UMURUNDI AZANYE UMUGAMBI W'AKARORERO KU RWARUKA🇧🇮 INYISHU KU GITORO, AMAVUTA, IMITI, IFUMBIRE...

  Рет қаралды 4,881

Fulgence Mika

Fulgence Mika

Күн бұрын

Пікірлер: 47
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 2 ай бұрын
Kora partages dushikane ibikorwa kure!🙏❤🇧🇮 Wipfuza kuyaga na DAVID!👇 +25779440814
@TuyisabeDavid-q1v
@TuyisabeDavid-q1v 2 ай бұрын
Merci beaucoup Bwana Mwaragize neza kumpa ikiganiro ndipfuza ko abarundi bohaguruka bakadushigikira
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 2 ай бұрын
Imbere ni heza cane!🤝🇧🇮❤️💪
@KennoKanse
@KennoKanse 2 ай бұрын
Muri iki gihe nagirango igicu c'Imana gihagaze hejuru y'uburundi🎉🎉🎉🎉.
@niyibitangajeanberchmans1897
@niyibitangajeanberchmans1897 26 күн бұрын
Turi abana twagishira mu mapine y ikimanagara caranyaruka hama umuce ugaca waka, rero vyotahurika ko kirimwo amavuta kumwe na source d energie( ivyo yise gitoro) Nibarabe neza ko bifashe nayo ahandi amashirahamwe azoca yirara muri ayo mashamba atariko ararimwa hama ishinge rihinduke amahera.
@francineirakoze7590
@francineirakoze7590 Ай бұрын
❤❤murakoze
@LovelyChowChow-gj2df
@LovelyChowChow-gj2df Ай бұрын
Murakoze can😂 dev nkabarimyi turashimye cane. Nimukomeze mutugwirzakazi
@PhocasNSHIMI
@PhocasNSHIMI 2 ай бұрын
Nakore ibintu bimeze neza. FULGENCE nawe Satira umubaze vyinshi tumenye vyinshi
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 2 ай бұрын
🙏🙏🙏🤝❤️🇧🇮
@IninahazweLeonce
@IninahazweLeonce 2 ай бұрын
Emwe nukuri birahimbay nanje bitumy numva nokwifatanya nawe
@omarngarukiyintwari6870
@omarngarukiyintwari6870 2 ай бұрын
waje nk'inyishu kubarundi bashaka gukira ubukene
@IsaacNsengiyunva-yc6vy
@IsaacNsengiyunva-yc6vy 2 ай бұрын
🎉
@gateyeye-xp9xi
@gateyeye-xp9xi Ай бұрын
Bjrs jewe nabirimye ngaha muri uganda ngira indimiro itambara ubusa nabona ari ubugaragwa none bishogwa he (marché) bihingugwa gute
@PhocasNSHIMI
@PhocasNSHIMI 2 ай бұрын
Imishatsi, inzara, Angeri. Igitoro vyose biva mukibonobono
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 2 ай бұрын
Kirahingurwamwo amavuta yo gusiga imishatsi, kirahingurwamwo ibitoro, hamwe n'ifumbire!
@garythebeast3056
@garythebeast3056 Ай бұрын
Castle oil irazinvye kandi namavuta meza cane nanje nzokirima
@ibrahimmkapa6355
@ibrahimmkapa6355 2 ай бұрын
Kandi ib bintu nani nivyo .kuko ababizi hanze yigihugu ubu baramaze kwitexa imbere
@1lovefam
@1lovefam Ай бұрын
Bougis yo ndabizi twarayikora turi abana.
@fadjilinijimbere6230
@fadjilinijimbere6230 2 ай бұрын
Terimbere🤟
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 2 ай бұрын
🙏🙏🙏🤝🇧🇮💪❤️
@NikobariJacqueline
@NikobariJacqueline Ай бұрын
Turangire imbuto tukirime
@NibasangeAline
@NibasangeAline Ай бұрын
nivyiza mugenzi naje ndavyipfuza
@BintunimanaChristophe-t4e
@BintunimanaChristophe-t4e Ай бұрын
Jewendifujeko nokirima imbuto nozibonagute?
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Raba comment yambere umwandikire
@feregiz2479
@feregiz2479 2 ай бұрын
image image image svp Durant le montage y ikiganiro muze mugira akigoro avant publication de votre émission
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
🙏🙏🙏🤝
@AugustinNgabirano
@AugustinNgabirano Ай бұрын
Ndasavye mika ansige nimero yiwe
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 29 күн бұрын
Yirabe muri comment yambere itangura aho hejuru!
@alexandrendayiragije8510
@alexandrendayiragije8510 Ай бұрын
Jew nkiri umwana muto nka 13ans twakinisha intete z'ico kibonobono mugukoramwo ama bougies! Kandi zaraka pe!
@chrisniyomukiza1684
@chrisniyomukiza1684 2 ай бұрын
Musore ndabona ibintu biriko biratra imbere
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 2 ай бұрын
Kuber'Imana umuntu arabishima kbx!🙏❤️🇧🇮
@alphonsehabonimana6564
@alphonsehabonimana6564 Ай бұрын
Ndasavye mumpinomero yuyumuntu ndakirime angurire nibabishoboka
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Raba muri comment yambere numero ziriko!
@alphonsehabonimana6564
@alphonsehabonimana6564 Ай бұрын
Ndayirabe gute mfasha muzobamukoze
@alphonsehabonimana6564
@alphonsehabonimana6564 Ай бұрын
Kandi ngombanuko nshiramwumutayi ngwa. Bana bagirekazoza keza nivyaba atarivyintara arivuabarundi murakoze
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
79440814
@NdayizeyeCharlo
@NdayizeyeCharlo Ай бұрын
Ikibazo nukubirima ukaburisoko yavyo
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Isoko irahari tora numero aho muri comment yambere!
@GilbertNishimwe-i7z
@GilbertNishimwe-i7z 2 ай бұрын
Uwumugambi nukuwushigikira nacane cane
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 2 ай бұрын
🇧🇮💪❤️🤝
@EliasSindayigaya-v2t
@EliasSindayigaya-v2t 2 ай бұрын
Mutubarireikirokirikwibeyiyangahenone
@NdayikengurukiyePierre
@NdayikengurukiyePierre Ай бұрын
Umugambi nisawa duhe numéro tubaronderako
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Raba comment yambere!
@BintunimanaChristophe-t4e
@BintunimanaChristophe-t4e Ай бұрын
Uvyo uvuze nukiri ahubwo duhe nimro tukuronderako
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Raba muri comment yambere!
@JeremieSiboniyo
@JeremieSiboniyo 2 ай бұрын
ikiro congugwa angahe?
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 2 ай бұрын
Bivana n'isoko uko rihagaze!
ТВОИ РОДИТЕЛИ И ЧЕЛОВЕК ПАУК 😂#shorts
00:59
BATEK_OFFICIAL
Рет қаралды 4,4 МЛН
Ice Cream or Surprise Trip Around the World?
00:31
Hungry FAM
Рет қаралды 16 МЛН
ТВОИ РОДИТЕЛИ И ЧЕЛОВЕК ПАУК 😂#shorts
00:59
BATEK_OFFICIAL
Рет қаралды 4,4 МЛН