UMUPFAKAZI//THE WIDOW series S2EP06: Ibibintu Angel yobikora koko😳🤔🧐

  Рет қаралды 108,254

Fanny Lavine Official

Fanny Lavine Official

Күн бұрын

Пікірлер: 692
@fannylavineofficial1360
@fannylavineofficial1360 3 жыл бұрын
Kumwe namwe ntakidashoboka ndashima uko mumfata mumugongo IMANA IBAMPEZAGIRIRE CANE 💝 MWUBAHWE 🤝
@doucineigiraneza933
@doucineigiraneza933 3 жыл бұрын
Amen,turagukunda cane courage maman
@bintimossisaidi1443
@bintimossisaidi1443 3 жыл бұрын
Amen chou
@mbazumutimaalain-parfait5023
@mbazumutimaalain-parfait5023 3 жыл бұрын
Akeza karigura mubikora neza kabisa vyoba vyiza mugiye muyiduha ka2 mundwi
@umucoafricatv5508
@umucoafricatv5508 2 жыл бұрын
Ababonye katacayi kirimwo mubikombe 😀👍gusa turabakunda cane
@abelnduwayoofficial
@abelnduwayoofficial 3 жыл бұрын
Courage mubirimwo neza cane
@fannylavineofficial1360
@fannylavineofficial1360 3 жыл бұрын
Thank you Abelo🥰
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 3 жыл бұрын
Ivyo nivyo tuba dukeneye nah rwaserere yamisi yose ntayo dushaka
@raissaraiyannaas3249
@raissaraiyannaas3249 3 жыл бұрын
Umva abantu bari Romantic nka Ribert bajanywe 😁😁nintambara yomuri 1991🤣🤣 gusa courage kubagira numugisha pe 😍😍👌👌
@JAime-mn3vm
@JAime-mn3vm 3 жыл бұрын
Ariko Liberty igikomb kigaragara kweli uranyumije uwabinony nkanje andemere hahahaha 🤣 😂😂 😂😂😂
@alicebutoyi3615
@alicebutoyi3615 3 жыл бұрын
Ababonako. Fanny. Agomba. Azane. Ntare. Yingore. Muburundi. Ampe link
@rachmyrachel477
@rachmyrachel477 3 жыл бұрын
Bing up 3FA turagukeje Kandi hamwe n'Imana vyose birashoboka kuba fans ba fanny lavine dukorumuti tumenyane dukore group tumurabire tumuhe ibahasha imeze neza 🙏🙏
@wakawakatvrw
@wakawakatvrw 3 жыл бұрын
Ntitwigeratunanigwa mwakinye neza uwundi musi nanje nzoza gukina😀😀😀😀😀😀😀 Mw'ubahwe 🙌
@fannylavineofficial1360
@fannylavineofficial1360 3 жыл бұрын
Umuganga Umutananirwa karibu mur team
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 3 жыл бұрын
Wew urikivuruga wohav uzana imivumburo hhhhhh 💋💋💋💋
@fonsenabornda7335
@fonsenabornda7335 3 жыл бұрын
Iyi film irateguye neza kbs😘😘nugutwika Fanny
@stitore2388
@stitore2388 3 жыл бұрын
Fanny libert nabo mukorana courage munkoreye umuti mwubahwe ndabakunda muranyuzuzaoe🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯👌🙏
@ireneaubin661
@ireneaubin661 2 жыл бұрын
Umva ndabakunda cyaneeeeeee !! Mukina neza nkabikunda cyane . Ndareba ikarangira nkongera ngatangira , mbese simpaga films zanyu . mbega weee Robert wee aranyica burundu. Lavine se we !! Mbese mbakunda mwese. Ndabafana cyane . Basi mujye muyiduha byibura 2 fois mucyumweru
@jeannettecimpaye8233
@jeannettecimpaye8233 2 жыл бұрын
Emwe libert arazi kuresha akoresheje amateur Meshi.ngo mbura nguhebera icumba.emwe wamenga agira aviez ivyo twahoramwo muri chine kavuz e Assia
@odetteirakoze9210
@odetteirakoze9210 2 жыл бұрын
Libert nukuri uranryohera cane ukina neza cane Respect urafisimpano Imana igume ihezagira ibikorwa vyawe
@laidayassmine319
@laidayassmine319 3 жыл бұрын
