Merci Anitha Nanje narigeze kwumva Madame INGABIRE abivuga nca ndabaza umuntu ashobora kuba yari ahari murico gihe. Yansiguriye ko igituma mu Burundi bafashe umwanzuro wo kudafatira ku manota amawe ya concours ku bana baba nyamahanga n'abana babarundi ni iki: Abana babarundi biga bataha mu caro(rural area) amashule yaba ari kure mu guhe abana babanyamahanga( impunzi) wasanga baba mu bisagara canke muma kambi y'impunzi amashule akaba hafi yabo ku buryo les facilités d'approximité zitangana ku mubare munini w'abana babarundi ugereranije n'abana babanyamahanga. Madame INGABIRE niba ntihenze yavuze ko icamubabaje nuko be n'umuvandimwe we batabahaye faculté de droit bose. Hano ndumva nogira ico nvuga jew ubwanje. Madame INGABIRE wibuke neza ko yaba faculté de droit yizwe n'umuvandimwe wawz yaba faculté d'économi ww wize zose zitwa Facultés *NOBLES* zigwa nabana babahanga canke bavuka ku bantu bakomeye. Aho ntitwemeranya nawe umbabarire nubwo nkunda principes zawe uri n'umudame w'icitegererezo canje,aho sinemeranya nawe. Ngarutse kukibazo ca le nombre d'élèves babwirizwa kuja muri secondaire naratembeye mu nkambi imwe y'abanyarwanda i Mishiha. Ni mu Cyaro yes ariko umenye ko ugereranije n'abandi bana baba autour de vous ni abana babanyarwanda batora concours cane kubera izo facilités bahabwa na HCR mu gihugu nk'uburundi kibakunda. Amashure yari make cane kuburyo uretse ngo bose bagire icarimwe wari guhava usanga amashule ariko yigamwo abana bafise izo facilités gusa. Norangiza mvuga ko umwanya muto nabonye abanyarwanda ndatangaye kwumva bavuga ko mu Burundi bafashwe nabi🤭🤭🤭 Sivyo na gato kuko no mubategeka ico gihugu uyu munsi benshi mubafata ama décisions bavuye mu Burundi no muri Congo nubwo hari nabavuye ahandi. None bajejwe ayo mabanga kubera iki? Ni guko bize izo facultés nobles navuze hejuru. Anita abivuze ukwo yilimise cane kuko avuga afatiye kubo babana mu Ngagara Nanje nvuze uko nfatiye kubo twabana bo baba muma centres y'impunzi ya ruguru nanje mba mu caro. Ntivyasa ufatiye kuri ugwo rugero gwa les facilités zo kwiga kudandaza......eka no gukora. Mukomere banyarwanda turabakunda turavukanaaa ❤
@anitanziza7116 Жыл бұрын
❤
@alicendayisaba4424 Жыл бұрын
Merci ma petite soeur ufise umutima udasanzwe nivyiza gusab.imbabazi n.Imana inezerwa n.imitima iciye bugufi
Nanjye nibereye muri sweden. Ndumunyamurenge. Ibyuwomubyeyi avuze byose nukuri gusa umwanya ubayemuto. Reka muramutse mugisedws😅 Hej Anita jag tackar dig du är en duktig kvinna.
Baragenda babaze famille Jeannette Nyiramongi Kagame,ibihe yabayemwo i Burundi n'ubwo bari impunzi,ko bigeze biyumva nk'impunzi! N'abandi,...tutodondagura
@anitanziza7116 Жыл бұрын
👊
@anitanziza7116 Жыл бұрын
@@user-dz7cj9ov1p ❤
@alinenimbeshaho7649 Жыл бұрын
Koko abarundi nabanyarwanda tumeze nka spaghetti…bizi cane nkabatwebwe dufite abavyeyi bavanze 😁💜 uri umu Mama wintwari.
@shenge4759 Жыл бұрын
Nahageze reka ntege amatwi numve ikiganiro Mumpe na like mbabanye uwa 1
@beniebenie232 Жыл бұрын
Anitha ndakwibuka twiganye kuri ADEPE école primaire de Ntahangwa kwa CIZA muri 6ème primaire. Ariko nari muri classe ya Sophia. Je suis Rwandaise navukiye i burundi. Igikuru nuko twari dufise amahoro kiriya gihe. Kandi ikigongwe turagitanze ❤❤❤
@alicendayisaba4424 Жыл бұрын
Nanje narize ADEP kwa Sophia Ciza yatwigisha ibiharuro maman yarakunda iryo shule sinibuka ko petite soeur Anita nawe yahize
@beniebenie232 Жыл бұрын
@@alicendayisaba4424 Peut-être murasa cane ni période hizeho ba Gahisha Yvette na Joselyne
@alicendayisaba4424 Жыл бұрын
@@beniebenie232 oya jewe ndi mukuru wa Anita mdamuruta cane nize kuri ADEP muri année scolaire 1981 dt 1982
Anita bonjour, kirya gihe amashule yari make kandi Bose baba muri internat harihakenewe aba fonctionnaires au service de l' État babigira aussi pour encourager les nationaux ariko vyari muri primaire kandi les places au secondaire zari limiter ariko secondaire ntakibazo bafatwa cokimwe murivyose gusa les rwandais beshi baraba docteur et professeur vraiment zari poste nziza kandi Bari très apprécié baribaciyubwenga kandi abarundi barabakunda cane kubera ses services rendus
Sha ndumurundi,kare narabivuga,ariko ntabwo babimenya, nivyiza ko mutanguye kubitahura
@aliceingabire9554 Жыл бұрын
Sha America ni nziza pe
@camarandagiwenayo7086 Жыл бұрын
Ba mureka gukavya.benshi no mu bene gihugu bahabwa ama sections na ma facultés batatoye.baza bright wo kuri RBA ko yize journalisme ari yo yatoye
@laurenceuwamahoro368 Жыл бұрын
Ikaze Anitha iwacu mu Rwanda
@bizindavyiconstantin9348 Жыл бұрын
Bite?
@FifiKabatoni8 ай бұрын
5:03 turabakunda sabin
@donjusteniyo7736 Жыл бұрын
Anita 🇧🇮🇧🇮
@falesbanda7520 Жыл бұрын
Abarundi turabakurikirana kunsimbi tv mumpe lik
@bizindavyiconstantin9348 Жыл бұрын
Sabin kandi ndanezerewe kubona Anita aha kuri Isimbi kandi nsanzwe ndamuzi kuko arimumuryango iwacu. Anita sha ikiganiro canyu kiraryoshe caaane. Uramutse famille cane.
@jeandedieunsabimana3348 Жыл бұрын
Nanje ndasuhuje abanyarwanda twabanye mu cibitoke ca Bujumbura canecane abo twabanye kuri 11 avenue no23
@beatricegatarayiha4585 Жыл бұрын
Ohhh mwana Bijeyi 🙌🙌🙌🙌, nanjye iwacu hari mu Cibitoke kuri 5 iruhande ya Kamenge. Mboneyeho gusuhuza abaturanyi bose biwacu, nti Amashyo.
@johnnybegood92 Жыл бұрын
Félicitations comme 1er Burundaise à le dénoncer ouvertement et DEMANDER INNOCEMMENT CE PARDON 👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👍🏾 Je suis mix Burundo Rwandais comme des milliers !!!! Ego nivyo gose vyarabaye goseee, comme Rwandais de nationalité, QUE CELA NE CE REPRODUISE JAMAIS. It’s purely RACISM on kids …. TACK SÅ HEMSK MYCKET 🙏😘