Umushikiranganji wa mbere Gerevasi Ndirakobuca yatahutse ava mu rugendo mw'izinga rya

  Рет қаралды 8,461

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi : Umushikiranganji wa mbere wa Reta y'Uburundi Gerevasi Ndirakobuca yatahutse kuri uwu wa gatatu ava mw'izinga rya #Zanzibar aho yari yaserukiye Umukuru w'Igihugu c'Uburundi mu birori vy'uguhimbaza imyaka 60 iheze izinga rya Zanzibar ryikukiye.

Пікірлер: 4
@user-jm2ld3mf8k
@user-jm2ld3mf8k 7 ай бұрын
Bashingantahe!!!! Protocole harimo utunenge,Tapie rouge niyumukuru w,igihugu gusa ikindi naho president aba agomba guherekezwa nimodoka nibura 4 kuzamura ziteye kimwe zisa zihagurukira rimwe kandi zikihuta mumpamvu nyinshi cyane cyane umutekano wiwe!!
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 7 ай бұрын
Nanje ntyo! Kandi urakoze kudukebura.
@user-tg5jj1ic9g
@user-tg5jj1ic9g 7 ай бұрын
Niyirambire mutama wacu
@manasseninteretse8510
@manasseninteretse8510 7 ай бұрын
Protocole bahengamye gose atarinagato, bihenze kwitapi !
When you discover a family secret
00:59
im_siowei
Рет қаралды 35 МЛН
Running With Bigger And Bigger Feastables
00:17
MrBeast
Рет қаралды 210 МЛН