Umushikiranganji amenyesha ko iry'Umukuruw'igihugu yavumereye ariryo ribahagurukije

  Рет қаралды 4,644

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

Пікірлер: 15
@AlexisBashirahishize
@AlexisBashirahishize 7 сағат бұрын
Iyo abanyagihugu batarishe amakori nukuvuga ko hariho agahaze ,kuko ahandi abanyagihugu bariha amakori batidoga kuko abagarukako bivanye nivyo agiye gukora . Nukuraba rero igituma
@lostboy2608
@lostboy2608 10 сағат бұрын
Mwebwe ntakazi mushoboye. Kuki murindira abe ari NEVA abibamenyesha kugira mutangure gukora😢😢. Ahubwo iyo ihera kwirukana mwebwe
@RutareIrambona-gh1d
@RutareIrambona-gh1d Сағат бұрын
😢agahaze ntikibura kuko ibisuma biba amakori yigihugu badatujijwee
@calebciza2568
@calebciza2568 10 сағат бұрын
Hhhhhhhh aba bagabo jew bazabanyica nagatwengo 😂😂😂 Président acecetse bose bacika imihwiji ntuzumva baryogoye iyavuze uzubona bikumagura bakigira nkabakaze bagatangura kwerekanako bamushihikiye isuku uwonyen ryarunaniye ivyukwiyungura asanzw arongoy vyarabaye ndans ivyibicir nakananira bahinga ubunah kubera mutama Neva yavuze aciye ahaguruk nae yerekaneko nae akaze apre une tuzoraba😅😂😂😂😂😂
@Pierre-h5c
@Pierre-h5c 2 сағат бұрын
Indyandya zambere.
@JeanTangishaka
@JeanTangishaka 7 сағат бұрын
Emwe igiturire kigiye kuribwa
@JeanTangishaka
@JeanTangishaka 7 сағат бұрын
Akajagari
@majoropierre9197
@majoropierre9197 32 минут бұрын
None abo bantu ni bande ga yemwe, aho mwabavugiye?
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 4 сағат бұрын
Kuvuga murabambere ariko mubikogwa ni 0 ariko mwogomba mwobikora kuko birabaraba kandi muzobibazwa
@GilbertIrankunda-l1u
@GilbertIrankunda-l1u 3 сағат бұрын
Mbe ntarubaka KO atampeta tubona kkkkk
@AlexisBashirahishize
@AlexisBashirahishize 7 сағат бұрын
Mbe none uyu sumushikiranganzi w’intoro yohagati mugihugu. Ikibazo ivyo ariko aravuga vyukuri bijanye nakazi ajejwe?
@RutareIrambona-gh1d
@RutareIrambona-gh1d Сағат бұрын
Waapii nakajagari gusa
@HabonimanaTherence
@HabonimanaTherence 2 сағат бұрын
Hhhhh
It works #beatbox #tiktok
00:34
BeatboxJCOP
Рет қаралды 41 МЛН
My scorpion was taken away from me 😢
00:55
TyphoonFast 5
Рет қаралды 2,7 МЛН
Amakuru yo ku wa 19 Kigarama 2024
42:53
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 8 М.
5 Ways to Handle People Who  Don't Respect You | STOIC PHILOSOPHY
29:24
James The Stoic
Рет қаралды 811 М.
Zo bereid je je voor op oorlog
22:58
NOS op 3
Рет қаралды 433 М.
It works #beatbox #tiktok
00:34
BeatboxJCOP
Рет қаралды 41 МЛН