Courage mwese mubirimwo neza gs fanny na libat nimwe muyoboye😍😍😍💪
@nadaiasd9284
@nadaiasd9284 3 жыл бұрын
Wow congratuellection UMUPFAKAZI mushishikar guterimbr We love u so much 💕💖💞
@uwimanalouise3054
@uwimanalouise3054 3 жыл бұрын
Uwomukuzine wa nsoro kama ni solo nimwiza afisubwirabure bwiza ❤️❤️❤️. hama turabakunda time yumupfakazi series
@soniairakoze1839
@soniairakoze1839 3 жыл бұрын
Ntanguye week-end neza. Libert uradufitiye ideni rya Film IMBARUTSO YUMUJINYA.TURAYIKENEYE.Nsoro yoyo Idugeze ahumutima ushaka
@sosoirakoze3706
@sosoirakoze3706 3 жыл бұрын
Ndakund fanny na libati mukinana ubu série ilov ❤️❤️❤️
@peninendayizeye2408
@peninendayizeye2408 3 жыл бұрын
Iyiminota iranshimishije nfise amatsiko yibizokurikira yooo Angel and Libert hejuru cane
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 3 жыл бұрын
Team Queen Fanny never disappoints love❤❤❤❤❤❤ so much
@vivinenibitanga8529
@vivinenibitanga8529 3 жыл бұрын
Fafa senga IMANA ibikoresho bizoboneka,Guma kumavi izokoresha noba utariwiteze ko harico bokora,so💪💪💕
@saras8087
@saras8087 3 жыл бұрын
Yayayayaaa care za libert zirigutuma dushaka gusubira munkund twasa nababivuyemw courage kbs murashoboye
@raissafabien4285
@raissafabien4285 3 жыл бұрын
Sindimwo🤷‍♀️🤷‍♀️niyo bogir igihindi urukundo😥nindyambi🙆‍♀️
@chantaldusabimana9510
@chantaldusabimana9510 3 жыл бұрын
Umufpakazi.hejuru cyane ❤️ uyumusi ndazindute weeee ejo kabaye
@ahishakiyearlene585
@ahishakiyearlene585 3 жыл бұрын
Movie yanj nkunda muranyuzuza💞💞💖💖💃💃
@ashaboroni419
@ashaboroni419 3 жыл бұрын
Woouuuhhhh! Mbegivyiza vyiburundi ndabakunda kanini 😍😍😘😘❤️❤️❤️
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 3 жыл бұрын
Waaaooo mbega urwego Abarundi tugezeko. Abarundi mukunda ivyiwacu❤❤❤ nkanje tumenyane mumpe twatu like duhite twimanukira.Abarundi ahomuri kumpera zine z,isi mwubaahwe cane👏👏 Ndabakunda❤❤❤❤❤💕 drapeau ryu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 hejuru cane🙌🙌🙌🙌📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢
@irakozepamella3259
@irakozepamella3259 3 жыл бұрын
Courage lavine muratunezereje vrt vuba muduhe iyikurikira
@hakizimanaprosper9391
@hakizimanaprosper9391 3 жыл бұрын
Libert ararenze vrm akina neeeeeeeeza cane woouw
@dorineirakoze3608
@dorineirakoze3608 3 жыл бұрын
Welcome back I loves them ❤️❤️🇴🇲🇧🇮
@s3bitv426
@s3bitv426 3 жыл бұрын
Gateranya arakoze ibara 😭 kzbin.info/www/bejne/bIC4dn6AmpV1oZY
@jclch2
@jclch2 3 жыл бұрын
Tumenyane kbs
@noosinoosi6751
@noosinoosi6751 3 жыл бұрын
Nzuri kwer turabakunda cane nsoro na fany ahobari ningombwa batunezereze courag mwubahwe muterimbere nkumuzinga
@emelineemeline6187
@emelineemeline6187 3 жыл бұрын
Yo mana mwubahwe nukur ham funny jew nimer sinazibony nez bishobok uko wozimp uzimp
@lucassgpa3333
@lucassgpa3333 3 жыл бұрын
Courage murashoboye
@sosoirakoze3706
@sosoirakoze3706 2 жыл бұрын
Ngum ndayisubiramw vrt gs fanny ugiye kwibagir ibibazo vyos waciyemwo libati araje agukunde kbs courage ndabemer imana ibaj imbere kbs muter intabw ndende
