt nuwanka agakwavu aremera ko kazi kwiruka vrmt ikiganiro giheze kikiryoshe arabaza neza obintu biri kurutonde big up kabisa komeza uzoshika
@ferdinandnkunzimana1926
@ferdinandnkunzimana1926 3 жыл бұрын
uyu mudada azobishobora kurusha wamu type akunda gupfuvya ibiganiro iyinkumi irashoboye big up
@البي-ز6ص
@البي-ز6ص 3 жыл бұрын
Congratulations Issac TV uzana abazi kubaza question neza👌👌
@raissafabien4285
@raissafabien4285 3 жыл бұрын
Nukur urashoboy. Aribw ugitangur ukab ukoz nkivy courage vrt urashoboy. Komez
@kagaboapolinaire6802
@kagaboapolinaire6802 3 жыл бұрын
Huyu mudem ni hatari Courage sister
@emillehabarugira350
@emillehabarugira350 3 жыл бұрын
Courage sst urashoboye
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 3 жыл бұрын
Katibu sister icombona Isaac TV warazanye abaazi kubazibibazo neza barashoboye Big up
@meshomm7040
@meshomm7040 3 жыл бұрын
Kabisa arashoboye
@ellakorineza1032
@ellakorineza1032 3 жыл бұрын
Courage sister
@aishaafricanas7519
@aishaafricanas7519 3 жыл бұрын
Courage my sister
@fleuryb8706
@fleuryb8706 3 жыл бұрын
Nice.emission n bn.hama la prochaine fois émission uzokora mukugira présentation uzovuge amazina yose chanice Delicia kabanga bizo sonna bien gusumba kuvuga ngo kuri micro murikumwe na chanice.ok MRC.just intererano ntoya
@raissafabien4285
@raissafabien4285 3 жыл бұрын
Nn Isaac kumus asigay aduh ibiganir bireng bi3. Hazogerah aduh cumi. Courage
@isaactv1725
@isaactv1725 3 жыл бұрын
😀😀😀😀😀😀
@hedayahe854
@hedayahe854 3 жыл бұрын
Karibu mwigeme ashoboye
@mamahappy2577
@mamahappy2577 3 жыл бұрын
No1turikumwe100
@nestorbukuru5446
@nestorbukuru5446 3 жыл бұрын
Bien kweri abaza neza cne kweri
@nkljk0170
@nkljk0170 3 жыл бұрын
Courage sister urashoboy cn👏
@mtotowainchi2023
@mtotowainchi2023 3 жыл бұрын
Isaac afise technique, tatuzaniye akademu keza gose, n'akamariyika
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 3 жыл бұрын
haaaaaa ami pro yahejeje kukudraga kuk akubwiye akajambo keza
@esther8032
@esther8032 3 жыл бұрын
Courage mukobwa mwiza
@vyimanaevelyne7728
@vyimanaevelyne7728 3 жыл бұрын
Caurage mukobwa urashoboye uza neza cane
@mariuskokolulema2299
@mariuskokolulema2299 3 жыл бұрын
Congratulations sister, Remarque:mais quand tu pose des questions il faut être courtoise. Thx
@irakozeblaise1067
@irakozeblaise1067 3 жыл бұрын
Ntaw arisugi burek kumuhenda Ami Pro
@irely2153
@irely2153 3 жыл бұрын
Ngo tu ressembles nande?😁😁😁courage Mukobwa😍
@chanissedeliciakabanga7014
@chanissedeliciakabanga7014 3 жыл бұрын
Ng nsa na bikir mariya 😂😂😂
@chanissedeliciakabanga7014
@chanissedeliciakabanga7014 3 жыл бұрын
Hma merciii bku
@guenoleizere9254
@guenoleizere9254 3 жыл бұрын
@@chanissedeliciakabanga7014 courage kibondo
@hafsasango8752
@hafsasango8752 3 жыл бұрын
Pisikali akipenda sivibaya anicheck.shanis
@innocentininahazwe8778
@innocentininahazwe8778 3 жыл бұрын
Ahubw naduh akanumero uyo mwan niw kweli
@junezihashran1583
@junezihashran1583 3 жыл бұрын
Isaac kumteuwa huyo journaliste hujakosea naona yuko poa sana kuanzia kazi yake na uzuri wake ukichangia pia
@jmadave8938
@jmadave8938 3 жыл бұрын
Nilijua tu comment yako haingekosaaa😂😂😂nakubali mzee baba🙂
@junezihashran1583
@junezihashran1583 3 жыл бұрын
@@jmadave8938 hhh bro iciza kirigura man
@jmadave8938
@jmadave8938 3 жыл бұрын
@@junezihashran1583 yeah icizaa kirivugiraaa
@ngendabanyikwajclaude2027
@ngendabanyikwajclaude2027 3 жыл бұрын
Ndaryohewe cane nakino kiganiro,Umunyamakuru wumwuga 🤝SartBoy wabonye ko bashasha bakurusha akazi? Abazaneza cane.Ahubwo Isaac umusamayeko aragucika
@gerardinefafa7656
@gerardinefafa7656 3 жыл бұрын
Isaac plz ndakwinginz ugirire ubufasha kandi Karim Babel wamusore wo mu buyenzi plz ari muri hopil militaire abarundi ntarukndo dufitaniye kbsa ndaziko wew ufise impuhwe Isaac😭😭😭
@uwimanalouise3054
@uwimanalouise3054 3 жыл бұрын
Arabizi cane arubwambere 👍👍👍ndabona isac yaravyeneza courage
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 3 жыл бұрын
uyo mukobwa nimwiza je naravy umudemu sinumvirije ikiganiro
@amyloveburundi9649
@amyloveburundi9649 3 жыл бұрын
😂😂😂😂😂
@iradukundadiattiradukundad6093
@iradukundadiattiradukundad6093 3 жыл бұрын
🤣🤣🤣
@hedayahe854
@hedayahe854 3 жыл бұрын
😅😅😅
@meshomm7040
@meshomm7040 3 жыл бұрын
😂😂😂 abakunzi ba Isaac tv mura nryohera !!!
