UMUTI W'IGITANGAZA: AMAZI; UMUTOBE W'INDIMU N'UBUKI

  Рет қаралды 14,723

ikanguro n'ubugorozi Burundi

ikanguro n'ubugorozi Burundi

Күн бұрын

Пікірлер: 11
@pacifiquefils1993
@pacifiquefils1993 4 жыл бұрын
Mwakoze cyanee, Imana ibahezagire, Mumbwire akamaro k'amazi arimo indimu mu gitondo, mwoba mukoze !!
@rutinkuba3799
@rutinkuba3799 5 жыл бұрын
Mukomere bana b'Imana Ibahwezagire.
@irakozeevelyne6603
@irakozeevelyne6603 3 жыл бұрын
waooo *muhezagirwe*
@neemainabikorwa5570
@neemainabikorwa5570 4 жыл бұрын
Ntaco ahindura kubijanye nokugabanya ibiro vyumuntu?
@ikanguronubugoroziburundi9703
@ikanguronubugoroziburundi9703 4 жыл бұрын
Irabikora
@ntamuhanganingiemmanuel1666
@ntamuhanganingiemmanuel1666 5 жыл бұрын
Mwiriweho neza! Urugero rukoreshwa kuri buri kintu rungana iki ? Amazi,indimu zingahe? Ngira ngo ubuki bwo mwasobanue mukurikije imirimo. Ku bana bato bawufata ku ruhe rugero?. Murakoze
@ikanguronubugoroziburundi9703
@ikanguronubugoroziburundi9703 5 жыл бұрын
Abana batarakwiza imyaka 3 si vyiza kubamenyereza ubuki. Bobo ntibaba barimwo
@ikanguronubugoroziburundi9703
@ikanguronubugoroziburundi9703 5 жыл бұрын
Ariko kandi abarenza iyo myaka baremererwa kuwufata, bo nta kibazo. kuwufata bashobora kuwufata nk ukwezi kwose buri gitondo birabavura cane
@nshimirimanaeric6956
@nshimirimanaeric6956 5 жыл бұрын
Indimu, ukoresha ibiyiko 2 vy'umutobe wayo canke igisate c'indimu. Amazi ni inusi y'ilitiro
@victouriaanddabsecl6418
@victouriaanddabsecl6418 5 жыл бұрын
Ibiyiko 2 byindimu
UMWENYA  ikimera gitangaje ku buzima / Dore Imimaro 14 y'umwenya
17:23
Horaho Life Rwanda
Рет қаралды 37 М.
龟兔赛跑:好可爱的小乌龟#short #angel #clown
01:00
Super Beauty team
Рет қаралды 20 МЛН
РОДИТЕЛИ НА ШКОЛЬНОМ ПРАЗДНИКЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 3,9 МЛН
Smart Sigma Kid #funny #sigma
00:14
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 9 МЛН
Don't look down on anyone#devil  #lilith  #funny  #shorts
00:12
Devil Lilith
Рет қаралды 46 МЛН
UMUNTU MUZIMA  : INDWARA Z' UBWONKO.
29:59
ikanguro n'ubugorozi Burundi
Рет қаралды 18 М.
MENYA IBINTU 41 BIRANGA UBWONKO BUGWAYE
9:59
ikanguro n'ubugorozi Burundi
Рет қаралды 1,2 М.
UMUNTU MUZIMA: INDWARA YA AMIBE
33:46
ikanguro n'ubugorozi Burundi
Рет қаралды 52 М.
UMUNTU MUZIMA - IVUGURURA N'UBUGOROZI
4:24
IBIHE TUGEZEMO TV
Рет қаралды 289
龟兔赛跑:好可爱的小乌龟#short #angel #clown
01:00
Super Beauty team
Рет қаралды 20 МЛН