@sadikimaneno246
@sadikimaneno246 3 жыл бұрын
Fanny ubikor nez🇧🇮🇧🇮❤️❤️💋💋💯💯💯💯
@LèneErnestineGospel9653
@LèneErnestineGospel9653 3 жыл бұрын
Fanny lavine muracari number one respect
@chimyornyvette3883
@chimyornyvette3883 3 жыл бұрын
Icomukoxe murankumbuje akarobe😋😋😋Angel urakunzwe kandi caane😍 ndonse nkumuhungu ankunda nkuko kabisa twobaturi muri paradiso🤭🤭 ndabakunda caaane🥰❤🇸🇦🇧🇮
@cynthiairadukunda4091
@cynthiairadukunda4091 3 жыл бұрын
Ariko Fanny basi ndashaka basi kotwohura numusi numwe❤️❤️
@mbazumutimaalain-parfait5023
@mbazumutimaalain-parfait5023 3 жыл бұрын
Vyiza kabisa ndabona ribati atew akadobo me raba mutunyarukirize muduhe izikurikira Vyoba vyiza mugiye muziduha ka2 mundwi
@musaniwaboange8978
@musaniwaboange8978 3 жыл бұрын
Wawooooooo Rebart hejuru cyane muhungu mwiza unteye emotions nyinshi
@josephaty1234
@josephaty1234 9 ай бұрын
Abarundi nabarundikazi ndaba♥️♥️♥️cn
@dativenibitanga5274
@dativenibitanga5274 2 жыл бұрын
Muratwishe basi,wawooo,bury ni film canke nivyanyavyo jew vyacanze,big up
@alinenizigiyimana8266
@alinenizigiyimana8266 3 жыл бұрын
Courage vyose birashoboka iman imber
@iteritekanananadege8177
@iteritekanananadege8177 3 жыл бұрын
Waaaooo nukuri Angel ndaryohew kub wakiz 😘😘mwubahw cyane🙏
@inessinzinkayo8278
@inessinzinkayo8278 2 жыл бұрын
Ndashoboye kuba nkunze ukuntu libert akina 😍murashoboye kweli
@ntakarutimanajoselyne7163
@ntakarutimanajoselyne7163 3 жыл бұрын
mbega film we 🔥🔥🔥🔥👌👌
@omerirankunda
@omerirankunda 3 жыл бұрын
Number one🇧🇮✌️❤️
@fannylavineofficial1360
@fannylavineofficial1360 3 жыл бұрын
💝
@anicetnzitunga7461
@anicetnzitunga7461 3 жыл бұрын
Twari tuyinyotewe!❤❤❤❤
@pkfj1udhg476
@pkfj1udhg476 3 жыл бұрын
Uyumusi nje mubambere nukur nangumye ndaba none ntevyegato sanze bantanze mwubahewe ndabakunda mwese imana ibaje imber muvyamyu
@fatmasaf63
@fatmasaf63 2 жыл бұрын
Mwubahwe kweli murashoboye👌👌👌♥️♥️
@josephciza627
@josephciza627 2 жыл бұрын
Ndabanezererewe cane mukina neza cane gusa mwari kutwereka kuri airport mwagiye kumwakira ingene vyagenze Libert nawe yari yiteguriye kurarana umugore baca bamuer'indobo pole sana gusa ndabakunda cane Libert uruta abakinye kuva kera bose uri très Romantique ku mitoma urarenze vrt
@fannylavineofficial1360
@fannylavineofficial1360 3 жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/i2i1gIl7ebdmn9U NSORO EP6
@Roza-on6km
@Roza-on6km 3 жыл бұрын
Urukundo nigogereeee 👌👌🇧🇮🇧🇮💯💞💒🥂🎂
@laenyalazmi8978
@laenyalazmi8978 3 жыл бұрын
👌👌🙏👰👫
@justinkim4123
@justinkim4123 2 жыл бұрын
Tuzogushigikira. Hama #umupfakazi ibandanya gutwika🔥🔥🔥🔥
@jeanbertrandnkurunziza3296
@jeanbertrandnkurunziza3296 3 жыл бұрын
Fanny dushaka 2 séries/semaine Courage sana🥰
@talentrisertv4436
@talentrisertv4436 3 жыл бұрын
Ati "Igitsina kobwa" Hhh, ew Libert uranyish, gusa ako ga "Scène Kari Like Waouuuuh, was looking like za film zica kuri Novela F1👌 Good Job Guys! Gusa Sound Muri Scènes za mbere ntiyari itosoye neza, muzokitondere next Time,...