@raissafabien4285
@raissafabien4285 3 жыл бұрын
😂😂😂😂
@bachunsabimana5848
@bachunsabimana5848 3 жыл бұрын
Ah'ubwo yakubeshe ntusa na vierge Marie,sha we wisabira ko Baku dragua imbere ya caméra,urishirasoni
@christophebintunimana6038
@christophebintunimana6038 3 жыл бұрын
Mukobwa urashoboye bandanya
@ezemanvlogs8987
@ezemanvlogs8987 3 жыл бұрын
Nukuri uza waronka umu journaliste atar Barya ngo ni ba star boy wap
@raissafabien4285
@raissafabien4285 3 жыл бұрын
Na star boy ub arik araza
@christineniyonkuru7137
@christineniyonkuru7137 3 жыл бұрын
😂😂😂😂
@ericniyonizeye3127
@ericniyonizeye3127 3 жыл бұрын
Ushaka akudarag shawobon kumitomayi burets
@bobomusica605
@bobomusica605 3 жыл бұрын
Much respect to you nice girl But Ami pro uti ubony Maman Jésus 🤣🤣 Wavangiw walahi
@eilinli7846
@eilinli7846 3 жыл бұрын
😂😂
@davidmuvunyi2021
@davidmuvunyi2021 3 жыл бұрын
Ami pro aguma amuraba amira amate
@sophieslm6495
@sophieslm6495 3 жыл бұрын
Vyiza cane
@meddymedarditangishaka9412
@meddymedarditangishaka9412 3 жыл бұрын
Isaac Tv yazany aba journalistes bafis ubushuhe bwinshi🤣🤣🤣🤣
@curugwegipfizi3031
@curugwegipfizi3031 3 жыл бұрын
Inyakuramajwi ni fone musore
@evelyneimana9372
@evelyneimana9372 3 жыл бұрын
Yishuraneza ibibazo ntakugara
@laaatlllt4411
@laaatlllt4411 3 жыл бұрын
Courang
@kamarizadivine7963
@kamarizadivine7963 3 жыл бұрын
Haaa karibu mukobwa mwiza
@mylove-fj2se
@mylove-fj2se 3 жыл бұрын
Uyomukobwa numubon kwel
@cishahayosadiki7283
@cishahayosadiki7283 3 жыл бұрын
Uyu mu demu ararenze
@johnclaudioyayatunga5890
@johnclaudioyayatunga5890 3 жыл бұрын
Ami pro uko niko bidodondora nukuri?🤔🤔🤔
@chaneldici7082
@chaneldici7082 3 жыл бұрын
Tu ressembles à la vierge Marie la mère de Jésus 🤣🤣🤣🤣 fire on Isaac Tv
@simeonniyukuri3077
@simeonniyukuri3077 3 жыл бұрын
Tiens !
@didiniyonzima3206
@didiniyonzima3206 3 жыл бұрын
Ego vrm urimushasha ugatangura uku nisawa kabisa bizoz
@fabriceirandinze2167
@fabriceirandinze2167 3 жыл бұрын
Uwubona ko uyu mu sister kwariko araza neza azane izo like nuwemera ko AMI PRO ashoboye murivyose mbone izo like nuwemera lsaac TV
@grandprime7677
@grandprime7677 3 жыл бұрын
Ego ariko nuko yaba jj nuwuzi kwishura ariko arashoboye uyo mudem
@trunkthebest9231
@trunkthebest9231 3 жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/rZ6YmJyqq6eijrM Ukwezi k'umugore guhindagurika. Byinshi utamenye bibaho kugirango umuntu abeho. Iki nicyogihe . Menya igihe cyawe cyuburumbuke ;i
@uonebforever8662
@uonebforever8662 3 жыл бұрын
Courage sister
@sandrenmirabon5602
@sandrenmirabon5602 3 жыл бұрын
Courage sister
Every parent is like this ❤️💚💚💜💙
00:10
Like Asiya
Рет қаралды 26 МЛН
UMWUKA WA TIPO-TIPO MURI ZANCABWENGE
35:10
MAKO Jocker’s Ideas
Рет қаралды 3,2 М.
TUBANE NEZA ll ABAKOBWA BA BUJUMBURA INGESO ZABO
59:19
Isaac Tv
Рет қаралды 3,6 М.