Umushikiranganji wa mbere mushasha Gervais NDIRAKOBUCA yarahiriye ayo mabanga

  Рет қаралды 44,746

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Пікірлер: 34
@jaheverest8754
@jaheverest8754 2 жыл бұрын
president Evarist urakoze akazi keza, gukura aboninyi nibisuma, naruswa, kugirango abanyagihugu boroherwe.kuko igihugu cacu kirateye isoni mwisi, kubera turabakene mwisi yose, bandanya ukumura abasigaye, nibinebwe nibisuma nabaruswa muri Goverment.hanyuma uburundi butunganigwe,Kandi buryohe, ni mpunzi zirihanze zigire inyota yogutaha iwabo muburundi bwacu Buse akanovera. Mr president Evarist, thank your for good job well done🙏
@IsaroBururu
@IsaroBururu 2 жыл бұрын
Imana ikugende imbere bwana Gervais♥️♥️
@sengomajack1680
@sengomajack1680 2 жыл бұрын
President Neva Yagize neza Kuko Bunyoni yaramazigihe Amasuzugura
@brotherdrjoshua3722
@brotherdrjoshua3722 2 жыл бұрын
Uhoraho mushoborabyose bandanya kurinda Nyenecubahiro Evariste Ndayishimiye umurinde abansi bose
@cinei-pempire4546
@cinei-pempire4546 2 жыл бұрын
Imana iguhezagire nawe Boss
@cinei-pempire4546
@cinei-pempire4546 2 жыл бұрын
Ubu Turafise Umutware Uzi ico bita ubutwari Nyakubahwa Sebarundi Evaritse Ndayishimiye ninawe Kuva ncubwenge Mbonye yipfuzako Uburundi Bugera kuntambwe ishimishije Imana ikomeze imuzigama Kandi imuhishurira iterambere ry, Uburundi Nabarundi
@lovepeace5460
@lovepeace5460 2 жыл бұрын
Kuvaho mwasubiraniyemwo nimugezaho, mureke kwisamburirako nkimpene. Ahandiho muzotigihugu mwese mwiruke.
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 2 жыл бұрын
Congratulations 🌺🌺
@alinaalina3089
@alinaalina3089 2 жыл бұрын
Congratulations
@hategekimanapatrick8645
@hategekimanapatrick8645 2 жыл бұрын
Ntakubwira bunyoni
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 2 жыл бұрын
Il est Beau mon Pays🎩 Impanuro kuri Bunyoni: Tanguza ishirahamwe ry 'aba modelistes wewe na Madam n abana nivyo bibabereye kumafoto! Abafana kuri social media muzogwiza!
@IsaroBururu
@IsaroBururu 2 жыл бұрын
😂😂😂 kabisa! Bunyoni numvaga mwishimiye iyo azo kuba umunyakazi aho kuba mu myenda myiza no kubyinana n umugore
@selemanmbazumutima7584
@selemanmbazumutima7584 2 жыл бұрын
Mutama. Nakore harabari bafukamyemundabandi nkumukozi amazimya 15 ahembwa adakora afise cotta 2 sakamaramaza???
@celeuskamugisha
@celeuskamugisha 2 жыл бұрын
Que Dieu soit loue
@Hahaha-yf4ug
@Hahaha-yf4ug 2 жыл бұрын
Araba nkumwicanyi
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 2 жыл бұрын
Big congratulations
@fabricemanariyo938
@fabricemanariyo938 2 жыл бұрын
Turagukunda nkanje nkumurundi uba murwanda harakabaho Never
@motherofthegreatlakes6297
@motherofthegreatlakes6297 2 жыл бұрын
None ntiwotaha
@baziruwihacomero8344
@baziruwihacomero8344 2 жыл бұрын
Birahimbaye,Mutama::::
@rogernkeshi5268
@rogernkeshi5268 2 жыл бұрын
Niwubahwe mutama
@loverylovery4514
@loverylovery4514 2 жыл бұрын
Muratumesha the promise you people don't keep at ?God heaven is watching you all people in world
@kamikaziannemarie5124
@kamikaziannemarie5124 2 жыл бұрын
Bunyoni 🤺🤺🤺🤺
@raissafabien4285
@raissafabien4285 2 жыл бұрын
Kurino ncuro ndemeyek igihug c uburund atam civil yogitwar🤣gus muvyeyi wacu urak9z nukur🙈harab wamenga n IMANA mu burundi ntibit kubibaz bihanz umwenegihug mutomut😢baj kwifat ut video baturatir amagorof badugij hakudyshikiriz imigamb barik bakor kugirang barwanir ineza y umuntu mutomuti
@facingtherealrealitywithco6238
@facingtherealrealitywithco6238 2 жыл бұрын
Hhhhhmmmm 🤔🤔🤔🤔😴😴😴😴
@brotherdrjoshua3722
@brotherdrjoshua3722 2 жыл бұрын
Komera mutama
@novatidamian7236
@novatidamian7236 2 жыл бұрын
Ariko abo warahiriye imbere umengo sihobari bari ubaravye Kumaso Ko nabijiriwe !!!! Ariko mwabahutu ako kaja kokwwifuza gutembagazanya ntimwogaheba tukiyubakira igihgu cacu???!!! Erega ubuzima sukuba umukuru wigihugu gusa. Hari nabandi bafise ubuzima bwiza bikorera ivyabo kandi babasumvya nayomahera muri gushaka Gutabaguriranako
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 2 жыл бұрын
Uyo bakuye mu mabaga nu muhutu?
@jaykar-issa706
@jaykar-issa706 2 жыл бұрын
@@uwinezajohara8362 Haha. Hahaha... wewe uri umurundi??
@raissafabien4285
@raissafabien4285 2 жыл бұрын
@@uwinezajohara8362 uracabaz ikibaz nkik mur 2022🤣bakuy umurundi adashakira ineza uburundi n abarundi.
@princess-uf5ux
@princess-uf5ux 2 жыл бұрын
Sha urumutindi ukizan ubwoko muburundi wambwaw
@princess-uf5ux
@princess-uf5ux 2 жыл бұрын
Sha urumutindi ukizan ubwoko muburundi wambwaw
@lovepeace5460
@lovepeace5460 2 жыл бұрын
Abahutu@
小丑女COCO的审判。#天使 #小丑 #超人不会飞
00:53
超人不会飞
Рет қаралды 16 МЛН
BAYGUYSTAN | 1 СЕРИЯ | bayGUYS
36:55
bayGUYS
Рет қаралды 1,8 МЛН
小丑教训坏蛋 #小丑 #天使 #shorts
00:49
好人小丑
Рет қаралды 52 МЛН
#IndundiNews|Gervais NDIRAKOBUCA asaba ikigongwe abarundi bose
15:08
小丑女COCO的审判。#天使 #小丑 #超人不会飞
00:53
超人不会飞
Рет қаралды 16 МЛН