@denisehakizimana9828
@denisehakizimana9828 3 жыл бұрын
Ugire umugisha umukama abanenawe 👍👍🇨🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@sosoirakoze3706
@sosoirakoze3706 3 жыл бұрын
Yooooo harahiye koko ❤️❤️❤️❤️yooo mbegawe libati nimurabe muz muyiduh 2 mucumweru kuko ndabon hagiye gusha kbs
@uwimanafidia6162
@uwimanafidia6162 3 жыл бұрын
Yooooh Mana abarundi turashoboye fanny mubikoze neza duhe iyikurikira nimudutevy🇸🇦🇧🇮🇧🇮
@Marry-r7w
@Marry-r7w 3 жыл бұрын
😂 😂 😂 Ndagukunda peeee 🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮💕❤️❤️🥰
@mariegraceigiraneza150
@mariegraceigiraneza150 3 жыл бұрын
Mwari mutwicishije inyota🤣🤣😍😍😍😘😘🔥🔥🔥🔥🔥👌👍🤗
@bararunyeretsejeanmarie9840
@bararunyeretsejeanmarie9840 3 жыл бұрын
Haaaaa haaaa na Abel Nduwayo arakomanseko,numuriro umazimisi waka,, Imana ibafashe mwongere mwumvikane,,muriko mucanamwo aba Fans ntibiturwa neza
@girukwishakaclaudine8672
@girukwishakaclaudine8672 3 жыл бұрын
Turabasavye muze tumenyane abakunzi ba 🇴🇲🇧🇮👌🙌twa like 🤲
@dinenadi1702
@dinenadi1702 3 жыл бұрын
Mukundwa wanj Fanny courage kbx Imana igushikane nahandi hose turagukunda cn 🇦🇪🇧🇮
@christellairakoze532
@christellairakoze532 3 жыл бұрын
Mana yaaanjeeee weeee,kuva iyi film irankunkumuye pe,iraryoshe sibanga
@beaimfurayase4482
@beaimfurayase4482 3 жыл бұрын
Nukur uwonkunda nkuku nokwinjirawese namahaha namara ikibagiyeho numutima🤭Aguru yoyo numutwe ngo Dwiii😂😂😂😂😄🤭
@beaimfurayase4482
@beaimfurayase4482 3 жыл бұрын
Ahonihenze bisigura Amaguru 😁😁
@jailiirankunda1004
@jailiirankunda1004 3 жыл бұрын
😀😀😀😀😀
@اليسالبورندي
@اليسالبورندي 3 жыл бұрын
🤣🤣😂😂😂
@Roza-on6km
@Roza-on6km 3 жыл бұрын
Unupfakazi ntumemyane👌👌👌🥰
@monyaaboalez3774
@monyaaboalez3774 3 жыл бұрын
Murateba caneee bamwe idushikir tutagisinzir nukur sivyiza🤦‍♀️🤦‍♀️🤦‍♀️🥰🥰🥰🥰💖💖💖💖💖
@sandrinendayishimiye8158
@sandrinendayishimiye8158 3 жыл бұрын
Ndazindutse kabisa nanj
@cycy8854
@cycy8854 3 жыл бұрын
Courage kbs murashoboye Libert na funny mwubahwe kbs turabakunda sana gus mbamuyiduha nka lundi na jeudi basi kk hagera twahwerey💕💕💕💕💕🔥🇧🇮💪
@mugishaclarisse8130
@mugishaclarisse8130 3 жыл бұрын
Waoooo twari tubakumbuye❤❤❤
@blandinetuyisabe4900
@blandinetuyisabe4900 Жыл бұрын
Hahiye kbs je ndarota cnke nizereko ribert na Fanny mutariko mukina ahubwo arivyo💪
@happineshappy9359
@happineshappy9359 3 жыл бұрын
Wouuw mbega film 🥰🥰🥰🥰🥰 ndabakund courag
@HermesNdihokubwayo-e2m
@HermesNdihokubwayo-e2m Жыл бұрын
Ndabakunda mwariz muramenya ndakunda ukuntu mukina ❤ MPA kwizo bulette
@OkOk-tv9bs
@OkOk-tv9bs 3 жыл бұрын
