Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu c'Uburundi yakiriye Abarundi babiri baba muri Amerika

  Рет қаралды 13,518

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Angeline NDAYISHIMIYE yakiriye kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 27 Myandagaro 2024 Abarundi babiri basanzwe baba muri Reta zunze ubumwe za Amerika, aho yabatembereje mu bibanza bitandukanye biriko vyubakwa na #Fondation_Bonne_Action_Umugiraneza. Aho ni nko kuri Centre Urumuri ivura abagendana indwara zo mu kigo ifashwa na Fondation Bonne Action Umugiraneza iri mu bitaro vy'akarere k'umurwa mukuru wa politike i #Gitega, Polyclinique Umugiraneza mu #Kibimba hamwe n'ishure ririko ryubakwa ku mutumba #Gihinga wo muri Komine #Ndava intara ya #Mwaro.

Пікірлер: 10
@nindabira-oh8tz
@nindabira-oh8tz 16 күн бұрын
❤❤❤
@ypdsitv
@ypdsitv 11 күн бұрын
Good job
@OscarNshimirimana-y1i
@OscarNshimirimana-y1i 16 күн бұрын
Na pasteur yarimwo
@Jeannelysa
@Jeannelysa 17 күн бұрын
Que Dieu vous bénisse Madame la Présidente.tunakupenda sana❤
@jplcom7388
@jplcom7388 17 күн бұрын
Good kabisa. Bonne action
@ferdinandmbonicura9628
@ferdinandmbonicura9628 17 күн бұрын
Good
@Simvura
@Simvura 17 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@WORLDACTUALITY294
@WORLDACTUALITY294 17 күн бұрын
🙏🇧🇮🙏💪
@IgikoniTV-p2l
@IgikoniTV-p2l 17 күн бұрын
kzbin.info/www/bejne/r3qUfYuBea-CfdUsi=SAKJh5QzYYmf3j7m tandukana nokurya nabi
Новый уровень твоей сосиски
00:33
Кушать Хочу
Рет қаралды 3,3 МЛН
At the end of the video, deadpool did this #harleyquinn #deadpool3 #wolverin #shorts
00:15
Anastasyia Prichinina. Actress. Cosplayer.
Рет қаралды 18 МЛН
Apple peeling hack @scottsreality
00:37
_vector_
Рет қаралды 125 МЛН
Isaganiro: Amakuru yo ku wa 27 Myandagaro 2024
14:06
Isanganiro
Рет қаралды 1,7 М.
Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu Angelina Ndayishimiye yoba ari mubatumye
1:37
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 39 М.
Новый уровень твоей сосиски
00:33
Кушать Хочу
Рет қаралды 3,3 МЛН