Mwubahwe Caan 🙏 mwabiteguye neeza i love you somuch 💋💋💋💋💋💋💋💋💋 so courage
@akimanajoselyine8319
@akimanajoselyine8319 3 жыл бұрын
Basha libert na enjo muranyishe mbega film ihabura neza big up saana My familly ndabakunda irimwo inyigisho nyishi vrma vuba muduhe ep 7 hahire rimwe vrma
@novelyne
@novelyne 3 жыл бұрын
Igihinde🤩🤩je S8 fier de vous m'y actors♥️
@mediatriceniyomwungere503
@mediatriceniyomwungere503 2 жыл бұрын
Yayayayaaaa mbega imitoma🤗🤗Libert wubahwe!!
@seigneurdieu9351
@seigneurdieu9351 2 жыл бұрын
😭😭😭nacerewe iyo romantique ya libert iratesa❤😂
@nshimilily781
@nshimilily781 2 жыл бұрын
Muhezagigwe caaaaane Libert&Fany👍 gusa mutunyarukirize suite
@khadijaty7148
@khadijaty7148 3 жыл бұрын
Yooooooo manaweeee Firim nzizaa caneee gosee 💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞🙏🙏🙏
@nijimbereaimable9947
@nijimbereaimable9947 2 жыл бұрын
Waouhhh so cute. May God bless yours talent
@hacimanaaminizo9332
@hacimanaaminizo9332 3 жыл бұрын
Iyuva urazi gutanga care kumitoma irenze
@loverylovery4514
@loverylovery4514 2 жыл бұрын
This best movie next please Fanny from USA hop this wil be first win KZbin so can get money help venatn?
@angeburundifggfgg8755
@angeburundifggfgg8755 3 жыл бұрын
Ndakurahiyee..najewe..uwumusi..nda.hashitse..kare.kuko..nara.ranye.ibirato.nukuri.16..haaa..umva.ababoss.tumenyane🤙🤙🤙👊👊🥰❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@claudineuwizeye871
@claudineuwizeye871 3 жыл бұрын
3FA ndabakunda cane gose❤️❤️❤️
@rinkaoman9682
@rinkaoman9682 2 жыл бұрын
Nimuzemurashiramwo nicongleza nabazung barakunda film ndumdi abarabu bambariYe ndaberek film ncandabereka iyitwa urugendo barayikunz kumpamv yukwo mwashizemwe icongleza🙏🏻🙏🏻
@jajakajaniri5813
@jajakajaniri5813 2 жыл бұрын
Mwubahw vrt ✔️✔️🔥🔥🔥 courage Can ❤️❤️ beautiful. Film 🎥🎥 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦
@daphrosekubwimana2587
@daphrosekubwimana2587 3 жыл бұрын
Oh c'est bon et courage je vous aime
@rindaklelia7986
@rindaklelia7986 3 жыл бұрын
Lavine imana iguhe ivyowipfuza gushikako turagukundacan
@fdff3980
@fdff3980 3 жыл бұрын
Ndababwire jew iyi filme ndayikund kuber ribart na fanny murankuraho nkapfa nkahwera🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 nukuri mudukorer umuti mutunyarukirize Ep 7
@ininahazwedaniella7948
@ininahazwedaniella7948 3 жыл бұрын
Thank you so much fanny utere imber vraiment 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💯💯💯💯💯💯💯💞💞
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 3 жыл бұрын
Yooooooo iyi série basha iraryoshe cane iratesa ndameye kbx gusa nanje nciye ngira uburoho bwizo boulettes 😂😂😂😂😂😂😂😂murakankoze
@irankundarogers6698
@irankundarogers6698 3 жыл бұрын
Wow napenda film zako dada uranshimisha
@mutamatv7128
@mutamatv7128 3 жыл бұрын
Ivyakwirikiye Niki ni rumonge Aho mwar mwiyumviye ibindii🤣🤣🤣
@samniyosabasamuel6255
@samniyosabasamuel6255 3 жыл бұрын
Hamwen'Imana vyose birashoboka bizocamwo nibikoresho uobibona
@cynthiairadukunda4091
@cynthiairadukunda4091 3 жыл бұрын
Ndaryohewe mwari mwayitebeje💋
@viviakezakimana26
@viviakezakimana26 3 жыл бұрын
Uyumusi nazinduts Fanny lavine udukoreribintu nez cn😘
@Fildaus6306
@Fildaus6306 3 жыл бұрын
Yoooh you make me in feelings really Angel na Libert mufite impano zidasanzw mugukin film vrma Imana ibahe gushika iyo mwipfuz kugera hama Imana yabany naw igushboz kuronk amahirw film urugendo ikab iya 1 ntaho yagiy tuvyizer cane ko hamw n'amasengesho nogufana mumugongo bizogend nez ukonger kuronk aryamahirw bb Angel turabakund caaane bz bz
@sacalm3643
@sacalm3643 3 жыл бұрын
Libert aratwica kumitoma
@DivineArakaza-v5s
@DivineArakaza-v5s 5 ай бұрын
Waooooooh❤❤hejure caan nih mbashak❤❤
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 3 жыл бұрын
Gus rer muradutevya tubatwayikumbuy vyadange arik ntakabay gus💯💯❤❤❤
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 3 жыл бұрын
Naraye ngaha noe bantanze kuzinduka🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ndabakunda cane Fanny na team yawe mwubahwe turabakunda cane mwubahwe bzbzbzzzzzzz hama turiteze kubashigikira knd bizokunda🙏🙏🙏🙏 IMANA imbere
@peninendayizeye2408
@peninendayizeye2408 3 жыл бұрын
Mpore dodo jewe nagumye ndaba ndabura none mbaye mubanyuma🤣🤣🤣
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 3 жыл бұрын
Nic courage 🇧🇮💪💪💪💪🇮🇹 films yabaye ubuki
@niyonzimairene2296
@niyonzimairene2296 3 жыл бұрын
Libbat ndagukunda cane vyimva mutima amajambo yurukundo rwawe angera ahantu neza neza nkisanga muyindi isi nshasha
UMUPFAKAZI//the widowS3ep1 :Namarira gusagusa😭MANA IGARAGAZE🙏
22:58
Fanny Lavine Official
Рет қаралды 68 М.
When you have a very capricious child 😂😘👍
00:16
Like Asiya
Рет қаралды 18 МЛН
99.9% IMPOSSIBLE
00:24
STORROR
Рет қаралды 31 МЛН
Chain Game Strong ⛓️
00:21
Anwar Jibawi
Рет қаралды 41 МЛН
DON'T FORCE LOVE (Ntugahate urukundo) #series EP1 #burundi
20:12
ISEKE FILMS
Рет қаралды 76 М.
UMUPFAKAZI SERIES S5EP3 :Yoo yamukunda 😢 none bigende gute 🤷
26:08
Fanny Lavine Official
Рет қаралды 63 М.
When you have a very capricious child 😂😘👍
00:16
Like Asiya
Рет қаралды 18 МЛН